Mupfasoni Profile
Mupfasoni

@arianeirambona

Followers
1,225
Following
151
Media
1,153
Statuses
4,590

Yamoussoukro
Joined March 2023
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
Nimwabona Perezida Kagame abanyagihugu bamwegreye gutya muzompe ifoto! Encore plus bafise amasuka n'imipanga? Voilà un Présida ataco yikanga. Ariko Kagame yoca yibaza ko babimutako😅. Uburundi=Amahoro=Iteka=Itekane
Tweet media one
269
39
322
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Proud to be burundian🇧🇮 even if I live in Ivory Cost
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
22
3
157
@arianeirambona
Mupfasoni
4 months
Tweet media one
Tweet media two
73
8
78
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Tweet media one
4
7
75
@arianeirambona
Mupfasoni
2 months
Ndipfuza kumenya CV y'aba bana b'abakobwa bariko bahabwa amabanga akomeye cane nk'aya! Naheruka kubona @Santalatalitha muri FEBABU uwu we agiye agiye kuyobora en adjoint Lumitel
Tweet media one
45
2
77
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
In Burundi, there is @WilbertDusabe . In Rwanda, there is @Ngabo_Karegeya . In Zimbabwe, there is @terrymap1 . These are the Big farmers I like
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
4
74
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
UMUMARATIRI WO MU BURUNDI --------------------------------------- 1/2 Yaremeye arababazwa, aratotezwa arafungwa, arafutirwa umwaka w'ishure azira kwanka gusambana n'umuyobozi w'ishure yigako. Uyu mwana arakwiye umu psychologue. @MiniJustice_BDI @MENRS4 @yigenga @BurundiGov
Tweet media one
11
8
72
@arianeirambona
Mupfasoni
2 months
Nibutse @PaulKagame ko atayindi coup d'état izoba muri RDC mu gihe Uburundi buzoba bugicuditse na RDC. Nous avons connu bcp de ces événements tragiques et nous en sommes des spécialistes. Muribuka uko 2015 SE Pita yabahinyanyuye, murabonye vos mercenaires uko bigenze i Kinshasa
Tweet media one
Tweet media two
76
8
62
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Mwari muzi ko uyu muntu yitwa @yigenga ari umwana mwiza contrairement uko benshi bavyibaza?
22
4
60
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
Nubwo twubaha abitavye Imana, mumbwire ico idrapeau ry'igihugu rije gukora kuri cercueil ya Erica. Quand-même !
Tweet media one
43
1
58
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Mère de @PaulKagame vs Mère de quelqu'un
Tweet media one
Tweet media two
32
7
51
@arianeirambona
Mupfasoni
4 months
Abanya-rwanda mushake mwanke Abarundi mubatuke muga hepfo y'amavi yanyu (na @PaulKagame atavuyemwo) hazoguma hitwa Ku Murundi! Ikindi nuko umukoresha wanyu muzoguma mumwita Ma-Buja (Bujumbura) canke Data-Buja kuko Capital yanyu yahoze ari Usumbura
Tweet media one
102
4
51
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
Bugona buri maso !
Tweet media one
12
5
46
@arianeirambona
Mupfasoni
2 months
Ndi muri groupe WhatsApp 8, impari ni nyinshi ku gitoro. Ninde ariko aragwanya imigambi myiza ya Sebarundi? Ninde yagize igitoro igikoresho co guteranya Sebarundi nabo arongoye? Ninde yatanze itegeko ryo gukubita abenegihugu kuma station? Akagakino mwebwe ntimubona ico kagamije ?
Tweet media one
30
8
46
@arianeirambona
Mupfasoni
4 months
Pouvez-vous différencier les crânes tutsis des crânes hutus ici. Mais, quelqu'un a ramassé toutes les crânes du pays pour en faire du business. Professeur @PaulKagame doit nous enseigner comment tirer du profit des crânes qu'on partout dans la région!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
26
16
43
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Ni nde ara-remarqua mouvement y'abakobwa cank abagore uza ubona buriye indege mur business zidasobanutse? Bavyeyi ngiyi 1 mu nyishu z'ibibazo vyinshi mwibaza! Hari abo uza ubona bifotoreza ku mazu akomeye yo mu barabu canke Zanzibar na Rwanda. Traffic de filles @MininterInfosBi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
11
43
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi ni yubahwe! Je suis convaincu que uwugomba gukura imvunja atabura uruhu ivuyeyo hasigara ikinogo c'imisi mike muga ugakira burundu. Muribuka bimwe vyo kubomora amazu induru vyateye ariko ubu Uburundi burashajije. N'ibi tubikenguruke!
Tweet media one
6
7
41
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Ni mu Burundi honyene dusanga abantu bakorana n'abanyamahanga mu gutuka Présidé wabo! Ni mu Rwanda honyene baja ngaho bagatuka Umukuru w'Igihugu ariko bo wavuga Président wabo bakakwita ikigarasha, urwanko, génocidaire n'ibindi. Burya reka nshimire @JosJonesNkunz adatuka Presida
22
10
41
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Mwaramutse @bancobu mbega mwebwe ntimwokora ibintu mutabanje kugwaza umutima umuntu? Ni gute virement imara 6 jours umuntu atarabona amahera yiwe? Ubu ibintu vyapfuye mwobiriha? @yigenga @BankiNkuru
12
3
42
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Aha hantu umuntu abitseyo amahera yoryama agatora agatiro ?🙊. Abanyamutaje ba #Grosaudeco barabe bashiremwo uburyo burya même si l'apparence est trompeuse, la taille impose le respect @BankiNkuru
Tweet media one
26
2
37
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Kirimwo Abagabo n'Ingabo
Tweet media one
9
3
37
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Mwiriwe @ObuhaOffice rirya Shure kaminuza ENS riheruka akarangi igihe aba chinois baridukorera. None ubwo ntibizohava bidutera isoni kuvuga ngo nimudufashe gusiga iragi, gukora muri toilettes nutundi ga yemwe? Abayobozi b'ikigo ENS mubibutse. @Capt_Dukundane @yigenga
8
3
37
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
None ko umengo ubikorana inzigo haruwabigutumye? Si amahera ujana iwawe? Nivyo birafise ico vyungura muga ubivuyemwo isi ntiyokwubama!
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
9 months
Abandi ubu basohotse gusangira n’incuti n’abagenzi kuko ni weekendi nayo jewe 20h50 ndi muri Siren Vibes😩 hanyuma umwana w’umuntu agaca anzanako uburofa akibaza ko bwombabaza😩😂 Bro we are busy!!!
Tweet media one
35
2
122
17
0
35
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
None Bunyoni nta mugenzi n'umwe yarafise ? Ko mbona abahora arabagenzi biwe canke bamukomera amashi ari bo mbona mu ma groupe bamu- critiqua? Canke Abafundi n'aba-hypocrites ou bien bagomba kwitonesha?
11
2
33
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
Bega burya @lumitel_burundi uyivuze irishura? Mbega @ARCTBDI harico ifasha ? Ni gute umuntu ahagaze i Gitega, afise bouquet internet ya 10 mille Fbu vidéo ya 25 Mo imara 7h itaruguruka? @KingBurundian hoba habuze iki? @yigenga
Tweet media one
23
9
33
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Burya hariho abantu bibaza ko @yigenga ari extraterrestre mu gukora ikibi. Ambarire ndamuvuge uko namwumvise, ntanzi naje sindamuzi ariko j'ai des témoignages ko il a sauvé abantu abandi bamuciyeko ngo aba détruise. @yigenga ngo aratanga n'impanuro. @yigenga n'umwana mwiza!
@josephmvyariyeh
Joseph Mvyariyehe🇧🇮
1 year
Vous venez de contribuer à la propagation de ces dernières. Ça serait mieux si vous demandez pardon dans le groupe watsap. Sinon, nous, qui ne sommes pas membres dudit groupe, nous allons combattre à les chercher. Pole! Espérons que @yigenga sera privé de ces images.Kari kabaye!
5
1
3
6
5
33
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
Ikizokwereka igihugu kitagira kwizerana na gato canke hagati y'umuntu n'utundi, Umukuru w'Igihugu arindwa n'umuhungu wiwe!
Tweet media one
24
10
32
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Akana k'ubwenge karakenyuye baba entrepreneure muri Divorce bagiye kurondera la vie après le divorce! @DwimaEdwin @InesKid1 @IrakozeTrsor2 😅
Tweet media one
5
1
30
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Mbega ko umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu bamwita Première Dame , umugabo w'Umukuru w'Igihugu nawe bamwita gute?
Tweet media one
8
0
31
@arianeirambona
Mupfasoni
1 month
Leta Mvyeyi irarisanuye. Ba @JosJonesNkunz basubire baze barituririremwo amapine ryimbutuke!
Tweet media one
Tweet media two
9
6
28
@arianeirambona
Mupfasoni
1 month
Kuki amahera akoreshwa n'Umukuru w'Igihugu yiyongereye? Avant de chercher la réponse à cette question banza wibaze uti:"Kuki amahera nkoresha iwanje muhira yiyongereye?". Niwasanga iwawe atiyongereye, uce umbwira nanje tuje kukibaza. Niwasanga yariyongereye, tais-toi !
Tweet media one
20
1
27
@arianeirambona
Mupfasoni
15 days
Politique ya @GeneralNeva si iyo kw'impressionna amakungu nibizu, nibi stade nibibuga vyindege abenegihugu bashonje canke igihugu kibanje kwiba ubutare bwibindi gihugu (agression). Neva ati mpera mu muryango abenegihugu baronke ivyo barya,urwaruka ruje kukivi, ibindi ni hanyuma!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
26
3
24
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Happy weekend !!!!
Tweet media one
2
0
23
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Umukuru wa @Red_Tabara abe aritegurira ibihano atazopfa yituye. Burya muri service de communication nta bishobisho bijamwo. La fois passée batuririye umuntu mu modoka, biyemerera ko basambuye antenne de guidage des avions civiles. None bemeye igitero cahitanye abenegihugu🙈
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
15
0
20
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Tweet media one
7
2
18
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
Indyadya ninde?Mr #Light ntiyigeze amenya ko yaguzwe hakiri kare! Qlq jrs avant @nellynadia3 yari mu ma médias agwanya amafaranga yahawe #Theben .Inyuma y'imisi, niwe yabonetse nka manager wa Light. Voilà le résultat. @noopja @MuyobokeAlex1 @DwimaEdwin @Wilson_lixon1 @yiraburaaa
Tweet media one
Tweet media two
1
1
18
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
Nimba @ina_rukundo yari mw'ibarabara canke mu kabare après minuit, uwamufashe ku nguvu nubwo abihanirwa yatoraguye uwitaye! D'autre côté, iyi ngeso yo kurya ibintu vy'abantu ngo ntaco mwumvikanye nkuko umengo turimyobo amazi atemberamwo dushatse tuyiheba. @haziyoth @nyabingiii
Tweet media one
15
1
19
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
Burya Abanyarwanda ni co gituma aho baciye hose babatera ivyatsi. Ni co gituma muri DRC babatuza! Ni umurwi w'abantu birata basuzugurana. Ariko ntibazi ko baba bikururira urwanko. Marie ya Bujumbura ni iyi👇 @EgidieBibio @Annemwiza @ApolloSmile @Aima_Bayingana @RobCyubahiro
Tweet media one
@Coman40
Umusore wibana🇷🇼
10 months
iyi nyubako yibiro byumujyi wa bujumbura ibaye iri muri Kigali yaba ikorerwamo iki ????😂😂😂😂😂😂
Tweet media one
81
3
104
6
1
18
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
Ibi navyo gute? Abaharanira agateka k'abakenyezi baca bibagira ak'umwana? @MDacia @burundionthemap @InesKid1 @ina_rukundo @UNICEF_Burundi @yigenga n'aka kana katawe nukugatabariza kakaronka uko kabaho.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
9
2
18
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
@IGIHE Har'igihe bibaza ko Uburundi ari DRC Urwanda rukoreramwo ivyo rushatse. Iyi affiche yambere iriko Inscription (Registration). Suwariwe wese ajayo. Babivumbuye baciye bazana affiche yindi ngo dîner de gala (Ubusabane) ko bitaje imbere?
Tweet media one
Tweet media two
9
2
18
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Amakuru ava mubegereye i @gitega avugako hagati ya sacenda n'iminota 50 na sacenda n'iminota 58 z'aka gatondo avuga ko hari ikintu cavuze n'inzu ziragigima. Haruwundi yacumvise? Tube ijisho,ugutwi mu gutsimbataza amahoro ntihagire uwutoba amahoro twaronse tunyotewe @KamunguWemba
13
0
17
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Le Premier Ministre Ngendandumwe a été tué par un Rwandais Gonzales Muyenzi !
Tweet media one
3
4
17
@arianeirambona
Mupfasoni
2 months
Jewe nama nasemereye! Aba banyarwanda bari ngaha iwacu n'abaguma baza mubashireko un oeil plus qu'électronique! Muzonshimira mu nyuma. Nakurikiranye intambara zose Kagame yagizemwo uruhara zaranyarutse kubera we yarasa intambara zarahejejwe n'abasazi, abamaraya n'abaja kwivuza,
13
6
17
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
"I @Gitega hambavu y'ibitaro bita Betania uva mu mwonga kugera kurya Mwaro hari inkumi nziza ziriko zirisuganya kuja kuyaca muri zirya camion zihaparitse.Gusa zibe zikwije 18 ans kandi zitiga Ecole secondaire. Ibisigaye bibuke kwikingira" dixit N.A @IrakozeTrsor2 @DwimaEdwin
Tweet media one
Tweet media two
9
2
15
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Abafise amakuru mumbwire ni gute umuntu mukwezi kumwe ava kuri 20 k abonnés akaja kuri 2 k abonnés ? @IrakozeTrsor2 @888_iK @DwimaEdwin @nellynadia3 @natachaburundi1
Tweet media one
14
1
15
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
Ibaze kumara ukwezi atakindi ukora atar'ibi! None nimba Uzi ko yakoze icaha ntiwo-porta plainte hama agahanwa? Mbega nimba wiyemera muvyo uvuga ko ntarabona tweet n'imwe uvuga izina ryiwe? Aho nawe ntiwicungera kugira ntibizogukwege? Women we are trash!
@ina_rukundo
Retour Ndo Mbaya
9 months
Mwumvise ko yavuze yuko afise abagenzi azi yuko bafise "ingeso" yo gufata abakobwa kunguvu? ABAGENZI biwe arazi ko bafata kunguvu abakobwa!!!! MEN ARE TRASH!!!!!!!!!
12
0
15
0
1
15
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
@albcontact @Presidence_RDC @PatrickMuyaya Qui se souvient de ces photos l'époque où l'EAC n'était pas encore arrivé en RDC?
0
0
14
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
Analyse sur le bilan de 17h: niyo post ya mbere igize réaction nk'iyi. Izo ahanini zagizwe n'imigwi itatu: abanyarwanda bashavujwe nuko Presida wabo ifoto nk'iyo atayo afise, Abarundi banka igihugu cabo hamwe n'abarundi b'Umutima bakunda indongozi zacu. Ariko mwese mwakoze
Tweet media one
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
Nimwabona Perezida Kagame abanyagihugu bamwegreye gutya muzompe ifoto! Encore plus bafise amasuka n'imipanga? Voilà un Présida ataco yikanga. Ariko Kagame yoca yibaza ko babimutako😅. Uburundi=Amahoro=Iteka=Itekane
Tweet media one
269
39
322
8
3
13
@arianeirambona
Mupfasoni
3 months
Bus ni nyinshi muri ville yabuze abo zunguruza. @kubabujanakazi wabimenye ?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
2
13
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
1/3 Ariko natwe bagore, bakobwa twikebuke. Uragiye urahekenye ibintu vy'umuntu uribaza ko ino si hakiriho ivya gusa? Vendredi une histoire pareille yaje muri groupe ndimwo. Umugore w'uwundi mugabo bavuganye n'umugabo afise umugore bahuriye Helena i Gitega. Baragandaguye 200k fbu
@JosJonesNkunz
Joséphine Jones Nkunzimana
9 months
@Ni_Muhoza Men are trash! Gusororera umuntu = Kumurarana???? Naragenze!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! Mwa bako, Cherchons l'argent.
6
2
28
7
0
13
@arianeirambona
Mupfasoni
5 months
Félicitations les gars! Ne jamais porter la marque sponsorisée par le sang de nos amis congolais
Tweet media one
4
2
13
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
2/2 A son âge, kubona yaraciye imbere y'inzego presque zose (police, justice,DCE,DPE,Administration,cachot,Prison) sans parents et contenir tout ça dans son coeur bisaba iyindi mpwemu.
0
0
13
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Constat: Différence de visages! Toutes l 3 photos uwutanze ni sourire; uwakiriye tristesse. @MDJeunes des affiches pour faire la publicité sur les vulnérables afin de justifier le budget ou attirer les financeurs. Autrement dit c'est acheter la photo de l'enfant par des cahiers
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
2
12
@arianeirambona
Mupfasoni
3 months
Comparez les deux photos. La première c'est le pont en cours de construction sur la Rusizi la seconde, on ne sait pas ! @yigenga @KingBurundian
Tweet media one
Tweet media two
@SugiraMireille
Sugira Mireille🇨🇩
3 months
🔴 Annoncé à grande pompe, la construction du pont reliant deux pays dirigés par les présidents les plus corrompus du monde, s'écroule parce que l'argent du budget a été mangé! #Burundi #RDC #Rusizi
Tweet media one
96
44
166
6
4
11
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
@KarerwaNdenzako Nyakubahwa @KarerwaNdenzako hari ibintu bijanye n'akaranga canke imico. Nagomba ndabibarize akabazo, iyi mouvement abakenyezi bagenzanje bitwa "féministes" bariko barazana irubaka canke irasambura? Ugereranij ivyo ikiza n'ivyo yica? Ikindi uravye benshi muri bo n'abananiwe n'ingo
8
1
12
@arianeirambona
Mupfasoni
5 months
Abarundi barantangaza! Mu Rwanda harumukinyi yagize ikimenyetso mu mupira yaciye yirukanwa. Ntaco bavuze mais Ubu mugomba ko Uburundi bwambara impuzu za vist Rwanda. Iyo bazambara mwari kuraba ukuntu za comptes zo mu Rwanda ivyo ziba zirimwo! Iyo piège ntitwayiguyemwo
@Ikiriho
Ikiriho
5 months
🌍🏀Du flou dans #theBAL #BAL4 en #SouthAfrica Le Club burundais aurait fait le voyage vers l'Afrique du Sud sans ordre de mission officiel. Sur ce, le président du club Joedassin a écopé d'une demande d'explication en bonne et due forme de la part du président de la
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
52
12
103
8
3
12
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
Ce qui retient mon attention c'est la quantité de bois utilisé ! Il fallait faire l'étude de l'impact environnemental. Donc,pour moi c'est catastrophique. Il penser à utiliser des échafaudages métalliques. @yigenga @BMineagrie @Capt_Dukundane @ObuhaOffice
@akezanet
AKEZA Burundi
10 months
🔴😍 La ville de Bujumbura, est à l’heure de nouvelles infrastructures, modernes et grandes en hauteur. Celle-ci est une nouvelle maison, à usage hôtelier , en cours de construction au Quartier Rohero , tout près de l’avenue de l’Université. Avec 12 niveaux ( R+11), il sera
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
13
136
8
3
11
@arianeirambona
Mupfasoni
2 months
Umu-youtubeur Juste Gaël ati👇
Tweet media one
8
2
11
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
Ndavye 2015 ukuntu les jeunes des quartiers Mutakura, Jabe, Musaga bari bien armés ndavye ukuntu bari bien entraînés au combats urbains gushika, ndavye umwanya bamaze bagwana gushika batera des camps militaires, iyo irya coups d'État ikunda ubu na RDC iba yarafashwe
6
1
10
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Uku niko baza guteka imitwe hama bakaja kwubaka Kigali bwaca @joselyinechap @kanisekere @BernardMAREMBO @MonaLis99389141 bakaza kutugereranya. Burundi is not DRC. GENDA GAKE @EgidieBibio @BernardMAREMBO @kanisekere @edwins_edu @Annemwiza @MonaLis99389141
Tweet media one
@BernardMAREMBO
Mwene MAREMBO🇷🇼✊
11 months
Kenyans will argue trying to convince Ugandans that this is Miami😭😭😭 But Dear Burundians, don't be fooled this is Kigali Rwanda 🇷🇼😹😹😹😹
Tweet media one
76
43
425
1
1
10
@arianeirambona
Mupfasoni
1 month
En politique tout est prévisible! Uku kuntu Gaston Sindimwo ariko yi-familiarisa n'aba-jeunes créateurs de contenus, akitaba cane imanza zabo Imana ibimuhezagirire mugabo ntabe ari approche politique😂
3
0
10
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Musitanteri wa Ntahangwa muri @MairieBujumbura yishinga gusohokana ibebi zabandi i Gitega 😅 akibagira umwanda muri commune yiwe. Cfr akabare kari inyuma ya hôtel Theresia Magarama🙊 @IrakozeTrsor2 @DwimaEdwin
@nyaburunga015
Nyaburunga🧠
1 year
@IrakozeTrsor2 Ikibazo ku ndongozi zaho! None ni mpaka ministre canke Neva azishikire kugira bahinduke?
1
0
2
6
1
10
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Imigumuko n'ukuyamirira kure. Abo bahungu babatumye. Est-ce que wombwira ko abo aribo bagiye gusohoza banderole en bâche. Ntabundi buryo bari gukoresha ataribarabara? Ariko harabasinye kurizo affiches. Ubwo sibo bavyinyegeje inyuma? @Cinjire @MininterInfosBi
Tweet media one
Tweet media two
5
1
9
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Abavuga ko bahunze mandat ya gatatu, kuki badataha? Ubu turi muri mandat ya kangahe?
1
0
9
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@DanNGA45 Iyaba vyabashavuje ntibari kubishira kuri compte officiel ya présidence. Or iyi vidéo/introduction origine yayo ni Présidence genda urabe. Iyi ni yo ijustifia ce qu'il a appelé Umujama w'abajeunes. Hanyuma nimba uraba statuts z'abajeunes ubu nka 60% niyo iriko.
1
0
9
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Urababwira uti kirimwo Umugabo
Tweet media one
Tweet media two
@oswaki
Oswald Oswakim
11 months
Iyi nkuru wakwizera ukuri kwayo bingana iki? Ibaze Gen Neva ahiritswe!
69
13
347
0
0
9
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
@rufagari @StanysBujakera Pourquoi ces explications ?
3
0
8
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
Burya nta Kagame yiteguriye guheba les minerais du Nord Kivu kuki Kigali yoca isenyuka! Kugira intambara ihagarare burundu rurya ruhome ni rwubakwe le long de la frontière rwandaise et ougandaise hanyuma, RDC ihe sécurité les Rwandophones et Tutsi congolais. C'est tout !
Tweet media one
4
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Papa wa @DBunyoni ari mu maboko y'ubutungane. Abantu rero ni mutekane @CNIDH_Bdi yamwiboneye. @JJNkunz @DANYKAB1971 si we wa mbere agiye imbere y'ubutungane kandi nivyo @pnininahazwe yahora ahimiriza reta ko ibihangange navyo yobirengutsa
@CNIDH_Bdi
CNIDH-Burundi
1 year
L' @CNIDH_Bdi a effectué, ce 22/4/2023, une visite pour s'entretenir avec le Général Alain Guillaume Bunyoni. Il se porte bien. Il n'a subi aucun acte de torture ou tout autre abus, depuis son arrestation. Sa famille en a été informée. Le processus suit son cours normal.
26
66
188
1
0
8
@arianeirambona
Mupfasoni
10 months
Ne jamais intégrer les M23 au sein de l'armée wazalendo. Ce qui son rendus doivent être conduis dans un centre surveillé très loin de la zone de guerre pour des renseignements. Ceux qui sont capturés doivent être prisonière de guerre!
@AngelKazadi
Kazadi Angel/ Fairy Godmother
10 months
Les M23 qui se rendent ne doivent jamais être intégrés dans le groupe d'auto défense Wazalendo, Nous disons Non à l'infiltration Rwandaise
16
32
113
0
1
7
@arianeirambona
Mupfasoni
22 days
Uno musi mu ma bureau de change muri Zambia iyo hava hakagera nta dollar ryaboneka. Western Union uyatora muma Kwaca 🤔. Naho ni Burundi? Uwuzi ivyiwe gusa avuga ngo niho bacumba neza
Tweet media one
12
1
8
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
Abantu bibaza ko turi ibijuju. Burya murabona #Bunyoni yoterefona @rugbob78 kugira amukeze ko yibarutse? 😅! Birashoboka pour question d'approche kugira bakorane ibindi. Hama @pnininahazwe kuri Facebook yavuze ngo ikindi gihugu co mu karere mais il est très prudent kuvuga Rwanda
Tweet media one
2
0
8
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
@joselyinechap Dear Rwandan, I would like to inform you that Kigali shines because of the blood of innocent people from North Kivu killed to reach the minerals. Better to stay poor than to prosper with bloodstained hands. Ku nzu yose iba Kigali hariko bloodstained hand
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
0
0
8
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@yigenga Yige @ARBurundi iyaba ica ipava n'uducarreaux entre umuserege n'indimo canke ishamba hamwe atavu riboneka hambavu y'ibaraba vyoba bitesa
1
2
8
@arianeirambona
Mupfasoni
3 months
C'est dommage kwumva ko ivyo biba! Muga naravye aho bavuga ko abo bose babafatiye mu nzira barengana nabuze. Bose nibo bavyijanamwo soit mugusaba visa, mu gusaba akazi, canke mu birori. Alors pourquoi les les filles sont prêtes à tout pour gagner leurs vies?
@kubabujanakazi
#kubabujanakazi
3 months
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
5
20
9
0
8
@arianeirambona
Mupfasoni
4 months
Nizere ko wiyubashe utavugiye Abarundi kuko ntawagutumye! Unibutse @PaulKagame ko amahoro mu karere azozanwa nibiganiro. RDC na M23 d'1 part hama Rwanda na FDLR d'une autre part avyanka canke avyemere kuko kurya avuga ko M23 ari impunzi zitaha iwabo na FDLR ni impunzi zija iwabo
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Turifadikanije n'abavandimwe bacu bo mu #Rwanda batanguye "ICUNAMO" co kwibuka abahitanywe n'ihonyabwoko ryakorewe abatutsi mu 1994.🕯️🕯️ #Kwibuka30 #Icunamo #RwOX
Tweet media one
64
80
511
33
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@DannyMzi @InesKid1 @EricSemuhungu @IrakozeTrsor2 Elle a fait l'impensable pour une femme burundaise. Elle a trahi sa mère. Le 1er miracle fait par Jésus a été fait lors d'un mariage (transformation de l'eau en vin). Pourquoi au cours d'un mariage. Et cette @InesKid1 veut contrarier pour attirer l'attention des occidentaux !
3
1
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@NiyonkuruJBosc7 @iamelysgretta @bigfizzo1 Waguze indirumbo zingahe za @bigfizzo1 muzo wagiye urumviriza? Ko atubatse étage aramaze kuza kugusaba indaro? Ko aragize imodoka uramaze kumwunguruza ?
2
0
6
@arianeirambona
Mupfasoni
5 months
@yigenga @Regideso_bdi Ndagushigikiye pour des tâches/postes techniques ntivyoba bibi hakoze umunyamahanga. N'ubu Regideso ikibazo c'amatara ntaco ishoboye, abaraba connexion internet ntavyo bashoboye, n'ibindi bisata bimwe bimwe nk'isukari
3
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
@SOSMediasBDI La @RTNBurundi est de nature sécurisée par le BSPI, ajouter des chiens-policiers pour fouiller c'est une façon de respecter ceux qui entrent car regarder à l'intérieur des sacs-à-mains c'est vraiment irrespectueux. Même à l'aéroport de Kigali on a mis en place des chiens
0
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@Nimana_Yanjye Iyo udafise amakuru ba uyabaza. HE Evariste ni umuhinzi. Kagame nazamure igiseke cuzuye ibirato turabe. Inka, amafi, inkwavu n'ingurube vyose arafise
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
2/n Bdi fertile/pluies 9 mois/12 Si on s'amuse à faire recherche Google avec Buyoya Bagaza Ndayishimiye dans les champs, on constate avec toi que c'est notre @GeneralNeva qui est le seul à prendre en main la richesse agricole du Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
@BashirahishizeD
Bashirahishize Dieudonné
7 months
Une question : comment expliquer k le Bdi si fertile, avec 9 mois de pluie sur 12,le seul pays ki exporte les terres rares en Afque ,la 6ème reserve du nickel au monde, ki produit aussi l'or, l'étain,Le tantale , le cuivre, platine , le cobalt .. reste le pays le plus pauvre ?
29
21
75
7
2
7
@arianeirambona
Mupfasoni
7 months
Ko ata ngwano mama wa TheBen arimwo muri DRC, @sugu amuziza iki? Ko mu Rwanda ari amahoro, abahutu babaziza iki? @aminallyly13 @RobCyubahiro
Tweet media one
Tweet media two
3
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
Aha rero abanyarwanda bashatse kutwereka ko imigenderanire ari myiza? Wapi, nibaduhe abashatse guhirika ubutegetsi muri 2015. Uwo we batinye ko yohava yoba iwabo!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
1
6
@arianeirambona
Mupfasoni
3 months
Muze murabe abagore bari très hostiles ku gihugu cabo usanga n'abagabo badashobokanye😂 Exemple: @ikigatanyakazi #Dianekaneza @JosJonesNkunz soit barahukanye canke nta mugabo bafise
7
2
7
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
Burya n'ubwo abanyarwanda basuzugura Uburundi hari ico babubonyemwo!
@Mulindahabirene
Mulindahabi Irene
8 months
Hello Buja we ‘re coming . Réservez la date s’il vous plaît 23- 12 #vestineandDorcas @bujafm87 .6 #GospelentertaimentLtd
Tweet media one
6
9
234
10
1
7
@arianeirambona
Mupfasoni
5 months
Si vous analysez l'agitation du Rwanda ( @a_mukuralinda @YolandeMakolo @PaulKagame ), la dissolution du M23, les audiences&communiqués @UEenRDC @USAmbDRC , la visite de #SalvaKiir , on voit très bien que le M23 n'a plus la force. Les commandants sont tués !
Tweet media one
Tweet media two
1
2
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Harumusi urabona vyamunaniye gushika iyo aja ngo nuko ata ndege afise? Canke inama yateguwe i Bujumbura yasivye ngo nuko ata ndege afise.
@VitalRuyaga
NSHIMIRIMANA Vital
1 year
Mbega ko mbona abubahwa bose, haba abaprezida canke ivyababa vyabo baza munama baza n'indege zabo, uw'u #Burundi we ni ryari?
41
0
11
1
1
7
@arianeirambona
Mupfasoni
8 months
@Rwotabwito Reka turabe kuri Sam Overmix niho tuzovyemera ko babirekuriwe
2
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Est-ce que @AntoineKaburahe yarakwiye gusohora amajambo akomeye gutyo kwose kubintu vyavuzwe n'umwana atzi n'ivyarivyo? Canke yari kumw'accompagna muri communication ?🙊🙊🙊 @ApolloSmile @akezanet @DwimaEdwin @yigenga @iamelysgretta @Real_Jocelin @rutwesdras @IngoMagazine
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
0
6
@arianeirambona
Mupfasoni
9 months
44/ Umugore ati ivyo bito. Kumbe umugabo acazaragira screenshots. Bahejeje yaciye abirungikira umugabo w'uyo mugore. Ikindi umugore inyuma ya yasasita ari mukabare avuga ngo bamufashe kunguvu gute?🙄 @ina_rukundo
3
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
11 months
Umukobwa wacu @joselyinechap ko asavye imbabazi muri wa muco w'amahoro n'umuvykano uranga Abarundi tumubabarire kandi tumukunde. Ahanje biraheze! N'abandi barundi mumfashe bibe gutyo @DwimaEdwin @IrakozeTrsor2 @allycyriack @bes_boris Imana imuhezagire Joselyine. Ijoro ryiza
2
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
@KranenRudy @Ikiriho Est-ce que la Syrie a été renversé comme c'est fait en Irak? Est-ce que le Mali, le Burkina et le Niger sont comme avant?
0
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
1
1
@arianeirambona
Mupfasoni
1 year
@MonaLis99389141 Iki citwa mu gifaransa château. En Afrique de l'ouest niho biba babiduzamwo amazi kugira aze par gravité kuko ata misozi iriyo
0
0
7
@arianeirambona
Mupfasoni
6 months
@Kagame2024 @BreakingNews340 Nyereka amasuka n'imipanga
37
0
7