Elsie Gretta Burundi🇧🇮 Profile Banner
Elsie Gretta Burundi🇧🇮 Profile
Elsie Gretta Burundi🇧🇮

@iamelysgretta

Followers
10,525
Following
286
Media
1,457
Statuses
5,200

Psychologue/,JOURNALISTE INDÉPENDANTE ,/🇧🇮CEO of Ingoma257//BerryMusic ‘s regional manager , ,Mes tweets n engagent que moi

Joined April 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
9 days
🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦OTTAWA🔥🔥🔥🔥🔥🔥 @SPEentertainmen Present „That’s why Live Concert our Artist @BerryMusic7 & @MapoziOfGod BUY YOUR TICKET👇🏼‼️‼️‼️
Tweet media one
1
0
6
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 months
🚨🇧🇮🇷🇼Dr Claude umuririmvyi w uburundi ariko araherekeza Umucandidat wa FPR Paul Kagame mumyiyerekano yamatora ya 2024
Tweet media one
Tweet media two
59
23
876
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
10 months
Terefone ya The Ben yari yibwe yabonetse merci @Burundi_Police kuko niyo yatumye iboneka
Tweet media one
36
29
459
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
9 months
Nice couple 😍 Imana ibaje imbere nomubikurikira
Tweet media one
Tweet media two
37
12
259
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Muzokwemera ryari Miss Lauria ❤️
20
13
237
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
7 months
💔Mauvaise Nouvelle Le Burundi vient de Perdre la meilleure actrice Adrienne (NINDE) Que Tu reposes en paix chère Adrienne 💔
Tweet media one
Tweet media two
35
18
228
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Félicitations à juste Gaël journaliste sur Buja fm aussi fondateur d ‘Umukubito (télévision en ligne )
Tweet media one
9
5
218
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Buja-kigali twagiye 😍ubu nukuja Kigali n bus vraiment comme avant
Tweet media one
16
13
208
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Gukwiza 1millio de vues ds un mois muburundi ntivyoroshe alors on félicite @dramat ce jeune talentueux 👌aduhaye icizere k vyose bishoboka @yigenga support our artist @burundionthemap @bestof257 @akezanet 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
11
9
211
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Ikirundi ciwe 😍binyibukije babantu baba hanze bakabuza abana babo kuvuga ikirundi kandi arabarundi ☺️
25
24
200
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 month
Nimba uririra igitoro nuko ufise Imodoka……
55
8
208
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Ibitangaza akora bibonwa nabanyamahanga gusumba n’iwacu “Chris Ndikumana”(Kanguka)
Tweet media one
58
4
193
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Buja 😊HE PK
Tweet media one
11
12
188
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Umukubito (télé en ligne )birampimbaye kubona tv online zihawe ikibanza
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
12
7
182
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Umurundi yipoproje kugura umuduga nkuwa HE KAGAME bwabundi muburundi hakenye umuntu ntihakenye abarundi bose 🤔
Tweet media one
Tweet media two
44
9
181
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Avec professeur Mworoha (Historien)
Tweet media one
7
3
180
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
I am thankful for all of those who said NO to me ,it’s because of them I m doing it myself 🥂🎉
Tweet media one
20
4
169
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
You can’t hate this picture 😍
Tweet media one
3
3
161
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
🇧🇮Burundi :12million de la population Hommes :5millio femmes :7million Et pourtant toutes les femmes sont dans les relations serieuses 😂none izo 2millio mwibazako bazoca baronka abagabo hehe 😂
57
9
158
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Kuva 2002 kugeza ubu ntandirimbo yiwe nimwe irambihira @bigfizzo1
Tweet media one
Tweet media two
26
5
156
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Félicitations Kigingi le comédien (mbega numugabo baramubwira ngo niwonkwe 🙊🙈😀)
Tweet media one
11
4
155
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Bon Dimanche abantu banje bose ngaha 😊
Tweet media one
5
4
157
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
None mushaka umu miss womuri africa agire beauté y’a gute Uyu miss wacu numunyafricakazi akwije conditions 😍
Tweet media one
Tweet media two
24
3
149
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
None gushaka gusohokana nabahungu batanu bakurihira inzu kuki utosohokana na nyeninzu 😂
35
7
145
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
It’s Friday cheers , Chers followers 🥂
Tweet media one
9
2
145
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Façon basomye amazina ya zirya ndirimbo 😂😂umengo si zimwe tuzi Vidéo : @Umucomedia
68
14
140
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Kimwe mubituma Tvonline Muburundi ziryoha Uyu muntu arimwo 😌💯
Tweet media one
17
3
142
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Chers artistes burundais ntimwatumiwe canke ntakanya mwaronse ngira 😀 Best wedding ever Ben &Pam 😍
Tweet media one
16
1
139
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
ABAKINYI ba NINDE barakwiye kumanikwa muri ville nahandi heshi bagafatwa mumugongo hamwe ata kintu babura kuko imyaka bamaze bakina ibintu bidutwenza bagakina nkabanyamwuga ,ntabandi tuzoronka nkaba nukuri Ndabubaha cane!🥰
14
11
135
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🇧🇮Fist Lady Burundi &Aline Gahongayire
Tweet media one
2
7
136
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Ntamisi iheze Uyu mwana abonetse kungurukanabumenyi agiye gushikanira Sainte Vierge Marie Ishikanwa Umumenyeshamakuru Yann Santanna aramurondeza kandi yaramutoye none yiyemejeko agiye gufasha Uyu mwana numuryango wiwe 😍
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
8
135
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
‼️😍Si nos artistes bokwiga ntivyobura ico bifasha dans leurs carrières Félicitations à El Pro qui a terminé son Bac à l Université du Lac Tanganyika
Tweet media one
6
5
134
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
6 months
Tangarira ubwiza bwa Miss Meghan Miss popularity 2022
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
7
131
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Un couple qui prie ensemble se sépare aussi bonne nuit rero
21
3
132
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
5 months
🌹Burundian girls sha … Dushaka commentaires nziza gusa ahaa…
39
12
131
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
7 months
This song should be the best song of year 2024 @AkiliKirikou Respect
7
10
130
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Iyi Bus abayirimwo bose bitwa ba NGENDAKUMANA Ndabonye igituma harabakobwa buja batacikoza bus 😂
41
13
126
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Amb Willy Nyamitwe &Pacifique Nininahazwe
Tweet media one
19
0
127
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Umukinyi wa @PSG_English araza muburundi ibinyamakuru bikareka kubivuga 🙊 @yigenga @burundionthemap
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
38
10
128
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🛑Qui est la meilleure selon vs ?Voici 4 princesses de la Musique Burundaise @meiliofficial_ @MowKanzie @EstherNish @moniafleur
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
71
1
125
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
‼️S’il rentre au Burundi avec Grammy awards ne soyez pas surpris 😊 @colorsxstudios avec 1.5M sur Istagram et 7.06M sur YouTube poste sur ces plateformes @theecember Sans doute ce jeune Burundais nous amène vers l international 💯
6
3
127
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
6 months
‼️Le producteur qui a produit le son BELISSIMA “ Ibreezy (ONE WAY) c est lui qui est derrière ce hit Respect aux producteurs Burundais spécialement Ibreezy 🙌🏻
Tweet media one
7
5
126
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Uzohava urinda upfa ukiri célibataire kubera gutînya kwinjira munkundo z’abandi 🤔raba urondere aho rureregarega wicomekemwo
22
8
126
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Iyi vidéo yabonetse cane kuri reso socio Unomusi Drama T asigura uko ubuzima bwohanze usanga bumeze Hari live yagize abisigura neza uko yashatse kubivuga kuko hari abari babifashe nabi Vidéo @akezanet 🎤OPEN MIC
61
9
124
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Joyeux Noël Fam ❤️🎄
Tweet media one
Tweet media two
6
4
120
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
10 months
⚠️⚠️‼️‼️INKURU IBABAJE N"ibara , aho muri Prince Regent Charles abari baje gusezera uwabo basanga yaraturitse, bivanye n'ukwo bamukuye muri morgue Baca bashirayo uwundi, n'ubu ugusezera kukaba kutaraba, kukwo babanje gutumako Ministre de la santé
Tweet media one
27
3
121
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
🇧🇮🇷🇼 bibandanya biryoha Volcano yasubiye gukora
Tweet media one
Tweet media two
14
9
120
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
You can’t hate this picture 4 Generations 😍
Tweet media one
2
2
120
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🇷🇼Kidumu yaraye akoze amateka mu Rwanda mugiteramo yararirimvye twaturirimbo twose twakera twakunda muri 2000 Kidumu n living legend kabisa 💯
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
4
119
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Uretse ubwoba ukaja muri BRB ukabasaba bitanu vya bonane boyakwima ?
29
3
114
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Uyu asanzwe akora ama vidéos yitwa John Elard numurundi abanyarwanda bamaze imisi baza kumusanga ibujumbura akabakorera ama videos meza Courage à lui Nb :Ntituzinanye si pub yantumye j e apprecie ibikorwa akora gusa (abarundi vs imaginez tro nako ns imaginons 😂)
Tweet media one
5
4
114
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
3 months
We miss Lion Story Boba bagezehe 🤔
Tweet media one
17
4
115
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Bwira Umukobwa muzinanye Uti nimba wiyemera ko uri mwiza imweshe igipara 😂
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
29
5
113
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Félicitations @IrakozeHosy 🎉 Elle vient d être baptiser
Tweet media one
12
1
110
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Urinde ubuza abantu kuzana amafoto Twitter ngo ntituri kuri IG 😂🙈
Tweet media one
Tweet media two
27
0
110
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
None ivyo vyabaye I Ngozi🙊😂kuri Don bosco #umuhungu bamwatse umukobwa ngo ntiyakwije amaher yinkwano #Umuhungu acaritahira kuryama #patiri nawe acarabugaranira muri salle ngo ntimuvaha mutandishe aya salle😂😂 #NGOZI VILLLE N SO
30
2
106
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Abakene nibo bacunga abagore babo mugihe abakire bacungwa nabagore babo 🙈🤣
19
8
109
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
30 days
Umuntu yiyambariye umupira wa CNDD -FDD ikigali 😂
66
7
111
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Enfin !! Imana irakoze ntagutsindirwa muhira 🙈 Congratulations our Team 🇧🇮🇧🇮 See you in 🇷🇼 9th December
Tweet media one
10
7
106
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
11 months
Miss Burundi 2022👑 25ans 🥳😍 Hbday to her
Tweet media one
Tweet media two
9
2
105
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
3 months
🚨Mkombozi ,s’il recommence à chanter comme avant c est prendre le risque mais il aura plus de succès ses fans vont encore retrouver le Mkombozi d avant
Tweet media one
17
2
107
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Uyu mu Miss NGOMA nimwiza basi😍
Tweet media one
18
3
106
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
10 months
Jean de Dieu yazanye The Ben akaba yishikiye Muri Trace Awards 🇷🇼
Tweet media one
Tweet media two
7
2
104
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Nukuvugako umu 2000 ubu afise 23ans🤔Harageze ko umuntu afata ibintu au sérieux
26
7
102
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Hier ETS Kamenge KANGUKA
10
8
102
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Félicitations @MutimaComedien 😍💯 Umuntu yavuze ngo abastar ntamarriage bagira yarabeshe basii 🤔
Tweet media one
Tweet media two
21
5
102
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Banyarwanda,Barundi ibi bisiguriki ??? @philpeter250 vyukuri yabona ko @AkiliKirikou adakwiye kuvugirizwa mucubahiro Tout c qu on te demande c’est le respect pr nos Artistes
21
8
105
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Boys gikuru numutima ntimukarabe ibindi 🙈
Tweet media one
45
1
102
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Hari abakobwa baremewe kuguma ari aba celibataires ibaze kweli 🙊we baragupresenta kwa nyokobukwe (belle mère)ugatangura gu critiqua ibirato yambaye 😢 #mwabayegute
14
7
100
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
🇧🇮🇷🇼Nibutse iyo abaririmvyi babanyarwanda baje muburundi ukuntu tubakira tubaposta,none abaririmvyi bacu bagiye murwanda 🙊umengo ntibababonye #alvin #vania #Drama T mubafate neza nkuko twabigize kuri Bruce Melodie 😊 @yigenga @DannyMuhizi
39
5
97
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Ukumva Ngo izo tatouage nayo ma dread ufise ntaho bizokugeza 😊😄
Tweet media one
Tweet media two
18
1
91
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Ingeso 5 zikunda kwicira abaririmvyi aha iwacu 1.Guhendwa na succès 2.kutiga (surtou ngo ugir recherche kuvy umuziki) 3.kugara nokutubaha abafana 4.Kunwa ibiyayura mutwe ninzoga nyishi 5.Kuba mubuzima butari ubwawe ubesha kufise amahera kugira wemeze abant Haricubona nibagiye?
26
9
96
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
un homme qui t aime réellement ntazogutahisha mwijoro nka 3h du matin aziko iwanyu bakundako utaha kare
14
2
99
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
5 months
Bellissima Totalise 3M de vues sur YouTube ❤️ Umuziki w uburundi uzoteba ubafata
Tweet media one
15
2
100
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Madame KIGINGI Kurubuga rwa Istagram ati « Ubuzima niki sans toi Kigingi «  L amour existe encore 😍✌🏼
Tweet media one
6
3
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Tweet media one
14
5
98
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
😂😂😂😂😂nikibazo
Tweet media one
27
5
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
It m birthday 🎉NDASHIMA IMANA NAHO ATAMAZU N IMIDUGA MFISE GIKURU NUKO NDIMUZIMA NKABA MFISE N IMPANO Y UBUNYAMAKURU IZONGEZA KUVYO NIFUZA VYISHI🎉❤️
Tweet media one
34
0
100
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Hier soir À Zanzi @bigfizzo1 a présenté au public sa Fille 😍 Dans son discours il dit « ne prends de photos pr envoyer à ma femme et dire que je la trompes ,elle ,c est ma propre fille «  Source @nteranjimbere
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
5
99
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Kera umukobwa yagera kumyaka 15 bamurondereye uwo bazokwubakana ,Uyu mugenzo urakwiye kugaruka kuko vyaca vyoroha kuronka umugabo!😥
44
5
96
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
5 months
💔😰
Tweet media one
16
9
97
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Karya kantu ko kuri independante ibaze Directeur ari mubanyeshure baririmba ngo Drama T ,drama T na Directeur aryohewe mubanyeshure 😍Twize amashure atararyoha!😂
10
0
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
11 months
🛑Hepfo ya Lycée du Lac ahantu hari station hari bamwe bagendera mukirere yakorotse numudamu afise utuzigo.
Tweet media one
52
6
99
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
7 months
‼️‼️Management yasignishije We love music turasaba mureke kubabera intambamyi,ils méritent d avancer ,pourquoi les bloquer de cette façon,we love music pour le moment ils ont décidé ko umwe wese yikoran Indirimbo bivuye kuriyo ngoran n management kuko vyanseko bumvikana
Tweet media one
12
3
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
10 months
God Bless my Followers Ndanabakunda ❤️😊
Tweet media one
Tweet media two
8
3
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Du nouveau à Buja ya Modoka iba irimwo ivyokurya 🥰ngo woyisanga kuri Saint Michel nompande ya Toxic Pliz ntimuzane vyabintu ngo ntamuntu arira mwibarabara ni mentalité ya kera bisigaye muburundi gusa 🙈😊
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
8
96
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Vraiment ce concert est une réussite 1/les fans ki chantaient au même rythme que Dadju 2/ @akezanet 💯était en ligne avec d belles images 📷: @akezanet
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
5
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
5
9
96
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
10 months
‼️Bonne Nouvelle @UwimanaDative2 vient de remporter le Prix AWA 2023 dans la catégorie Prix du Public. Félicitations Miss ❤️
Tweet media one
Tweet media two
3
6
95
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🛑Ibi bintu vyukuba ugira ugire marriage hama ukaja ngo gusezera umu Ex (uwo mwahorana )les filles harageze ko mubireka Je vous jure bimaze guhera nabi kuri beshi soit wahisemwo uwa marriage nuyo reka kuja gufatanya nuyundi umukinisha ngo nugusezerana svp🙏
28
3
93
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🛑🛑DRAMA T le 24 Mai concert BELGIQUE 🇧🇪 VISA ✅💯
Tweet media one
4
3
94
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Ngo Ni Buganda,Cibitoke ca Rugombo 🤔🥰🇧🇮
10
3
94
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
L amour est vraiment bon demande en marriage mu ndege nabarundi 💯😍ntamuntu bitoryohera ibi kabisa
10
6
94
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
Biragoye ko woguma wiyita « femme indépendante « wamaze kugira marriage Ni bibiri soit tu te maries ou tu restes celiba ube indépendante aho atawukusuzuma ivyo urimwo ariko waragize marriage waremeyeko umugabo wawe aja mubuzima bwawe ntugikoze ivyo ushaka utamubajije
25
2
94
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
6 months
She’s beautiful 😍 @AnnyINGABI96899
Tweet media one
11
2
92
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
Thank you @Rwandapolice ukuntu yakiriye abakinyi bacu Let’s wait turabe ibibera Arena 🇧🇮🇷🇼🏀
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
9
94
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
🛑Iki gihano mubona kibereye canke nuguhonyanga agateka ka zina muntu ?
Tweet media one
59
1
93
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
None ko nkubu batoye umuhuza w’umugore tuca tumwiza Ombuswoman?🤔
22
6
87
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
8 months
‼️Ivyo kwambara neza navyo boba babitangira award Tuyimuhe!😊 @DramaT17
Tweet media one
Tweet media two
7
1
92
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
7 months
Abantu baruguru turi munyishu kuba twaraje kwibera Bujumbura
12
2
93
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
1 year
📍🇷🇼Ange Kagame yagizwe icegera c'umuyobozi w'akanama kajejwe ivya politike mu biro vy'umukuru w'igihugu
Tweet media one
14
3
91