IrakozeHosy Profile Banner
Hosy IRAKOZE Profile
Hosy IRAKOZE

@IrakozeHosy

Followers
7K
Following
3K
Statuses
1K

mama Siren

Joined September 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
4 hours
None aba ko bahawe indero yo gutukana ntibogenda bagatukana je ko iyo ndero yo gutuka abarongozi atayo nahawe😂😂😂 umuntu atabafashije gusara baca bashavura comme si yari obligé mxiuuuh
@MuhireWamwezi
Fine Bwoy
11 hours
@IrakozeHosy Nico gituma wemera ko @GeneralNeva atukwa ntiwigere numusi numwe uhagarara uhangane nkabandi Bose ? You are a double agent 🤣 TWARABAHINYUYE
9
1
18
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
4 hours
@MuhireWamwezi @GeneralNeva Genda utukane wewe ubifitiye uburere je Nta ndero yo gutuka abarongozi nahawe
0
0
6
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
4 hours
@mugwanashakama1 😂😂😂😂😂😂😂 mxiuuuh ntunduhishe
1
0
0
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@semavumba Je sinumiwe none😂😂😂 izina ryanje burya rizoduza benshi ndakurahiye😂 nkurya ninde yavuze ngo Studio ya Siren yabaye financé par le Rwanda? Ubwenge ntagira namba pe pe peeee
2
0
11
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
😭😭😭yande😭😂😂 Papa Bidondinette nyene??
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@DylanUrlic37343 Yandeeee😂😂😂😂😂
0
0
0
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@DylanUrlic37343 Yandeeee😂😂😂😂😂
1
0
2
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
Bashaka tuje muri CNC duhinduze ligne éditorial ngirango🤦🏽‍♀️ canke ntibazi nuko bigenda🥹mais fo ko bakoresha ubwenge sometimes😂
@Bad1014Bdi
Bad-BURUNDI
16 hours
@IrakozeHosy Courage sha! Siren Vibes tuyikurikirana turi benshi kandi simbona abo bagutera ubwoba ico bashaka gushikako.Ligne éditoriale yawe irazwi kandi na CNC mukorana neza. Benshi murabo babisha n’abajingitwa kubera iterambere ugezeko kandi bamwe bamwe turabazi. Be blessed!
1
0
4
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@HermanneNdizeye Nimba bafise ubwenge nabo barumva. Nta réaction yanje bazosubira kubona ubu vuba, hari amahera yoncika nishinze ibirofa vyabo bamamwo😂
0
0
6
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@dorineirakoze2 Je sais ma belle🙏🏽 merci ❤️
1
0
3
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
15 hours
@semavumba Muyigumemwo nyene je muyinkuremwo😂 nta mutwe wayo nifitiye bamvaneyoooo
4
0
2
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
16 hours
@GuyNsabimana Ndabizi ko ndabarenze kure niyo. Nimba nabishuye hari icabiteye!
0
0
0
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
16 hours
@GuyNsabimana Soma Kandi caption… wumvirize Kandi na Video
1
0
3
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
17 hours
Imbobo nazo zavugishijwe n’inzigo iva ku nzara zinyandikire ndazihembure. Izindi nazo zizitswe n’inzigo y’akazikira zizogwa imbere🫠
8
0
41
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@c_mupfasoni @DanNGA45 As I said muri video Ndende kuri YouTube “nibaza ko their brains were not functioning “ . Biteye ubwoba gusa ko Hari abantu bizera Ivyo bavuga si non it’s only bullsh*t🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️
1
0
4
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@HervwinMugisha I know the quote my dear. Kandi ndayikoresha kenshi. Ariko parfois le silence peut te tuer. N’ukumenya Balance!
0
0
10
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@BedMwami86502 @DanNGA45 @Karadiridimba00 Ntakuntu ejo woja kuya déposa?
1
0
0
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@DanNGA45 @Karadiridimba00 Uko Niko ubibona. Je nanje ndabibona ukundi. Ni vyinshi bavuga nkahora. Aho ntihakenewe silence Kandi
2
0
1
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@Ndayikengu45935 Ubivuze neza! Haraho umuntu arengerwa akava mu gacerere! Le silence pour ce genre de chose pouvait être justifié comme coupable de leurs cotises
0
0
10
@IrakozeHosy
Hosy IRAKOZE
1 day
@c_mupfasoni @DanNGA45 Hari ibintu bitari Ivyo kwishura n’ibindi bitari Ivyo guhora peee… imagine kumara plus de 10min uriko urasigurira abantu ingene Studio ya SV yabaye financé par l’opposition atahantu na hamwe duhuriye na Politique yabo🤦🏽‍♀️
2
0
4