Ndondeza amangetengete Profile Banner
Ndondeza amangetengete Profile
Ndondeza amangetengete

@ikigatanyakazi

Followers
6,797
Following
1,325
Media
4,571
Statuses
21,626

Nyira Neva on X Shameless of my thoughts, Feminist🇧🇮, LGTB2Q supporter. I troll Neva&mbombos for my mental health & urs 😎 I🎙YTube: The Feminist Family

Out of Burundi by force
Joined May 2015
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
26 days
Ndabatuye kano karirimbo katarakoza amaguru hasi, karirimbge na Riziki Uwinyota, twakandikanye muri 2013 mububiligi nubgo ariho kagisohoka. Uhejeje kwunviriza, usubire kandi, wongere unagasangize abagenzi 👌🏾
0
2
23
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 months
Eka ntarwanda tugira twankane ✌🏾 Nzindutse nunviriza indirimbo z'inkotanyi nibuka kangahe noba naratanvye "Intsinzi bana b'urwanda" muburundi. Nariko nibaza nti mbega baramenye uko twabaryoherewe ? Mbega barazi uko twabigina ? Nzanunva aho badushimira 😍 ndakabatuye ✌🏾
22
17
246
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ikigatanyakazi ndabaramukije na cane cane abakunzi ba Ndondeza Amangetengete 🤣
Tweet media one
53
8
215
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
1.Gusaba irembo 2.Gukwa 3.Bridal shower 4.Mariage civile 5.Mariage religieux 6.reception 7.diner 8.soiree 9.gutwikurura 10.akanywababo 11.Gutwara ubugeni kwa Mr 12.Gutwara ubugeni kwa papa Mme 13.gushimira comité 14.kuramutsa par famille Mr 15. " mme Turakavya !
47
19
164
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
The madness of this girl @DBunyoni ! Is she copy-pasting our 2015 tweets crying for help as her dad was killing in peace ? The family of this girl has been enjoying with exaggeration the result of their fathers tyranny, when thousands of us were struggling as fugges.
@DBunyoni
Darlene Bunyonii
1 year
We want nothing but transparency, my family has been locked in the house and is under 24h/7 surveillance ; locking minors in the house is not the solution to the economic chaos plaguing the country; @BurundiGov , traumatizing children is NOT the way it should be. @UNHumanright
26
21
67
8
23
150
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
#Rwanda I would love an online voting website for non rwandans for July 15th. We too would like to vote for @PaulKagame even if our vote won't be officially considered, we need to express ourselves. @NoelKambanda @albcontact Mwadusabiye natwe pliiiiz 🙏🏾🙏🏾
18
18
151
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Mbega bamwe bahora bavuga ngo tuzopfa twangara baba bariko bavuga gupfa uku canke ? Ntimushobora kwibaza ukuntu nryoherwa mbonye ibibintu ❤️❤️❤️ bravo aux organisateurs ! Abatwara uburundi neza muzobamenyera kukuntu bitaho diaspora yacu, bagakoresha n'ubwenge bwayo.
12
11
139
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
‼️🐦Un peu de Math: Si un médecin spécialiste burundais touche 650.000BIF par mois, l'amende réclamée à Bunyoni payerait 116 médecins specialistes pendant 5 ans pour chacune des 5 provinces du Burundi. Méditez sur ça, jewe ndagiye kubibayira nkize dépression ✌🏾 Download and share
30
7
115
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 years
Un de mes ex, le plus insolent de tous, m'a traité de vieille 🤣🙊 Perso je me trouve vraiment jeune, belle et mature en meme temps et j'embrasserai volontier la vieille moi si je le pouvais maintenant 🤷🏾‍♀️
Tweet media one
22
0
111
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Hariho Abatwip bagitekewe n'ubgoba babona ivyo wanditse bakabishima bagatinya gushirako agatima kugira abandi ntibabamenye 😪 Trauma is real, we get it, nagomba ndabibutse ko atawubona iyo like yawe kiretse uwaposteje gusa. Donc ntiwitinye, yishireko wibuka ko bibgira X ko ivyo
5
2
112
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
8 months
Bonne année mwese ! Amagara, urukundo n'ubutunzi kuri mwese muri 2024 😘😘
Tweet media one
14
0
111
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Et d'un coup ma maison se transforme en studio pour #FreeFlorianeIrangabiye Nous cuisinons un message à envoyer au monde entier parce qu'elle doit sortir de prison et le plutôt sera le mieux. Il n'y a aucune justification à la garder loin de ses enfants, tendre le micro n'est
Tweet media one
Tweet media two
12
12
110
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
4 ans que j'ai rencontré Cory @Skepticallefty et dans presque 2 mois, 4 ans que nous vivons ensemble ! Nous avons parcouru nos premières conversations, dès les 2-3 premiers messages je savais que c'était lui que je recherchai 😭😭 Il est ma paix et je l'aime sans plan B.
@Skepticallefty
Cory Johnston(he/him)
10 months
@ikigatanyakazi and I went for supper to celebrate 4 years together tonight. I appreciate this woman so much and I'm so happy I met her. What an amazing partner
Tweet media one
2
1
22
13
0
103
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
Une autre raison pour énerver ces utugabo : les jouets derrières sont absolument tous à moi, et aucun à mon partenaire, et mes abdos après 2 grossesses sont plus solides que les vôtres que si vous cognez vous vous casseriez votre poignet 🤣
Tweet media one
28
2
98
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Je pense que je me suis juste trompée de carrière🙈 #Abatwip Ninde yonshorera ndabimenye, erega aha wosanga ariyo mpano ?? Mbgira ico woshira iwawe atari jewe 😂😇
14
1
98
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
J'ai divorcé de mon 1er mari, puis j'ai été avec un autre gars que j'ai quitté 2 enfants plus tard, je vis un amour paisible et sain avec mon actuel partner depuis bientôt 4 ans. J'ai aucune honte sur cette situation, mais plutôt de la bravoure de me choisir ! Mariage ❌️ Prison
29
2
95
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
20 days
G.A.G.A.L.I.S 🙈🙈😆😆
Tweet media one
25
8
95
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ubuzima nta formule ntibazobahende ! Vyukuri Singleton aracariho abandi benshi barapfuye 🙈🙈🙈🫣 Uyu namubona nkuwutazoramba muri 96, nsinoharura bangahe batashe imbere yiwe nawe akiri kwakundi. Aha wosanga arabayeho n'iyindi myaka 40 👌🏾👌🏾👌🏾
Tweet media one
12
1
89
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
23 days
Umunezero ni mwinshi !!!!
Tweet media one
1
6
83
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ndashimira Imana kubona abana banje bazi ka Neva gusa batazi Neva Mkubwa 🫣
Tweet media one
23
2
79
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
Abantu bavuga ngo yeah nukuvuga murupfasoni blabla, nagira ndabibutse ubupfasoni bwa Floriane Irangabiye. Murupfasoni ntangere ndabinginze mumutabarize arekurwe abandanye ubuzima n'abana biwe. Veillez agréer l'expression de mes salutations distinguées. #FreeFlorianeIrangabiye
Tweet media one
9
12
77
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 years
Selon mon ex, j'ai le droit de me remettre avec qui je veux, mais la personne ne devrait pas être en contact avec nos enfants car notre culture africaine ne l'approuve pas.
22
7
75
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
9 months
Suer est ma façon de bien pleurer ce monde de fou.
Tweet media one
7
2
72
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
6 months
Kayobera Evariste n'umushingamateka wa cndd fdd yatowe i Karusi. Ababanyi ba Hon. Kayobera baratabariza umugore wiwe kuko uyo mushingamateka akubita akaboreza igufa umugore n’abana 3 bavyaranye. Tumumenye, amaramare !
Tweet media one
Tweet media two
15
24
74
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Umu patriot ariko aratakamba kuri station n'ingene ari happy 🤣🤣🤣 N'ibi nivyiza, reka twige kumaramaza 🤣🤣🤣 Simpaka amasase n'ukuja mwibarabara n'amashami, erega révolution ishobora gutwenza 🤣 Ndahwereye 🤣🤣🤣🤣 tag him uti ingo nawe amangetengete agucomeshe 👌🏾👌🏾
20
5
71
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
It is wat it is ! Ukaba utigera udeprima kubera situation y'igihugu cacu bitarigera bikw'affecta nk'umuntu soit ufise umutima w'igikoko canke naho nturafata akanya kokwiyunviriza wewe nyene ! #abatwip
12
5
70
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Aaahwiiiii Imana impuje kandi na Yoya Jamal na Thierry Kijanya ❤️❤️ Ubundi, ntarava i🇧🇮 ubwambere naterama kuri Odeo mercredi, na Dimance kuri Havana. Hama iryakabiri sinasiba gose kwa Cirille mukabondo. Nostalgie beaucoup !
3
9
71
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
9 months
Not sweating H24 😅
Tweet media one
6
3
68
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Kuntwaro ya DD twaratahuye ko nubgo hariho abanyamacakubiri, abahutu sibose barota kwica abatutsi, ahubgo nababirota sibo benshi kuko barikuba barabahejeje depuis. Uravye ivyo bagirije abahutu muri 72 no muri 93, iyo bibavyo ntamututsi yarikuba akiba muburundi. Uku nukuri
23
9
69
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
6 months
Tubanze twitese kwanza, haguruka utambe gira effort 😇
18
1
67
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Des tables et mon tv-stand moins boring 😇 Erega aha wosanga ntanguye uwundi mwuga ?? 🙃😅
6
4
63
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 month
Fablice ne m'impressionne pas parce qu'il a construit des maisons, diyaaaa navukiye ku Mutanga Sud nkurirayo, kwubaka amazu asa dans un quartier n'est pas nouveau pour moi. Il m'impressionne seulement sur sa capacité à travailler pour redorer l'image de tueurs et voleurs en
29
7
62
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Le plus beau de tous les Neva du monde entier vient de trouver sa nouvelle adresse chez moi ❤️
Tweet media one
22
3
62
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Abavuga ngo ndapromotinga divorce, yes I do !!! I do and I'll always, divorce iragatahurwa. Divorce yerekeye ingo zitubatswe. Usanze wubatse kumusenyi, ugakomeza uduza igorofa fondation ibunzwe, ndakwifurije guhanurwa kureka guta umwanya. Ntaribi usohotse uzokwubaka gushasha !
15
8
60
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Agatype keza nkanje mwohurira hehe ? 😇
Tweet media one
12
1
58
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
7 months
Ububutumwa bushikire abaja bose birirwa baratuzomera ngo twarahunze bakibagira ko turi aba graves cane ahubgo ari 🇧🇮 buduhomba ! Bamenyeshwe ko guhunga bitagukuramwo uburundi ahubgo bikomeza uburundi muri wewe ! #FromRefugeesToChampions #Abagumyabanga original (assoc culturelle)
14
3
57
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
9 months
Nkubu à part guha message la jeunesse 🇧🇮, igituma #FlorianeIrangabiye yoba agifunzwe n'igiki ? Gushika ubu nsintahura. Ntakintu nakimwe yoba yaragirije intwaro z'igihugu @GeneralNeva wenyene atara denonca ! N'ugucinyiza mumategeko ijambo, na cane cane iry'umukenyezi.
Tweet media one
13
13
53
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
12 days
@nellynadia3 Bisaba kuba akarofa nkawe kugira utwenge kumabi akorerwa abakobga nabagore uri umurundikazi. Anyway, abagukurikira barashobora kuraba ikiganiro cose aho natanze umuco wose. Ico utazondonkako, nukumaramazwa noguhohoterwa.
10
3
55
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
9 months
I didn't have to shape him nor arrange myself in order to please him. It just came smooth, like when things are meant to happen. I'm not taking this for granted. PS : I stan word on what he is wearing.
Tweet media one
3
0
50
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Il te faudrait marcher dans mes souliers, remporter mes victoires, guérir de mes échecs et survivre à mes attaques pour avoir le privilège yokungaya ngo bimbabaze kuntambge ngezeko mubuzima bganje.
Tweet media one
3
0
53
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
@DBunyoni J'avais un bébé de 2 mois quand tu célébrais que je me fasse malmener. Ma fille née en 2015 a presque 8 ans et n'est plus jamais retournée au 🇧🇮. Sa soeur ne sait même pas c'est quoi 🇧🇮 J'ai allaité en regardant les toilettes familiales en or, ça fait mal !
2
6
50
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
‼️Kirazira gusonera inzego zidasonera abanyagihugu‼️ ‼️Kirazira gusonera inzego zidasonera abanyagihugu‼️ ‼️Kirazira gusonera inzego zidasonera abanyagihugu‼️ ‼️Kirazira gusonera inzego zidasonera abanyagihugu‼️ ‼️Kirazira gusonera inzego zidasonera abanyagihugu‼️ ‼️Kirazira
6
3
52
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
14 days
Abarundi turi abana beza tukarenza 😆 Urubanza rwokuganduka, kubera hariho abazungu 2 amajambo yavuzwe mugifaransa 🙈 je ne nous peux jamais 😇
8
2
51
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Hewe vuga @R_Ndikuriyo ndamanyutse 😆😆😆 Mbo sinzi contexte ariko bisa nk'umuntu ajumarariwe n'ururimi, is it what it looks like ???
20
10
51
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ejo @WilsonLixon yaribukije ati : nimba Maggie Barankitse yarafise ivyo yagirizwa, n'igiki gisigura ko gouverneur wa Ruyigi yatanze itegeko ryo kuja kwugara ibitaro yari yaratakambiye abazungu ngo bubake ? N'uko ariwe yivurizayo wenyene ? Kuja kuyisambura gushika na toilettes
Tweet media one
4
1
49
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
23 days
Je viens de voir des humains qui mangent un humain en RDC parce qu'il est tutsi 😢 C'est filmé, avec éclairage et la foule assiste paisiblement. Allo le monde, ça c'est encore le Rwanda ? La vidéo est chez @denysetwagira je ne peux la partager, car je regrette de l'avoir regardé
22
17
50
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
12 days
Urukundo nurukundo, abarwanya urukundo nibo babi. Urugo ruhire 💓❤️💯
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
12 days
Abarundikazi baray bubats urwabo muri amerika
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
87
6
106
33
3
48
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Bandetse nanje Kagame nomutora ! Apana kubera ari umututsi, ahubgo kubera azi ubwenge cane kandi yabusangije igihugu cose ! Umbajije nokubwira nti niwe muhamuzi wenyene twohanuza nk'u🇧🇮, tukihoza barya bazungu atan'ico bigeze batumarira. Intsinzi !!!
@rumata_sahing1
RUMATA
3 months
Abandi bana🥹🥰
2
3
18
6
3
48
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Nimba utari gay/lesbian wombgira ryari wafashe décision kukizoba ton orientation sexuelle à vie ? Woba wibuka ukuntu warinze kwiyunvira cane kubera washiturwa na bose (garçon et fille) hama urafata inzira nziza yogushiturwa gusa n'abo mudahuje igitsina ? #Abatwip
33
4
46
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Je peux pas compter le nbr de personne avec qui j'ai arrêté de discuter du 🇧🇮 maze gutahura ko ikibarakiye muri #BurundiCrisis ari ukwikingira nk'abatutsi ngo barageramiwe 😢 I can't ! Erase me from now on ! Je cautionne pas amafuti akorwa kwizina ryanje nimba ndi umututsikazi !
8
10
46
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
7 months
Ndondeza Amangetengete en chair et en os nti : Bashingantahe, Bapfasoni, Rwaruka namwe baja mukoraniye hano kubginshi, ndabaramukije, ndavuze nti s'Uburundi n'ubuja, uwanka yangare ! *Mpamagarira twatugabo tunyanka muti tingisha #nyash turabe.
27
2
47
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Mbega ninde yababgiye ko umurundi ategerezwa kubaho mubgoba igihe cose ??? Comete ndamushigikiye !!!! Ibintu vyokumugirako pression ntakindi vyerekana atari kugomba kunumya umurundi gusa aho aro hose !!! Yes, umurundi aremerewe kuja mwibarabara hamwe n'aba Kenya mbere afise
Tweet media one
Tweet media two
22
1
46
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
4 months
KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂 KOMEZAMAHORO💔🫂
Tweet media one
2
9
45
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 years
Se lever et entendre un audio provenant apparemment de Maître Isidore Rufyikiri. Sentir une forte envie de vomir. Confirmer que non je ne suis pas enceinte. Me rappeler à quel point je peux détester ce genre de discours. Vomir pour de vrai. Garder la nausée !
3
17
45
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
27 days
Ivyo tworonka Ivyo dufise
Tweet media one
Tweet media two
7
4
43
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Avec tout ce que notre 🇧🇮 a traversé, il est crucial pour chacun de s'entraîner à penser par soi-même: partez du principe que tout le monde est potentiellement menteur concernant l'histoire de notre pays, qu'elle soit lointaine ou même récente. 🔊Voici les bénéfices d'un tel
Tweet media one
12
2
43
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Bakorope pe Muzehe yubahwe!!! Amatara, amazi bararonse. Imiti ibashikira na drone twe zifilma clip za mariage. Igitoro ubura umuduga n'amahera gusa, station iruguruye uranywesha ubishoboye, utabishoboye ugafata bus canke moto. Abana bariga, indongozi zirashima urwaruka ruzana
@claptonkibonge
claptonkibonge
2 months
Kigali huye ndahasoje 😂😂 PK oyeee ✊🏿
97
179
2K
2
4
43
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
13 days
Ibi umaze kubitahura uku, uca utanga imihoho ntuca urwanira kugumiza igihugu mubujuju 😫
11
7
43
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
On me dit que je dois être LGBTQ si je défend leurs droits, je réponds que j'ai des enfants, frères, soeurs, parents, cousins, amis, parentés, collègues, qui le sont et ne peuvent se défendre. Je parle de ça, car c'est le peu que je puisse faire en tant qu'heterosexuelle pour eux
11
1
43
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ejo muri space nariko ndavuga génération yimbombo yabaye isolée bakigishwa ibijuju vyinshi, ibi nivyo navuga. Nkuyu azi ngo hariho ahantu imbombo zo muri Canada zonfata zikanjana kubutegetsi quelque part genre muri documentation ya Canada canke ya ambassade nimba igihari. Uyu ico
Tweet media one
15
5
42
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
23 days
‼️ A quel point sommes-nous décidés ? 42 speakers, plus de 7000 d'entre vous qui ont écouté en live et beaucoup plus qui vont réécouter le Replay pour plus de 7 heures de space ! Et on va partager davantage ce post qui contient le lien pour atteindre davantage de burundais.
Tweet media one
6
10
41
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
4 months
Iyo mba umunyarwandakazi, notoye Kagame sans aucune hésitation 😇 Nama mbona ari jeune, afise n'ama idées yubaka cane, and I love his audacity and the way he is transparent n'ubwo mwoba mudahuza. S'uko ari umumalayika, n'uko yerekana iboshoboka, akanaha aba🇷🇼 uruhusha rwo kurota.
10
2
39
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ubundi amatora yiburundi nukunyene ama résultats amera kuva muya 2010, uku niko CNDD-FDD ihora "itsinda". Ibindi n'ubusuma n'ugufatira inkoho kubantu.
Tweet media one
Tweet media two
11
5
41
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Qui accuse le Rwanda de s'enrichir en pillant la RDC ? Réponse : Ceux qui se sont enrichis en pillant la RDC ! Commençons par la Belgique, avec 100 constructions qui font encore la fierté de la Belgique et qui ont été financés par le Congo.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
17
45
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Pardon mais en 2023 on ne devrait plus avoir ces sommets pays-continent, ce neo-colonialisme doit cesser ! De voir ces dirigeants africains fiers de rencontrer Russie-Afrique me dérange beaucoup ! Un média russo-afrique. Lamentable, pitoyable, une insulte à la jeunesse africaine.
12
4
40
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
4 years
J'apprend tous les jours 😅 ici mes toutes premières tresses faites par moi-même. Et comme ce confinement est parti pour durer, essayons de nouvelles couleurs n'est-ce pas ? Ma fille adore ❤😍
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
0
40
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
4 months
Tous ceux qui font du bruit demandant que les DD quittent le pouvoir ne le font pas car ils en ont marre de pouvoirs corrompus: certains veulent chasser un pouvoir trop "hutu" pour eux et qui n'arrange pas leurs magouilles, malheureusement d'autres veulent protéger leurs parents.
23
7
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
25 days
Lynchez-moi, je m'en fous : la seule chose qui maintient les DD au pouvoir est l'absence de leaders convaincant capables de les remplacer valablement.
Tweet media one
9
2
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Ceux prétendant que le problème c'est les DD, vous trouverez absolument l'équivalent de ce qu'ils font dans les années où le parti n'existait même pas. @DBunyoni et vous avez en commun ceci : valoriser votre souffrance en ignorant celle des autres: vous êtes le problème du 🇧🇮
4
5
39
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
18 days
Uno munsi nagomba ndagusangize uko dutaramura abantu kuri X : uyu mutype, amaze iminsi aDDmba vyagashinyaguro ubona ko ntakindi kimuzanye atari kwigira igihangange ngo asumire inda. He is just an attention sicker, a puppet wabaDD. Iyo ari kuDDmba uku, ntuga retweete canke ngo
Tweet media one
21
1
39
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
À ceux qui s'imaginent venir m'insulter ou me manquer de respect: je ne suis pas votre chose prête à mourir pour se sauver de la honte (traduction de ce titre que je refuse de porter car il m'insulte) : ndi Inshirasoni, and I will double ur disrespect before I throw it back to u!
5
0
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Abana bo mubukene baba ico bashaka, biga ico bashaka. Iwanyu batunze, hari ivyo kizira kwiyunvira : ntushobora kuba tailleur, chef cuisinier, musicien, peintre, mécanicien, ... habaho ivyo utegerezwa gufata nk'umurongo, oublie tes passions et ton talent si peu sont riches avec ça
@MonaLis99389141
💫MONALISA💫
1 year
Nayahe Mahirwe Abana bo mu bakene barusha abo mu bakire?🤔
Tweet media one
65
10
160
4
2
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
@DBunyoni ton père a été au coeur de centaines de dossiers de meurtres, enlèvements, détournements, ... Tu le défendais ici même ! En quoi ta vie et celle de ta famille vaut plus que la nôtre ? Tu n'es pas juste sa fille innocente, tu étais adulte et complice !
Tweet media one
1
4
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ururwanda navutse ruri inyuma yacu cane, narutembereye rurimugiputa kirenze, ariko bgubatswe ndanabubona. Uku umbona ubu nsishaje namba nshobora nokugwiza 2 imyaka maze kwisi nkiriho. Natwe Burundi birashoboka ! Bakomeze batwereke uko bisa iyo igihugu citayeho abaco kigashira
@CityofKigali
City of Kigali
2 months
Amashusho: Umunezero n’akanyamuneza byari byose ku maso y’abitabiriye ibirori byo #Kwibohora30 . Ni ibirori byaranzwe n’akarasisi ka gisirikare, umuhamirizo w’intore, n’impanuro za Perezida wa Repubulika. #IntambweMuNtego
2
40
147
0
6
39
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
8 years
Allô le monde, je reprends ma carrière, après une longue pause de 2 ans, je suis journaliste reporter à @icimanitoba News coming !!!
11
1
39
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Ukuntu mba meze ka Nelly Nat kariko karaDDmba ngo karandeze kwa mon ami @willynyamitwe . Petite soeur, iyicarire aho sha, abakuze baganiriye uzohore ukaziba tout simplement 😆😆😆
10
3
38
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
26 days
Ngo jewe ntawe mbloca 🤣🤣 Ngo umuntu ndamureka akavuga nuwuntuka, disait-il récemment 🤣🤣
Tweet media one
21
3
37
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Imbere y'imyaka 18, ni viol ! Ndasubiramwo, imbere y'imyaka 18 ni viol ! Aba yemeye canke yanse, ni viol ! Ukuze ugasaba umwana, uri pédophile, ndasubiramwo, uri pédophile ! Ukaba warasabge mbere ugatanga imbere ya 18 ans, warafashwe kunguvu, je répète, kunguvu ! The end !
11
4
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
17 days
AbaDD banka abarundi bose nabana babo. Periodt !
4
1
37
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
‼️Twigishanye‼️ Ukaba ubonye ino tweet nibaza ko ufise X kandi nkiyabandi bose. Urafise uruhusha rwo kwugurura space nawe hama ukayaga ico ushaka cose abayitabira. X iha ijambo twese kandi kurugero rungana. Hakwidogera rero ama spaces ubona avuga ivyo udashaka, ugurura rwawe nawe
11
7
37
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 months
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾 Umubanyi agume atwereka ibishoboka natwe twogera aha tworyoherwa cane 🇷🇼👏🏾🇷🇼👏🏾🇷🇼👏🏾
@gateteviews
Gatete Nyiringabo Ruhumuliza
5 months
#UEFA Champions' League anthem used to test the readiness of brand new #Amahoro Stadium in #Kigali .. Big games are expected for its opening... Suono, motore, partito, azione!
41
147
512
3
0
37
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
Love is love.
@e_millin_36
L!LY 😘
10 months
These two look adorable 😍 #LoveIsLove
Tweet media one
25
32
276
18
5
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
10 months
Le fait kwafise 153 maisons birasigura igituma tutamubona yambaye vert : kubera atariwe wenyene. Nico gituma n'urubanza rumeze nk'inkinamico, kuko le but ni éliminer lui seul et non tous ceux comme lui. Aha @GeneralNeva na Nkurunziza ntawuzi izo bafise. Men are trash !
11
4
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 month
Libérée, délivrée 🤣🤣🤣🤣 Plus de plâtre à mon pied 👌🏾👌🏾 2 semaines avec cette botte, et dans 1 mois je peux reprendre le sport !!!!! Induru nvuguje kwamuganga isumba iyigihe navunika 🤣🤣
13
0
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Ce que @DBunyoni disait en 2015 fait aussi mal que les "les pays allait bien avant les DD", "le pays est entre les mains de sauvages depuis 2005", "avant 1993, le 🇧🇮 était en paix" ou l'actuel "le 🇧🇮 est en paix" ou "il faut être stupide pour tout vendre et aller en Serbie".
4
5
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
24 days
Des enfants vont enfin revoir leur maman, des parents leur fille, un frère et des soeurs vont célébrer qu'elle sorte enfin de cette prison. Je suis tellement heureuse pour la libération de #FlorianeIrangabiye .
2
1
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
None finalement uyu muntu azi ikihe kirimi ?
@abatwip257
# Abatwip ~𝕏
2 months
Ubwoko bwanje mu Burundi 1920….
9
3
29
27
1
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
@willynyamitwe Uwutazi ka Neva, ngaka, agashavuje Nelly Nat 😆 Aka kamushavuje gusumba tantine wiwe yambaye ikanzu igurwa salaire y'abigisha 10 kumwaka iyo yambaye iyizimbutse.
9
2
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
26 days
La meilleure des revanches des Banyamulenge envers ceux qui ont tué les leurs aujourd'hui est de leurs dire que les survivants évoluent aujourd'hui partout dans le monde, ont fait de bonnes études, travaillent et fondent leurs familles alors que ceux qui ont tué les leurs
1
14
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
25 days
Les doigts, mes chers hommes, utilisez plus les doigts, vous m'en direz des nouvelles. Conseils: - Coupez vos ongles, soignez les cuticules et surtout lavez-vous correctement les mains. - Ne vous acharnez pas à un seul endroit - Ne reproduisez pas le mouvement de votre pe*is,
13
2
36
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
8 months
Muri 2015, narababajwe n'ukuntu vyahindukiye mumoko kandi twari tuvanze mwibarabara atavyamoko. Birambabaza kubona n'ubu amoko agihagararwako, ukamengo niyo ngorane. Kubganje ubgoko bubi n'ubg'ibisuma n'abicanyi, ubgo bgoko bubamwo abatutsi, abahutu, abatwa, abaganwa, etc
13
2
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
3 months
Kidumu Kibido arabivuze, ntazi ikosa turiko duhanirwa 😫 Hamwe twoba turiko turahanwa, kubwawe amakosa yacu nk'abarundi n'ayahe ? Reka ntangure : kuba Nsindabibazwa, Ntirumveko, Banryatuyaga, Nzigidashira, Surwumwe (apana akazu kiwe), Gatambatamba gatayayira abatware. Komeza
@Mwenemana
RUHUNA 📡
3 months
1
9
69
10
4
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
11 months
Entrain de suivre le mariage de ma petite soeur chérie sur zoom depuis 5h du matin seule dans mon lit au Canada est un tel traumatisme. #Burundicrisis
17
1
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 month
Turasavye dutakamba Cimamanda aze muri space 👏🏾👏🏾 Uwu arajugujuguza nkumva nryohewe cane !!
11
3
34
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 months
Tunezerererwe ababanyi baguma batwereka ibishoboka n'iwacu 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
@isatitou
Isabelle T2
5 months
Remember last year when the designs for the #AmahoroStadium were shared? Look at it now! This is what we mean when we say we live our dreams... no empty promises, just a clear agenda. #Rwanda always delivers, PERIOD! Give credit where it's due! How it started vs How it's going
Tweet media one
Tweet media two
10
79
307
2
1
34
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
@DBunyoni ce n'est pas pour enfoncer le clou, même si j'en ai toute l'envie. Mais tu ne nous dois pas seulement des excuses, tu dois reconnaître ta propre part dans ce qui est arrivé depuis 2015 ! La vie de tes frères et soeurs ne vaut pas plus que celle de tous les autres 🇧🇮
2
2
34
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
1 year
Ndahojeje imiryango ya Jeanne Muvira na Marguerite Bukuru. Abarundikazi turabuze ingwanyi twahawe, abantu bitanze batiziganya ngo umurundikazi agire agateka 😭 Ngandariye kuri kino kiganiro na Marguerite Bukuru, abatamuzi mumumenyereho !
2
4
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
2 months
Abarundi bari banyotewe kuronka aho baserurira ivyiyumviro vyabo. Twaratswe ijambo none ubu turarifise abaritwatse bamaramare ✌🏾
3
5
35
@ikigatanyakazi
Ndondeza amangetengete
5 years
Tu veux nous faire croire qu'il nous faut bien comprendre qui est Hutu, Tutsi ou Twa ? Je te dis qu'il nous faut plutôt comprendre les défis économiques, environnementaux, médicaux, ... auxquels nous faisons face dans notre pays.
1
6
34