NIYONKURU Hyacinthe Tonine Profile Banner
NIYONKURU Hyacinthe Tonine Profile
NIYONKURU Hyacinthe Tonine

@Nihyaci

Followers
1,104
Following
212
Media
119
Statuses
2,956

Mon seul rêve est de voir l'Afrique étant une nation heureuse !!! Twese hamwe birashoboka Tous Ensemble, c'est possible la patrie ou la mort, nous vaincrons

Burundi
Joined March 2020
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
Je suis #africaine et j'en suis fière! Je rêve de voir une #Afrique heureuse où tout africain peut se nourrir, s'habiller,se loger,étudier et avoir des soins médicaux! Oui, c'est possible, mais il faut que nos mentalités changent! Aidez-moi à réaliser mon rêve chers Africains!
Tweet media one
11
13
73
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Aha sindi muri #Serbia , ndi mu gihugu cacu ciza c' Uburundi! Imbere ni heza cane ku murindi mwiza indongozi zacu nziza ziriko. Twese hamwe birashoboka ! #Burundi #comeandseeburundi #visitburundi #lesbeautesdecheznous
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
67
19
230
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
The best countries to visit in 2024 1. Burundi 🇧🇮🇧🇮 2. Burundi 🇧🇮🇧🇮 3. Burundi 🇧🇮🇧🇮 4. Burundi 🇧🇮🇧🇮 5. Burundi 🇧🇮🇧🇮 6. Burundi 🇧🇮🇧🇮 With Burundians warm hospitality, delicious food like Mukeke from Tanganyika lake,126 touristics places, no way to miss such a hapiness im 2024🥰
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
20
35
148
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Ashiii! Imvugo yajanye n'ingiro! Ndanyoye igitoro ntatonze! Thank You so much our President @GeneralNeva , waracifatiye mu ntoke koko!!! Turagukunda,turakubaha kandi turakwishimiye! #Burundi
Tweet media one
8
24
136
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Proud to be an employee of this great #BANK @bhb_burundi
Tweet media one
16
5
114
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
Tweet media one
8
4
85
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
Meeting of #BHB and #Diaspora members, I was there warmly welcoming our guests, my favorite job❤ #Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
5
10
81
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
#Abatwip aha ndi mu #Burundi sindi mu mahanga ! Ni wa mugambi w'akataraboneka wa #Banque de l' #Habitat du #Burundi ( #BHB ) ufatikanije na Come and see Burundi ( #CSBU ) muri quartier Miroir! Mu misi iri imbere Uburundi buzosumba #Dubai ndavyizeye😊 #NewBurundi
16
15
70
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
3 months
On my way to preach the good news : "COME AND INVEST IN BURUNDI ", the land of thousand and one opportunities ! Agence de Développement du Burundi! Burundi Development Agency ! #ADB #InvestinBurundi 🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
15
8
65
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Mwari mubizi? Urwaruka mu #Burundi turi mu nyishu,Nyenicubahiro @GeneralNeva yadushiriyeho @PAEEJ_Burundi idushigikire mu migambi dutere imbere. Mu misi tuzoza turasohoka igihugu n'amateka,tutinyegeje,tugiye gushora umusesekara,kungura ubwenge n'ibindi #ndishimyekubaumurundikazi
Tweet media one
9
11
61
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
@kanisekere Ariko turafise ibiyaga vyinshi mu ntara zitandukanye utibagiye Tanganyika ifise yo nyene 14% de l'eau douce harimwo n'ifi ziryoshe,kikaba ikiyaga kirekire(long) , les chutes ... ikawa iryoshe cane n'ibindi biterwa n'ivyamwa biryoshe bifise akanovera...
Tweet media one
3
3
53
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
A big thank you to Sir @Capt_Dukundane @MielsBurundi Ukuntu mukunda igihugu biragaragara mu bikorwa vyanyu vyiza! Turabashimiye kandi turabateye intege cane! #Bujumbura #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
3
8
53
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Abatwip Being mature, is when u can control what is in #you ( #feelings , #emotions ...) and around you ( #problem , #challenges ,.. ) and stay stable. #self #Control #selfconfidence #HappySunday to you #all !
Tweet media one
4
3
45
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
One quater in #Bujumbura ! Good climate, nice road , beautiful houses and strong security, nice place to live! @visit_burundi #comeandseebujumbura #Burundi
Tweet media one
8
4
47
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Aha sindi #USA , ndi mu gihugu cacu ciza c'Uburundi🇧🇮 Imana yaduhezagije! -Ikiyaga ciza... -Akayaga keza karuhura... Mon pays est vraiment plein de bonnes choses🥰 #VisitBurundi #ComeAndSee #Burundi #Abatwip
Tweet media one
1
2
49
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Tweet media one
Tweet media two
21
1
49
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Je préfère vivre avec des rêves qui ne se réaliseront jamais plutôt que que vivre sans rêves ! ça me donne la force de me battre toujours et continuer sans se lâcher et ayant un esprit positif ! #Abatwip #Burundi
Tweet media one
5
3
44
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
8 months
I love being in this place : Burundi🇧🇮 museum (musée vivant )! How antistress it is☺ Plz! Come Visit Burundi and if possible invest in this blessed counrry🥰, I'm sure u won't regret!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
7
44
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
4 months
Am I not blessed to have such a mentor ??? Dear Pastor @Aniyonizigiye , thank you so much for helping me in my private and professionnal life through #mentoring . #Burundi 🇧🇮🇧🇮 is blessed to have you!!!
Tweet media one
8
2
44
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
8 months
@zoomafrika1 Miss #Burundi 🇧🇮🥰
Tweet media one
0
2
41
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
10 months
Nous sommes africaines, de nationalité #Burundi - aise !!! On est mieux quand on s'habille selon sa culture, imvutano - imishanana🥰❤🇧🇮
Tweet media one
7
0
37
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
10 months
We have one father, one mother, one love and one name! We are NIYONKURU sisters❤🥰
Tweet media one
Tweet media two
4
0
35
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
J'ai goûté et j'ai beaucoup aimé , nta yindi nkoko nzosubira kurya atari iya @PAEEJ_Burundi ! Merci beaucoup
@PAEEJ_Burundi
PAEEJ
2 years
🥳La 2ème édition en @MairieBuja se fait sentir... Etes-vous prêts? Savourez d'abord, en détails, cette 1ère édition de @Gitega , qui vient de passer 👇 #ChickenPAEEJBarbecue
5
11
60
4
6
35
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
4 months
No matter what happenes, stay focused... Wish you an excellent week-end from #Burundi 🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
5
2
34
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
8 months
Hey guys! I'm not in paradise here, I'm in #Burundi , #Rumonge province ! World, let's invest in #Burundi ! Let's visit #Burundi ! #Burundi 🇧🇮🇧🇮, the blessed country 🥰❤ One night here equals to eternal happiness 😇😇😇
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
6
36
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
He had big dream,they laughed at him,after years we met,his dream became a reality,he is now a young Dr graduated in #Russia to #Putine near #Ukraine ,with projet that'll impact the whole #Burundi . He inspired me to dream big,now I'm determine to come soon with my @TonineFashion
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
6
5
29
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
I was happy to celebrate our #IndependanceDay with the mvyeyi bank #BHB ! #Burundi #Abatwip
Tweet media one
4
2
29
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
9 months
My #breakfast this morning ukuntu iryoshe! !! Ni nde afise nk'ibi duhaye?😇 @umuhirwaa urashaka nguheko? Ni mu #Burundi gusa , ca gihugu cahezagiwe na Rugira ho nyene niho ubisanga🥰
Tweet media one
7
1
26
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Tweet media one
5
3
27
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#NewBurundi with #VILLAS never seen before ! #BHB #Bank , the #mvyeyi bank is making it ! BHB( Burundi Housing Bank- Banque de l'Habitat du #Burundi ). #BHBUNTOITPOURTOUS #Diaspora #VisitBurundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
2
25
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
4 years
L'évêque de l' #EML au #Burundi a appelé avec insistance, les versets bibliques à l'appui, tous les #chr étiens à ne pas négliger les directives donnés par le ministre @dr_thaddee mais plutôt les suivre pour se protéger contre le #coronavirus
Tweet media one
0
10
24
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Tweet media one
1
2
23
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Le savez-vous? Le #lac #Tanganyika contient à lui seul 17% d'eau douce, il est le plus profond d'Afrique et surtout le plus poissonneux, surtout ifi ziryoshe. Tutibagiye rero ka kayaga keza karuhura... #Bonweekend mwese , ntimwibagire kuryoherwa n'ivyiza Imana yaduhaye. #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
0
2
23
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
No matter what, do not allow anyone or anything to steal ur #Happiness and ur #Smile ... Be #happy and let go... I got that secret, that's why I'm always joyful!
Tweet media one
0
1
20
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Mpora nibaza abarundi batigera bashima na rimwe ibintu vyo mu 🇧🇮 ariko bama bagira ama critiques na comparaisons zitanahuye bashima ivy'ahandi, mbe abo bantu mu kirundi bitwa gute?🥺
@MudasiganaP
MUDASIGANA Parfait
1 year
voici la différence des décors lors des grands événements entre 2 pays frères 🙊🙈 On apprend tout les jrs.
Tweet media one
Tweet media two
38
4
33
23
2
22
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
Narabonye umuzungu mu modoka na plaque bleu CD.... ica muri sens unique,kandi ndabimubwira aca aguma yibandaniriza n'akagaye kenshi! Abarundi twarasuzuguje Uburundi kweri! Ni kuki abantu badafata amabanga bajejwe au sérieux hama akajagari gahere? Changeons nos mentalités SVP!
8
1
21
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Tweet media one
1
1
22
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
@ADB_Burundi yubahwe kweri, ukuntu bakunyarukiriza kuguha impapuro ( #NIF , #RC , #STATUT ..)ugiye kuguruza #society yawe nshasha.Ikindi rero sasa, ni ukuntu wakirwa neza bakanagufasha kuzuza ibikenewe. Gutyo rero mu mwanya muto @TonineFashion ikaba ironse ibisabwa vyose.Thank U!
Tweet media one
5
2
22
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Tuvuze akarenganyo, ukwikunda,ibiturire vyishe igihugu, dutunga urutoke abandi,wewe nturenganya? Nturya canke ngo utange ibiturire?iyo utonze ku murongo urarindira ushikirwe?umupolisi agufashe mw'ikosa ubigenza gute?Ntavyo uronka kubera amanyanga? Reka ihinduka rihere kuri wewe.
6
3
21
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Ndakunda Umurongozi Imana yaduhezagije! Ivyo mwigisha n'ivyo mukora ku neza y'Uburundi, biduha ivyizigiro vyo kubona ko imbere ari heza cane! Urwaruka duhaguruke tumushigikire mu gukorera igihugu n'umutima umwe! Uburundi bugiye kuba iparadizo! Twewe hamwe birashoboka! #Burundi
Tweet media one
0
2
21
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
9 months
Un heureux foyer,un monde meilleur est bâti sur un principe biblique : Femmes, soyez soumises à vos maris comme vous l'êtes au Christ! Hommes, aimez vos femmes comme Christ a aimé son église au point de mourir pour elle ! !!
@Citoyenpermana
Le Gondwanais 🇧🇮🇨🇩🇵🇭
9 months
À toutes ces femmes et jeunes filles qui se sentent féministes.
Tweet media one
0
2
10
6
6
20
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Tweet media one
0
4
21
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Aho uja hose i #Bujumbura haba hasa neza hari décoré muri ibi bihe vya #Noel ! #Burundi 🇧🇮
Tweet media one
0
0
20
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
In everything you do ,be #Excellent , and work with #integrity !!! What I'm sure is #success must follow, sooner or later... Excellent #week of success to you #all ! #Hardwork #Abatwip #Burundi
Tweet media one
2
2
18
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
From 2022 to 2023 with happiness From Glory to Glory Thank U Lord!
Tweet media one
1
0
19
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Tweet media one
Tweet media two
3
6
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Ndakunze cane ukuntu wambaye😍 proud of you dear bro
@JadotNkurunziza
Nkurunziza Jadot
1 year
En marge de la Conférence sur l'eau des Nations Unies,j'ai eu l'occasion de rencontrer Zakia Khattabi, Ministre belge du Climat, l'Environnement,du Dévéloppement durable et du Green Deal.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
8
9
105
3
1
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
Kazoza ka #Afrika mu biganza vyacu! L'avenir de l' #Afrique entre nos mains! The future of #Africa in our hands! L'Afrique ne sera développée que par les Africains,mais il nous faut changer nos mentalités! Tous ensemble,c'est possible ! Ne manquez pas ce rendez-vous, c'est demain
Tweet media one
2
3
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Listen more than you speak,and be #wise ! #HappySunday to you all!
Tweet media one
0
1
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
I'm sure of this: I'll keep shining in 2023 coz God is with me☺! #HappyNewYear2023 #Abatwip #Burundi 🇧🇮
Tweet media one
1
0
16
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Abatwip mwaramutse ! Nashaka nsabe uwoba afise programmes z'Abarundi bazoja kugira ibiteramo mu #Rwanda ayimpe nzoje kubashigikira, kuko kugeza ubu nguma mbona gusa affiches z'Abanyarwanda bazoza ino muri iyi misi iheza umwaka wa 2022! Murakoze ! #Burundi 🇧🇮
5
0
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
Hariho Abarundi bavuga ikirundi nabi kandi bavukiye ngaha bakahakurira,ivyo birababaje.Ariko umurundi kuvuga igiswahiri nabi ni normal.Sindumva kandi ucritika umuzungu yavuze nabi discours y' ikirundi.Ikibabaje gusumba ni ukubona Abarundi bahimbarwa no gucritika ivyabo buri musi!
@Baconib
𝕭𝖆𝖈𝖔𝖓𝖎𝖇
6 months
#Burundi - #Zanzibar #Tanzania : Donc en résumé, ce discours en #Swahili (🙆🏾‍♂️🤭) lu par notre premier ministre #Ndakugarika a été préparé et corrigé par son équipe au @BurundiGov ? Aucune personne n’a remarqué que ce n’est pas du tout du Swahili proprement dit ?🤣🙆🏾‍♂️ Barakora
31
11
41
7
1
16
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#girls , A man calls u his baby means nothing,going out or having sex with u means nothing, a man marrying u ,even this means nothing... Listen carefully to this: a #man accepting to change his #lifestyle to keep u, that means alot, this the man with u'll be happy! #Burundi
Tweet media one
5
0
17
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Tweet media one
2
1
16
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Tweet media one
0
0
16
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
I feel loved and blessed! Thank U #Lord #Burundi #TONINEFASHIONHOUSE
Tweet media one
3
2
16
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Iyo ngiye ahantu nemera nambara 100% #TONINEFASHIONHOUSE Karibu namwe muberwe! #Burundi #Beaute @bhb_burundi @visit_burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
5
15
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
10 months
Tweet media one
0
2
14
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Ikibazo nyamukuru ni ico kwibagira ico turi, tukibagira imico yacu, kuva kera na rindi umurundikazi yubaha umugabo kandi akamwubahisha uko biba bimeze kose... Ubu naho tuguma duhendwa n'ivyo tubona mu ma film n'izi mbuga tugashaka kwigenza nk'abo bazungu tutazi ivyabo🤷
@iamelysgretta
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
2 years
Ikibazo ca marriage ubu uku kuntu abigeme dusigaye turondera amafaranga ugasanga uyaronse avant marriage biratuma ivyo kubaha umugabo bigabanuka kubera stabilité financière des femmes
35
6
77
5
1
14
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Never seen before in #Burundi #BHB -CSBUVILLAGE ! #BHBUNTOITPOURTOUS
2
0
14
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
9 months
@yigenga @ADB_Burundi Nibaza ko iyi nkuru mwari kuyitanga mwayisuzumye neza, mukamenya neza n'uyo mu DG, jewe yarantwaye muri BHB ndamuzi, un Homme honnête, intègre, très excellent et très intelligent, yateje imbere BHB mu mwanya muto kandi natwe abakozi yaradukunda. Burya Abarundi ntitworoshe!
5
0
14
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Did u know today we begin the last week of 2022? Enjoy it and be happy! Amasezerano yose Imana yagusezeraniye ko azoshika muri 2022, ayatarashika muri ino indwi yose azoshika kuko Imana ntibesha! Blessed week #Abatwip !
Tweet media one
0
0
14
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
9 months
@CapitaineIb226 Thomas SANKARA est L'HEROS de toute l'Afrique ! Toute l'Afrique est fière de lui! La patrie ou la mort, nous vaincrons ! !!
1
1
13
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Iki cotubera akarorero Ukuntu duta ubucafu aho tugeze hose biteye isoni,n'umuntu ari mu modoka ukabona ataye ubucafu mw'ikaburimbi, kandi umengo ni ibisanzwe tukaguma tubicako ata ngorane🥺 @yigenga , @KGDarrr ... kurya mwavuze ama toilettes, n'ivyo mubikorereko duhindure ingendo
Tweet media one
3
2
13
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
9 months
Birakwiye ko tuza turubahiriza amasaha twavuganye n'abantu! ibaze uhaye gahunda umuntu ya sa ine mu #Kamenge ,hama uyo muntu akava Nyabugete agashika kw'isaha,hama aguhamagaye ugaca umubwira ngo,yoo nafatiriwe turasubira sakumi! Kandi n'indongozi nk'ibi zirabikora, mubabwiye iki?
4
0
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
Amabi yose akomoka ku kwikunda no gushira imbere inyungu zacu ha kurwanira inyungu rusangi. Ibiturire,akarenganyo,ubusuma...ni aho biva.Harakewe ivyirwa vyigisha abantu guhindura uko biyumvira,tube des citoyens responsables,dukorere igihugu gitere imbere! Twese hamwe birashoboka!
@yigenga
Umuhinga yigenga
11 months
Uburundi kuva bwikukira bamye bwobononerwa nabarundi bimihimbiri(cfr ijambo rya Rwagasore)badafise akarangamutima ku murundi!ntanarimwe ndumva hakozwe inama yabiyita ibi canke biriya bafundika ngo twibwe canke twishe nuturwi twabantu badashoboye gutwara bafatira kubukene
1
2
31
3
1
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
11 months
@kanisekere Kugira #Afrika yose itere imbere bisaba ko tugiriranira ubumwe, ndababajwe n'ivyo vyiyumviro vyawe kweri.... Ntaco uriko urafasha #Afrika mu kuvuga uko...
0
0
11
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
10 months
A big thank you to HE @GeneralNeva our President ! #Burundi -an youth appreciates most what You are doing for us and we love you! Thank you @PAEEJ_Burundi , the way you organise activities, you are the best and the #YouthImpulse was a full success!Keep it up! Happy to be there!
Tweet media one
Tweet media two
2
0
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
L'Afrique est riche mais c'est le continent le plus pauvre à cause de l'égoïsme(chacun pour soi),la non transparence,la mauvaise gestion, économique,la corruption,le nepotisme et la culture de dépendance... Imaginez l'Afrique dans 5 ans si chacun pensait au bien de tout africain
Tweet media one
1
2
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Burundi 🇧🇮 - an #girls are beautiful 🥰
@AfricaNiceGirls
African Nice Girls
2 years
🍎Daughter of the President of the Republic 🇧🇮 😍😍
Tweet media one
11
8
229
0
2
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Mbe uyu murundi ko abarundi bategura ibiteramo nka vya bindi ko batamutumira? Ntazi kuririmba? Nta live azi? Canke nta mavuta afise? Bimeze gute ko mbona hariya bamwishimiye cane? #Abatwip mumfashe gutahura plz! #Burundi 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
2
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
8 months
@MagazineJimbere @PATTHEBURUNDIAN Guys, muze dutorere umuti ingorane dufise zihanze igihugu, Abarundi bose , abagabo, abagore, abana babeho neza , baronke vya nkenerwa vyo kubaho... ivyo vyiyumviro vy'abagore n'abagabo muri iyo code sivyo vyihutirwa kweri, n'ukuraba neza n'ico bigamije par ailleurs !!!
2
0
12
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Hey guys! Nabonye ko benshi bagize ibibazo ku bijanye n'iyi ngingo, ntimugire stress kuko inyishu ira hafi yanyu ku batari biteguye kubikora, kaze muri #BHB Banque de l'Habitat du Burundi iratanga ingurane zo kubaka mu mwanya muto,ako karyo ntikabacike, murahawe ikaze!
@MagazineJimbere
Jimbere
1 year
🔴 "Toute personne possédant une parcelle ou ayant acquis une propriété foncière en @MairieBuja mais qui n'est pas encore exploitée doit présenter un plan d'action + délai de construction, endéans ce mois d'août 2023. S'il n'en est pas capable la parcelle sera octroyée à une
Tweet media one
48
27
119
12
1
11
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Ico nakunze n'uko wazanye ikibazo uca uzana n'inyishu! Ivyo nivyo biba bikenewe! Tuve mu majambo tuje mu bikorwa! Ni ba nde rero tuzohahurira?
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
Ba Nyakubahwa nubu nasubiye guca hahantu muri centre ville haracari rya yarara😔 #abatwip ntakuntu dufatanije na @Ni_Babandi hamwe n'abandi samedi twoza kuhakora? #Mukazayakaka @sinrenovat @MairieBuja @ElviJimmy @MukazaCommune @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
20
6
66
1
0
11
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Kuko tuzi neza ko, ico turi cose, ivyo dufise vyose,si uko turi abanyabwenge bahanitse,si uko turi abakozi bahebuje, ariko ni ubuntu bw'Imana gusa! Duce bugufi tuyishimire mu kuyihesha icubahiro maze nayo ibandanye iduhezagira. #ThankYou #grace #BlessUp #Church #God #Burundi
Tweet media one
3
1
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
4 months
@AfricanHub_ #VisitBurundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
2
0
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Burya les propositions z'Abarundi ku bandi Barundi, maze imisi mbona zica kuri zino mbuga, ntizoshobora gutangwa mu bundi buryo atari izi réseaux sociaux ? Nibaza ko vyoba vyiza gusumba,wishikiyeyo, où hariho les téléphones, boîtes à suggestions... L'image du 🇧🇮 SVP!
@DNiyoncungu
David Niyoncungu
2 years
Nagomba gu proposa @BurundiGov , Kuberako Uburundi aribwo buramutswa @jumuiya , Tukaba twimirije n'amanama mpuzamakungu mur'uyumwaka buca dutangura harakwiye kwubakwa parking moderne igezweho mugisagara ca Bujumbura nkuko ibindi bihugu bigize #EAC bisanzwe bizifise. 1/3
Tweet media one
Tweet media two
13
4
74
0
0
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
8 months
@CapitaineIb226 Vous êtes l'exemple, l'inspiration et l'espoir de l'Afrique noire! Votre réussite est la réussite de toute l'Afrique ! Courage chers camarades, nous sommes de tout coeur avec vous et nous vous accompagnons par nos prières ! Dieu est avec nous, nous vaincrons sûrement 🙏🙏
0
1
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Because of you I celebrate 1st may ,thank you for all my #BHB , My favorite #bank #Burundi #Abatwip
Tweet media one
Tweet media two
1
2
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Hey guys! Just to tell u that I'm in love...with this mvyeyi bank @bhb_burundi ! Once u know it, u get everything u need,and u realize ur dreams, if I'm happy and proud today, it's because of #BHB ! Thank u alot #BHB for helping me to get where I am today! #Burundi #Banks
Tweet media one
0
2
10
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
@L_Activiste226 Il faut les imiter, c'est un bon modèle 👌
0
0
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Ku kibazo c'amabarabara nta bwoba mfise kuko SE Monsieur le Ministre abijejwe ari ku kivi... Imbere ni heza cane🇧🇮
@DwimaEdwin
Edwin Dwima Umunyakaranga
2 years
#abatwip nciye aha kuri rond-point kuri cotebu nabonye rirya barabara rija kumutakura @ARBurundi itanguye kuhakora sinzi ko bazorikora ryose canke araho hafi nyene kugira bakingire rond-point ikiri nka nshasha @yigenga @burundionthemap
Tweet media one
8
0
41
0
0
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
7 months
@lsiafrica @CapitaineIb226 ,incarnation de l'HEROS de l'Afrique Thomas Sankara,il est l'inspiration et l'exemple de l'Afrique! Il est aussi notre espoir, alors quoi que vous dîtes,la patrie ou la mort nous vaincrons .Il a bien fait en plaçant les personnes en qui il a confiance! Vive l'AES
1
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Hey guys ! #ComeAndSee how I look in #TONINEFASHIONHOUSE products... how do u see me? Can I go meet some people? #Burundi
0
2
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
@pnininahazwe OMG! How can you be so negative ? Are you sure we are talking about the same country #Burundi in which I live ? We leave peacefully here, we have political and security stability, and I anounce you this year, there'll be more investors and visitors than before. Coz God loves 🇧🇮
1
0
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Nigeria - #Burundi #Summit first edition! It was amazing. Thank You Sir @ELIONYEAGBA ! We welcome you #Nigerians #ComeAndSee Burundi and invest, #business opportunities are full here!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
0
2
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
L' #Afrique n'a pas eu réellement son indépendance, c'est la forme de la colonisation qui avait changé, aujourd'hui nous sommes colonisés à travers leur soit disant aide! Nous avons tout compris et nous voulons être libre! Merci beaucoup SE TRAORE ! Imperialisme,corruption à bas
Tweet media one
0
2
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
4 months
@yigenga Nukuri #Uburundi bwarabuze intwari😔 Une bibliothèque a brûlé.... Dutegure #abatwip tuje kuraba abo asize👏
1
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Congrats, proud of you , komera🇧🇮🇧🇮
@IngoMagazine
INGOMAG
2 years
Le chanteur de gospel #Burundi -ais @DavidTresor4 , qui vit en Australie, a été élu meilleur chanteur d'Océanie. Il sera honoré en tant que meilleur chanteur d'Océanie le 18/6/2023, lors d'un événement honorant ceux qui ont fait de leur mieux pour répandre l'évangile dans le monde.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
0
4
8
0
2
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Abatwip duhurire kuri NUEVA VISTA mu #Kinama , quatier Muyinga kuri 9 kuraba final ya #coupedumonde2022 #Quatar2022 Argentine- France ! Mbe ushigikiye ko hatsinda nde? #Messi Ou #Mbappe ?
Tweet media one
3
1
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
1 year
Avant l'arrivée de leur aide en 1910, les Africains avaient une belle vie,personne manquait de quoi manger,mais 100 ans après que nous recevons leur soit disant aide,seulement 20% d'Africains vivent confortablement et 80% sont misérables. C à d, l'aide occidentale nous appauvrit
@amir_nourdine
Amir Nourdine Elbachir
1 year
🔴🟢Aucun pays au monde ne s'est développé que d'aides. Mais l'occident veut nous faire croire qu'il peut faire évoluer l'Afrique avec ses aides. Quand j'apprends que la France🇫🇷 & Compagnie suspendent leurs aides vers le Mali🇲🇱, le Burkina🇧🇫 ou encore le Niger🇳🇪, je suis plein
270
447
2K
0
1
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 months
ADB will be there 👌
@DayExport
Burundi Export Day
2 months
Rappelons que sous le haut patronage de son Excellence Evariste Ndayishimye, président du #Burundi , cette journée est organisée par @AIB_BURUNDI en collaboration avec la @cfcibburundi , le @MinCommerce , l' @ADB_Burundi avec l'appui financier de @TradeMarkAfrica #BDIExport
Tweet media one
0
2
5
0
1
9
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
7 months
Bien dit mon Président! Kandi hariho foire iriko ibera cercle hippique,never seen before here in Burundi kweri, iraryoshe sana avec ambiance, avec des produits extra made in East Africa(ivyo kwambara,kurya,kunywa,gushariza...) abatarajayo ntizohere ejo mutahashitse vrt! #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
@PAEEJ_Burundi
PAEEJ
7 months
💯 "Je félicite les jeunes qui se sont démarqués par leurs talents. Développez votre estime de soi. Vous devez rendre meilleur votre milieu de vie." S.E @GeneralNeva à l'endroit des jeunes. 📍Dialogue Continetal sur la Jeunesse, la Paix et la Sécurité, 2ème édition. #Youth4Peace
Tweet media one
0
5
24
0
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
@L_Activiste226 Je suis de tout coeur avec vous depuis le Burundi 🇧🇮🇧🇮, surtout je vous accompagne avec mes prières, que Dieu protège notre inspiration @CapitaineIb226
0
1
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Our #Bujumbura 🥰🇧🇮
@zoomafrika1
Zoom Afrika
2 years
The street of Bujumbura 🇧🇮
Tweet media one
2
4
89
0
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Imana izobane nawe muri ayo mabanga mashasha! Ariko nari mfise akabazo, ko ari umu woman, azoguma yitwa Ombousman? Murakoze
@HonEdouard
Nduwimana Edouard
2 years
Ttes nos félicitations à madame Aimé Laurentine Kanyana, approuvée par l Assemblée Nationale comme 3ème Ombudsman de ka République Nous lui souhaitons pleins succès @AOMA , @CROA
Tweet media one
18
38
179
2
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
#Messi hejuru caaaane! @somambike 👌 Ndahojeje @allycyriack @iamelysgretta , @ApolloSmile n'abandi muriko mufana #France mugifise ivyizigiro😀 #coupedumonde2022
Tweet media one
2
0
8
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
7 months
This (imvutano/imishanana) Burundian🇧🇮🇧🇮 women traditional style Or that (dress)? A B
Tweet media one
Tweet media two
2
0
6
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
2 years
Naho batibona nk'aba #Africains , ntaco ndaryohewe ko batsinze abanyaburayi... #Afrique #Quatar2022 #CoupeDuMonde
0
0
7
@Nihyaci
NIYONKURU Hyacinthe Tonine
6 months
@Umucomedia @MAEBurundi @NtareHouse @GeneralNeva @IGIHE @Baconib @burundionthemap @yigenga @Santalatalitha Monsieur Sylvain, celui qui représente le #Burundi 🇧🇮 au Rwanda est vraiment un homme de vision ! Iyo muvuganye ugenda wahindutse,ufise umutima wo gukora akazi kawe neza no guha igihugu cawe ishusho nziza muvyo uba uriko urakora!Il m'inspire vraiment !Imana imuhezagire cane!
Tweet media one
1
1
7