Natacha Burundi Profile Banner
Natacha Burundi Profile
Natacha Burundi

@natachaburundi1

Followers
3,240
Following
1
Media
603
Statuses
627

Burundian Female Artist

Bujumbura Burundi
Joined May 2019
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Sibintsuuuu Sibintsuuuu i NGOZI 🔥🔥🔥💫👑💫 Samedi 🤜🏽 12-08-2023 ✍🏽
9
0
75
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Have A Nice Weekend 💋 #Italy 🇮🇹
3
0
48
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Another Level 🛸
Tweet media one
7
0
81
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
#LaQueen 👸🏽
Tweet media one
6
2
144
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Natacha🍼
Tweet media one
5
1
146
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Ngozi!! Ngozi!! See You ❤️🇧🇮 12th August 2023 🤜🏽 #TheQueenoftheStage 👑
Tweet media one
3
1
47
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Umugore wese afise umugabo amukunda kandi cane ariko atari uwo yivye uwiwe👌🏽 Amuririmbire ace amuha urubizu nkuko nabikoze hama ace agira tag ya @NatachaBurundi azoba akoze caane Sibintsuuuu 😂😂😂🤣🔥 #Lakwiyemera ☝🏽 #NatachaNoooa 👑 #italy 🇮🇹
5
0
64
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Nivyishimwo caane kubona dufise Umuvyeyi ariwe Mama Burundi,Mama Mugiraneza akaba akunda abantu bose adatoranya ntaraba igihagararo cawe waba umutunzi canke umukene aragukunda numutima wiwe wose.Wari umunezero udasanzwe guhura na Mama wacu kuri @hotelclubdulac aruhuka kumusenyi🙏🏽
Tweet media one
Tweet media two
20
16
177
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Happy birthday my beautiful daughter Leila FROJO 🥳🎂🎂🎂🎉
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
20
2
152
@natachaburundi1
Natacha Burundi
9 months
#FirstLady 🇧🇮❤️ Ntamunezero uhari kw'isi nko kwakira umuvyeyi Maman Burundi iyo aje kugutemberera wumva uvyibushe kandi ugatera izindi ntambwe mu buzima. Nkuko muriko muribonera akanyamuneza niko katwishe. Ndipfurije Mama wacu amahoro,urukundo, imigisha yose iva ku Mana yacu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
16
13
149
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
Ntakintu kiryoshe nkokurangiza umwaka wongera utangura umwaka uri kumwe na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu Papa wacu Papa w'uBurundi biraguha umugisha wokuzotangura umwaka mumugisha no mubikorwa vyinshi vyiterambere🙏🏽🙌🏽🙏🏽
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
13
129
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
C'était un grand plaisir d'être avec Son Excellence Monsieur l’Ambassadeur de l'Union Européenne au Burundi dans la « Journée de l'Europe »😍
Tweet media one
8
0
114
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Mubibona Gute?😉
Tweet media one
36
1
103
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Congratulations Kevin & Katia 💍
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
5
95
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
🌸💫🌸
Tweet media one
3
1
100
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Kitu na Griffe 💗
Tweet media one
20
0
93
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
You will stay in our memories forever and ever 😔😔😔 #continue to rest in peace His Excellence Former President Pierre NKURUNZIZA 🙌🏽🙏🏽
Tweet media one
7
5
95
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
My Burundi🇧🇮❤️
Tweet media one
Tweet media two
3
4
95
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
Sibintsuuuu😘
Tweet media one
11
1
88
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
God Is Great 🙌🏽
Tweet media one
19
1
86
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Ntivyoroshe kuyafatira rimwe arabiri 🤷🏽‍♀️
Tweet media one
30
0
84
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Leboss + Laboss = @hotelclubdulac ❤️
Tweet media one
Tweet media two
4
2
79
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Tweet media one
2
0
59
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Tweet media one
3
2
76
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
❤️🙏🏽❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
14
4
78
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Morning 💫
Tweet media one
6
4
78
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
I’m perfect 💙🐟💧
Tweet media one
22
1
73
@natachaburundi1
Natacha Burundi
9 months
Haaaaaaaaaaaaaa Yooooooooooooo 😆 #YOTE 🎶 #natachaburundi 🏃🏽‍♀️🏃🏽‍♀️🏃🏽‍♀️ 🔥🔥🔥
Tweet media one
10
3
77
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Benshi bahora bibaza kuberiki Natacha Umugabo wiwe amukunda caaaane 🤷🏽‍♀️ Ngira rero ndabibire akabanga, iyo umugabo umufashe neza ukamusonera atari kumutinya ukamufata neza, ukamwambika neza, ukamugirira utugugu twose kugira atwenge, ukamwibagiza ama stress yose ningombwa 👉🏽❤️
Tweet media one
Tweet media two
20
9
70
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Bahora bambwira ko dusa caane na Mama wacu, Maman Burundi, Maman Mugiraneza ,First Lady. Abandi bakavuga ko ni mukuru wanje , abandi ngo turavukana canke ico dupfana. Ntakintu kiryoshe nukuri kwitwa yuko usa nuwahezagiwe n'Imana kuko imihezagiro afise ica ikujako 🧚🏽‍♀️🙏🏽🧚🏽‍♀️
Tweet media one
21
5
72
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Muguma mwidoga ati murino minsi sinkiposta twatuntu namenyereye kubaha! Mundeke gato ndiko ndafata neza Mutama kandi turi mukaruhuko murabizi namwe Hahahahahhh Sibintsuuuu 🤣🤣🤣 Ubu ndiko ndafata neeeza Mutama wanyu kandi ntegerezwa kubikora neeeza nisanzuye ata stress😉💝
Tweet media one
13
2
68
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
💞💞💞
Tweet media one
6
2
68
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
No, I'm Not Lucky, I'm Blessed 🙌🏽
Tweet media one
Tweet media two
5
2
62
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Tweet media one
7
0
64
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Tweet media one
11
0
66
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
❤️📜❤️
Tweet media one
7
1
62
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Ndakunda Abantu bose kuko twese dufise umubiri,amaraso ndetse n'amazi😂 Rero ibintu vyose nkora ndabinezererewe ntakindi mbashaka ataruko umutima wanje uhimbarwa ukaryoherwa abandi baza kunezerwa jewe naryohewe kera. Unomunsi rero ninjiye muri Bus ija kumutakura no mu Cibitoke ❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
12
1
62
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
HAPPY BIRTHDAY TO ME❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
17
5
64
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
C'était un grand plaisir pour moi et mon mari Alfredo FROJO de partager le diner et de dire au revoir à l'ambassadeur de l'Union européenne au Burundi Monsieur Claude BOCHU et son épouse. Nous lui souhaitons les meilleurs partout où il va 🥰
Tweet media one
Tweet media two
10
0
57
@natachaburundi1
Natacha Burundi
11 months
Burundi🇧🇮 & Kenya🇰🇪 🔥🔥🔥
Tweet media one
5
1
58
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Tweet media one
5
3
54
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Happy Birthday To Me 🍾🎂🎂🎂🍾
Tweet media one
11
2
52
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
A Smile Is Everything ☺️
Tweet media one
2
1
53
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
👑
Tweet media one
6
1
45
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Natacha👑
Tweet media one
7
0
50
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Ndashimiye Imana kubona nashoboye gukora igikorwa cogutanga imfashanyo kubavyeyi banje bo muntara ya MURAMVYA kandi ikirenze kurivyo nuko bemeye kuyakira kuko urashobora gutanga imfashanyo hama ntibayemere. Kuri jewe mba nkeneye umugisha🙏🏽🙌🏽🙏🏽 Happy Women’s Day 🧚🏽‍♀️❤️❤️❤️🧚🏽‍♀️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
12
6
51
@natachaburundi1
Natacha Burundi
11 months
From the deepest of my heart I would to wish a happy birthday day to my lovely daughter #LeilaFROJO May God bless and protect you (as He always do)and give you everything you need in your life happy birthday 🎊🎂 🎉❤️❤️❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
1
50
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
God hears your prayers 💫
Tweet media one
10
0
52
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Lanamba Labamba Natacha Nooma 💫
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
8
2
48
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Abagore kugira ingo zacu zirambe dutegerezwa kuba dufise inkomezi mu maguru hamwe no mumaboko ako nakabanga ndabibiye 😉👊🏽
20
1
45
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
Uyu muhungu RWASA Thomas ejo ndi mukiganiro kuri Radio Culture hamwe na @EdissonNdayaho2 mukiganiro Saturday Morning yaraterephonye ambwira ko azompa akaganuke k'inkoko kuko arizo asanzwe yorora. Rero ahejeje kubikora mukunzanira iyo nkoko nkuko yiyemeje nkaba ndamushimiye cane❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
3
44
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
Many thanks my Fans🙏🏽❤️🙏🏽 #HipipoMusicAwards2021
Tweet media one
Tweet media two
4
5
47
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
👸🏽
Tweet media one
4
0
47
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Duhejeje kuraba urukino rwa Napoli twaciye tugenda gufata kamwe jewe n'Umugabo wanje Alfredo hamwe n'Umuramukazi wanje arikumwe n'Umugabo wiwe. Reka mbaze Abagore nkanje mbega nibande bahora bapfungura n'abaramukazi babo bakisanzura banezerewe?🤷🏽‍♀️ Haaaa Yoooo Sibintsuuu 😂😂😂
Tweet media one
17
0
47
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
🦪🍤🦪😋
3
0
31
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Mubibona Gute?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
12
2
44
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
Natacha💫✨💫
Tweet media one
11
3
42
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Joyeuses Pâques!🐇🐣🐓
Tweet media one
6
1
43
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Mubisanzwe Abagore bonze ntibagorana kuko intebe imwe arashobora kuyicaramwo agakwira wese ataruhagarara ateye 😂😂😂 Sibintsuuuu 😉
Tweet media one
7
1
44
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Another Day Another Blessing 🙏🏽
Tweet media one
5
3
41
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Another Day Another Blessing 🍊
Tweet media one
5
1
40
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
En ce jour de la fête du travail, rendons hommage à tout le personnel qui travaille dur pour assurer le bon fonctionnement de notre petit paradis qu'est l' @hotelclubdulac Merci pour votre dévouement et votre engagement pour satisfaire nos hôtes ❤️❤️❤️ #🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
1
41
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Say Something Nice 💚
Tweet media one
12
0
38
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
📢📢 LAMGAMBO LAMGAMBO 📢📢 Ngira ndabazanire indirimbo nziza itambika kandi ubu murazi ko tugira twinjire muri grandes vacances na cane cane kubanyeshure. Nzonezerwa cane mbonye umuntu wese akunda umuziki w'Uburundi agize Challenge💋
Tweet media one
4
2
38
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Have a nice Day, I love you guys 🥀
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
10
1
38
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Happy Mother’s Day 🥀💫🥀
Tweet media one
Tweet media two
5
0
38
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Another Level 🛸 Verbe <<KWENDA>> mugiswahiri urivuze mukirundi urashobora kuronka insiguro itandukanye n'insiguro yukuri kuko bisigura <<KUGENDA>> mu kirundi 🧏🏽‍♀️🧏🏽‍♀️🧏🏽‍♀️ I'm on my way…. Italy🇮🇹…✈️…Burundi🇧🇮 #Umwamikaziw 'Umuzikiw'uBurundi👑
Tweet media one
27
1
33
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Bonne soirée à tous!🤎
Tweet media one
12
2
33
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Mubiravye neeeza hagati yanje na #LeilaFROJO ninde ashobora kuba Miss Burundi 🇧🇮??? #GiulioFROJO nawe agume muhira arya ikigori 🙄
6
0
34
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Relaxing Time 😎
Tweet media one
4
0
30
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Natacha 🤍
Tweet media one
4
1
33
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Wari umunyamahoro ukunda igihugu ukagikorera ndetse waratwigisha gukunda igihugu gushika tucigure. Sokuru wacu tuzokwama tukwibuka kandi tuzogendera iragi ryawe ibihe vyose🙏🏽😭😭😭🙏🏽 #R .I.P his Excellence former President Pierre NKURUNZIZA 🙏🏽🇧🇮 🙌🏽
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
6
29
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Merci beaucoup d'être venu à l'anniversaire de mon fils #GiulioFROJO Son Excellence Monsieur l’Ambassadeur de l’Union Européenne Claude BOCHU et Son Excellence Monsieur l’Ambassadeur de l'Allemagne DIETER avec son épouse Madame IRIS. C’était un grand honneur pour nous 🙏🏽
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
1
30
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
#Natacha 💚💚💚
Tweet media one
9
0
31
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Aka Moto Kanje Kashitse Amahoro Sibintsuuuu 😉 #La 💫
4
3
30
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Yoooo Ka Natacha Kapole Saaaaana😔
Tweet media one
7
2
26
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Madame Natacha ✍🏽
Tweet media one
1
1
31
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
✈️
Tweet media one
10
3
26
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
My family ❤️🎄❤️
Tweet media one
Tweet media two
1
1
28
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Rome - Italy 🇮🇹
7
2
26
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
📢LAMGAMBO📢
Tweet media one
3
0
28
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Natacha Nooooma 👑 #Nduwawe 🎶
5
3
27
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Hahahahahhh Sibintsuuu With My Kids 😉 #La 🍼
4
1
28
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
C'était un grand honeur à l’ @hotelclubdulac d'obtenir la Re-certification de la métrise de la sécutité sanitaire des denrées alimentaires, management de la qualité ainsi que management environnemental qui concerne la protection de l'environnement 😍
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
3
26
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
LOVE ME OR HATE ME, BOTH ARE IN MY FAVOR. IF YOU LOVE ME, I’LL ALWAYS BE IN YOUR HEART. IF YOU HATE ME, I’LL ALWAYS BE IN YOUR MIND 👊🏽 #LaQueen 👑
6
1
27
@natachaburundi1
Natacha Burundi
11 months
Many Thanks My Big Fans ❤️
Tweet media one
3
2
26
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Ndi n’iteka ntangere ryo kwifuriza Abantu bose, umwaka mushasha cane cane Abakunzi b’umuziki wanje ❤️🧚🏽‍♀️🎆 • Je vous souhaite Meilleurs Voeux🎇
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
0
24
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Italy🇮🇹……..✈️……… Burundi🇧🇮
Tweet media one
8
0
25
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Natacha ✍🏽
Tweet media one
4
1
25
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
C’était un grand plaisir et honneur avoir Son Excellence Monsieur l’Ambassadeur de l’Union Européenne au Burundi et Sa Belle Famille à l’ @hotelclubdulac pour les Vœux de Noël et Fin d’Année🎄🎆🎄
Tweet media one
Tweet media two
1
1
22
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
L’ @hotelclubdulac est très honoré d’avoir accueilli S.E Monsieur Antonio Guterres , Secrétaire Général des #NationsUnies , lors de sa visite officielle à #Bujumbura 🥰
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
1
24
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
From the deepest of my heart I wish a happy birthday to my lovely husband #AlfredoFROJO ❤️🍾🎂🎂🎂💋 The man I always joke and play with😘😘😘 #My IKIGORI 👉🏽
Tweet media one
Tweet media two
4
1
24
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Happy Easter!🐇🐣🐓
5
1
23
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
Tweet media one
3
1
23
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
🥰😘🥰
5
0
24
@natachaburundi1
Natacha Burundi
10 months
Tweet media one
0
0
24
@natachaburundi1
Natacha Burundi
1 year
Ki chéri chéri changu 😘😘😘 #NDUWAWE
1
0
22
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
The Queen is Back 👑 Italy 🇮🇹 ……… ✈️ ……… Burundi 🇧🇮
Tweet media one
1
0
19
@natachaburundi1
Natacha Burundi
3 years
Nagomba nshimire bimwe bivuye kumutima ishirahamwe AJS rirongowe na Cedrick NIMPAGARITSE kubona bashoboye kumpa ubushimwe bubiri (2). Ico ndabemereye nuko ngiye gukora cane kugira dutahukane utundi dushimwe💪🏽Turateye intege kugikorwa c'iteka mwaraye mukoze🙏🏽 #Laboss 👸🏽
Tweet media one
Tweet media two
4
1
23
@natachaburundi1
Natacha Burundi
2 years
❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
0
20