Sat-B Profile Banner
Sat-B Profile
Sat-B

@satb257

Followers
28,860
Following
341
Media
1,367
Statuses
7,851

Artist | East Africa | Ceo #MtravelandToursBurundi | @empireavenue_ | Brand Ambassador @1xbet_bi

Republique du Burundi
Joined May 2015
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@satb257
Sat-B
1 year
Today I meet the journalist and sports commentator of B&B radio in Rwanda. @Fuadi_13of Uwihanganye welcome 🇧🇮 again my Brother💪🏾🙏🏾
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
12
433
@satb257
Sat-B
2 years
Habonetse Miss Nemera Rero 🙋🏾‍♂️🙋🏾‍♂️ Uyu kubwenge ni okey cane ! Rero bashiki bacu twebwe basaza banyu twifuza ko mugira ubwiza bwokumubiri no mu bwenge 🥰🥰 Congratulation Miss Burundi 2022 👑
Tweet media one
27
31
355
@satb257
Sat-B
11 months
🇧🇮 vs 🇷🇼
Tweet media one
14
15
362
@satb257
Sat-B
3 years
Birya Fizzo yavuze ni vyiza biramwubahisha n’imbere yatwe batonya biwe, Gurtyo tukaronkera aho dufatira kugira tumwubahe tumuhe n’iteka rimukwiriye ! Ibisigaye Kira muntu kw’isi afise vision zitandukanye canke zimeze kumwe Kuri iyi ncuro nti #Bravo 🙌🏾
Tweet media one
49
21
278
@satb257
Sat-B
2 years
A special one made for you 🌹🌹 Nobody Like You ❤️❤️❤️🌹🙏🏾👙
20
16
278
@satb257
Sat-B
2 years
Bivanye nokudatahura agaciro k’abaririmvyi b’abarundi bikorwa n’abarundi bategura ibiteramo, Nahisemwo yuko Igiteramo kitazompa 10.000.000 Fbu. Ntazosubira Kandi ! Kiretse Ndaciteguriye canke igihuza abaririmvyi b’abarundi gusa.🙏🏾
50
18
277
@satb257
Sat-B
4 years
Comme je dirrais a mes petit fils “Il est étais une fois un président amis de sa jeunesse ! un jour ensemble avec humour répétais le président “Tukamatiye Chini Vijana”😭😥😥 Merci pour tout ce que tu as accomplis ❤️ #RIPNkurunziza
Tweet media one
8
46
269
@satb257
Sat-B
6 months
Kumunsi W’ejo Igihe Nari ngiye kwitunganya gukorera ku mategeko mu kigo Emmaus (OBR) umwe mu ncuti zanje yambajije ati“ Ko Ucuruza Ama Tickets Y’indege Urungika Abandi nawe utajayo ?" ndamwishura ko ninaheza kwubaka inzu yanje na Company’’s nka 8 nzoca ngenda muri Vacance
Tweet media one
39
12
259
@satb257
Sat-B
2 years
Ubukene ni ingwara ikira iyo ukuye amabako mu mpuzu 🙌🏾🙌🏾🇪🇺🇪🇺
Tweet media one
43
11
250
@satb257
Sat-B
2 years
Ndashimiye cane Ba Kidumu, Big Fizzo, Silas Ndamara, LOLILO, Sam Over Mix, Doctor Cloud, Nziza Désire, n’abandi benshi cane bashoboye kuncira inzira igana iterambere tugezeko mu Muziki w’uburundi.🤍🤍💜💜💜
24
12
239
@satb257
Sat-B
3 years
The Kibira forest stretches from Bugarama in The south to the border with Rwanda in the north over a length of more or less 80 Km and an average width of 8 Km.Its area is approximately 40000 ha. It then joins the Nyungwe forest in neighboring Rwanda. #Tembeanyumbani #Visitburundi
17
46
237
@satb257
Sat-B
1 year
New Summer Hit Kidding Available on youtube 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Artist : @satb_satura 🇧🇮 Produced by @niz_beatz 🇷🇼 MM : @herbertskillz_ 🇺🇬 Video Directed By @joowzeytz 🇹🇿
19
18
230
@satb257
Sat-B
2 years
Mvuye kuvugana n’abajejwe Bantou Bwoy Kuburyo turiko dupanga uko noyigura vuba. Gusa irazimvye cane. Le 08 Mars Muzomenya vyinshi.
Tweet media one
34
9
230
@satb257
Sat-B
3 years
Umurundikazi ♥️
Tweet media one
22
9
221
@satb257
Sat-B
1 year
Primus Burundi Bubahwe 🤫🤫🤫🤫🙌🏾🙌🏾🙌🏾 Gitega Primusic Final
Tweet media one
24
10
226
@satb257
Sat-B
2 years
Ndafungiwe Aeroport Abegereye Abavyeyi Muri Reta Mvyeyi Bamfashe Kumbwirira Abavyeyi Bamvugire Mbohorwe ! Erega mvuye guserukira igihugu 🥲🥲🥲😭😭😭😭
98
37
201
@satb257
Sat-B
7 months
Wasaze, Wacomye , Canke Muvuga Ivyo Mutazi ?? #ChallengeAccepted
Tweet media one
13
7
197
@satb257
Sat-B
7 months
Je me demande, y'a-t-il des musulmans sur Twitter ? Ijumaa Mubarak 🕌
Tweet media one
19
1
199
@satb257
Sat-B
11 months
Gume hamwe ! Kundane mukunde ivyanyu. ❤️💐 Reke Guhonoka.😌 Ndarivuze, ndimanukiye ataco ninona canke nicuza. Ahubwo bibakundiye Mwicuze cane Ubwanyu 😌
Tweet media one
12
9
199
@satb257
Sat-B
2 years
Vote For Your Innocent Burundian Boy. Burundi is our mama Land 🇧🇮 @afrimma Afrimma Best Male East Africa 🤲🏽👉🏾 #Afrimma #Burundi #KazeIwacu #visitburundi
Tweet media one
25
23
187
@satb257
Sat-B
2 years
Nakoze vyinshi, Nderura Ama Projet Y’ama compagnie menshi,imyaka myinsh Ntanga inguvu nyinshi zitanga succes y’imigambi Myinshi y’abana babantu. Sintinya gupfa nkenye ntinya kuraga umwana wanje itongo, hakumuraga igihugu ciza Mbabajwe kuba nzopfa atashur canke ibitaro n’ubatse
Tweet media one
24
8
197
@satb257
Sat-B
1 year
Iyo umwami Ntare atari kwagura imbibe bamwe tuba turi aba Tanzania, Congo, Canke …..🇧🇮🇦🇪
Tweet media one
19
7
195
@satb257
Sat-B
1 year
🇸🇪 Sweden, I've Got My Visa! 🛫 Get ready to groove with me at the Afro Scandivia Festival in Gothenburg on 01/02nd September. 🎶 Let's make memories! 🎉 #AfroScandiviaFest #GrooveOn
Tweet media one
17
9
196
@satb257
Sat-B
2 years
♠️
Tweet media one
14
9
198
@satb257
Sat-B
2 years
Thank you Madele Company and the entire team at Bene Ntare for expanding the perceptions of 'Fashion' by picking me to be your brand ambassador. I am honored. #MadeleFashion
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
18
24
192
@satb257
Sat-B
1 year
Ni igiki muzokwibukirako Sat-B ? Aba fana banje Mwarakoze kubana nanje 🙏🏾🙏🏾🥹
Tweet media one
14
10
188
@satb257
Sat-B
3 years
Brand New Music Dawa 💊 Out Now 🌍
24
8
181
@satb257
Sat-B
2 years
Got new friends 2023 👽👽👽 Get Ready For New 🎬🎥🇧🇮
Tweet media one
17
13
187
@satb257
Sat-B
2 years
Je suis né sans le demander je mourrais sans le vouloir alors laissez moi vivre ma vie a ma guise 🖤🖤
Tweet media one
22
21
186
@satb257
Sat-B
1 year
💔
Tweet media one
49
5
190
@satb257
Sat-B
3 years
Here we go 🚀 #BeautifulSM reach 2 Millions views🔥 Thank you 🙏 fam #BurundiWhisky #BurundiWaragi
Tweet media one
18
19
179
@satb257
Sat-B
2 years
Bonne journée du patriotisme 🇧🇮 Repose en paix Guide Suprême 🕯🕊
Tweet media one
5
19
187
@satb257
Sat-B
1 year
Verified !
39
2
187
@satb257
Sat-B
2 years
Nahuye Na ADG wa Bank Yitwa #Hella Ni Umu Jeune cane kweri Tuje Kw’ishure ! Tuje kw’ishure !
Tweet media one
19
10
182
@satb257
Sat-B
3 months
💫⭐️🇧🇮
Tweet media one
6
9
176
@satb257
Sat-B
1 year
🇪🇺 Ishura iki kibazo uheze utsindire akaganuke kangana n‘agaciro ka 50.000 Fbu. Question 1 - Ni gute itangazamakuru ry’i burundi Ryoterera mw’iterambere ry’igihugu ??
Tweet media one
70
14
175
@satb257
Sat-B
2 years
Ndi Mu Nyishu.🥰🥰
Tweet media one
Tweet media two
27
4
182
@satb257
Sat-B
3 years
#throwback - Rimwe na Rimwe Ubuzima Buratwereka ko Turi hasi bukatwereka ko Ataco Tumaze ! Ariko Ico Imana Yagupangiye Ntawogipangura. Burya uko dusa siko dusa iyo turonse agafaranga turasa neza natwe mu bandi !! IMANA Ishimwe 🙏🏾 #Motivation #youngpeoplesmentalhealth
Tweet media one
23
11
182
@satb257
Sat-B
3 years
Uyu munsi ndawibuka hari mu 1943 La bataille de tunisie (Opperation Acrobat) 🙌🏾🙌🏾🙌🏾👨🏾‍🎨 #2emeGuerreMondial
Tweet media one
28
11
175
@satb257
Sat-B
1 year
Birambabaje kunva Izi Ndirimbo Zitemerewe gucishwa ku ma Radio y’i burundi naho ata n‘imwe gwanje irimwo 😢😢💔 Urwaruka ni rwaheba kuririmba nogukunda ivy’arivyo vyose ico gihe Abaririmvyi tuzokwisubiza agateka kogukora ama concert Akitabwa nka Kera Vyanse muze ndabigishe
Tweet media one
Tweet media two
60
6
175
@satb257
Sat-B
2 years
Alice Alice Alice ! Waransize sinabonye iyo wanyikiye, Alice Wari kundihira arya 60.000 Nkumuntu Twavuye mugikorwa gisa nari kuyaguhera hanze alice 😅 alice umaze kuronka selfie wnsiz uko alice ! Alice umugenzi umubonera mumagogwa Alice Kuki wanyitse koko 🥲😭😭😭😭
Tweet media one
53
12
168
@satb257
Sat-B
2 years
Muri Afrimma Nzojayo 😍😍 !!!
70
9
175
@satb257
Sat-B
1 year
Like nimba Woze ndaguhitane tuje kwa Ministre 😀😀 Umwaramo Mwiza.❤️🇧🇮
Tweet media one
25
5
174
@satb257
Sat-B
2 years
I’ve been nominated as Best Male East Africa at the AFRIMMA 2022… Super thankful for the recognition. I appreciate everyone that's been supporting good music, pls y’all let’s bring this home 🇧🇮 Vote link
Tweet media one
24
21
166
@satb257
Sat-B
1 year
Mu Burundi nta Yacht 🛥️ Iriho ngo tuje kw’ikorera Party Na Team Satura Hagati mu mazi ya Tanganyika💰💰💰💰💰 Ndabaza ?
Tweet media one
9
6
168
@satb257
Sat-B
11 months
Abakene bamwe bamwe b’iwacu batandukanye n’abahandi. Kwanza abakene bamwe bamwe b’iwacu bakunda kuruhuka. Abakene b’iwacu bakora vyose berekane yuko Abantu bose bakenye nkabo. Ariko Abakene b’ahandi bakarangwa n’ukuraba uko bikura muri nyabukene. Bakanafashanya ngo babuvemwo.
Tweet media one
Tweet media two
7
7
164
@satb257
Sat-B
2 years
Ikiyago hagati yanje Na Brother Big Fizzo tuvugana uko tuzocangacanga ikarata 30/12/2022 Place Ni STADE INTWARI 🚨
15
8
166
@satb257
Sat-B
1 year
"Collaborating with #TomClose on his latest album ' #Essence ' was more than just a musical opportunity, it was a meeting of two same cultures 🇷🇼 🇧🇮 , two countries, and two visions of art. As a Burundian artist, I am honored to have been able to add my personal touch to this
Tweet media one
Tweet media two
9
13
167
@satb257
Sat-B
6 months
Uwo Udakunda Nguyu Araje 😅
Tweet media one
12
5
166
@satb257
Sat-B
1 year
Uyu musore wacu nawe kweri ararenze 😂😂😂 Nibamuronderere visa yigire gukora igiteramo mu bubirigi mamaweee 😂😂😂 🔥🔥🔥🔥🙌🏾
29
11
164
@satb257
Sat-B
2 months
🇧🇮🇧🇪🔥
Tweet media one
13
15
162
@satb257
Sat-B
1 year
🇦🇪 I'll be performing live at the Dubai Radison Blue Hotel, Deira Creek on July 1st, 2023, in celebration of Burundi's Independence Day! Get ready for an unforgettable night of music and festivities. See you there! 🎶🎉 🇧🇮 #DubaiConcert #BurundiIndependenceDay #LiveMusic .
Tweet media one
20
14
162
@satb257
Sat-B
2 years
Harageze Ko Abarundi Bafata Akanya Bagashima Ko Basi Nakoze Uko Nshoboye kwose Uburundi Buboneka Muri Birya Bihangange Bwambere Mu Mateka #Afrimma . Twige gushima na bike turonka kugira tuze tugere kubindi birenze 🙏🏾🙏🏾
30
7
162
@satb257
Sat-B
1 year
About Yesterday | One Love Africa Music Festival Sweden 🇸🇪 Day 2 | Thank You For Having Me The Experience was Lit 🔥
13
11
162
@satb257
Sat-B
6 months
No Wahala ! 🇧🇮
Tweet media one
10
4
165
@satb257
Sat-B
10 months
Hapa Ni wapi ?
Tweet media one
24
1
159
@satb257
Sat-B
2 years
Kuri Uyu Munsi Utari usanzwe kuri Jewe Mwenewacu ubu dusangaye urugamba Big Fizzo yaranserutse ko yemera ubutumire nari namuhaye Birampimbara cane kubona mukuru wacu mu birori Vya #hellafrika Listenig party, aragura na CD ⚡️ Thank you for coming brother 👏🏾
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
9
163
@satb257
Sat-B
1 year
Ngo Asa nande ?? 🤷🏾‍♂️
Tweet media one
29
7
162
@satb257
Sat-B
3 years
C’est fût un honneur d'être invité par @NtareHouse lors de la delivrance d'un message à la nation présenté par. S.E Mr Le Président @GeneralNeva souhaitant ses vœux a la nation Burundais(e). Je remercie cette initiative et reconnaissance au nom de tous les artistes burundais(e).
Tweet media one
7
22
159
@satb257
Sat-B
2 years
Jeune Entrepreneur 🇧🇮
Tweet media one
15
15
161
@satb257
Sat-B
1 year
✈️🇸🇪
Tweet media one
9
5
158
@satb257
Sat-B
1 year
Abari n’inkwi nibo barya ibihiye uz’unzanire nzanira iyo…. ☺️☺️☺️
Tweet media one
24
6
162
@satb257
Sat-B
5 months
Ndasefi ! Ndasefi ! Ndasefi ! Ndiko nda celebra kuba Davido ya postinze indirimbo yanje ! Urugambo rwanje murarukizwa n’iki ko utesa uba utesa ????🤣🤣👉🏾🤪🤪
22
4
154
@satb257
Sat-B
3 months
😌🤐
Tweet media one
7
1
159
@satb257
Sat-B
1 year
La reconnaissance m'oblige à saluer l'homme qui a découvert un talent caché quelque part et l'aider à se projeter plus loin en tant que Sat-B. Merci @landrymugisha
Tweet media one
5
7
158
@satb257
Sat-B
2 years
💔💔
Tweet media one
27
8
153
@satb257
Sat-B
1 year
Mwibuke k’abakuru bakinira mukibuga c’abakuru. Muze twakire The Greatest, The Ben Iwacu.🇧🇮🇷🇼 Tumushire Amashugwe Yiwe 💐🌺💐🌷🌷 🗓️ 30/09/2023 👉🏾 Eden Garden 🗓️ 01/10/2020 👉🏾 Jardin Public
Tweet media one
16
11
155
@satb257
Sat-B
2 years
Mfise indoto yokugura Jet Privet ✈️
81
7
151
@satb257
Sat-B
7 months
Entre guerre et passion sur X, le rouge et le noir se mêlent pour raconter une histoire d'amour. Préparez-vous à plonger dans le spectacle du show business ✨ #AmourEtArt
Tweet media one
8
5
158
@satb257
Sat-B
7 months
"🎶 Dropping beats and breaking the internet, Linog and I are here to take over your playlist. 🚀 #Tuza 🎧✨" 👉🏾
Tweet media one
Tweet media two
11
6
148
@satb257
Sat-B
1 year
🖤🖤♣️💣
Tweet media one
8
9
154
@satb257
Sat-B
2 years
Mahoro 🤲🏽 Nagira mfate akanya menyeshe yuko twatsindiye Ikibanza c’umuririmvyi umwaka mukarere ka africa y’ubuseruko kuruhande rw’uburundi.🇧🇮 Intsinzi ni iy’uburundi n’abarundi. Ndabashimiye cane kukigoro mwagize mukudutora. #Artisteoftheyear2022 #EastAfrica
Tweet media one
25
13
149
@satb257
Sat-B
5 months
Mon français n'est pas bon, j'assume ! Ou je ne sais rien du tout à propos de cette langue. Mais pourquoi toutes ces condamnations pour ne pas perfectionner une langue qui n'est pas ma langue maternelle ? Interview Avec @IrakozeHosy
36
11
154
@satb257
Sat-B
2 years
Combien sur 10 pour l’artiste 🎨? 25 Novembre 💿 #HelloAfrika
Tweet media one
41
9
152
@satb257
Sat-B
1 year
First time nahuye n’umuntu kweri ndumva nomusaba photo 📸 Izina ryiwe muri Comment niba umuzi. #Gospel #Gospelburundi #DavidNduwimana
Tweet media one
7
2
153
@satb257
Sat-B
2 years
Ni Iyahe Ntara y’🇧🇮 Wipfuza Kubonamwo Igiteramo Ca Satura ?😍🥰
Tweet media one
21
0
154
@satb257
Sat-B
2 years
Oft Nkaje Ntiwombwira Ngo Umuziki W’uburundi ntukunzwe, Eeeh Urakunzwe Cane gwose ! Erega Uburundi si i bujumbura gusa 🤣🤣 Jewe niyamira za Gitega, Muyinga, Ngozi n’ahandi kandi kuva kera ! Kinindo,Kabondo, Kiriri, Rohero etc.. Nta ntererano nini vyagize muri évolution yanje.
Tweet media one
Tweet media two
18
5
152
@satb257
Sat-B
2 years
When U Dream, Dream Big. #MTavelAngency
Tweet media one
29
12
149
@satb257
Sat-B
7 months
C’est Dieu Qui Donne✨💫
Tweet media one
11
3
152
@satb257
Sat-B
1 year
Bite ? Uyu Muntu Umuziko Iki ? 😀
Tweet media one
33
2
147
@satb257
Sat-B
9 months
Ndatera cane Ivyatsi Abantu Bavuga Ngo abaririmvyi bohanze bazibirwe ! Ico nticokunda, Sinaho Ikibazo Kiri, kanatsinda Zirahavuzwa cane 🥹 Ikibazo Ahanini nkeka ukwiga Uko Natwe Twozana Uwo 1.000.000.000 kandi, muma Dollars Tuwukuye Hanze. Ndakwereke gato itandukaniro.
Tweet media one
41
10
147
@satb257
Sat-B
11 months
Nitwa Bizimana Sat-B ndi umuririmvyi w’igihugu ciza c’uburundi. Ndi n’umunezero wo kubamenyesha yuko nabaye umuririmvyi wa 2 muri Afrika inyuma ya Davido nahiswemwo nkuwuserukura brand ya @1xbet Burundi. Koreshe Code Promo “SATB" Wironkere Bonus ya 200% Kuri Dépôt. Fyonda Ngaha
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
21
7
145
@satb257
Sat-B
5 months
Manze Ngire Full Tank. ⛽️
Tweet media one
14
3
148
@satb257
Sat-B
5 months
Ndakubona uhangayika cane ngo ushaka kuryohera umugore ??! 🤭🤭🤭 Nta nakimwe kiryohera umugore Reka guta Umwanya ! Mukunde , Muhe vyose, Hazohoraho ikitagenda neza gikuru ni ukumenya kubana navyo, Kumukunda Nokumutahura😎 Akubwiye ko Isi Icuramye uti ego iracuramye. Akubwiye
Tweet media one
18
6
149
@satb257
Sat-B
3 years
New Music Soon.... 🎧🎬 Are you ready??? #Like #crownroyalburundi
Tweet media one
25
13
147
@satb257
Sat-B
28 days
1Millions Mu Ndwi 2 Ni Sawa Kurwego rwacu 🇧🇮 Ndabibutse kandi ko ari ama periode. Nshimire Abafana Batandekuye igihe Team The Club yashaka kundimbura. Shimire media, promotors n’abafana kukigoro.
Tweet media one
13
8
151
@satb257
Sat-B
11 months
Kuri Titre.
Tweet media one
3
3
144
@satb257
Sat-B
1 year
N’UKO KAZOVIYO ATEKERA UTWIWE AGANA I BURAYA KURONDERA UBUZIMA INYUMA YOKWIMWA AKAZI KANDI AGASHOBOYE ! Ibice vyinshi vy’abanya Afrika tubona ko Ubuzima buri I Buraya, bivanye n’ubuzima butaba bworoshe. Ico si ikibazo kuberako hari abaronkera kukaduga, n’abandi kukamanuko.
Tweet media one
17
8
141
@satb257
Sat-B
3 years
Mfate Akanya Nshimire Igihugu Canyizeye muri benshi kinshinga guha umunezero urwaruka n’abarongozi muri iyi week-end iheze umunsi w’ihimbazwa ry’urumuri rw’amahoro. Aka ni akazi nakoze n’umutima wanje wose ataco ndinze gusaba ndagakora nk’umuntu akorera igihugu 🕊🇧🇮
Tweet media one
18
10
141
@satb257
Sat-B
10 months
257 🌧️🌧️
Tweet media one
14
1
143
@satb257
Sat-B
1 year
You should not trust me.☝🏾🤞🏾
Tweet media one
17
8
143
@satb257
Sat-B
1 year
Affaire Kirimbuzi ! 🔥💥💥
Tweet media one
11
12
141
@satb257
Sat-B
6 months
Shirako Rya Bendera Ry’igihugu cacu ciza c’uburundi 🇧🇮 Uce Wimanukira. Nkuko Rwagasore yiguze u burundi kwigura umuziki w’uburundi navyo ntivyatuguye nabi…. Ntawuzomenya Isaha n’umunsi Ikigikorwa kizoshirwa ahagaragara, Kimwe abakunzi bame bagavye Abansi banyegere👽
Tweet media one
21
12
139
@satb257
Sat-B
1 year
Hagati y’aya mazina 3 Harimwo izina rimwe ry’iyi ndirimbo nshasha. #Uramaze #Kidding #Kirimbuzi Tomboza mwo rimwe ryo 😉! 🙏🏾
Tweet media one
26
8
137
@satb257
Sat-B
1 year
Made in Burundi 🇧🇮
Tweet media one
7
7
140
@satb257
Sat-B
1 year
Isi y’ubu … -Gukora ineza = 00 -Gufasha = 00 kuko uwufasha arahindukira agakoresha izo nguvu wamuhaye mu kukwica. -Imico n’akaranga = 00 kuko abatayikorikiza nibo bahabwa intebe. -Guhemuka = 100% kuko benshi mubona bagenda barahemutse. -Ineza Nyinshi Irutishwa inabi imwe 1 ☠️
Tweet media one
15
9
139
@satb257
Sat-B
1 year
Visit Burundi 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
16
4
139
@satb257
Sat-B
1 year
Tuvuye Kubaroga 🤪
Tweet media one
16
8
137
@satb257
Sat-B
4 years
Murakoze Caaaaane
Tweet media one
13
16
139
@satb257
Sat-B
2 years
A or B?
Tweet media one
Tweet media two
17
8
139