Edwin Dwima Umunyakaranga Profile Banner
Edwin Dwima Umunyakaranga Profile
Edwin Dwima Umunyakaranga

@DwimaEdwin

Followers
7,104
Following
317
Media
1,154
Statuses
19,709

⛪, Photographe 📸, Umunyakaranga 🇧🇮 , Informaticien💻

Joined March 2021
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
29 days
Pour toutes vos cérémonies de dot, mariage, pour tous vos concerts, anniversaires, séminaires etc., contactez-nous au 69352436. 🤩 Faites plaisir à vos yeux en visitant notre compte Instagram : Avec nous, loin de vous la déception 🤌 #EdwinPhotography
Tweet media one
0
0
10
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Erega Dawe urumugabo we wamvyaye uri umugabo we wamvyaye ukandera ukampa indero runtu y'ubutwari n'ubugabo🙌🙏 Rip dad🥺aheza ni mwijuru 🙌😭
Tweet media one
149
14
320
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Yari umuhinga mu kirundi🇧🇮 pe🥰,yarabaye n'umu photographe kwishure iwabo niwe yafotora udu Photo passeport 📸,nasanze ivyo yari nanje Ubu arivyo bimpa ayigitoro🙈🥰🙏nagasaga Dawe warakoze 🙌
Tweet media one
20
6
190
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Kubera Imana nanje ndashima 🙌🏼✍️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
56
8
185
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Abantu benshi turihenda Kuri utu tujambo: -Nti -Uti -Ati -Tuti -Muti -Bati Ukaza wumva umuntu avuze ngo:" mvuze ati genda!" Utwo tujambo tuvugwa uku gukurikira: -Mvuze nti -uvuze uti -avuze ati -tuvuze tuti -muvuze muti -bavuze bati Turakwiye kubimenya @burundionthemap
18
31
182
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip today is my birthday 🥰uwubishoboye anyihere ka Fanta singorana😉 Mugire umusi mwiza ♥️🤸🙏
Tweet media one
46
5
169
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
8
24
139
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
11
24
135
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
9 months
Président w´igihugu kibanyi ati bravoooo les gars🥰🥰🥳🥳🥳🥳🇨🇩🇨🇩🇨🇩
9
13
136
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
17
24
133
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
3 years
#abatwip umukuru w'igihugu cacu @GeneralNeva atweretse akarorero keza ko dukwiye guhurumbira ivyacu tukabivyaza umusaruro @yigenga @bestof257 @burundionthemap @YActivista
Tweet media one
2
21
130
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip icompa ICOBATINYA na KIRUNGO bagahura amaso muyandi🤣
Tweet media one
28
4
130
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip maman Burundi @Burundi1stLady arambara akaberwa pe 🥰🥰🥰🥰
Tweet media one
6
11
123
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
7 months
Umugabo ni ico asize si ico azize😭 usize vyinshi mu mitima yacu! Mbe ninde azosubira kutwiganira ivya kahise k Burundi 😭💔🕯️🕊️
Tweet media one
8
11
124
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Nariko ndaraba amakuru @RTNBurundi nca mbona incungu ya Demokarasi S.E Melchior NDADAYE avuye mu ndege yanditse République du Burundi naryohewe, cansaba Imana ko nshaka kubona umukuru w'igihugu cacu S.E @GeneralNeva arimuyanditseko nkuko.💪Kandi ndazi Turikumwe twese bizoshoboka
Tweet media one
17
8
113
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 months
Shoutout to people whose kindness isn’t strategy but a way of life. ❤️
Tweet media one
6
3
112
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 months
🙌🙌🙌
34
3
111
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
10 months
Mwaramutse nyakubahwa mukuru w'igihugu cacu ciza c'u Burundi @GeneralNeva ! nashaka gusaba nimba bishoboka ko kurino rontpoint ko hoja igishusho kinini c'ingoma n'umutimbo?Ko ariho ingenzi nyinshi nka zose zica mukuza hano iwacu vyoba vyiza murakoze cari iciyumviro canje 🙏
Tweet media one
14
9
110
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Yariko ansigurira ukuntu nokwinjiza 100ml en 30min muri Business online 🤦🏾‍♂️
Tweet media one
35
5
105
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
6 months
Mwaramutse neza #abatwip ntakuntu iyi Logo ya #VisitBurundi yoja kumyambaro yimigwi yose mu Burundi ntivyoba ari Sawa? (Basket, Football,volleyball,handball,tennis,judo,Karaté, etc..?) Cari iciyumviro canje murakoze 🙏 @GeneralNeva @Burundi1stLady @BurundiGov @NtareHouse
Tweet media one
72
9
108
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Naho imvura yogwa ntihite sinzoheba akaranga 🇧🇮
Tweet media one
9
3
107
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Mwaramutse 🙌 Abipfuza kudushigikira Karibu 🙏
Tweet media one
23
7
104
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
On va réussir sans touche l'illégal , sans versés du sang ,on va prier ,on va travailler et on va réussir 🛐🧑🏽‍🌾🚜
Tweet media one
9
3
104
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
🎶Muze dufatane munda dukundane🫀🎶Itariki ya mbere mu kwezi kwa mukakaro niho u Burundi...🎶 RIP😭😭😭😭😭
Tweet media one
18
7
103
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Itariki 22 GITUGUTU havuka umwana w'umuhungu bamwita EDWIN🥰 Isabukuru nziza Kuri jewe nyene🎂🥳🥳
Tweet media one
Tweet media two
40
1
102
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
3
14
97
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Nguyo uwutahukanye urugori rwa Miss Burundi 🇧🇮
Tweet media one
7
3
92
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
6 months
Mwiriwe neza #abatwip 🙌 Ubwo rirya barabara rya Rumonge rikozwe uku ntivyoba Sawa gusumba??? @Capt_Dukundane
Tweet media one
49
2
92
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Abamwegereye bamumbwirire nti ISABUKURU NZIZA 🎂🎂🎂🎂🥳🥳🥳
Tweet media one
6
2
84
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Nagasaga Dawe 🙌
Tweet media one
17
2
86
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip uwitariyo bino bisuguti ntabundi buryo bwigisuguti azoronka nkico🥰ntawobindangira Aho nobikura
Tweet media one
33
4
85
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Abajejwe gutegura ibiteramo izi noti muriko muraha abanyamahanga zihe abana b'igihugu bazirye nabo barashoboye ikibabaje nuko atagaciro mubaha🥱,mfise uburyo,ubushobozi n'uruhusha indirimbo z'abanyamahanga mububare canke ahandi zovuzwa Ibice 20% NTA NDAGUKUNDA NKAKWANKIRA UMWANA
54
5
82
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
6 months
Mwaramutse neza #abatwip ntawomfasha akansigurira isano y'urupfu rwa S.E Cyprien Ntaryamira hamwe na Génocide y'u Rwanda?KO numva yapfiriye mu Rwanda? Yishwe nabande?Ntawondangira igitabo cank documentaire noraba kugira ntahure gusumba?
Tweet media one
Tweet media two
78
2
85
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Mwiriwe 👐 simfotora gusa ndin'umunyakaranga😉ijoro ryiza rero 🥰 #abatwip
Tweet media one
6
6
81
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
❤️❤️🤌
Tweet media one
4
4
82
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Umusigiti wo mu NYAKABIGA📸
Tweet media one
6
6
80
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
7 months
Mwaramutse @MairieBuja @NtahangwaMairie nashaka gusaba nimba bishoboka iyi statut y'umukenyezi ko yosigwa akarangi ikabandanya isa 'neza nakare turi mu kwezi kwahariwe abakenyezi🙌 Cari iciyumviro canje murakoze🙏
Tweet media one
22
8
79
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip uyu musi twamye gutera ibiti vy'umusave turikumwe na @Ni_Babandi muri commune ya kanyosha @BujumburaProv @allycyriack @rugori_s @ElviJimmy @burundionthemap @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
7
74
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Ukuntu twari tumaze imisi nyene tubatakambira😂😅 Kiravuyemo induru. Hasigaye REGIDESO na PAFE na RTNB🦦
Tweet media one
23
2
76
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
7 months
Mwiriwe neza #abatwip ( #abaX ) ejo nari nasimbiye i @Gitega aha muri ville yabo nabonye bafise isuku 🥰 Bokomeza uko kuko hari uwarataye agacupa la plastique hasi nabonye uwundi ameze nkuwumukarira ati utaye umucafu mwibarabarara acaragatora🥰🥰🥰 #Isuku
Tweet media one
8
4
78
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip On est dans un monde où dans un mariage,presque la majorité des invités ont déjà mougou la mariée🫣 Mougoulation😁
37
2
74
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
10 months
Kāzé NZERÓ, nzēye nîzēye kó ntazôzérazera kăndi nkwîzēyemwó câ cìízēre cēzá kikazerereza abatîzêye 🖐
Tweet media one
10
5
76
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip mwiriwe 👐👐👐👐
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
7
3
74
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
6 months
Uwuja gusenga yibuke gusengera ababa mu Gatumba kuko barengewe😭 Imana ikore ivyayo kuko irabishoboye 😭😭😭
34
9
76
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
None nkaka KO mutari mwakampaye🤣🤣🤣
24
10
73
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Hier j'ai vu une étoile filante , j'ai fait un vœux ‹‹ que toutes les filles soient fidèle››, l'étoile à fait demi-tour sinzi impamvu 😅
20
2
73
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
3 months
Ndabira ngene uyu Mwana azi kudunda ballon vrt 🏀🏀🏀🤌🤌🤌 Asha tubuze Terrain twokwakiriramwo nka championnat y'isi nayahandi impano zo turinazo pe...
1
7
71
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
7 months
Soyez Généreux en gardant le sourire,vous serez heureux même dans le soupire.🤩 Excellent week-end chez vous😍 📸: Edwin photography (Jewe nyene)🤣
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
10
1
72
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Dawe yagiye maze kumuvugiriza umuduri nawe yakunda ndawuvugije ace atamba🥰uyo ariko aratamba yari Dawe yagiye ntanse😭😭😭 Uwa jaune nuwaraje kundamutsa yatashe aryohewe abonye mfise umuvyeyi yugurutse Uwadufashe amasanamu ni @ArsNgabi kugahinda kitetefone yanje 😂
3
3
71
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Nyenicubahiro umukuru w'igihugu @GeneralNeva n'Intare yubutore, ubutwari , nakaranga💪🏽
Tweet media one
4
7
71
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Niwabona umuntu arihanze akuringikiye 50-100$ cank100€ kuduga azoba agukunda🥰 Kuko nabo bakorana umwete n'ubwira kugira bayaronke ,baronke nayo barungika👐 Abamaze kundungikira mvuze nti merci kuma efforts yanyu🙏🥰
10
3
69
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip iyo mpejeje kuvyina mugutwikurura mpora nsanga nisabiye agafoto ndikumwe n'abageni🥰
Tweet media one
9
0
70
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
U Burundi tuguma twidarapa 🇧🇮
Tweet media one
8
10
70
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip bano bakenyezi bubahwe♥️Imana yabaduhaye ibadutungire @DeniseBucumi
Tweet media one
4
7
70
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Uyu musi ni umusi mukuru wahariwe umurisho w'INGOMA ama rontpoint agize @MairieBuja haraz kuba umurisho w'ingoma Hama 14h abafise akanya muze kuz Kuri tempete Haraza kuba ihiganwa(compétition)yabavuza umurisho w'ingoma aho imigwi ikoma komeye ibujumbura batora umwe userukira Buja
Tweet media one
9
14
71
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip ubwo ahahantu kuri Gard du nord ntakuntu @Ni_Babandi bokworganisa tukahakorera isuku Hama irya monument igasigwa akandi karangi!?cari icuyumviro canje. @yigenga @sinrenovat @NtahangwaMairie @lasainte15
Tweet media one
Tweet media two
20
8
67
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Basore Ni Gukora cne n'inguvu✊🏽 abana bacu ntibaze bavuge ngo Mutama yar'Imbwa🐶, igihe abandi bariko bagura ama Parcelles ngo Mutama yari Ku Mutwenzi🤬 #abatwip
Tweet media one
13
3
67
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
5 months
Ibiharage(Kinure) vyahora bigurwa 4000Fbu/Kg uyu musi ndabiguze 2300Fbu/Kg yonyene 👏👏👏Vyobandanya uku yoba ari Sawa gose 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Tweet media one
Tweet media two
15
8
69
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Les serveuses peuvent servir tout le monde dans la fête à l'exception du photographe et s'aligner vers lui après la fête en lui suppliant de les prendre des photos. Vraiment vous avez le coeur en acier. None muba mwiza ko navyibagiye?
26
2
67
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
📸🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
@instablog9ja
Instablog9ja
1 year
Share a picture of you at work
2K
210
2K
8
0
67
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
NDAKUMBUYE 1.Kubona kuma station atagutondera igitoro 2.Kubona isoko nkuru ya @MairieBuja ikora 3.kumva umuceri canke ibiharage ko vyamanutse ibeyi 4.Kubona amazi n'amatara @Regideso_bdi adacikagurika akagumaho kuko bibuze ntaterambere n'isiku. Cari icipfuzo canje murakoze🙏
12
2
64
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Ubu ndemeye kwatacongereza nzi😅😅😅😅ikiraho kinsumbije kime @bigfizzo1 ngo banza urindire😅
10
1
65
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Ba Nyakubahwa nubu nasubiye guca hahantu muri centre ville haracari rya yarara😔 #abatwip ntakuntu dufatanije na @Ni_Babandi hamwe n'abandi samedi twoza kuhakora? #Mukazayakaka @sinrenovat @MairieBuja @ElviJimmy @MukazaCommune @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
19
6
65
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
#abatwip Nukuri mugire ijoro ryiza 🙈 🙈😭🏃none gasha hako dutaha urwamaguru🙈🏃😂
Tweet media one
15
4
66
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
#abatwip twidarapire ngaha rero 📸 photo nije nayifotoreye😁 Kumwe nabibabwira ko je iyo nifotoreye nshirako Logo yanje canke nkavuga nti By me📸Ubu reo ndibza ni amahoro ? @burundionthemap @JamyMichel1 @megamindology @JosJonesNkunz @faythebest @KenzoIgiraneza @aniceaga
Tweet media one
10
5
63
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip tutarashika kumpanda turi muri hiace hari umu police yaduhagaritse yanryoheye!!! chauffeur yagomvye kumuha akantu🥱 acamwishura nti :"Reka kunyubaha jewe wubahe amategeko".Acaramukatira igitanse bivanya namakosha afise nayimodoka🥳 Iyoba Bose bameze uko🥳 @Cinjire
11
4
65
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip nashaka kubaza ko twama tuvuga ngo ntagitoro ariko nkaguma mbona embouteillages zidahera muri ville iki gitoro kivahe!? @yigenga @sinrenovat @burundionthemap @allycyriack @ApolloSmile
Tweet media one
Tweet media two
26
3
66
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
3 years
Là j'étais à Kirundo sur le Lac Rwihinda en train de faire faire un tour aux Babirigi🇧🇪 #KazeiBurundi #VisitBurundi #ComeAndSeeBurundi @burundionthemap @yigenga @bestof257 @YActivista
Tweet media one
4
1
58
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Burya n'umugabo ni maboko igihumbi🙌
Tweet media one
13
2
64
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Mwiriwe @Regideso_bdi !!!iyoba mbaye uwundi nkagira uburyo noha @YBurundi ikangirira rusansuma mukaraba imiryango irara idafunguye kubera atamuyagankuba😭Muga nivyo umusonga utari iwawe ntukubuza gusinzira,uyu musi wose ugira uhere atana 2h amatara yatse ahondi🥱😭
Tweet media one
22
8
61
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Mugiye mu mahoteri VIP muza murasiguza ivyanditse kuma menu raba uyu ayabonye😂😂
Tweet media one
25
2
59
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
10 months
"Become the leader of your life. Lead yourself to where you want to be. Breathe life back into your ambitions, your desires, your goals, your relationships."
Tweet media one
4
1
61
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip ejo isaha zibiri (8h) nzobayagira icese c'umukenyezi
Tweet media one
9
5
60
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Reka rero nshimire @TeamOrosha yateguye ibirori vya #abatwipisango na @lionelkubwimana we yazanye #ijamboapp hamwe na @YBurundi kukutwakira nakaganuke mwampaye📒 @burundionthemap namwe mwakoze udushimwe mwarungikanye @rugori_s nagatahukanye🥰
Tweet media one
2
7
59
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
7 months
BUJUMBURA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
Tweet media one
4
1
59
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
5 months
Iyi stade yo mu gihugu kibanyi cu RWANDA🇷🇼 ni nziza cane🥰 AMAHORO STADIUM 🫡🫡🫡
6
2
61
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Naho imvura yogwa ntihite sinzoheba akaranga 🇧🇮 Mu gasumo ka MWARO
Tweet media one
4
7
60
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Tweet media one
Tweet media two
10
6
58
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Niho narindi 🥰🇧🇮🥳ashitse mumwanya🥳
Tweet media one
@PATTHEBURUNDIAN
NDORIMANA Patrick
1 year
#Burundi - #Russie , à 10h30, c'est avec Honneur qu'on accueillira le Ministre des Affaires Étrangères à #Bujumbura . @ambrusburundi @in_burundi
Tweet media one
7
5
31
12
5
60
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
se sentir beau dans la tradition c'est se sentir gaie dans la coutume🇧🇮
Tweet media one
11
5
59
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
5 months
Kabezi beach 🇧🇮 📸: Edwinphotography (Jewe nyene) #KazeiBurundi #VisitBurundi
Tweet media one
Tweet media two
10
8
60
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip ntakuntu hano hantu muri centre ville @Ni_Babandi boduha gahunda tukaja kuhakora bishobotse tukahasiga nakandi karangi?cari icuyumviro canje murakoze🙏 #Mukazayakaka @ElviJimmy @sinrenovat @MukazaCommune @yigenga @EconetBurundi @MairieBuja @burundionthemap
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
6
57
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip ntakuntu abarongozi bacu botubwira duterere igihugu cose nka kurya twayerereye amatora kugira tugure indege?ndanyotewe kubona indege yanditseko Air Burundi 🇧🇮 @GeneralNeva @NtareHouse @BurundiGov @sinrenovat @burundionthemap @ngendapatrick @bestof257
24
3
58
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip ntakuntu nimfungurwa bozishira kuri même prix?mfise 2000mille nshobora kuja gufungurira muri silhouette 🥱?🤣
12
4
54
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Tweet media one
5
2
58
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
11 months
Congratulations @UwimanaDative2 🥳🥳🥳
Tweet media one
2
4
57
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip uyu murundi yubahwe🥳🇧🇮 @burundionthemap
Tweet media one
Tweet media two
4
10
56
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip Reka nshime nshimira mwe mwashimye kunshigikira mukunyipfuriza isabukuru nziza Mucishije muburyo butandukanye🥰Ndabashimiye 🙏
Tweet media one
4
1
52
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
#Abatwip mugire umusi w'Imana mwiza 🙌🏼 yavuze dusenge tuvuga duti :Uduhe ivyokurya bidukwiriye uyu musi🙌🏼 📸:Inyama
Tweet media one
11
0
55
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip uyu musi twari duteramiye kwa @HTistou kuri #fruitparadise ndi kumwe na @jbniyongabo77 na @innovationpasca ,haratesa🥤🥳🥳🥳🥳🥰
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
6
6
56
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
3 months
Merci @Regideso_bdi amabarabara nka RN1,Mwezi Gisabo araryoshe gucamwo mwijoro kubera amatara arara araka 🥰🥰🥰🥰🥳🥳🥳🥳
Tweet media one
19
8
56
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Gerageza kwitwara neza kuburyo abakwizeye batazokwicuza impamvu bakugiriye icizere. Kuba umwizigigwa nico kigabane cambere mu gitabo cintwari💯 Baho🙌🏼
Tweet media one
5
3
55
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Ibanga ryo kuronka amahera si ukurondera abayafise, ahubwo urondera icotuma abayafise bakurondera🙌
Tweet media one
2
3
54
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip iyi mvura🥱🥱🥱🥱
Tweet media one
12
3
54
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Dusimbire mu ntara ya CIBITOKE @CibitokeProv kuri LAC DOGODOGO #VisitBurundi #KazeiBurundi 📱📸
Tweet media one
Tweet media two
4
12
53
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Ufise ivyo wandikiwe naje ivyo nandikiwe, Duteze ibiganza Uwuhoraho….🙏🏾 Mwaramutse #abatwip 🙌🏼
Tweet media one
6
0
53
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip kumbe abagize mariage murino misi ivyiyi climat bari babizi baranka kutubwira kugira natwe twitegure.sha ndababonye
20
1
52
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
1 year
Abakobwa bibaza ko réussite mubuzima ari kugira Mariage 😭 Hindura 🧠
19
2
54