Ambassadeur plénipotentiaire. Profile
Ambassadeur plénipotentiaire.

@Innkwizera

Followers
3,240
Following
1,636
Media
764
Statuses
9,259

Rather suffer than cause suffering #TownHall257 🇧🇮

Ntahonzi
Joined April 2016
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
8 months
Dushobora kuguma dutwenga ariko ibintu bimeze nabi .
156
72
454
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Nyakubahwa , nagira ndabashimire ko mwanyihanganiye tukabana mugihugu kimwe mufise inzu 153 nanje ntagira na portail. Ivyuko ubu utidegemvya nanje nidegemvya tuvyihoze ntaco.
Tweet media one
31
10
172
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 month
Iyo ukunda umukate biragusaba kumenya nyene boulangerie.
Tweet media one
39
12
125
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
Uratera grenade muba civil ukaguma wibaza ngo uri umuntu ? Uri imburakimazi , umwicanyi.
10
8
72
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
#BURUNDI 1$=4720Fbu , 1€ =5080Fbu. La situation est dangereusement dangereuse
16
2
66
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
Ndabirabe weee , ingo urabe ryafaranga ryabanyabulayi ataco rimaze ririko rivunjwa 4060Fbu.
Tweet media one
8
8
64
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
@nellynadia3 @yigenga Mworindira gatoya Umuvyeyi yazindutse afata urugendo ruja mwijuru akabanza agashikayo , mfise ubwoba ko ahava akoroka giturumbuka.....urugendo rwiza muvyeyi ariko mbona atabantu unsigaranye.
10
2
60
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Umwera uva ibukuru ugakwira igihugu cose. Numwijima nuko nyene.
8
11
54
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 27/08/2024 1$ = 6900Fbu 1€ = 7400Fbu
Tweet media one
8
5
56
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
Hagati ya YUDA avuye gutora amahera yukugurisha YEZU ejo hamwe nakarwi katubeshejeho uku , ntatandukaniro mbona.
Tweet media one
11
8
55
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Tweet media one
10
4
53
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Artémon SIMBANANIYE n'est plus de ce monde.
Tweet media one
12
8
51
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
8 months
#Burundi 1$=5020Fbu 1€=5300Fbu Amahirwe abatwara iki gihugu bafise nuko benshi ari abasoda , sinon umu civil nibaza ko vyomugora kuryama agatora itiro.
7
1
49
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
10 months
Ijambo yavuze rizomugora gusubiza inyuma
@24hPujadas
24h Pujadas
10 months
📢 : « Homosexuels, la dérive du Burundi », la carte blanche de @SOFIAAMARA
102
74
147
17
5
42
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 19/08/2024 1$= 6900Fbu 1€ =7300Fbu
5
10
48
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
@GwenL1981 M est en ignorance du droit , 1. Il faut qu'il s'adresse à la Caf pour recalculer son APL. 2. Un béneficiaire du RSA a droit à la solidarité transport. Le mieux serait de se rapprocher du CCAS .
10
1
48
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
#BURUNDI le 24/07/2024 1$ = 6700Fbu 1€ = 7100Fbu. " Le test d'un gouvernement n'est pas à quel point il est populaire auprès de quelques puissants privilégiés , mais à quel point il traite honnêtement et équitablement les nombreuses personnes qui doivent dépendre de lui " J C
4
7
46
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Uwu muntu nimba ariko yiga gutwara indege ...sugutembera gusa da !!!
@NtareHouse
Ntare Rushatsi House
1 year
#Burundi Communiqué de Presse :
Tweet media one
10
44
110
13
1
46
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
4 months
Vers l'ouverture des frontières burundo-rwandaises
10
0
46
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 days
#Burundi le 04/10/2024 1$ = 7150Fbu 1€ = 7800Fbu Hamwe Somaliya yodusezerera décembre , hayiti ikatwima isoko canke ikaduha aga kiyosike ivyodushikira ni Imana yonyene ibizi. Mwaramutse neza Papa Jodel ? Mugasenyi ngo hari 22 salles de classe pour 5000 ereve.
5
8
47
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
#BURUNDI 1$= 4770Fbu 1€= 5130Fbu Abatwara iki gihugu nimba baryama bagasinzira bafise umutima ukomeye.
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
#BURUNDI 1$=4720Fbu , 1€ =5080Fbu. La situation est dangereusement dangereuse
16
2
66
12
7
45
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Wagner
Tweet media one
11
4
44
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
10 months
Ishatse yoreka kuko bizoyigora kwi deplaça !
@RTVRenaissance
Télé Renaissance
10 months
Il y a des signes d’un possible retour du Covid-19 au #Burundi (Dr Lydwine Baradahana) @mspls_bdi
1
7
9
14
3
43
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 years
@Bampora_Idebe @PaulKagame @Bampora_Idebe burya ivya Covid 19 ntuze urabikurikiza hose , guhana intera nuwo murikumwe ukomeze uvyubahurize , ariko guhana intera nubwonko bwawe ubyirinde byakugeza habi.
0
1
40
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kuba hari inka iwacu twatazira BOYAYO sinzi ko arivyo vyaguhaye uburenganzira bwukwiyumvira nkayo.
@theddyboy2005
Théodette BOYAYO
1 year
@yigenga Abo n’a bari kuri tweeter. Woba wabajije abari i Gitega ni mu Kirundo?
9
0
0
26
5
42
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Abajejwe amagara yumukuru wigihuhu vyoba vyiza bibutse kwibangikanya ama gants akoresha iyo agiye mubikorwa vy'umucafu @KwaNtare @NtareHouse @Gatoni_RG
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
19
4
41
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Umusaza yoshobora kugabira inzu ibihugu vyose vyo muri africa (54) , Asie ( 48) na Europe ( 44)...Agasigarana 7 ziwe , wongeyeko iyo #apfungiwemwo zica ziba 8.
3
4
41
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Vyabaye akamenyero ko ubutunzi bw'igihugu busigaye bufatirwa kugiciro ca avocat 🤣🤣🤣 Ni gute twisanze aha hantu ???
4
3
40
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
#Burundi 16/05/2024 1$ = 5500Fbu 1€ = 5650Fbu Birasabwa : 1. Ko usenga cane kugira uronke uwemera kukuvunjira. 2. Umuronse muca mufatanya gusenga mwese kugira ntihagire uwubabona pdt l'opération. AMATAKO Y'UMUVYEYI ACUMURA YICAYE.
14
4
40
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
Ahubwo
1
5
39
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
#Burundi le 27/07/2024 1$ = 6850Fbu 1€ = 7250Fbu Nigiriye kwoga mumashuha yo mu rumonge , nizere ko nsanga bahanaguye ama carreaux.
5
5
40
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Il avait 29 ans , seulement 29 ans.
Tweet media one
0
2
37
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Turihano tugufasha kurindira .
9
6
38
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
27 days
#Burundi le 17/09/2024 1$ = 7000Fbu 1€= 7550Fbu. Mbe Fablice ngo minimun yiba par personne ni ingahe ?
8
1
39
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
8 months
Umuntu yivye tapis arasabwe kuyigarukana vyihuta , gutoragura utubuye dufatisha iyo dufise ngo ntiguruke biraturuhisha caaane. @nshingamateka andika ikete ryihuta.
Tweet media one
13
1
38
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Baba type bariko batoza amahera yintererano yamatora ngo ubaha 5000 kuri reçu bakandikako 1000. Nabo barafise estomac 🤣🤣🤣🤣
10
2
37
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
8 months
Umunsi uzokwinjira muri banque ukiha amahera muri caisse uti nari ndayakeneye , muri restaurant ukarya nturihe uti nari nshonje ugataha amahoro , uzoce ugaruka tubandanye iki kiganiro
@ricNKURUNZ92513
Éric NKURUNZIZA🇧🇮
8 months
@KarlLewisM @JosJonesNkunz @nellynadia3 La fille ou dame mpenereza est pour moi Complice au viol. Elle pourrait être accusée de ire pure provocation du viol. Mais la justice est là pour arbitrer. @JosJonesNkunz serait un spacieux acheminant à la perdition. @KarlLewisM mukorane-ko. Muntunge mumburane Niko Jewe ndabibona
12
0
2
9
2
37
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Nkuko ivyo bamaze kuduhenda bidakwiye , bashaka twemere ko umuzungu yabaye ikijuju kugeza aho arekera inoti nkirya imyaka 50 dans un trou au fin fond de KIRUNDO !! Restons concentré sur l'elevage du petit betail ( isazi) et du gros betail ( ubukwavu).
13
3
36
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
On s'approche dangereusement du lieu de naissance de la bêtise humaine.
9
5
36
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 month
#Burundi le 05/08/2024 1$ = 7000Fbu 1€ = 7500Fbu Cagitoro carashitse mbega ???
10
2
36
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Bienvenu au burundi où il faut se munir d'1million de fbu pour aller acheter du matériel scolaire pr tes 2 enfts , comme si cela ne suffisait pas t'as que les billets de 1000F, donc 1000 billet. 1billet de 1000 tt neuf pésant 1gr , t'as 1kg de billet ds ton sac. #Ibipapuro
12
4
36
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Akagohe : Abantu muja gutora amahera en devises kuri western union & Moneygram muhejeje kuyatora mwitonde mukuyavunjisha , bishobotse ntimuce muyavunjisha uwo mwanya nyene. Mpwemu yera abasobanurire.
0
1
35
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
22 days
Inkuba yoba yaraye isubiye kwiha ibara mwishamba rya kibira abarenga 180 , harwiriyemwo imbonerakure & interahamwe , barahamerererwa nabi. Ingene interahamwe zashits muburundi hamwe nico zariko zirakorana nimbonerakure mukibira ntimukimbaze.
9
1
36
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
8 months
Ngo gutwenga ni tourisme🤣🤣🤣 Ni gute twisanze aha hantu 🙉🙉
7
5
35
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
10 months
Nukooo
Tweet media one
4
3
34
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
#Uganda , abafashwe bagapfungwa bakuwe mumyiyerekano yukurwanya igiturire , bariko baratanga igiturire kugira barekurwe. Reka niryamire burije.
6
3
33
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Kuba mukora mumpfunyapfunyo nivyo bibaha uburenganzira bwukwandika mumpfunyapfunyo ?
@nshingamateka
Inama Nshingamateka
11 months
2/3 Ensuite, il a illuminé les travaux d'ouverture de la stat° Irakoze d'1 entrepreneur natif de Muramvya. Lors de son discours, le 2e Vice-PAN a exhorté la π° à s'atteller aux #TD af1 de réaliser la vision de S.E @GeneralNeva pr 1 #Burundi émergent en 2040 et développé en 2060.
5
46
55
16
6
34
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kuba ufise imishatsi myiza kumutwe ariko mumutwe atakiriyo vyo ntitubugarukako , nizereko tugufashije kuronka twadufaranga twa Elon : abarundi turi abantu beza ntambwa tudasera igikoma uretse iyabwaguye tudahari.
@kanisekere
NO_BRAINER🇷🇼
1 year
Ariko u Burundi niki kiri special bugira ? Sindumva indege zi Burundi cg ikibuga k'indege cyabo, hano muri East Africa sindumva habaye nkikintu cya danger ngo kibere i Burundi! Nonese i Burundi habayo aba Star ? Abantu bajya Burundi sindunva baza bavuga ngo bumiwe🤔 abarundi
274
16
210
11
0
32
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Gushimirwa kabiri vyarabananiye !!! #Burundi le 16/08/2024 1$ = 6800Fbu 1€ = 7000Fbu Bonjour @Consultantxxl
7
4
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 month
Ibintu Fabrice yishoyemwo niyabivamwo amahoro azoba agira Imana.
@MagazineJimbere
Jimbere
1 month
[P] ✅ Signature ce 02/09/2024 d’une convention de mise à disposition du terrain qui abritait le marché central de #Bujumbura pour sa reconstruction, entre le groupe @ubakanation et @MielsBurundi 🚧 Comme l’a précisé le Ministre @Capt_Dukundane , "il est dans l’intérêt du pays de
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
5
44
5
0
32
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 13/08/2024 1$ = 6300Fbu 1€ = 6450Fbu. Uwurondera idevise ntiyirirwe arigora ntawurimuha.
7
2
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 07/08/2024 1$ = 7000Fbu 1€ = 7350Fbu. Muraho neza @BankiNkuru ?
8
6
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
Donc tout ce joue entre Dieu ( nivyakunda) et Satan( nivyanka ) ? Mwebwe ntaco mwishoboreye . Merci pour votre honnêteté.
@RTNBurundi
RTNB
9 months
Le Chef de l'Etat a fait savoir que la Vision Burundi pays émergent en 2040 et pays développé en 2060 est un plan conçu par Dieu lui-même et que ce même Dieu s'est choisi le groupe des Bagumyabanga pour faire du #Burundi un pays du lait et du miel.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
36
69
6
2
30
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Un médecin spécialiste touche 650.000Fbu , soit 21.666Fbu/jr. Mayonnaise ngo igurwa 22.000Fbu. @GeneralNeva urumva koko umu Dr yokora umunsi wose , kugira ahitane aka mayonnaise k'abana bigasaba ko atanga amahera yakoreye umunsi wose akongera agasaba ideni 336Fbu abura !!!
@MagazineJimbere
Jimbere
3 months
🥼 "Les médecins qui quittent le pays pour exercer à l'étranger ont bénéficié d'une éducation, de la 1ère année primaire jusqu'à la fin de leurs études universitaires, grâce au soutien de l'État. Et ils ont préféré tourner le dos à leur patrie, partant prester dans les pays
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
12
63
7
5
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
1$=4840Fbu 1€=5200Fbu Ibi ntibizohindurwa na ba matayo na mariko , croyez moi.
@NtareHouse
Ntare Rushatsi House
9 months
Au dernier jour de la croisade, les enseignements à l'intention des leaders sont centrés sur l'appel au travail assidu. Se basant sur le passage de Mathieu 12:33-37, SE @GeneralNeva les a exhortés à accompagner la vision d'un dur labeur car l'Eternel bénira l'œuvre de leurs mains
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
103
168
3
2
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Vyabintu vyabaye seriye turiko turakoropa amabarabara walai
4
0
31
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
#BURUNDI Le 03/07/2024 1$ = 6400Fbu 1€ = 6650Fbu " Les hommes deviennent plus forts quand ils réalisent que le coup de main dont ils ont besoin est à la fin de leur propre bras " Sidney J. Philips
2
3
30
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Ruhukira mumahoro kibondo 💔
Tweet media one
0
8
30
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Amazi yabaye igitoro. 20l d'eau à 500Fbu. Ariko ntitwitoge , dukomeze dutegereze rendez-vs yaduhaye kandi abizi neza ko atazoba ahari : 2040 & 2060. #Visionfloue
11
6
30
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
Ico gitero ca GATUMBA nimurabe muse nabareka kukivuga , ntihobura uwuhava avugisha ikuri mukumirwa.
@NtareHouse
Ntare Rushatsi House
9 months
Communiqué du Gouvernement du #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
250
372
825
13
4
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 10/08/2024 1$ = 6500Fbu 1€ = 7000Fbu @Consultantxxl ko bitibutse cane kandi giturumbuka habaye iki ? Bon weekend @BankiNkuru
13
3
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Utii 🦻
9
2
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kandi aha yibaza ngo ibi twaravyibagiwe
4
3
26
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
#Burundi le 22/07/2024 1$ = 6620Fbu 1€ = 7020 Fbu . Bonjour @Consultantxxl
5
4
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
11 months
Akabazo , ubushikiranganji hamwe na FNUAP mwakoranye musanga nuku mwobigenza ??
@GenreMinistere
Ministère en charge de la Solidarité Nationale
11 months
Diane NZOCAHINYERETSE, la mère de la défunte a remercié le Ministère ayant la solidarité nationale dans ses attributions pour ce soutien . Elle a mentionné qu'elle vit dans de mauvaises conditions raison pour laquelle elle salue beaucoup cette visite.
Tweet media one
9
23
79
12
2
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
4 months
#Burundi le 10/06/2024 1$ = 5800Fbu 1€ = 6100Fbu. Entre temps imodoka zikura amakara ruguru ziyazana mugisagara ntizemerewe kwinjira kuva kuwa gatanu.
5
1
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
16 days
Sauf erreur de ma part , warabaye umusoda ( 33ème promo de l'ISCAM) , iyo umusoda agize ubugeni yambaye impuzu zagisirikare aba yubahirije umuco ?
@KarerwaNdenzako
J.C Karerwa Ndenzako
16 days
Abantu bemeye ko uru rubanza ruba barorera ku bwanje bavyifashemwo nabi. Ubwo nitwarekerana mu misi iza ntituzobona abambaye impuzu zo kwoga baje kuragana bafashe ibendera ry'igihugu cacu #Burundi ? Imico myiza y'Abarundi iraturekurira gutira impuzu y'urubanza!
Tweet media one
96
17
93
8
0
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Harya waruzi ngo muri rural nikure ?
Tweet media one
6
0
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
Le ministere en ksion 🤣🤣
@MinEACJSCBdi
Ministère EACJSC
7 months
Le @MinEACJSCBdi souhaite la bonne suite du championnat "The ball #Ball4 à l'équipe Dynamo BBC et d'aller toujours de l'avant.
0
2
4
3
6
28
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kurayo mafoto basi wewe uribona ??
@Bankumukunzi1
Amb. Nestor Bankumukunzi
1 year
Arrivée lundi au Royaume du Maroc d'une quinzaine de nouveaux étudiants burundais admis pour poursuivre leurs études universitaires. Heureux de les avoir accueillis et leur prodigué des conseils pratiques. Vive la coopération Maroc -Burundi
Tweet media one
14
16
57
16
1
27
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Sans tte fois être sûr , ce msg serait à l'origine de ce drame. RIP père Emmanuel.
Tweet media one
Tweet media two
6
2
27
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Tt est clair.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
8
1
27
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
14 days
Guhabwa akazi kukuvuga ivyiza vya reta y'uburundi ninko gusabwa kunywa urumogi , ubikora winyegeje ....dans l'anonymat. Ikibabaje abakora ico kiraka ngo bahembwa make...3500Fbu /jr.
12
3
26
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Kamwe mubuzi nibaza bugoye kandi buruhisha ni ugusabwa kuvugira igihugu cawe , kubera atavyiza woronka ukivugako ugaca ukora akazi kugutuka ikindi gihugu. Akabazo : gutuka ikindi gihugu birahanagura amafuti ari iwanyu ? Tt ça pour 3500/jr 🤣🤣🤣
8
1
26
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
@ingabire___ Inzira bariko baracamwo iragoye ariko abatari bake ishobora kuzobatuma bashobora kubaho ubuzima bwisununuye bo hamwe nabazobamukako.... Uwashoboye kuronka ubwege bwukuronka 10 millions akenshi aba afise nubwenge bwukumenya ico yoyakoresha .
0
0
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
👌👌
Tweet media one
1
5
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
@yigenga @PaulKagame Mars 2023 congrès ya 73 ya FIFA izobera Kigali , wobona hanavuyemwo kuyitwara.
0
0
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Burundi le 03/08/2024 Le $ atteint 7000FBu. L'€ est à 7350Fbu. Harya ngo twatwaye ama tonnes angahe kugurisha.....eeh sorry gufashisha Zambia ? Bn weekend @Consultantxxl
6
4
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
Dans moins de 24 h , 1$ = 5300Fbu 1€ = 5600Fbu Igihugu kiratembagaye kumugaragaro.
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
#Burundi 20/03/2024 1$ = 5200Fbu 1€ = 5530Fbu Nous ne voyons plus nos signes , il n y a plus de prophète , Et personne parmi nous qui sache jusqu'à quand ( Psaumes 74: 9 )
4
1
24
9
2
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
#Bujumbura le 29/08/2024 C'est officieusement officiel , 1L d'essence est à 15 000Fbu. NB: Ntakwiyadukiza mukukidandaza , bifise banyenevyo.
5
6
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kandi uwu yibaza ngo twaramwibagiwe !!
Tweet media one
8
0
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 years
Ariko nka Banque de Credit de #Bujumbura imuyinga iba yagiye kugorana kuberiki !! Akigenzo kari hose !
Tweet media one
6
0
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
#BURUNDI 1$= 5070Fbu 1€= 5400Fbu. Comme si cela ne suffisait pas , TANGANYIKA nayo iraje ikore ibara ....kaandi abahinga basemereye kuva kera.
4
2
25
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
9 months
Uko ubivuze niko yari kubivuga ariko siko yabivuze. Communication yiwe irarwaye , mumufashe bikosorwe ahandi ho bizobaruhisha kwama mugerageza kuyora ivyasesetse.
@willynyamitwe
Amb. Willy Nyamitwe
9 months
#FakeNews : @RadiyoyacuVOA murabe mukosore kuko inkuru mwatanze siyo na gato. Jewe numvirije neza yavuze ko yipfuza ko “urwaruka rwo mu Rwanda, co kimwe n’urundi rwaruka rwose rwo muri Afrika, rwokwitaba inama zo gutsimbataza amahoro n’umutekano mu karere”.
Tweet media one
379
100
330
0
4
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
10 months
@LorraineSahing1 @f_mpinyuye @yigenga @ngendapatrick @PATTHEBURUNDIAN @InesKid1 @GenreMinistere @ka_bebeto @MagazineJimbere @Chancelle_B Jewe murigera mubona abana banje mwibarabara ? Rwanje bari muhira , namwe genda mukure abiwanyu mwibarabara.
11
4
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Kandi nkubu wibaza ngo ibi twaravyibagiwe
Tweet media one
@Cimpaye67
Cimpaye Pancrace
1 year
La tenue du #11thROMsummit à Bujumbura est une preuve des capacités &potentialités insoupçonnées du #Burundi .Cette vitrine splendide est un pas vers un Burundi émergent en a raison ⁦ @antonioguterres ⁩ faut soutenir le Burundi.⁦ @UEauBurundi
Tweet media one
2
12
47
17
3
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
3 months
Amakuru ndayatanga kubuntu. Bn weekend ncuti zanje.
Tweet media one
3
0
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Ni gute twageze kurwego rwukugira imigambwe nkiyi kweri !!!
Tweet media one
18
1
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
#Burundi 1€= 6200Fbu 1$=5950Fbu Le désespoir est l'endroit où nous arrivons à la fin de nous-mêmes.
4
3
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
#BURUNDI Le 26/05/2024 1$ = 6200Fbu 1€ = 6500Fbu Bon weenk les ami(e)s.
9
5
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
#Burundi 20/03/2024 1$ = 5200Fbu 1€ = 5530Fbu Nous ne voyons plus nos signes , il n y a plus de prophète , Et personne parmi nous qui sache jusqu'à quand ( Psaumes 74: 9 )
4
1
24
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
Par jr : 1 000 000 000Fbu : 365(jrs) = 2 739 726Fbu Par h : 2 739 726Fbu: 24(h) = 114 155Fbu Par min : 114 155 Fbu : 60 ( min) = 1902Fbu Par sec : 1902Fbu: 60 (sec) = 31Fbu Uko umutima utera 31Fbu ziba zigiye , c'est plus cher que l'oxygène.
@KingBurundian
KING:UMURUNDI
5 months
Kur'ico kibazo nyene,umushingamateka Agathon RWASA yarabajije impamvu amafranga aba yategekanijwe yiyongera ku rugero runini kandi biba vyahejeje kwirwa neza. Agathon Rwasa ati:"Mukwiye kuza muriyumvira ku munyagihugu mutoyi ariha ayo makori..."
5
2
39
2
2
22
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
6 months
Kandi @Baconib ugira umunwa !! Ubu uraje uvuge ngo iyi si tapis !!
Tweet media one
10
1
22
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Après l'éphémère/mouche de mai , la monaie burundaise connaît la plus courte espérance de vie ; il y a 48h le $ était à 6200Fbu , l'€ à 6450Fbu. Ntimumbaze insiguro yavyo twisunze igiciro civoka & isahani yinrya, MERCI .
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
2 months
Gushimirwa kabiri vyarabananiye !!! #Burundi le 16/08/2024 1$ = 6800Fbu 1€ = 7000Fbu Bonjour @Consultantxxl
7
4
31
7
1
22
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
28 days
Akazi kukuvuga ivyiza vya reta ni uku kameze. Bonjour et bon début de semaine @EveManiragaba
4
3
23
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
7 months
Chef ko mbona muvyuka kare , mubuzwa niki gukora ? Ni ukutabishaka canke ni ukutabishobora ?
@GeneralNeva
SE Evariste Ndayishimiye
7 months
On behalf of the Government and the People of #Burundi , I extend my heartfelt congratulations to H.E @prabowo , President-Elect of the Republic of #Indonesia . We are looking forward to continue working together to strengthen the bilateral relations between Burundi and Indonesia.
Tweet media one
41
190
483
9
1
23
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
@Consultantxxl Umuntu wambere yantwengej numuntu yiga muri Scientifk twari twicarany muri Ex-etat , abonye urupapuro rwanj muri maths ruguma ari isugi aca ambwira ngo ndamurindire gatoya ace abinkorera , nti irekere naho wobinkorera sinoshobora kuvyimura....ndisohokera nja kwota akazuba.
13
2
23
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
29 days
Ndasubiramwo...reta si umuvyeyi.
2
4
23
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
5 months
#BURUNDI le 17/05/2024 1$ = 5700Fbu 1€ = 6000Fbu Abafise amajambo nibavuge , je biranse.
11
3
22
@Innkwizera
Ambassadeur plénipotentiaire.
1 year
Ngo $ yoba iri kuri 5000Fbu ?
6
0
23