Cloubel Only Profile Banner
Cloubel Only Profile
Cloubel Only

@cloubelonly

Followers
1,937
Following
311
Media
483
Statuses
13,862

ONLY GOD CAN JUDGE ME 🧑🏾‍⚖️. DM✉️ is Open For Business (Promo ) And Others ,....... 🎁 MENYEKANISHA IBINTU VYAWE

Burundi
Joined December 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@cloubelonly
Cloubel Only
3 days
It was a beautiful day Yesterday #Abatwip Love You mwese 😂 Repost 🔁
Tweet media one
4
13
35
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
#Abatwip Mwari Muzi Ko Umwansi Wawe Atari Kure Yawe 😂
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
58
28
245
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
Ariko Umuceri Wo Kwi Laidi Urimwo Iki 😂?
Tweet media one
7
6
116
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
Just To Remind You That I'm Black 🖤 But I'm proud of it 🤯😁 Kandi Rero izo likes zawe sinozanka 😁🤣🤣 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
21
27
110
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Mwiriwe Ga @ObuhaOffice None iribarabara ko mudashaka kuridukorera twebwe abanyeshure ba UNNIVERSITÉ DU LAC TANGANYIKA canke Abataha Kigobe Tutazi Kwoga Tuzobigenza Dute? Nukuri Murabe Mudukorere iribarabara vyihuta kuko TURARUSHE ⚠️😀 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
35
18
98
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Thread 1/6 NEW CONTENT 🚨 (IVYARANZE I WEEK Kuri X 🇧🇮 ) 1.Umuntu Wambere Yavuzwe Cane Muri iyindwi Dusa nabahejeje Ni Umumenyashamakuru #JusteGa ël Kubwa videos zafashwe Kumusi wejo Ari Kuri station ⛽ arinavyo vyaje kumushira kumwanya wambere iyi week #Abatwip Birabandanya 👇🏾...
Tweet media one
Tweet media two
11
17
85
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
ABAHUNGU TWIRABURA NGO NIBEZA ?? NONE JE VYANKIYE HEHE VRAIMENT🫠?? #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
22
13
78
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
Iyingwara Yo iva kuki ? Gushishuka Intoke nibirenge 😞 Anyone Can Tell Me what's going on 😔 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
40
21
79
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
You Can't Hate This Picture 🤍❤️💚 #Abatwip
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
9
71
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
The Female Influencer 🏆🤍 @MowKanzie Basi urishura DM yanje ni umusi Numwe 🥺🤐 Mugire Umusi Mwiza Turabafana 🤍 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
10
12
63
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Guess What .....????? Imana Irabakunda Mwese Bantu Bayo . Ntimugacike intege , Bishobora Kwanka Uyu Musi Ejo bikagenda Neza Wewe gusa Keep Hustling 🤍🔥 Maybe Not Today maybe Tomorrow 🚀... Umusi mwiza #Abatwip #RwOT
Tweet media one
16
27
64
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
2017 Ntaramera Ubwanwa 😂😂 , Imana ninziza Vraiment ubu ndabufise Ntaramenya icarico #Abatwip 😅 Munyuma mbona Haje nibindi vyaba #UselessTweeps 😅😅
Tweet media one
Tweet media two
13
19
60
@cloubelonly
Cloubel Only
5 months
I Took 📷 These Photos 🤍💚❤️ Rate My Photography Skills By Liking This 🫱🏿‍🫲🏾🤍 #Abatwip
Tweet media one
Tweet media two
5
23
57
@cloubelonly
Cloubel Only
17 days
Les Gars Twige Kwiyubaha Guha Invitation umu meuf chez Toi akemera ntibivuze ko aje M*ryamane ..... #Abatwip
15
3
57
@cloubelonly
Cloubel Only
5 months
Reka Nidarape 😃 Account Niyanje Sivyo 😃🤣🤣? #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
Tweet media two
7
17
54
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Tantine Marie 😭 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
17
12
53
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Cloubel on Social Media and Cloubel On ID Card 😂 Black is Not Blacking 2day 👋🏾🤙🏾
Tweet media one
10
28
51
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Bonjour #Abatwip Kubasanzwe mukurikirana umuziki sinkekeranya Myrazi ibiriko biraba between Aba Bantu . Uravye Emission Kadie Kay yakoze wewe wobivugako iki ?
Tweet media one
27
4
54
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
ITERITEKA Kelcy 💔🕊️ Ese Yakoze Iki Ngo Yiturwe Inabi 😭 ? I'm sure ko yarafise Indoto zo Kugira isi Nziza 😵 Ariko Ntibikunze Kuko agiye hakiri kare Kumyaka 5 gusa 😪 Agiye Kare Imana Imuhe Iruhuko ridahera 🕊️ #StandForKelcy #UbutunganeKuriKelcy #JusticeForKelcy
Tweet media one
8
24
51
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
Vendredi Traffic Lights 🚦 Za Buja Ziba Ziruhiye 🤣 Ndakeka zishakira kukadirisha 🤣 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
15
5
48
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
Taginga Incuti Yawe Indusha Kwirabura Kuraya Mayira 😂😂😂 Basha Mwari Muraho ariko ? Any Way Black is Beauty 😍 Black is My Pride 😉 #Abatwip #UselessTweeps #RwOT
Tweet media one
Tweet media two
13
17
52
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
I'm not Anonymous Then Mpisemwo Kwidarapa 😏 Twagiye Uretse Kuba Nirabura Hafi Gusa Namakara Nikihe kintu kindi Ubona 😂 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
11
14
50
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
📸 Miss Lauria Claudie Nishimwe NZIRUMBANJE. Miss University Africa Burundi 2021 #Abatwip Mumwibukira kuki ? Je ndibuka ko Bamwe Muri Mwebwe mwashaka aje Muri competition yambaye ibitenge 🤣
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
15
16
47
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Uku Niko abamalayika bakurabira rimwe bakumirwa iyo uriko uravuga kigitoro cabuze atamodoka ufise no mubuzima busanzwe ata Bus Ufata 🤣
Tweet media one
8
16
44
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
🛑 Chers Parents et Étudiants, C'est avec un immense plaisir que @kaze_abroad vous annonce une opportunité de bourse exclusive pour les étudiants burundais offrant une exceptionnelle exonération de 100% des frais de scolarité. Retweet 🙌🏽🌝 #kazeAbroad ✈️ 1/2 🚨 @umuhirwaa
Tweet media one
8
21
42
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Zimwe Mundoto Mbi Nagize Muririjoro Nuko narose ngira Nirire Ibiri Kuriyi Sahani Sha Bikarangira Mvyutse 😭😪 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
6
1
42
@cloubelonly
Cloubel Only
19 days
Cagihe Uba Waraye Uraririmba indirimbo zagahinda ijoro ryose. 🥺 #Abatwip
Tweet media one
15
9
44
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
Ico duhuriyeko ni kinini cane gusumvya Aho dutandukaniye ...... Twese Turi Abantu 🤍 Hwiii nari Nkumbuye Kwidarapa 😂 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
12
20
44
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
It's Weekend with a #NewProfilePic and New Haircut 💈 😄😀🤣🤣 #Abatwip Wassup nta Coca ?
Tweet media one
10
13
43
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
Ejo Nariko Ndaraba ukuntu #Ndemeye Ya @satb257 Yakozwe, Bantu Bimana Uyumwana Street Beatz Ari Talented Ndabarahiye 🚀 Genda Urabe Kuri YouTube Amashusho meza Yindirimbo #Ndemeye Kuri YouTube N'amashusho Yakozwe n'uwitwa @kentpofficial Link Muri Comments Gusa song Niya Bien 🔥
Tweet media one
16
26
43
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Igitondo Ciza Kuri Mwese 🏵️ Aka Ni Jewe Nagaphotoye 📸 Angahe Kuri 10 ? Mwirirwe Neza Rero , Muhezagirwe Kuruyu Musi wakabiri ... #Abatwip
Tweet media one
14
18
43
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
Umugoroba Mwiza Kuri Mwese @satb257 Released Ikintu Kizima wallah Ndemeye By Sat-B is A Banger Audio : Street Beatz and Mastered by @HerbertSkillz_ Ndanabibutse ko Video Yakozwe Na @kentpofficial Ni amasanamu Ari Kurwego Rwiza Enjoy This Song Link in comments
Tweet media one
11
24
43
@cloubelonly
Cloubel Only
18 days
🇧🇮🇷🇼 Umunsi mukuru mwiza w'Ukwikukira (Ubwigenge) K'Uburundi N'Urwanda ! Ndipfuza Kubona iterambere, amahoro, n'ivyishimo Muribi Bihugu Vyose 🤍 Burundians Youths and Rwandan Youths 🇧🇮🇷🇼🤍 Let's Build Our Countries #Abatwip #RwOT #BurundiVSRwanda
Tweet media one
11
16
43
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Cloubel's Mom 🤍🌏 It's Her Day 🎇 #NewProfilePic
Tweet media one
12
10
43
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Rimwe Rimwe Ndabura izina mpa abahungu bubu 🤣 Le Mec afise Marriage CE samedi muga ejo yatumiye petite Soeur wa fiance bahurire Muri hotel ngo yumva amushaka Nukuri dukomeze Gusenga 😂 Inkuru yose mukanya 😂 ndacatwenga #Abatwip
20
3
42
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Ndakunda I Pussy 🤌🏾🤍
Tweet media one
11
18
40
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Iyo umugamba n'umubo bapanze Muri ghetto imwe 🤣 Mwe gusa mudusengere bishike Munda 😂 #abatwip
Tweet media one
13
2
41
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Evening Dear @Santalatalitha 💗 Kwari ukuramutsa Gusa Turanabakunda We Weekend Nziza rero 🤍🌍 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
9
12
38
@cloubelonly
Cloubel Only
15 days
Harabavyeyi bari serious 🫣! La Meuf aritoye yimyoza Maman Wiwe .... Papa wiwe rero Sasa ibintu amukoreye sinarinzi ko bobikorera Umukobwa yiga Bac 2 wamengo nakana kiga 3ème Primaire 😂 #Abatwip imagine kuzunguruka Quartier yose usaba imbabazi Aba Mamans Bose ko wabubahutse😂
13
3
37
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
#Abatwip SI Kwidarapa Vyoba Aricaha Cloubel Ijuru Rizongora 😂 Enjoy Your Weekend Mwese 🫱🏿‍🫲🏾😋
Tweet media one
Tweet media two
2
12
36
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Thread 1/2 A short story of Me Sick boyfriend: I can't eat Girlfriend: eat small so you can take your drugs Sick Boyfriend: I don't have appetite to eat. Girlfriend: just try and eat small Boyfriend: 👇😂😂
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
13
37
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Nouvelle chanson de Sat-B, 'NDEMEYE, fait sensation avec 382 000 vues et compte toujours plus! Découvrez pourquoi cette chanson est un succès incontournable! Link Dans Le Thread 🎁 #SatB #NDEMEYE #MusiqueBurundaise #Abatwip
Tweet media one
Tweet media two
10
22
37
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Natanguye Kubona ko nzoba umu influencer akomeye nkiri Muri 3ème Primaire Kuko mvuze ngo ndiviriyemwo turiko turakina umupira ntihabura abayoboke nka batanu tuvanamwo 🤣 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
10
6
35
@cloubelonly
Cloubel Only
6 months
Still Alive 💯🤯 Just to save This Pic Here 😅 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
7
11
34
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
#Abatwip Muramaze Kubona Ukuntu Aba Taximen Ba Buja Bakuzimba urikumwe n'umukobwa 😁?
11
4
35
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Barundi Barundikazi none ko bablotse ntituzoze turabona abatanze Like (J'aime ) Nizere Ko mugiye kuzitanga kubwinshi mutikanga 😂😂
4
1
34
@cloubelonly
Cloubel Only
28 days
Une fille de 29 ans akiba chez ses parents uretse ko Papa wiwe yitavye Imana yatwaye Inda, Now Rero Ashaka kuzana Uwayimuteye babane nkumugore numugabo munzu y'iwabo juste kubera ngo yavutse arumwe 😭😂 #Abatwip Buja est Chaud...... Umu mère nawe yarahiye ngo nticokunda 😂
6
3
34
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Iyi Iripostinze 😂 Mugire Umusi Mwiza Bantu Mwe #Abatwip #UselessTweeps #RwOT
Tweet media one
6
11
34
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
Nta Mwalimukazi Araha Ko Maman Amundangiye Nkumuti wikibazo canje 😂. Sha Nukuri Uyu Mu Maman Afise Vawulensi 😂😂😂 Nkeka Ari Uwaha X 🥺🙄 #Abatwip
Tweet media one
6
10
34
@cloubelonly
Cloubel Only
5 months
#Abatwip ISHIRAHAMWE @MHburundi Nishirahamwe Ryiza Cane Rijejwe Gufasha Abenegihugu Mukwivuza ,Nibindi Vyiza Vyinshi 🤍 Nobahamagarira Gukorana Na MGH Mwese Gira Amagara Meza Na MGH 💚 MUFISE ICO MUBAZA MWOTWANDIKIRA KURI X YACU @MHburundi
12
24
31
@cloubelonly
Cloubel Only
10 months
Bamwita Hirariya Canirinyambo Umukobwa Yatanguye kwambara Iperike Muburundi Hari 1967 Yavuka Mungagara #Burundianstory #Abatwip #UselessTwees
Tweet media one
6
3
30
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
#Abatwip Un garçon de 5 ans araje Muri salon ndikumwe ni abavyeyi Biwe aca avuga ngo :"Maman Je Suis Enceinte." Ca turabanza turatwenga 🤣 Maman Amubajije ngo wabikuyehe Umwana yishuye ko yumvise Soeur wiwe abivuga Kuri telephone aca amubwira ko bisigura ndashonje Inkoni mukanya
10
2
31
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
One of the Burundians Artists I Love The Most @AFrimeur Released A New Song Named #NowNow ft @Kataleya_Kandle From Uganda 🇺🇬 Check The Link In Comment 🤯 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
7
12
28
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Book Yours This T- Shirts 👕 Are Few Kandi Urabona ko aritwiza Nukuri😊. Book on +25771503697 or DM @Chazel_memes1 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
5
16
31
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
🚀Découvrez "NDEMEYE" de Sat-B: Une Renaissance Musicale! Laissez-vous emporter par le nouveau hit de @satb257 , "NDEMEYE". Avec des rythmes envoûtants et des paroles profondes, cette chanson est un hommage à la résilience et à la beauté de la vie. #Abatwip Link : Comments
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
8
18
31
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
Madame Amufatanye Umukozi Mucumba Bari Uko Baremwe 😁 Igitangaje Umugabo Yishuye umugore Wiwe ko Umukozi Yaraje Kumumena Ikivyimba (Igihute) Abaraho Turasetse Turakumbagara Buja We Share 🤣 #Abatwip aha sindezako sinkunda Gutanga details 🤣
15
4
31
@cloubelonly
Cloubel Only
30 days
Umukuru w'inama nkenguzamateka yaraye asavye ko imoto zokwemererwa gushika aho zahoze kugira zifashe muri ikil gihe c'ibibazo vy'igitoro. #Abatwip
Tweet media one
3
4
30
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Aka Gaphoto Nikeza Nukuri 🤣 Sinzi Ko Tubona Kumwe 📸: @cloubelonly Rate it /10 #Abatwip
Tweet media one
11
15
30
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Thread 1/2 #Abatwip Iyo Usize Telephone Kuri Charge Umukozi Wanyu Agaca atora 4ne yawe Ivyo usangamwo Rero 👇🏾
Tweet media one
Tweet media two
10
12
30
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Trying Be Gentleman 😉 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
Tweet media two
8
7
28
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Mana Basi negere hejuru Gato Kugira ubone Situation Ndimwo 😏 Nd' @Indushiii Mana Kora umuti😃 #Abatwip #UselessTweeps #الاتحاد_القوه_الجويه
Tweet media one
11
9
30
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Umunyoni ( @semavumba ) Ngo Ntanzonga Anywa 😂 Aya Ma Spaces agiye ko dusigamwo imvune 😪😂😂 #Abatwip #UselessTweeps #Abasutwa
Tweet media one
5
2
29
@cloubelonly
Cloubel Only
10 months
It's My Birthday 🎉🎂 Happy Birthday To Me 🤍👽 #UselessTweeps #Abatwip
Tweet media one
8
2
27
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
#Abatwip Imagine meeting @MowKanzie ? Niwo Musi Nzoposta iPhoto imwe turikumwe mpaka ukwezi guhere 🤣(Day 1 With Monna Gushika Kuri Day 30 🤣) Anyway Nigiki Monna Arusha abandi ba influencer Bose Bo Mugihugu
Tweet media one
Tweet media two
8
2
29
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
L’influenceuse burundaise @nellynadia3 🤍 TBH Ni Kenshi Twahurira nko muma Space Ntiduhuze muga ndanamufana ukuntu Kandi Sinzi Impamvu 😂 #Abatwip
Tweet media one
17
2
29
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
Mwohera Hehe Munyita Compte Anonyme 😂? #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
10
12
28
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
I'm thinking Ico nokorera Admin Wa @burundionthemap kuko Bae 🤍 yaraye ampevye kubera bamuhanuye ampebe Muri Broadcast yabo kuri IG 🤔 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
11
6
27
@cloubelonly
Cloubel Only
27 days
Thread 1/6 IVYARANZE I WEEK KURI X 🇧🇮 Hey #Abatwip Ngira ndabamenyeshe bimwe munkuru zavuzwe Kuri X cane Muri iyindwi nkuko nabibemereye -Inkuru yumuririmvyi Fernando Wa We Love Muzika nuwo bivugwa ko Yamwandikiye Indirimbo Yiwe yakunzwe BELLISSIMA yaravuzwe cane. Birabandanya👇🏾
Tweet media one
3
8
27
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Ese U Know This Boy🤔 ? He's Talented Wallah Mpejeje Kuraba Song Yiwe I didn't Know Ko Mu 🇧🇮 Ko Twoba dufise Umuririmvyi Ari Under 18 Ashobora Gukora Nkivyo Yakoze Go Higher @dabwiz_official Nakunze Song Yawe , Strategy Wakoresheje Yo Kumenya Imbuga Zidandaza Umuziki Kare is 🔥
Tweet media one
7
7
21
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
🌅🏕️ 📸: @cloubelonly
Tweet media one
3
7
27
@cloubelonly
Cloubel Only
5 months
#Abatwip My new Beat with @Ambassadeur120 is Out Now 🇧🇮🇷🇼 🔥 Produced by Me 🎹 ( Sindababwiye ko biryoshe wewe uvyumvirize urengana 🤣)
7
18
24
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Je na nyene inzu Muriyindwi 😌 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
9
6
24
@cloubelonly
Cloubel Only
5 months
Nowa Yaba Neza na Neza Kumusaga Umwuzure Uca uratera Bisanga Muri Israel 🇮🇱🤍😭 Homayigodi Nenda Kurira 😭😅😅😅😅😅😅😅 #Abatwip Iyi Jardin Eden Yacu uno musi irakanye
Tweet media one
3
7
24
@cloubelonly
Cloubel Only
19 days
🏆 Mwebwe Mubona igikombe ca #NkurunzizaCup 2024 kiza gutahukanwa nande Hagati ya #AigleNoir na #ADFLaRambra ? #Abatwip
Tweet media one
17
2
26
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Salsa Ivanze N'ama piano 😂
5
12
25
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Excited for the Road to Buja Music Awards! 🎶🔥 Celebrating the best in music, talent, and creativity. Who will take home the top honors? Stay tuned ............ Hazoca Uwambaye #BujaMusicAwards #BMA2024 #Abatwip
Tweet media one
9
21
26
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
Back With Pastor Again 🤣 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
8
7
22
@cloubelonly
Cloubel Only
10 months
Abantu mwavuze Ngo Ben SI umuntu wumugabo Kubera yarize nuko Mutazi Agahinda Ki Kwibwa 4ne 😪😪 #Abatwip #UselessTweeps #Burundianstory @kemnique @iss_beniii
Tweet media one
6
2
24
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Abadandaza Bakabare Vraiment 👀 #Abatwip Abagabo Babiri barafatanye Mukabare batora ibidaje Barwane Nyene Akabare Abibone Ngo : " Ntimumenere amacupa Ya Royal Pfuma Mutora Ivyi Fanta ninavyo Bikomeye".
10
3
25
@cloubelonly
Cloubel Only
8 months
Ndagukeje Cane Mwenewacu @yiraburaaa Uragira Ngeni Kandi uze wubake rugume ❤️‍🔥 Muri Make ruze rugume rusosa 😋 Urekane nabo bavuga ngo watwawe na Sugar Mummy kuba akurusha Imyaka irenga 15 ntibivuze ko Ari Sugar Mummy 👸🏾🤴🏾 Urukundo ntiruraba imyaka 🫠 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
12
4
24
@cloubelonly
Cloubel Only
11 months
Mushaka Ama Bidon Angahe 😂? Yamara ndasetse 😂 (Photo credit 💳: @FaidoBlaq )
Tweet media one
6
0
23
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Ukuntu nakunda primaire sinarinzi konoyivamwo !!! Je numugenzi wanje dufashe ingingo yogusubirayo vyanse ko twihangana 😪 #Abatwip #AbaX #UselessTweeps
Tweet media one
9
17
25
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
#Abatwip Bonjour Ubu Rero Turavye ivyo Ibreezy yavuze ndibaza Side iri mukuri yatanguye kuboneka hagati ya Fernando na Kadie Kay.......
3
4
25
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
#Abatwip Mwaraye neza ? #BMA2024 Yuyu Mwaka haraca Uwambaye 🔥 @bujamusicawards yashize Aba Video Director Bari Nominated uyu Mwaka ... Kubwanje Bose Barakaze ariko kubwawe ubona arinde azotsinda ... Wait and See Iconzi co Uyu Mwaka nibintu Vyumuriro gusa 🔥 #BujaMusicAwards
Tweet media one
6
16
23
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Iyi Myembe Yeze Mukayira Ncamwo Kuva Kuwambere Gushika Kumusi Windwi 🙂 Asha Yo Naba Nciga Primaire Twokwirutse Na Nyeneyo basi 🥲 Amabuye noyiteye Shahu 😂😂 Sinshaka No Kuvyiyumvira 💤😂😂
Tweet media one
7
5
25
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
#Abatwip Mungagara Muri 1 Naho bahateye Imwe muga bamufashe we banamufatanye iyindi mumufuko !!
5
5
25
@cloubelonly
Cloubel Only
4 months
Madam Yandahiye Ngo Ntataha Ngo Ni Umusi Wabo 😭 Ubu Bibaye Ngombwa ko Agacupa Ndagafatira Kumuhana Nteka Abana Ntibarare Ubusa Kandi Nzi Guteka 😁
Tweet media one
8
7
24
@cloubelonly
Cloubel Only
7 months
Bro Elle a 13ans😔 Moi:
Tweet media one
7
6
22
@cloubelonly
Cloubel Only
3 months
Follow @Kay2506 for quick Follow Back 🚀
Tweet media one
10
14
23
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
#Abatwip IBIHARURO VYANGOYE KUVA KERA Mukibazo Cavyo Baraduha Choix Multiple Ugasanga bazanye 170 , 195 , 264 , 342 Nkaca nitorera 23 Naca Mvuga ko 170 Ariyo yegereye 23 arico Coba arico Kandi ntimutwenge harigihe nabitora 😀🤣
Tweet media one
11
16
24
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
Capturer la beauté des fleurs à travers l'objectif, c'est figer un instant de perfection éphémère pour l'éternité. #Abatwip
Tweet media one
6
12
24
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Iyuwundi mu Baby anyandikiye Atari @bechouriana ukuntu ndamwishura 🤔 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
10
9
23
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
FERNANDO wa We Love Muzika Adahinduye karabaye #Abatwip
5
1
24
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Aba Coiffeurs Bo Mukamenge ngo nabo Bashaka Match Amicale nabakozi na RegiBae 😂😂 #Abatwip Yoba Sinavyaye 😂
Tweet media one
3
2
23
@cloubelonly
Cloubel Only
28 days
#Abatwip Mbega Kugira Baguhe Plaque Personalisée bisaba iki ?
Tweet media one
Tweet media two
9
1
24
@cloubelonly
Cloubel Only
1 month
Turabe Abantu tucibuka Iyintwari 😂
Tweet media one
6
3
22
@cloubelonly
Cloubel Only
2 months
#Abatwip Ikiganiro canje na Mawe Mvyutse mugatondo Me : Maaa ndarushe Amaboko Cane Gose Mom : Ubwo ntiwarose nabi ? Indoto narose Rero 👇🏾👇🏾
Tweet media one
6
11
23
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
Ndumva biriko birangora kurindira igihe nzoronkera abana Kugira abashitsi baje kuturaba babahe amahera Ca nsigara ndayabaka 😪 #Abatwip #UselessTweeps
Tweet media one
7
10
22
@cloubelonly
Cloubel Only
9 months
My Crush Accepted Me so I decided to dedicate to her a song 🤍🌍 #Abatwip #UselessTweeps
7
5
21