![Amb Joel Nkurabagaya Profile](https://pbs.twimg.com/profile_images/946419438114484225/uDIP9Cep_x96.jpg)
Amb Joel Nkurabagaya
@ambjoel25
Followers
5K
Following
197
Statuses
211
Joined February 2016
RT @WillyNG0MA: En scrutant attentivement les tueries de #Beni par les ADF,les tueries des #Hemas par CODECO,les tueries des #Rwandophones;…
0
79
0
@yigengaw @CnddFdd @GeneralNeva Ambassadeur Joël Nkurabagaya yakoze ivyo yategerezwa gukora mu kuronsa abakozi b'ikibuga c'indege ababasahiriza mukazi b'incabwenge. Umuhinga yigenga nawe, mu macakubiri yiwe ahagaze kuntara/agatumba nkuko adahengeshanya kuvyerekana, arajwe ishinga no gutembagaza uyo Amb. Joël
3
0
1
RT @DrJoLynneW: God is giving you answers. To everything you see… To everything the devil said… To everything agenda of evil… To every dre…
0
178
0
@yigengaw @AacbBurundii @MinCommerce @GeneralNeva Umukozi wa AACB yoba atararonka cotation yiwe yokwitura Ubuyobozi bukuru kugira bumutunganirize.
0
1
3
@yigengaw @GeneralNeva @MinCommerce @BurundiGov @MininterInfosBi Iyo antenne imaze imyaka n'imyaka iri mu kibanza irimwo ubu. Umuhinga yigenga hamwe n'abo bakorana, ntibigeze bavunira akagohe AACB ko yoyikuraho, kugeza aho Uburongozi bushasha bwa AACB bwo nyene bwabonye ko Antenne iteye umutekano muke bukaba buri ku kivi kugira yunguruzwe.
7
1
8
@NestaShima @GeneralNeva @MinCommerce @MFPTE_bdi Heureusement, les gens ne sont pas aussi dupes que vous le croyez pour avaler gratuitement les contre-vérités que vous essayez de propager sans effet.
1
0
2
@ibimenya450 L'usine exige la vérification technique à l'usine même, suivie de la réception et l'expédition.
1
0
0