umuhirwa 2 😎🤞🏽 Profile Banner
umuhirwa 2 😎🤞🏽 Profile
umuhirwa 2 😎🤞🏽

@Sir_Umuhirwaa2

Followers
3,969
Following
266
Media
1,830
Statuses
18,989

All about +257🇧🇮, entertainer 🌍🔥

Joined March 2024
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 days
Here's a top 10 of the tallest Buildings in the World 🔥🏢🌍 🛑 A Thread 1/10 🔥
Tweet media one
Tweet media two
5
8
26
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Iyi foto niya nyayo canke ni AI ?! 🤔😂
Tweet media one
41
18
567
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Turifadikanije n'abavandimwe bacu bo mu #Rwanda batanguye "ICUNAMO" co kwibuka abahitanywe n'ihonyabwoko ryakorewe abatutsi mu 1994.🕯️🕯️ #Kwibuka30 #Icunamo #RwOX
Tweet media one
64
81
508
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Ubu Tuvugana Guibert ntakiri umukinyi wa @DynamoBbc 🇧🇮🏀 Akaba agiye Ku #VISITRWANDA 🇷🇼 🇧🇮 #DYNAMO ⏭️ #KEPLER 🇷🇼
Tweet media one
Tweet media two
55
12
373
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba utize kigoroba 🤒 Umupanga witwa gute mu gifaransa ?? ✍🏽
Tweet media one
247
29
353
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ni irihe Jambo H.E Evariste NDAYISHIMIYE Yavuze utazibagira ?! ✍🏽
Tweet media one
145
8
306
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba warize neza 🧠 Amapera bayita gute mu gifaransa ?! 😁✍🏽
Tweet media one
150
34
294
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Ubu Tuvugana Coach Olivier yahora a coacha @DynamoBbc , akaba ari nawe yayishikanye muri #BAL , ntakibarizwa mwuwo murwi ✍🏽 Nawe nyene akaba agiye Ku #VISITRWANDA 🇷🇼 🏀🇧🇮 Dynamo BBC ⏭️ Titans BBC 🇷🇼🏀
Tweet media one
51
13
277
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Uramutse uronse amahirwe yo guhura na HE , ukaronka akaryo ko kumuyagisha . WOMUSABA IKI ?? ✍🏽
Tweet media one
147
7
263
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ukuntu abanyarwanda Bose 🇷🇼 ( Abaririmvyi, influencers , #Rwot ... ) atawuvuyemwo , baba bashigikiye umusaza PK ....
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
26
5
263
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Mureke uwu mu mama tumuhe likes nyishii 🥺❤️
Tweet media one
24
26
253
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
18 days
🇧🇮🔥🌟 IVYAMAMARE VYO MU BURUNDI N' #IMYAKA BAFISE ✍🏽 Number 6 will shock you 🥶 🚨 Thread 🔥🇧🇮 1/12
Tweet media one
21
7
209
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Nimba waratembereye Buja 🇧🇮🌟 Iyi foto ndayifashe mpagaze hé ?! 😁✍🏽
Tweet media one
116
8
182
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Uyu mwana agufitiye 100k .. Wokubahuka kuyamwishuza ?! 😩🧡
Tweet media one
94
6
176
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Niki gituma aba jeunes bubu birukira abazungu canee ?! ✍🏽🥲
Tweet media one
56
3
168
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Iyi niyo League🇷🇼 twarungitsemwo abakinyi bacu ?🙄 Ni basket canke Catch ?? 😂
Tweet media one
Tweet media two
62
15
162
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Buriya ngo ni kuberiki abantu bafunga Amaso Iyo Bari gusomana ?! 🤔✍🏽
Tweet media one
56
12
156
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Inyuma yo gutsinda Tanzanie 🇹🇿 ,L'équipe Nationale des garçons de moins de 16ans ihejeje gutsinda Kenya🇰🇪 nayo .. 🏀🇧🇮 70-66 🇰🇪🏀
Tweet media one
14
9
158
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ni gute wobwira umuntu ko avyibushe canee mukinyabufura, utamubabarije umutima ?! 🙂✍🏽
Tweet media one
93
3
153
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
1 month
Commentaire zibe ngufi ngufi .. 🙏🏽💀
Tweet media one
57
3
142
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba umaze gutembera Buja 🇧🇮🌟 Iyi nyubakwa iri amajahe ?? ✍🏽👀
Tweet media one
48
16
127
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
U Murundi/kazi ari proud ntashobora kurengana adakoze like ❤️🇧🇮🌟
Tweet media one
10
9
126
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Niki Uzi ku bakobwa b' #INZOBE ?! 😌✍🏽 🇧🇮🧡
Tweet media one
40
8
118
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba Uzi kwitegereza neza 👀✍🏽 Uyu muntu yahimbaje i Layidi neza, NINDEE ?? 😂😩😋
Tweet media one
27
9
121
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Plan ya CONVENTION CENTER 🇷🇼, ni copy and paste Airport y'u Burundi . 🇧🇮✍🏽 Sivyo se ??!
Tweet media one
Tweet media two
68
8
119
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Niki gishobora gutuma , umukobwa nkuyu abura umugabo, agasazira Iwabo ??! 🥺❤️
Tweet media one
72
6
121
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Joe Guibert Nijimbere 🌟🇧🇮 Patriots BBC 🇷🇼🏀
Tweet media one
13
6
117
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Inda y'umugore bayita #IMBANYI 🤰🏾 Iy'umugabo bayita gute ?! ✍🏽 Imbanyi ??????
Tweet media one
Tweet media two
90
4
113
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ibi bigenda gute ???! 🇧🇮🤔
Tweet media one
34
4
113
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ko bavuga ngo ntamwiza yabuze inenge , Ubu Nelly Nat afise Iyihe koko ?! 😩❤️
Tweet media one
67
4
110
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Il est 15h , heure de Buja 🇧🇮 Les bus sont de retour muri Parking ✍🏽🚌
Tweet media one
19
2
111
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Ubu Tuvugana @Monia_Fleur257 imurimwo 🔥❤️ Ndavuga impeta 💍😇
Tweet media one
Tweet media two
30
5
106
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
23 days
🚨 Amakuru ava mu Nda y'isi 🔥 Alvin Smith Na Nirnaah 🇨🇦 ntabwo bakiri Mariés , barahebanye 💔 ... Le divorce n'est pas encore prononcé ( en cours.. ) ✍🏽 Kubona Ingo zubu zitakiramba Biva kuki ?! 😭
Tweet media one
30
3
107
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
En anglais, on dit #Miss En kinyarwanda , #NYAMPINGA En Kirundi ?? ✍🏽👑
Tweet media one
18
3
96
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
50.000.000.000.000 U.S.D Mu #kirundo 🔥🇧🇮 R.I.P Ubukene 😂💔
Tweet media one
30
5
105
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba Uzi kwitegereza neza 🧠👀 Iyi foto irimwo amakosa angahe ?? ✍🏽
Tweet media one
14
8
103
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
On est 7h45' , Heure d'Eden 🇧🇮 Parking imezuku 💔
Tweet media one
27
8
104
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Ndabaza 🗣️ Iyi terrain izokinirako ba bantu HE yabwira ko ivy'imipira atarivyabo boshaka bagaheba ?? 😂🇷🇼⚽
Tweet media one
35
6
101
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Umusi wohura na @MowKanzie 🥹❤️, akakubwira ngo " nsaba icushaka ndagikora ... " Womusaba iki ?! 🫠
Tweet media one
59
8
103
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
I dare u to show me a Picture of Paul Kagame smiling ✍🏾 Ntayo waronka ‼️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
38
19
102
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Uyu murundikazi🇧🇮 yaraye atahukanye ikibanza ca gatatu mwihiganwa ryaba body builders muri Suède 🇸🇪🏋️🏅 Mumuhe amashurwe yiwe 🔥🎉
Tweet media one
Tweet media two
21
6
96
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
20 days
Niki dukwiye kwigira kur'iyi foto ?! ✍🏽🇧🇮
Tweet media one
67
7
97
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Niki abandi ba Journalistes bakwiy kwigira kuri Kaboss ?? ✍🏽
Tweet media one
21
5
99
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Il est 7h40 , Heure de Buja 🇧🇮 Les bus sont de retour muri Parking ✍🏽🚌
Tweet media one
10
8
92
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Kadie Kay ahejeje kuzuza 1M views kundirimbo yiwe #MonLogo yakoranye na We love Music ✍🏽🔥 Mumuhe amashurwe yiwe 👑🌟💐
Tweet media one
11
6
98
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Ubu n'ubusirimu canke nubu pipo ??! 🙄✍🏽
Tweet media one
48
15
93
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Nta nzoga 💔 Nta Basket 💔 Nta sukari Nta Matara Nta mazi . . . HARIKI ???
45
3
94
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Nakahe kajambo wobwira umu diaspora ategura kuza gu passa iyi Summer hano mu Burundi 🇧🇮 ??! ✍🏽
Tweet media one
62
2
93
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Kumyaka 29 , Rwagasore yari yemeye kuba incungu , aronsa intahe yukwikukira u Burundi nu Rwanda 👐🏽🇧🇮🇷🇼 Nawe kumyaka yawe, umaze gukora iki ?! ✍🏽
Tweet media one
48
9
92
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Akajambo kamwe kuri Apôtre Jean Paul, ahejeje Ku démission de ses fonctions de président de @lafebabu !? 👀✍🏽
Tweet media one
38
6
95
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
29 days
Nimba umaze gutembera... Aha hantu ni hé ?! ✍🏽👀
Tweet media one
33
3
94
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Kigingi afise impano yo gutwenza 😁 Saido afis impano yo gukina Football ⚽ Sat B afise impano yo kuririmba 🎶 Francine afise impano yo kwiruka 🏃 Wewe nawe ufise impano iyihe ?! 😂🫵🏽
Tweet media one
45
2
92
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Here's a top 10 of female influencers 🇧🇮 with the highest number of followers on #Instagramm . 🚨 A Thread 🔥 1/10 10. Iteka Livia Thiana 23.5 followers
Tweet media one
14
14
91
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Harya, Mu Buzima busanzwe, @AnnyINGABI96899 akoriki ?! ✍🏽🤔
Tweet media one
23
5
85
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
U Can't hate this picture 🇧🇮🤍💚❤️
Tweet media one
9
3
88
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Bavuga ngo ntamwiza yabuze inenge Uyu afise iyihe koko ?! 😩❤️
Tweet media one
55
7
87
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Ibihugu binini binini biritekaniye ariko turiya tuburungu tubiri duhora mu matiku 😂😂
Tweet media one
43
6
86
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
La photo la plus Triste que vous verrez en ligne aujourd'hui 🥹💔🕊️
Tweet media one
5
4
84
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Vyakugora canee kubona Ifoto ya HE #GeneralNeva atari gutwenga 🤩✍🏽 Ntayo waronka ‼️ #Eden 🇧🇮 #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
47
21
81
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
6 months
Mumfollowinge hano @umuhirwaa2 The old one has been suspended 💔😪
Tweet media one
46
31
85
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
LE TERRAIN 🔥🇷🇼 LES JOUEURS 🥴
Tweet media one
Tweet media two
29
14
83
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
DJ Paulin et sa famille 😍🌙 Have a good Night y'all 🙌🏽🤍
Tweet media one
6
4
81
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Niki ukundira canke wankira @IrakozeHosy ?! 💛✍🏽
Tweet media one
25
6
81
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Nimba Uzi utuntu nutundi 🧠 #Plaque Bayita gute mu kirundi ?? ✍🏽😁
Tweet media one
35
1
80
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Muri concert yabaye Vendredi DJ Fernando à Khadi kay: " Uwo mu maman yanditse mon Logo , ntabwo yanditse Bellissima ... , ingo usigure ingene wanyandikiye indirimbo ya histoire yanje " Kuga hit kamwe , yatanguye kuvyimvya umutwe
Tweet media one
Tweet media two
39
3
81
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
1 month
Fabrice yasavye umukuru w'igihugu kubaka isoko nkuru ya Bujumbura ✍🏽 Agira ati : " Nasanze vyotwara 50 Milliards Fbu, Ayo nayo jewe nabandi ba diaspora twoba twayegeranije mu mezi abiri. Twoyishiramwo ibibanza 1000, kimwe Kimwe kirihishwa 800 Milles Fbu " Yr comment on this ?✍🏽
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
3
79
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Aka jus+ #KANDIWATER 💦 (for everyone) Liberation Day 🇷🇼⛓️
Tweet media one
10
1
80
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
28 days
2 semaines = 1 Million 🚀 @satb257 🌟 remet les pendules à l'heure et prouve une fois de plus qu'il est le roi des vues ,des hits... Avec sa nouvelle pépite #JeVaisBien 🚀🔥 Mumuhe amashurwe yiwe 🔥🌟👑 #UMUHIRWA
Tweet media one
6
10
79
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Mwaba bakobwa babiri , nuyuhe yubaka urugo rukaguma ?! ✍🏽
Tweet media one
Tweet media two
45
15
77
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Umukobwa afise imico myiza nkuyu... Nzova kukazi nkashika anyoza ibirenge ❤️😌 NOMUKURAHEE ?? 😩 MUMFASHE 🤲🏽
Tweet media one
31
10
77
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Sous ce Soleil d'enfer with 0 Bus ( 13h ) Nakahe kajambo wobwira abantu bari Ku mirongo ? 🥵✍🏽
Tweet media one
39
5
77
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Nuko ata ndero agira, uyu mwana arazi kuririmba 🙌🏾😂🔥 Ubu arigize Victime birahezee #KazimaImanaInkunda
44
4
77
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
11 days
Nimba Uzi neza Buja 🇧🇮🌟 Iyi foto ndayifashe mpagaze hé ?! 😁✍🏽
Tweet media one
22
1
78
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Nimba uja umenya utuntu nutundi 🧠 Aba #SLAYQUEENS babita gute mu Kirundi ?? 😁✍🏽
Tweet media one
25
8
77
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Ukurikije ivyo yavuze muri interview k' #UMUKUBITO 🗣️ Uyu mwana wibaza kafise imyaka ingahe ?! 😂✍🏽
Tweet media one
22
5
74
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Ufise 100k kumufuko ✍🏽 Miss Burundi 👑 aragutwengeye nkuku 😩❤️ Wosigarana angahe ??
Tweet media one
29
4
76
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba Uzi utuntu nutundi 🧠 #TORCHE yitwa gute mu kirundi ?? 😁✍🏽
Tweet media one
53
16
75
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
🏀🎯 Nkuko Bisanzwe , Guibert 🇧🇮 akomeza kuvyitwaramwo nezaa muri team yiwe mu Rwanda 🇷🇼🔥( #KEPLER ) Izi Dunk katazo yigera atera Département ?? 😂 À méditer !!
Tweet media one
Tweet media two
18
4
75
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Âgée de 16 ans 🌚 @ElynaLeslie nawe Ari mubahawe agashimwe na Nyenicubahiro Ku musi w' Ejo , 1è Mai . ✍🏽
Tweet media one
30
6
74
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Nakahe kazi umuntu yokora hano Buja 🇧🇮, kuburyo yokubaka nkiyi nzu mu mahera yiwe ata #Cr édit abanje gusaba ?! ✍🏽
Tweet media one
48
2
73
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
23 days
Bari baberanye rata 💔 Bakaba bahebanye na ya nka yacu itagiye 🇨🇦 😭😂
Tweet media one
Tweet media two
23
1
76
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
20 days
We gooo
Tweet media one
12
6
76
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
BWIZA 🇷🇼 ni MWIZA 😍 Nanyemerera ..nzamuzana mu BWIZA 🇧🇮 ndamurinde UMWIZA ndamurinde IBIZA Twirira IVYIZA gsa ❤️
Tweet media one
26
2
73
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Kuba Mwiza ntibisaba make up Kuba Mwiza ntibisaba ibisuko Kuba Mwiza ntibisaba Ama filtres Uri mwiza uri mwiza Uri Fabrice uri Fabrice
Tweet media one
14
9
74
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
1 month
Abazungu Bari mu Burundi bamaze kumva Ama miliyaridi $ , ari mu #Kirundo batanguye kwi #D éclara kubwishi 😭🇧🇮😂😂
Tweet media one
11
0
72
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
9 days
Amaze kuduha Ama Hit meshii 🔥🎶 Niyihe ndirimbo ya #Kidumu ufata nkiyi bihe vyose ?! ✍🏽👑
Tweet media one
33
2
75
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Nimba Uzi utuntu nutundi 🧠 #DEFIL É yitwa gute mu kirundi ? 😁✍🏽
Tweet media one
35
5
72
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Uzi ko mwibagira vuba, Ubu Anny Ingabire mwamaze kumwibagira ?! 🫠❤️
Tweet media one
22
2
70
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
27 days
🇷🇼 Yogenda araramutsa ibarabara ryose Hama ngareke kuba #Uwanyuma gute ?? 😂😂😂
Tweet media one
35
6
73
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
3 months
Nimba utari mushasha kwaya mayira Uyu Ninde ?! Yakoziki ?! 😁✍🏽
Tweet media one
Tweet media two
21
7
70
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Uri umuvyeyi w'umwana , ukamurihira Primaire, Secondaire kuri École International, ukongerako baccalauréat, Master kuri leadership university ... Ahejeje akakubwira ko ashaka kwibera umuririmvyi ...womwemerera ?? ✍🏽
Tweet media one
20
3
70
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
4 months
Nimba Uzi neza Buja 🇧🇮🌟 Iyi foto ndayifashe mpagaze he ?? ✍🏽
Tweet media one
31
5
66
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
21 days
Nibihe birego uyu mukobwa arerwa ?! ✍🏽🔥
Tweet media one
29
2
69
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
The Face 🫠 The Flag 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
8
2
67
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
1 month
Sur une échelle de 1 à 20 Nelly Nat womuha angahe Kukintu ca confidence ?? 😂🔥🤦🏽‍♂️
Tweet media one
64
5
68
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Nimba umaze gutembera Buja 🌟🇧🇮 Iyi foto ndayifashe mpagaze hé ?! 😁✍🏽
Tweet media one
33
1
68
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Mumugire Inama uyu mukobwa bantu mwee 🙏🏽 Mubikore ntiyirukanwe 😂😂
Tweet media one
49
8
68
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
5 months
Nimba utize kigoroba 🤒 #AMABUNGO yitwa gute mu gifaransa ??✍🏽
Tweet media one
19
4
69
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
15 days
Baja bavuga ngo nta mwiza yabuze Inenge .. Ubu ka @MowKanzie gafise iyihe koko 😩❤️ ?!
Tweet media one
29
2
68
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
14 days
🏀🔥 Game over Dynamo 64-60 Urunani #UMUHIRWA
Tweet media one
20
3
68
@Sir_Umuhirwaa2
umuhirwa 2 😎🤞🏽
2 months
Fin du match 🔥🏀 URUNANI 63-51 DYNAMO Subira muvuge ngo nywe 😐😂😂🤍💙
Tweet media one
17
2
67