Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 Profile Banner
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 Profile
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮

@semavumba

Followers
4,339
Following
17
Media
167
Statuses
1,015
Explore trending content on Musk Viewer
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Pampers zigurwa 52k France lait 30k Cerelac 18k. Mwenewacu, ndazi ko ino mbeho uyumva, ariko ubikore uzi ivyo biharuro kandi aho ni ku kwezi. #Umunyoni
16
9
127
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
8 months
Mpora ndababwira ko Abanyarwanda aribo bakeneye i Burundi gusumba uko Abarundi Bakeneye i Rwanda. Uburundi bwugaye ariko abatera induru nabo hakurya.... #Umunyoni .
68
11
124
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ariko Ivyashara ni hatari, mbe murazi ko ino podium yariko iberako bino ariyo Israel Mbonyi ariko araninaharizako Imana.... #Umunyoni
Tweet media one
32
2
73
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Utubindo n umuco w ikirundi twibwe n abakoroni.... muzorabe abazungu bakiza kutwonona, baje bambara izigera kubirenge bashiki bacu bambara utubindo. Baca badusigira umuco wo kwambara izigera ku birenge badutwara utubindo (bikini)... #Umunyoni
7
12
68
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Burya Iyo Ugiye mu Rusengero ntuba witavye Imana???
17
0
64
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
6 months
Gukunda igihugu ntibirinda itegeko ahubwo uribwiriza.... #Umunyoni
Tweet media one
25
7
62
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Sinzi ingene nisanze aha hantu... #Umunyoni
Tweet media one
12
0
60
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
10 months
Inyuma ya Miss Erica, Same over Mix twamenye muri KIRADODORA araryamiye ukuboko kw Abagabo. Turacarindiriye ijambo ry Ihumure riva mu bavyeyi bacu kuko Umuziki w Uburundi uriko uca mubihe bitoroshe....
Tweet media one
10
2
64
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ubu Busness yunguka ningoga niya Yesu.... Kubera abantu bamaze guterwa ubwoba ko bazosha nibapfa. Guha @IsraeMbonyi 35 000$. Jewe mwaranyimye 3000$ ngo ndabakorere amatohoza yimbitse yo #kubandwa .. Kazima nfise bibiriya n ikoti, nzi no kwigisha, Vuba ndaba Dady.... #Umunyoni
10
4
55
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Turi mu bihe umukobwa yavyariye iwabo agara gusumba isugi.... #Umunyoni
16
3
53
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
10 months
Ko Fizzo yuguruye restaurant i Buja, hakaba hegereje amatora ya 2025. Wa Mushingamateka ntiyorihira basi Abanyabujumbura imyaka 2 hama tuzomwongere muri 2025...
Tweet media one
4
1
52
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
14 days
Jewe n abana banje tuvuye mu rusengero i Bujumbura Mugihe aho hakurya basenga binyegeje. Gusa nubwiyemezi bwabo, ndacarindiriye itegeko ryugara Gatorika. #Umunyoni
Tweet media one
26
3
50
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Tudahendanye aba Baririmvyi bacu baguma bavanga ivyongereza n ikirundi muma interview yabo nkuko umengo nta kirundi bazi, ubu uwobacakira akabakoresha ikiganiro mu congereza ntibobira ivyuya mu kanwa....
16
0
49
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 month
IGIHE PEREZIDA KAGAME YARIKO YIYAMAMAZA, NTA MURIRIMVYI NUMWE WO MU RWANDA YARI AREKURIWE GUSOHORA INDIRIMBO NIMWE... UBU BAGOMBA BATURENZE INDURU. #Umunyoni .
26
2
50
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
18 days
Abahinga bansigurire impamvu Igisirikare c Urwanda gikoresha ibendera rya @UPRONA__1961 ... #Umunyoni .
Tweet media one
56
7
45
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
7 months
Nubwambere mbonye abantu batuka umuntu yiyugariye inzu yiwe... #Umunyoni
20
4
45
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ku Mutwenzi.... Mpuye na cherie wanje arikumwe na Cherie wiwe... #Umunyoni .
6
0
43
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Tweet media one
2
3
41
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Israel Mbonyi ni 35 000$ Citerne y igitoro ni 35 000$ Mwino minsi mitindi wohitamwo iki? Ko inoti zose zitangwa na Banque Centrale. #Umunyoni
8
1
39
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Vyanditswe ko Tuzoba ivyabona vyo gushinga intahe guhera i Yerusalem gushika ku mpera Y isi. Ariko I Bujumbura banse ko Abamenyeshamakuru baja kubafasha gusanzaza ubutumwa bwiza ngo mpaka nabo barihe 1 500 000Fbu ari 10.... #Umunyoni
11
0
37
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 month
UMUGENZO WO GUKORA MUNTOKE ABARIRIMVYI #PK YAWIVYE I BURUNDI..... #UMUNYONI .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
17
1
39
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
15 days
Agagiro K Amarundi. jewe navunjije 10$ USD, Amaherq bampaye NGUZE I KAZIYE YA AMSTEL BOCK none ubu jewe nabanje twaborewe turiko tuvuga mundimi. #Umunyoni
Tweet media one
19
1
40
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Genda mubabwire muti "INTAMBARA YARAHEZE ARIKO URUGAMBA RURABANDANYA"... #Umunyoni .
Tweet media one
6
1
38
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
14 days
Hari umuvandimwe aba muri France, ambwiye ko yuzuza imodoka yiwe aruko afise 100€, jewe nfise 100€ nkayavunja muri FBU, Nuzuza imiduga 3 nkiy'uwo muvandimwe atungiye muri France... #Umunyoni .
39
1
40
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
22 days
ISUKU.
Tweet media one
9
5
38
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
9 months
Uwasomeye Olegue itegeko ryuko apfungwa ngo yaririmvye ibiterasoni duhuye ari mwi karashishi ariwe ariko atera urukato.. #Umunyoni
6
1
39
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
20 days
Munfashe gukeza Umukobwa wanje yaraye ahawe urupapuro rw Umutsindo n Umutambukanyi wa Nyiniteka Umukuru w Inama Nkenguzamateka... Yaramaze ivyigwa yarimwo.
Tweet media one
0
1
35
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
8 months
Ubu tuzoza tuja kwidagadura iwabo, dutashe twugurura igufuli twiyinjirira munzu twongera twugara. Ico nzi ubu baratinya kuza iwacu.... 😂 #Umunyoni
4
1
34
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Uw Imana yahaye abana yiyita Umwenzi yamara nabo vyanka vyanka benda.... #Mwenimana #Umunyoni
9
1
34
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
Narababwiye ko ivya Show ya The Ben biyobeye. Ni hehe mwumvise Concert Vip kwinjira ari 10millions bakahava bivye Telefone. Ukwo n ugushaka kutwambika iceyi. Si vyiza. #Umunyoni
6
0
35
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umuririmvyi D One akwiye kwerekwa ko ibikorwa amaze umwaka adukorera ko bidushikira.... #Umunyoni .
3
0
33
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
10 months
Nyakabiga, amatara yacitse sasa Station iriko itanga igitoro irabuze igitoro co kwatsa groupe kugira itange igitoro... #Umunyoni
4
0
34
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umuririmvyi Ir Emery Sun amaze kubona ko yakoze indirimbo zikomeye hama bakamwima isoko, yaciye ahitamwo kwitegurira ibiteramo... #Umunyoni
4
1
33
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Bwira mugenzawe ko #Umunyoni yishikiye kuri twitter...
3
1
29
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
@yigenga Izo yambaye n umuco w ikirundi. Umuzo w abakoroni, baje bambaye izigera kubirenge, basanga bashiki bacu bamara utubindo, baca badutwara utubindo badusigira izigera ku birenge n amategeko apfunga uwambage utubindo..... #Umunyoni
Tweet media one
3
1
32
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Mu vyigwa mpejeje gukora nsanze. Inzigo n ishari ubivanze n inzara bica birema cancert ya estomac igaca ikwica n ingoga... #Umunyoni
3
0
31
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Benewacu, ino minsi mitindi ni so, imitwe yamperanye kuburyo numva nkeneye umuhindi andoda inyundo yo mu Mutwe akampa 10millions.. #Umunyoni
8
1
31
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Mu vyigwa nakoze, nasanze Obr ikunda amahera gusumba indaya... #Umunyoni
6
0
31
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
Amahera yanje Mr Light yari asigaye kumpemba, yayampaye neza cane... Ndishimye kuba twarakoranye neza nurya Muhungu. Ico nabonye coco Twige kugabanya inzigo. #Umunyoni
4
1
32
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 months
Abahanzi bi Rwanda Barahejeje deal ya FPR, Bace basaba ko imipaka yugururwa baze Gukora deal i Burundi.... #Umunyoni .
13
3
31
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Nasanze ikintu conyene kitworohera gukorera mu bumwe ari gukubita igisuma... #Umunyoni
5
0
30
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Mbe burya murazi ko Gutinya kudasigura kwubaha.... Umuntu urashobora kumwubaha ariko utamutinya. Canke ukamutinya utamwubaha. Jewe nobahanura kwubaha ntimutinye... #Umunyoni
2
0
27
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Sokwe! Ndumuririmvyikazi, ndinanata nkakora ariko Wumvirije ivyanje uca Utwenga kurya AKABI GATWENGWA NKAKEZA. Ndinde?
16
0
29
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Muri Débat na Dj Paulin, yavuze ko muri Aout 2023 Christal Event izokwiza imyaka 10. Akaba ategura kuzana umunyamahanga ariko ikibazo afise nuko atararonka banque izomuha ama dollar yo guhemba uwo munyamahanga azozana... #Umunyoni
4
0
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Mugihe amafaranga yawe adashobora gukemura ibibazo ufise, yarye uhangane nivyo bibazo uhaze. Kuko burya inzara ivanze n ibibazo yica ningoga... #Umunyoni
1
2
27
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
10 months
Ubushikiranganji bw Amagara y Abantu ni buve mu gacerere butubwire ivy ino gripe n ingene yovurwa... Jewe irandembeje kandi nasanze atari jewe jenyene ndayirwaye.... #Umunyoni
5
5
28
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Benewacu, Ndazi ko kano ga Climat kabiryosha, ariko mwibuke ko kurera umwana bisaba imitahe.... Utwo tuntu ndatuguze 50k.. #Umunyoni .
Tweet media one
1
0
27
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Ndafise indoto yuko hari umunsi inoti Igihugu gishira muri sport kizozishira mu muziki... #Umunyoni
7
0
28
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Ninde yonsigurira impamvu abasegerereza baja gusegerereza mu bubare muga batigera baja mu masengero... #Umunyoni
13
1
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Hariho abakobwa barinda, none nko kunsaba 200k, en plus duhuriye Guerra plaza 5h... #Umunyoni
8
1
28
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
Mu vyigwa mpejeje gukora, nsanze Umuporisi akorera mu mutekano wo mw ibarabara, ata mwanya aronka wo kuraba ko inoti ari iya magendo... #Umunyoni
4
0
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ubwo aba bana beza basengera muri Hotel Source du Nil, nta bucuti bafitaniye na bamwe bitabira ibiteramo vya Dj Paulin? #Umunyoni
3
2
27
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
7 months
My sister. Living Legend.
Tweet media one
3
0
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ino minsi mitindi ntaco itazotwigisha. Ku madeni nfise, ejo ntimuzondondere nzoba ndi mi misozi ndiko ndasaba Imana ibibagize ko munyishuza... Naje ndahanzwe abiwabo bansaranye ngo mpaka ndamutwaye. #Umunyoni
8
0
24
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 month
Mu Rwanda FPR NIWO MUGAMBWE WONYENE UMENYA IDARAPO RYAWO.... JEWE MUHIRA NDAFISE N IDRAPO YA #MSD ... #Umunyoni
11
2
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umuririmvyi Lolilo aratakambira S.E @GeneralNeva amuronse passeport diplomatique....
5
2
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Benewacu mwibuke ko Igihe @MutimaComedien yatakambira S.E @GeneralNeva ngo atwumvire ikigongwe atwugururire ibiteramo, kwari kugira Abaririmvyi b igihugu baronke agaceri... Muga Abanyamahanga nibo baguma baza kuwuturirako... #Umunyoni
7
2
26
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
20 days
Ego Abapentekote buguruye ihoteri. Ikibazo nfise, irya piscine tuzoyogamwo twambaye gute??? #Umunyoni .
11
0
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Benewacu, mawe aguma ansaba ndongore none umukobwa bandangiye yuguruje amstel amenyo binteye ubwoba. Nayahe mateka mwoba muzi ku bakobwa mwene aba. #Umunyoni
11
1
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
9 months
Twahawe inyigisho zo guteranya canke kubanguranya Abasani tugaca tubakuramwo ivyunguka... #Umunyoni
Tweet media one
0
2
25
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
17 days
Kuva mvuka nubwambere mbonye Inama nshingamateka na Leta bose barahira imbere ya Nyakwubahwa Perezida wa Rebublika... Urwanda bararugira UBWAMI BW URWANDA REPUBLIKA BAYIHEBE PE SIVYIWABO... #Umunyoni
21
1
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ivyigwa nagize nuko imisore myinshi yagiye Serebiya kubera kubura inkumi zikundira aba diaspora... Ubu caciyemwo none Video zinkumi zabimye zibaye nyinshi... #umunyoni
4
0
24
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
13 days
Unkeneye muri Entertainment uzonsanga facebook. Aha kuri X nahaje nje kuhahushurira #Imbwa no kuzikona.... #Umunyoni .
25
1
25
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
12 days
Nakoye mwi #Jenda . Ariko umwana wanje w infura namukuye i #Busoni mu Kirundo uwundi mu #Rutovu iwanyu i Bururi.....
Tweet media one
11
1
27
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
#Benewacu , mbe murazi ko Igihugu ca #Maldovie usaba Visa enligne ufise passeport y Uburundi? Tujeyo twibere aba Diaspora.
6
0
24
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 month
Iyo bakwima ibiteramo, ugaca witegurira rwawe no kuri podium urahazana imatera n ivyombo.... Nizere ko @CnddFdd imubona ikazomuha deal ya campain ya 2025 kuko arimwo amajwi menshi... #Umunyonl
Tweet media one
3
2
24
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Birangiye Umuririmvyi Olegue aje gushimira @MuvayoJean kuba yama amuba hafi... #Umunyoni
Tweet media one
3
0
22
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Sinanse ko bazana Abanyamahanga, ariko nibabazane babanje guha iteka umuririmvyi w umurundi akwiriye.... Upfume uyaha umwe ariko umuhe ayangana nayo wahaye umushitsi wawe. #Umunyoni .
1
1
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Ubu tuvugana ndi muri Congo. Mushatse mwonyita diaspora. #Umunyoni
5
0
24
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
Inzigo ivanze n inzara yica nabi pé... Mr Light arabananiye ubu naho mutandukiriye Dj Paulin... Kuki abantu bose bagerageza kurema Ubugari mu miziki y Abana b igihugu baguma barwanywa. Ndarahiye ko Muzotwicira hamwe.
2
1
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
⚠️⚠️MENYA NEZA Big Fizzo na Sat B naho bari bahawe avance nta Contrat yanditse bari bafise. Contrat ya Lino G yari yanditse ariko ntiyayubahirije kuko ntiyaririmvye. Sat B kubera yaririmvye yarahembwe Lino G na Fizzo bashobora gusubiza avance bahawe... #Umunyoni
3
0
21
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Aho hambere abakoroni bataratweka inyandiko ziri muri bibiriya zivuga ko wonse amabere bikomera.... #Umunyonj
Tweet media one
2
3
22
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Jewe n abahungu banje batorotse muri #TeamSatura twamaze gufata intumbero nshasha. Tuzobikora ariko muduhaye amafaranga akwiye. Ubu nta giteramo na kimwe Tuzobafasha kumenyekanisha ata gaciro kahawe umurundi. Bibaye ngombwa Tuzobihombesha. Canke dusabe babime uruhusha. #Umunyoni
2
1
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
26 days
NINDE MUNTU ATONDERA IGITORO ATA MAHERA AFISE YO KUKIGURA? UMUNSI MWABUZE AMAHERA, NTA MODOKA MUZOTONDEKA IGITORO KIZOCA KIBONEKA. KUKO KIZOGURA ABASIGARANYE AMAHERA. HITAMWO. #UMUNYONI .
25
0
21
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
1 year
Akamaramaza muri primusic2023, aho kuva isi yabaho ari ubwambere haba publicité y inzoga ikorwa imbere y abana batarakwiza imyaka 18... #Umunyoni
Tweet media one
7
0
21
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Oooo! Rukundo pharmacy. #Umunyoni
Tweet media one
3
2
20
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 months
Iyo ndiko ndakora akazi k Umukire....
Tweet media one
3
0
22
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
9 months
Jewe ndazi ko nrwanira igihugu. Intambara ngwana kugira imico yacu ntivogerwe ngo igende akagirire nije ndazizi. #Umunyoni .
4
1
21
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Uno Munsi abaririmvyi b abarundi ubabajije iyo bakura amahera bakubwira ngo indirimbo zabo ziri kuma platform ya streaming... Mwibuke ko n indirimbo zabo banyamahanga baza gutora $ ngaha ziri kuma plattform. Namwe nimwige ingene muronka Franc Bu hama platform ibe plan B #Umunyoni
0
0
20
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
25 days
1. Mbe ni kuki kwi tabi ata kirango ca @BBNBurundi kijako kandi umwotsi tuwihereza? 2. Kuki iri Yes batanditseko vyabindi vyuko kunywa itabi vyica amagara y abantu? 3. Ko ata myaka ibujijwe bashirako? #Umunyoni
Tweet media one
9
0
21
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
17 days
IKIGONGWE CA NYENICUBAHIRO @GeneralNeva . Mu Burundi iyo uhawe ikigongwe, uca wironkera umwidegemvyo ukwiye no gutembera iyo ushaka bitandukanye naho haruguru bakurekura ugapfungirwa icamaso murugo iwawe..
Tweet media one
22
2
19
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ndemeza ko hamwe facebook whatsapp boyizimbako hama @Gasapeapp ikazimbuka ko YouTube twoca turonka ama views. #Umunyoni
7
1
18
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
14 days
Hari aga post nakoze kuri facebook k umu diaspora akampembera 20€. Nca ndakavunja. Mu marundi bampaye, Ejo Naraduganye abagenzi i Bugarama ndabagurira casier ya bock baraborerwa ubu naho nayasohokanyemwo umuryango ku kiyaga.Mbwira ikind gihugu 20€ woboreza abantu bakakuririmba.
Tweet media one
24
2
23
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umumaraya niwe muntu wenyene adandaza Umuzigo, ukawugura, akongera akawutahana....
2
0
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umuziki wacu kugira ube uko umeze hariho abarundi n abakunzi b uburundi bamaze gushira imitahe yabo muri wo. Uno Munsi birateye agahinda aho batuzanira ivyaduka, hejuru y Abarundi bizewe bashirwamwo imitahe kugira babe ico bari uno munsi. Nta giteramo gihari itariki 17. #Umunyoni
1
1
20
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Kuku niko jewe na @PacisAlarine dutanguye #Weekend ....
5
2
19
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Nta kuntu Boca inzira icamwo inkumi nziza za Republika ku buryo twebwe tuba twigiriye kwitaba Imana zitoza zidusamaza. Erega ndahatswe gusiba mu #Rushengero ... #Umunyoni .
7
0
18
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Namba ukunda football itari muri bamwe babetinga, bakunda team bashizeko amahera woryoherwa kuba Messi atwaye mondial. Kubera ntakuntu wari kuzosigurira abana bawe ingene habayeho Messi na Christiano ata mondial batwaye.. #Umunyoni
3
2
16
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Ndabibutse ko hari abantu ubabwiye ukuri bakubwira ko ubatutse. Ariko mwibuke ko Igihute utagifyonze neza kidakira..... #Umunyoni
1
1
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
9 months
@nellynadia3 @MinEACJSCBdi Soma Tweet nanditse Umunsi Kiradodora ashengera uca utahura ko Nishuwe. Abaririmvyi turi indwanyi turwanira mu gutsimbataza amahoro no Kumenyekanisha igihugu mu Makungu. Miss Erica yatashe nk Umusirikare tekana rero unywe amazi, usinzire. Jeho n ibikoho 21 bizovuga. #Umunyoni
2
0
19
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Nta munyamahanga bashaka iwabo, none twebwe tubashaka ko iki???? #Umunyoni
Tweet media one
1
5
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Urabikora atawe utayeko umwikomo, ico nzi coco nuko ata wugomera uruzi. Na harya ku rugomero (barrage) barasigira inzira amazi...
1
0
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Umukobwa atinya kuza kukuramutsa ngo woyirya, uraca umusanga iwe, hama umuramutse uce uyirirayo kuko uyo ari faible kuri wewe....
0
0
16
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Murakomeza mwigira ko mutambona, hazogera ko mumbona nanje ntababona.... Mwibuke ko nd Umwishwa w #Abavumu .... #Nzobamwa #Umunyoni
6
0
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
11 days
Ndi i Kigali, kuva twugaye imipaka bakabura indagara, Ubu ama Bus yabo apakira abantu nk Indagara.... #Umunyoni
Tweet media one
100
3
63
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
9 months
Anakuya na yeye
Tweet media one
2
0
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
Aha nobabwira munterere mu migambi ya #Icobatinya yo kurara ndi gusa kandi itunguka mwobikora. Ariko nababwiye munterere amafaranga nkore umugambi wunguka mwaranse.... #Umunyoni
2
1
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
6 months
Toilette zo muri banque ziba ziri he?
7
0
17
@semavumba
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
2 years
None ko baguma badusaba ngo tubandanye tubabitsa inoti, ubwo ntibashaka ayo batembagarana? Burya Ikori rya Republika n ikori ryeranda... #Umunyoni .
1
0
16