Nameless🗿 Profile Banner
Nameless🗿 Profile
Nameless🗿

@NAMENLOSS_09

Followers
3,130
Following
828
Media
883
Statuses
17,042

Sky Blues Fan🤍🩵|| #Cityzen 🔥 ||Uburundi ku mutima🤞🏾🫀🇧🇮||Ecclesiastes 5:5🙌🏾🙏🏾

Worldwide
Joined August 2021
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Ninde yabibonye ko ubu ugize commentaire hano mu kuyishura ubanza gufyondako kabiri kuri irya bouton ya répondre!?
Tweet media one
19
10
196
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
#Legend arashitse muri entrainement ari mu muduga maman wiwe yamuguriye🥱😂
Tweet media one
11
4
104
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Umuhungu atarambara Air Force adusengere turyame🤲🏾😊
Tweet media one
19
5
83
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Urumva umunsi umwe nanje umugore wanje azontegeka kwambara ishati y'igitenge gisa n'ikanzu yiwe kugira tuje gusenga!?😒🥺
Tweet media one
15
5
74
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
#Abatwip uyu munsi reka twinjire mu mizi ibirego aregwa uyu mugabo!!!🤌😒
Tweet media one
20
4
69
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Umuntu yandungikiye ino photo yambajije impamvu ngo bagura impuzu zitabakwiye🥱😂😂
Tweet media one
29
4
71
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Ni mu Burundi gusa aho Bestie aba akuzi nka rutwe,2nd mum akuzi nk'umu poète hama Girlfriend nawe akuzi nka Rambo💀😂
Tweet media one
13
16
62
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
#Abatwip ariko ntimumbwire ko iyi ari Kanyosha!?🤦‍♂️
Tweet media one
16
5
66
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Ni muri afrika gusa ushobora gusivya umukobwa kuri map uba wamuhaye ukaza wumva akubwiye ngo:"kandi nkubu niwe watumye noga"💀😫
Tweet media one
12
3
62
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
And now you are +1k here...thank you🙏🙂
Tweet media one
14
11
59
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Inyuma yo kunywa urutuyuyu😭💔
Tweet media one
6
3
63
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Plus jamais gutwara umukobwa wo mu ngagara muri resto nukuri🤌ararya inkoko ku buryo anunuza n'igufa ryayo hamwe ritangura kuvuga nka sifflet🤦‍♂️
Tweet media one
12
7
60
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Abavyeyi bandikisha abakobwa babo muri Karaté mwibaza ngo bazoja mu ngo za bande rero!?😒
16
6
58
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Ibintu bikomeza kugorana sinobabesha🤦🏾‍♂️😂😂nk'ibi n'ibiki vrt!?😒☹️😂😂😂
24
2
57
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Twese hamwe tuvuge ibintu dusanga mu masakoshi y'abakobwa hano Buja... #Jewe :akamanyu k'ikiyo🤌
Tweet media one
17
1
52
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
"Bébé vyari kuza le 20 none turi le 31" Iyo message irashobora gutuma wicara kuri TV ukaguma uraba i tapis🤦‍♂️😬
Tweet media one
14
0
53
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Baraba aratanguye kwumva igihuha ko agira arekurwe🧐
Tweet media one
7
7
54
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Muvyo gutinya muze muratinya abantu bibereye mu mafungo basha🤌😂😂
Tweet media one
Tweet media two
4
2
51
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Uno munsi ijoro ryiza reka ndaryifurize @MowKanzie gusa🥰
Tweet media one
19
2
51
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Aba bajama ko umengo bagomba kubitwibagiza😒
Tweet media one
8
0
48
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
I Bujumbura uko umenyana n'abahungu benshi uri umuhungu niko wigabaniriza amahirwe yo kuronka umu chérie kuko umwe wese ntiyemera ko ukundana na mushikiwe🤌🤦‍♂️ #Abatwip @yigenga @Mbega_warubizi @burundionthemap
7
3
47
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Mwebwe Beraca mwamubonye!?🤌😒canke muriko murirengagiza kubera mwabonye ko atari nk'umwe mwabona muri session yambere y'amafoto ya Miss Burundi🤌😍
@BeracaIgiraneza
Beraca Igiraneza
1 year
Tweet media one
8
8
273
10
1
50
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Ndabuze ivyo mbabwira🤦‍♂️🙊
Tweet media one
7
10
46
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Akabazo🙂 Umunyeshure agiye kwishure n'ikinga ava muhira 7h aca ashikayo 7h30.Papa wiwe yoba afise imyaka ingahe!?😌
Tweet media one
13
8
46
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Aba bantu baya majwi ari inyuma barankuyeho😭😭😂😂ariko MWARO baratambukaa shaaa😂😂
11
1
44
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Turi iwanyu hama maman wawe araduhamagaye ngo dufungure ugaca uvuga ngo ntidushonje...s'il te plait mwe na nde!?🤒☹
5
0
44
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Uno munsi numva inzara banza mungaburire ndazi nca ndonka ivyo ndababwira😒😴
11
18
44
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Nanje numva nshaka uwo dukundana ariko ndafise amasoni yo kuresha🙈 Umukobwa umwe muri mwebwe arashobora kundesha!?😊sinanka kandi singorana😌
Tweet media one
10
4
42
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Inyuma y'igihe kirekire ngira ivyigwa ndahejeje kuvumbura impamvu nyamukuru abakobwa bakunda amahera🤌🤐
Tweet media one
7
7
40
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Muri uno mwanya ndamaze kubona insolites 2 zo muri Miss Burundi sinzi ko nozisangiza abantu ngo twiyagire🤌🏽🤦🏾‍♂️
Tweet media one
11
1
43
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Tssiii Alilalayaaa tssiii Yayayayayaaa!!! Kilimandjaaaro tssiii tssiii kilimandjarooo!!!🔥🔥🤣🤣🤣
14
4
40
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Respect ku bagore bose nukuri!!! Maze iminsi ibiri ndi muhira ndi kumwe n'abana ndi umwe...agahererezi habuze gato ngo ndakagurishe😭😫
Tweet media one
3
5
42
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Hari umukobwa wa 16 ans amaze amezi 2 ariko anyirukanga inyuma...nashaka kubabaza nimba umuntu atoja mu giporisi kumurega icaha ca détournement d'un majeur😑😏
24
1
40
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Mbooo!!!uru rukundo neretswe n'umwe mu bafana namwe mworunyereka kabisa kandi murabona ko kabereye ijisho🤌🥰😍
Tweet media one
9
5
42
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Caméraman wa TV Online yumvise ko bagiye gukorana ikiganiro na wa Munyonikazi🙊😂😂
Tweet media one
8
5
41
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Naho ndakuresha ukanka nagira ndakumenyeshe ko umuhungu musohokana arinda kuza kuntira ibirato kugira aze kukuraba🤯😵
6
1
40
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Kurya nyene ufata ukarya ikijumbu estomac ikacanka ugatangura gusevura ugaca unywa amazi kugira kimanuke...niko nanje ndiko ndakoresha ubuhinga bwose bushoboka kugira chérie wawe anyemerere ko dukundana🤌😌
Tweet media one
4
0
39
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
#Abatwip iyi Français ntiyibaze ko twoba twarayibagiye🥱😒😂
Tweet media one
13
1
38
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Nimba ukundanye n'umukobwa statut yiwe itigera ijako memes iyo si relation amoureuse ni opération millitaire
Tweet media one
0
5
37
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Baratanguye🤦‍♂️💀💔
Tweet media one
9
1
39
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
2 years
Si tu veut mourir tôt, mélange la pauvreté avec la jalousie, puis ajoute la compétition !!🤣
4
3
37
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
#Mabukwe :ntuze upime ngo unzanire umukwe yambara nka bamwe mpora mbona biyambika 3/4 ndakwisavyeee!!! #Girlfriend :Say no more mum...Look at his pic aha yari anagiye gusenga😌
Tweet media one
4
0
38
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Akira namwe munyereke agace kajamwo urwo rukundo mwama muvuga🤲😒
Tweet media one
9
2
37
@NAMENLOSS_09
Nameless🗿
1 year
Nimba Aho vyiriwe atariho birara nanje ibitumbura biraho nabonye mwi boutique sinemera ko biharara naho ata mahera🥱
Tweet media one
5
12
38