![Favorite NIYOMWUNGERE Profile](https://pbs.twimg.com/profile_images/1731279351574863872/u6Iuaqot_x96.jpg)
Favorite NIYOMWUNGERE
@favo_Bdi
Followers
7
Following
19
Statuses
25
Joined December 2023
@nellynadia3 Donc mutanguye kwitera amabombe!vyabananiye mpa akarorero ko murwanda Aho bisambura bo nyene ntac mvuze
0
0
0
@semavumba @pnininahazwe @rugbob78 Hahah ewe Simbizi!ππππ @pnininahazwe nawe azogupostinga rindira na Bunyoni yaramu postinze
1
0
0
@AFrimeur Iyo battle nguma ndabahanura kuyivamwo!umuvyeyi nimba yabihoreye mwe mubihigako iki?ko atatwigishije gutukana mugomba kuvyiyigisha?tekana igitutsi gufata uwamanyama!igihe mwonuma ntimwerekane ko mubibona bonuma mais mukabigira intambara bagenzi abanyarwanda barazi gutukana
0
0
0
@semavumba Ikibazo uburundi dusanzwe dufise crise interne Mon Frere!izi battle za social media ntimuzozitsinda kuko wanashaka ntaninyungu zinafise!abarundi bamwe bake cane bakoresha X na TikTok barimwo 2 groups abasanzwe bafise imbono nkiyawe hamwe nabandi bafise imbono itandukanye niyawe
1
0
1
@silasdamara @yigenga @ambjoel25 @aacburundi Yavuze ko kuva uwo muyobozi ahageze ko hari abirukanywe nabagataye!ntiyavuze ko harico mupfa nta rementanya kuko siho ukiri warahavuye mbona atabubeshi burimwo
0
0
0