NKUNZIMANA Joseph Profile Banner
NKUNZIMANA Joseph Profile
NKUNZIMANA Joseph

@NKUNZIMANA98301

Followers
777
Following
2,048
Media
316
Statuses
886

Writer / Professional actor / Former in the municipal administration of NDAVA / Former Commissioner for academic affairs at @UB_Rumuri / Communicator / patriot

United States
Joined February 2024
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
5 days
Maz'imisi ntembera n'amaguru #Mutakura , #Nyakabiga , #Bwiza , #Jabe , #Buyenzi , #Musaga ; aho naca hose nabaramutsa AMAHORO bose bandaba ubw'ininga. Burya ikirundi nticoba umushinge witerambere mu #Burundi ? Bavyeyi reresha abana indero ndundi mubigishe imico n'akaranga bamenye kirazira
Tweet media one
1
1
1
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Maze kugendera mu bihugu vyinshi vya #Africa ndetse no mu bihugu rutura ariko ntaho ndabona #President nk'uyu. Hoho mu #Rwanda kirazira kumwegera. S.E #GeneralNeva , #Nyeninganji I #Burundi ni umujama w'aba #jeunes Kandi arabigendera. Ubona gute?
Tweet media one
65
27
93
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
26 days
GANZA SABWA
Tweet media one
50
7
93
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Iyo wambara ukaberwa, ugatambuka ushimangira, vyerekana ko uri umugabo bose bakwitegako uburaro n'uburamuko. 👇👇👇Ni nde aberwa cane ? Umuzi kw'iki? A Vous le 🎤 N.B: Ntagushira isoni muvyo mwandika svp☑️
Tweet media one
Tweet media two
59
4
79
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
La famille présidentielle au #Burundi Akamwemwe niko kabaranga. Ntamijinya ni yo mpamvu uburundi bwuzuye ubwiza kuko umwera uva i bukuru ugakwira isi yose: #Sebarundi , #Nyininganji bandanya utubera umusuku natwe turi inyuma yawe. #NevaWacu , #Vision2040_2060 niyo refrain yacu.
Tweet media one
19
25
67
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Ni #Sebarundi , ivyakora bisumba kure niyo izina ryiwe, ni nyamwiyegereza bose abana n'abatama. Abarundi twese tukwirabamwo kuko uratwegereye gusumba uko impuzu zitwegereye. @GeneralNeva #NevaWacu @sinrenovat @DorianeMunezero @CnddFdd @CnddFddYouthBuj @cnddfddyouth @AShingiro
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
34
67
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
8 days
Sogo wacu, Uwatubereye akarorero ko gukunda no kwitangira igihugu.
Tweet media one
29
7
67
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
NJUGUMIZA BOSE👏👏🏃‍♀️🏃‍♀️ #Burundi muri #Afrika yos nico gihugu citunganiriza amatora kitazeye inze. Ivyo tubikesha Kizigenda wacu @GeneralNeva . Isi yose iratamarigwa nuko Uburundi ari bitumwako muri vyose. Birafis aho biva kuko @CnddFdd n'inama y'abanyagihugu. Rekana n' #Inkotanyi
Tweet media one
Tweet media two
28
30
60
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
La famille présidentielle,ma famille préférée.💃💃 None burya muhora mumbonera famille présidentielle ya @PaulKagame ,ihora itembera, ikaryoherwa nk'iyi? Gutwenga, kunezerwa bituma udasaza, ukongereza imyaka yo kubaho. None uwo hejuru ataryoherwa, uwo hasi yohimbarwa ate?🙆
Tweet media one
88
9
57
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
24 days
Uwacu ndamubona 👏👏, naboneke arabikwiye kuko si umukozi w'abakoloni nk'uwuraho, mbe nyene mumbonera 👀 uyundi yari yakubitiye he?
Tweet media one
77
2
56
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Natembereye #Kigali : #Ruhengeri #Muhanga #Nyamata #Rwamagana #Muhazi #lake_Muhazi ariko ntahantu nabonye hakayangana nka hano. Erega aha si I #Bulaya ,ni #Burundi igihugu c'amata n'ubuki. Abahazi iyo baje kuharuhukira ntibipfuza kuhava. Nababanyi barakumbura #mukeke na #Ndagala
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
31
14
54
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Tweet media one
5
30
52
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
#Rwanda #Burundi Hutu citizen in @RwandaGov has no value in the regime of dictator @PaulKagame . In less than two months he was Minister of Public Works of this country and now he has been fired and the announcement does not show what he has done. @UrugwiroVillage @RDBrwanda
Tweet media one
Tweet media two
142
8
50
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
#Burundi , Ninde afise nkaba tugahaya ? @GeneralNeva , @Burundi1stLady Imana ishimwe ko tubafise, bandanya mutunganiriza Igihugu Uyu muryango n’uzigamwe nUhoraho #VisitBurundi #ZeroDechets
Tweet media one
14
17
48
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Conférence scientifique sur le “Rôle des jeunes dans l’émergence économique en #Afrique ", en présence de Jeunes #Leaders issus de plusieurs milieux #socioprofessionnels . @Gatoni_RG @sinrenovat @DorianeMunezero @R_Ndikuriyo @AShingiro @ben_ndag @willynyamitwe @NtahirajaThren1
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
23
50
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Turangize umusi turabutsa hariya hakurya ya #Kanyaru no Kwa #Ntare 👏👏Iwacu heza ndiriri💃💃 Turangize umusi dutamba Ako karirimbo💃💃🇧🇮🇧🇮 Gusa ntimwibagire urugamba turiko I #Burundi rw'iterambere rirama tureke abariko bashwana naba #prophete 🤸🤸
Tweet media one
Tweet media two
34
16
48
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
23 days
#Burundi , Ibi muri Afrika bishobora bake cane. @Burundi1stLady ni umwe mu ba kenyezi b'abakuru b'ibihugu bafise umutima wo gukunda ikiremwa muntu. Nabandanye aroranirwa abere inyenyeri Afrika n'isi yose. @action_bonne @KwaNtare @NtareHouse @MAEBurundi @AShingiro @ChineseWSJ
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
7
18
49
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Welcome to our home in #Burundi , land of milk and honey, Heart of #Africa , foreign delegates from #Zambia , #Chad , #Angola ... for #Imbonerakureday2024 . The young #Imbonerakure are proud of you. @DorianeMunezero @R_Ndikuriyo @sinrenovat
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
29
45
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
#Burundi : Abatari mu mugambwe @CnddFdd bavuga ntya ntawundi mugambwe tubona upanze neza, ufise inkerebutsi indarangavye zogwanira igihugu,amajwi yose vyoba vyiza tuyabahay bakabandanya bagitunganya. @RFIAfrique @BBCAfrica @VOAAfrica @radio_rpa @rugbob78 @pnininahazwe @BoneshaFM
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
26
45
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Igihugu kirapanze ntagakacira ntuzobigeze ngo wigerezeko wewe undaba , tubikesha umugambwe wacu mwiza @CnddFdd hamwe na #NevaWacu . Ku wa 31 myandagaro, niho muzobona ko hari urwaruka i #Burundi ,Kandi ubafise uba ufise vyose. @DorianeMunezero @R_Ndikuriyo #Imbonerakureday2024
Tweet media one
12
22
43
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
26 days
#Burundi & #Rwanda 🤏Ntimurabe ibikorwa kuko @FirstLadyRwanda nta vyo mbona ariko ararangura, ntimurabe akaranga nako @Burundi1stLady arakamusumvya kure n'iyo, 🎤ni nde muvyeyi mwiza yitaho ineza y'abana biwe akita ku rutare ngo babeho neza ? 💪Discipline dans les commentaires
Tweet media one
Tweet media two
57
8
43
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Mu bizotuma igihugu kiba icifashe 2060, harimwo kutagara no kwereka akarorero keza abandi. SE #GeneralNeva uwo dukurako akarorero ntakwo atagira kugira atwigishe changement des mentalités. #Afrika ikeneye abayobozi nkaba bava mu biro bakaja mu benegihugu. @KwaNtare @BurundiGov
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
12
30
40
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
"Inkebuzo" où SE @GeneralNeva rend visite aux citoyens, cela a montré l'amour que les citoyens ont pour lui. Par contre, @PaulKagame est avec son collègue @EmmanuelMacron Certains disent que le Burundi n'ira pas loin : Inyankaburundi. Laissons les mots, faisons le travail
41
8
39
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
"Ukwezi kw'9, ukwezi kw'umunezero ku barundi bose" #NevaWacu @R_Ndikuriyo Amatwi ansumira, ibitoro bigiye kuboneka vuba, ababitse ivyuma vyabo boba barabigongora. Mbega babandi bazovuga iki? Ariko muga ntaco Imana itadukoreye, kwidoga birayibabaza. @sinrenovat @DorianeMunezero
Tweet media one
Tweet media two
10
11
40
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
#Bujumbura capital #Economique du #Burundi na #Kigali umuji wa #Rwanda I Burundi ni muri #Eden koko kuko nta kintu na kimwe buhajije uravye ubwiza, akayaga, ivyamwa, amazi n'ibikoko. Abaheruka I Kigali hameze gute ko jewe mperukayo kera?🙆🙆🙆🙆🙆🙆
Tweet media one
Tweet media two
40
11
39
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
19 days
Mbe harya #Rwanda boba bafise ico birata mu makungu? Ingoma ní igicúrarāngīsho gikorȇshwa mubijȃnye n'ȋntȃmbo n'úmuzikí kavukíre kăndi gifisé agacȋro gakoméye cāne murí kăhise k'úburŭndi. Mu #Burundi , Ingoma izwí nka mpūzamakūngu uburŭndi bwīsȃngije (icó bītá umurisho w'íngoma).
Tweet media one
Tweet media two
32
9
40
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
23 days
Son Excellence Madame la première Dame du #Burundi 🇧🇮
Tweet media one
3
11
38
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
Ahantu hose uzobana ivyatsi canke ibimera bifise iri bara’’Vert’’ vyerekana ko aho hantu hafise ubuzima. Aha naho ntahandi ni #Burundi : Haramera, harimbuka #VisitBurundi #Zerodechets Kuki utahavyaza umusaruro ? Habuze iki ? Ubitangwe kubibona n’Abanyamahanga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
9
18
34
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Urarekuwe ,urashimiye SE #GeneralNeva ariko ntiwidegemvya kubera igitsure c'Ubumwe bwa Bulaya, abaharanira agateka ka muntu, amashirahamwe yigenga y'abarundi canke ayo hanze nka #Amnestyinternational na #Reporters_Sans_Fronti ères,...Kuko umuvyeyi akora ico ashatse kumwana wiwe.
Tweet media one
20
9
36
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
23 days
Son Excellence le président de la République du Burundi🇧🇮
Tweet media one
0
14
36
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
5 months
#Baturagi ba #Rwanda , turazi ko mudunerewe kandi mukumbuye #umukeke n’akayaga ka #beach i #Burundi , ariko si SE @GeneralNeva yugaye imbibe, ahubwo bwira #Kagame arungike abo bicanyi yanyegeje anareke gudusotora aha impigi n’imyitozo #Inyankaburundi . #VIDEO irabihamya pe!
22
16
33
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
20 days
🔵 🔴 #NevaWacu yishikiye kuri Eden Garden Resort Beach mu birori vyo kwugurura icese ihiganwa ry'igikombe c'isi yose ca Volleybeach. #Burundi iguma yizerwa mu karere kwakira ibintu bitandukanye ku rwego rw'isi, vyerekana ko igihugu ari nyabagendwa. @MAEBurundi @AprodecoS6586
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
14
35
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
" Uno musi #igitoro ca mbere ivyo ari vyo vyose baragipakurura, twigiriye iyo Gihingurirwa. Kandi ndazi turafise ubwato 3 buri mu nzira " Vyavumerewe na SE @GeneralNeva #NevaWacu Tugiye kugihako n'ibigugu bibanyi nka #Rwanda #RDC #Kenya #Tanzanie ... #Commissionaire bayi
Tweet media one
13
18
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Umusi mukuru w'amakomine watumye abavukakomine begerana maze bakayaga ibihanze #commune gutyo bakabitorera inyishu mu maguru masha #Giheta , @Burundi1stLady niho yari aho yafashe irya mbere mu bikorwa vy'iterambere vy'iyo komine. Tumwigireko maze vision 2040_2060 tuyigereko vuba.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
22
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
26 days
Photo of the day: The #Burundi Presidential Couple @GeneralNeva and @Burundi1stLady together with the Chinese Presidential Couple #XiJinping and #PengLiyuan #Beijing #China #FOCAC2024 #Beijing 🇧🇮&🇨🇳
Tweet media one
2
14
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Nyenicubahiro SE #GeneralNeva ni umugabo wijunja n'ijambo kw'isi yose. Ibi bishobokera bake Kandi vyerekana umutima wo gukunda abenegihugu bose. Yesu akijije umuntu yaca agenda avuze ati:" Genda ntuzosubire" #Irangabiye_Floriane arahejeje guhabwa ikigongwe na #NevaWacu 🇧🇮🇧🇮👏👏
Tweet media one
Tweet media two
9
13
33
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Imana ni #Imbonerakure kuko ntihunyiza, ntisinzira kugira isi n'abayibako baronke amahoro. Ni #Burundi , imbonerakure zama ziri maso kubw'umutekano w'abenegihugu. Kaze kuwa 31 Août i @MairieBuja uze wibonere urwaruka Uburundi bufise uzovuge ico wabonye #ImbonerakureDay2024
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
19
14
33
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
#Burundi #Rwanda #EAC #World SE #GeneralNeva arakaramba, biri mukaririmbo abarundi baba #Zambie bakirije Nyenubwami Sebarundi bafise akamwemwe. Iyo Abenegihugu bagukunda ,nImana iba igushima. Nashimwe koko arabikwiye kuko aba hafi yAbana biwe buri musi kuko ntahunyiza.
3
15
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
24 days
Cela me fait bcq réfléchir, prquoi ces images ne circulent pas ds les publicat⁰ de @pnininahazwe @rugbob78 @SinduhijeA @RFI @VOAAfrica @BBCAfrica ? Mais oui,..👀 Kiracafuzwa ariko kiguma kidora💪. @FabsVision courage! @BURUNDIDIASPOR1 @MairieBuja @yigenga @KingBurundian #March é
Tweet media one
Tweet media two
2
9
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
5 months
‘’ #Bagumyabanga twubake umushinge w’imbonakazoza y’u #Burundi bwifashe mu mwaka w’2040, buteye imbere mumwaka w’2060, duhereye kuguteza imbere ubuzima bw’ #ABENEGIHUGU ’’ Ico civugo kirahambaye cane komera @CnddFdd @DorianeMunezero @R_Ndikuriyo @sinrenovat @cnddfddyouth
Tweet media one
1
13
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
19 days
#Rwanda , Ibiti mugisagara bizana O2. Iyo nay'irafasha abantu guhema neza maze amagara mez'agasaga abaturagi. Biranatum'abantu biyumvira can, iteramber rikabasaga. TWIGIRE CANE KUR'UYU MUJI MWIZA WI @CityofKigali @UrugwiroVillage @RwandaGov @rbarwanda @RDBrwanda @Radiorwanda_RBA
Tweet media one
48
5
31
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
30 days
#Burundi , Basa n'ayo kw'iteke, bambara neza, bafise indero ndundi🇧🇮. Si babandi ntavuze hirya yacu. Igihugu cawe nticohezagirwa igihe imico n'akaranga vyahonyanzwe. Jamais! @PaulKagame @FirstLadyRwanda @alice_kanyana @ikigatanyakazi @FabRugumire @DorianeMunezero @sinrenovat
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
10
30
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
28 days
Ubwenge bwiw burenze ubwa #TerenceTao , afise urubuga hwaniro #Gasapappl , afise #JerusalemHotel nziza i @Gitega : #Gasape .Izo ngabire #Burundi bufise biva kubera indongozi yegereye abenegihugu @GeneralNeva , Ami de jeunes, président du peuple,Mutananirwa, Sebarundi, Nyeninganji,...
Tweet media one
1
13
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
Umutima w’impuhwe na kivyeyi niwo umuranga @GeneralNeva . Yitwaje agakemanyi ku bagwayi, yagendeye #hopital #Kibimba , aho yashimiye abayobozi b’ibitaro ukuntu bariko barafasha mw’ #iterambere ry’ #Burundi nineza ya beneco. Tumwigireko mu gufashanya. #population
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
17
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
#Burundi #VisitBurundi Kera ntamutegetsi yafata isuka muga barategeka😀😀 ubu n'abasuku, niyo aramukije umuntu baca bamwoza intoki ahandi naho akambara ama ga Reka dushimire cane @Burundi1stLady ukuntu aduha akarorero keza twebwe twaruka ubu( abatikorako) @CnddFdd @cnddfddyouth
Tweet media one
6
15
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Ejo bundi nariko nivayanga i #Bulaya nasanze benshi mubataye igihugu ari abasezi ku mabarabara,bwira bakararira umukate n'amazi ni abana bicangazi pe. Kuki batoza kwa Se gusaba imbabazi, ko ino indya tuzisesa! @rugbob78 @pnininahazwe @ikigatanyakazi @amnesty @
Tweet media one
Tweet media two
24
8
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
#Imbonerakure s'iyiraba amasaha irik'irakora, S'iyikwega ibirenge ahubwo niyishingura ikirenge ija iyo ibona" @GeneralNeva . Dukebure #Rwanda -ais ko aho gushir'imber'amajambo, boshirira bakabona kure, vuba berekane ko bariho nkuko Imbonerakure bavyerekana: #Imbonerakureday2024
Tweet media one
6
11
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Tweet media one
2
11
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
28 days
Kw'isi nzima n'i #Burundi prezida n'icubahiro ciw ahimbazanya n'abana biw barundi. DAWIDI roi d'Israël niwe yabikoze n'impuzu zirakoroka maze igihugu gihezagirwa kubwiwe. Ni Burundi, hahezagirwa kuko bafise #NevaWacu , prezida w'abenegihugu @VOAAfrica @BBCAfrica @BFMTV @KwaNtare
8
14
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
Iyo umuntu ari imbere yawe ntihagire ico umwigirako, uba ufise ingorane. Tubigirako vyinshi @GeneralNeva twebwe #Urwaruka rwitahuye. Ico muvumera cose turanota kanatsinda ntawundi dutega amatw. Bandanya umurikira #Burundi , #Afrika n’isi yose. #Pangakarere ur umwizirwa.
Tweet media one
8
14
26
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
12 days
Sinovuga #Rwanda kuko Umutwe wah uragway.Pas à Paris en France 🇫🇷 ou à Bruxelle en Belgique 🇧🇪.Mais c'est en @MairieBuja , la capitale économique du #Burundi 🇧🇮. @visit_burundi @franceinfo @belgique @Paris @MAEBurundi @AShingiro @franceauburundi @Actugouvsenegal @UrugwiroVillage
Tweet media one
27
1
30
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
17 days
Se w'intare🦁 abonera kure ibibazo vy'abana bayo👊
Tweet media one
16
6
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
IGIHUGU cose gitezw'imbere na beneco. #Diapora iriteguye kuzamura iterambere ry' #Burundi kugira bwuzuze ya mbonokazoza 2040_2060. Babandi bo @rugbob78 @pnininahazwe bishinga amajambo gusa ariko bazosanga abandi babenuriye. None burya tuvuka he? Niyihe mpetso yacu? Biratugoye pe!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
16
29
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
#Rwanda RIP KOFI Heroes never die but they sleep. After being killed by @RIB_Rw , when you speak the truth on social media, what you said will remain because the truth never dies. The country you speak of will remain powerful.
Tweet media one
13
6
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
23 days
#Burundi , I have not seen anywhere a post saying that Leta nkozi_Mvyeyi is Mutananirwa... Agatoro ngo karahari gahagije..., even political parties bariko barashimagiza HE. #NevaWacu 🇧🇮 @pnininahazwe @KingBurundian @yigenga @rugbob78 @SinduhijeA @radio_rpa @VOAAfrica @BBCAfrica
Tweet media one
9
5
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
29 days
#Burundi , "Dukore duteze imbere igihugu cacu" @R_Ndikuriyo Nkubu @PaulKagame , aho guhimiriza abenegihugu gukora, yama mu ngendo n'ubu yazindukiye muri #indonesie . None ariyubaka aho kwubaka u #Rwanda ? @Radiotv10rwanda @Radiorwanda_RBA @radio_rpa @RadioInzamba @radiofrance @RFI
34
10
28
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
29 days
Ni Mama #Burundi ,MamaMugiraneza,araza umutima ku bikorwa agomba ko igihugu n'abana biwe #barundi binjira mu gihugu kiteye igomwe. Ni Munyempuhwe abapfakazi, impfuvyi n'aboro barabizi. Aho ashitse ni ntunganiriza bose kanatsinda umutima wiwe wera nka Sheregi. 🎤Umwigirako iki?
Tweet media one
7
13
27
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Vision 2040 igihugu cifashe_2060 Igihugu giteye imbere. Ni impande zose La puissance
7
9
26
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
"Ndaganira nImana, nayo ikampa amabanga.Ntushobora kuyobora ihanga utarikumwe nishobora vyose #Neva Mose yayoboye #Israel kuko yariko Ubuntu bwiwe maze ukuboko kwiwe kukaba hafi yIhanga" #NevaWacu #GeneralNeva arafis'ah'avoma ijambo. Amasengero arafasha mw'iterambere ry'igihugu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
11
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
#Burundi drums are traditional percussion instruments that occupy a mythical place in Burundian culture. Coming from a royal tradition1, these are sacred objects, reserved for exceptional events. #Ingoma #VisitBurundi Ingoma z'Uburundi ziraryoshe kurorera n'abazungu barumirwa.
Tweet media one
2
14
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Inkona ntiyaruzwa kirazira. #Imbonerakureday2024
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
17
26
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Pourquoi la jeunesse n'a pas sa place au #Rwanda ? Les vieux construisent-ils le pays sans jeunesse ? Chez #NevaWacu , ami de la jeunesse, dans l'administrat⁰ c'est la jeunesse, la créativité, les industries, l'innovat⁰ c'est la jeunesse. Sans la #jeunesse que devient le #pays ?
Tweet media one
Tweet media two
17
4
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Amakuru yizewe dukura Aho mu #Rwanda , yemeza ko abaturagi bababajwe niyugagwa ryAmashengero. Bose ziriko zirasha. Aba n'abandi bavuga bati none duhebe twugururire #Antichrist ? Canke bimwe #Bible ivuga bihereye iwacu! Usaba iki uyu H.E @PaulKagame ?
Tweet media one
56
8
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
30 days
#Burundi , Umwana w'ingwe🦁 n'ingwe🦁
Tweet media one
Tweet media two
7
9
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
25 days
🤭"Sivyo n'ubwangushi, ni bansumirinda, ba gacanishamwo" Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu Gihugu ca Zambiya 🇿🇲, yashiburiye kure ikinyoma c’abansi b'🇧🇮 n’aba Leta ya🇿🇲 🇧🇮N'umutima wa Afrika, ibihugu vyose bizogicumbikako vuba bwango💪 ⁦ @NtareHouse ⁩ ⁦ @MAEBurundi ⁩ ⁦
Tweet media one
Tweet media two
5
11
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
"Tout mbre du parti doit contribuer à gagner les élect⁰ de 2025, répondre massivement au #RGPH et ne jamais oublier le projet #0d échets_0plastiques" a déclaré @nkunzimana31917 vice-président de la cellule 1 Q.mirango lors d'une réunion du @CnddFdd dans la cellule 1 le 19.8.2024
Tweet media one
Tweet media two
1
10
25
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
#Burundi #Abenegihugu bo muri @RumongeProvince berekenye ko bakunda SE @GeneralNeva cane aho bamusasiye ibitenge. Ukora neza uhembwa ukiri mw'isi. Abarundi isinzi barakwishimiye bishimiye n'ibikorwa vyawe vyiza. UBIBONA GUTE URAVYE IYI #Foto ? @KwaNtare @mapatriedabor
Tweet media one
1
13
24
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
The beauty of our area: beautiful scenery, calm thermal waters. What a joy to see @Burundi1stLady tasting this natural wealth that is the pride of our country. Let's be happy and protect what we have here at home because it's a common property that God has given us: #Amashuha
Tweet media one
Tweet media two
3
9
23
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 days
Umunezero wanyu ni wo utuma imvura y'umugisha igwa i #Burundi . @GeneralNeva @KwaNtare
Tweet media one
14
7
32
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Ni heza hazira agahonzi. Haba abanyamahoro batarya insya z'amenyo nka babandi🙆. Ntawobideha, iterambere ryarahasaze kuva aho beneco bahagurukiye kuva 2005. Ni i #Burundi . Twese hamwe twubake Uburundi buteye imbere. #NevaWacu #ZeroDechets #Pangakalele #EDEN
10
13
24
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
Mwibanga ntangere twaje kuvumbura ko uyu yiyita Kuri X @ikigatanyakazi akunda gupofomboka, amazina y'ukuri ni KAZE PAMELLA asegera #Canada , Pamella n'izina #Crecque , rihabwa abakobwa,risobanura Bunure, akunda umwijima, ntagira impuhwe, akunda abagabo cane...Nawe umuzi kw'iki?
Tweet media one
22
5
24
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
Vyemere nivyo baratamikanye! Umuvyeyi wacu #MAMA #Burundi twagabiwe na Rugira yitaho bose adacaguye. Iyi #photo irerekana ubuntu, impuhwe no gukund abenegihugu biri muri @Burundi1stLady Tumwigireko tureke kunenana mu gufasha uwo wese atwituye.
Tweet media one
Tweet media two
2
5
23
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Iyo ndaba ingabo zi #Burundi nseruka rukamvye muri #Afrika birampimbara, ariko muga barabikwiye cane kuko barafise #formation ihagije yo gucungera imbibe neza zIbihugu. Hagati aho ndabona abu #Rwanda , ubaravye ubwo ubona gute? Jewe mbona bavyibushe cane rwose 🤭🤭🤭
Tweet media one
Tweet media two
39
3
21
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
"Naho uzoba ufise akazi Kangana gute, canke uhembwa ayangana gute, igihe cose uzoba uzoba ugisaba , ntuzoba uratunga. Rondera umwidegemvyo mu vy' Ubutunzi, hamwe uvuga uti, jewe naho bonyima akazi, ejo nzobaho" SE @GeneralNeva
Tweet media one
6
7
21
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
26 days
| GOOOOOAL 👌🏼 (🇧🇮) 🚩 Malawi 𝟐-𝟑 Burundi ➨ 1st Half : 1-2 | 2nd Half : 1-1 🌍 #AfricaCupofNationsQ #Malawi #Burundi #IntambaMuRugamba . Les enfants du lion 🦁 @GeneralNeva tupa ndani
Tweet media one
6
8
22
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
20 days
🔴USA : SE @Burundi1stLady participe à la commémoration du Consensus de Genève à Washington DC. Abatumwa barikumwe na Yesu bararema. UBURUNDI buraremye, bufise ababuhozako umutima, bipfuza Uburundi na benebwo kugira ijunja mu makungu. Nta nkeka Vision 2040-2060 tuyibona intya👀
Tweet media one
Tweet media two
6
6
22
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
27 days
來自中國布隆迪的朋友們大家好。 願上帝保佑我們的總統、人民的總統、年輕人的朋友。
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
1
22
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
22 days
Nk'iyi foto bamwe ntibayibonye! Nimba mwanayibonye mwamenye abo bantu?😳 Ni vyiza kubamenya nimba mukurikirana amakuru yi @Gitega muri @CNDD_FDDGitega no ku rwego rw'igihugu muri @CnddFdd Ni intwari ziriko zirubaka Uburundi🇧🇮 bugana ku gihugu cifashe. Na we wahavuye ubamenya?
Tweet media one
3
6
22
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
#Burundi , Umuyagankuba ni atsa nawe i #Bujumbura @Regideso_bdi ntaco idakora kugira igihugu kizobe mpfukamirwe mu misi. Banyamitahe,ubaka amahinguriro nkuko #GeneralNeva yavumereye ko ayarenga 70 agiye kwubakwa kwa @Regideso_bdi umuyagankuba ni wose Burundi Coeur d' #Afrique 💃
Tweet media one
6
8
22
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
17 days
Umuvyeyi wacu 🇧🇮 SE @Burundi1stLady abandandanya asayangana mu makungu mukubukabuka abana biwe. Turazi ko aho ashitse avugira abana biwe nakomezwe nImana. @OPDD_Burundi @action_bonne
Tweet media one
9
10
21
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
23 days
#Burundi , Nation des vainqueurs @MutimaComedien , #humouriste Châtier les moeurs en riant.👇👇
2
3
21
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
1 month
🇧🇮 #Burundi gihugu isi yose izokwarikako🤸. Mpamagarira bababanyi banje batege ugutwi #NevaWacu 🎤Ntaco ntazokora kugira Uburundi kibe igihugu kidasenga. 🎤Twarahezagiwe nImana dufis #Ubutare à #gogo : @GeneralNeva 🇧🇮Ahuri hose 💃💃tarika uzofasha aho gufashwa. Video 👇👇
16
5
20
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
20 days
Vous désirez découvrir le #Burundi , pays de lait et de miel, terre de paix et de sécurité, pays bien organisé et ordonné, bienvenue. 🇧🇮
9
7
20
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
9 days
Nyenicubahiro umukuru w'Igihugu c'Uburundi @GeneralNeva arashima ko hegereje amatora icuka ari ciza mu mimigambwe. Natwe Abarundi turakenguruka ituze ridasanzwe ribarizwa I #Burundi . @CnddFdd @CnlBurundi @UPRONAPARTY @UPRONA1961 @VOAAfrica @bbcgahuza @KwaNtare @KarerwaNdenzako
Tweet media one
2
7
20
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
#Burundi : Abavyeyi bacu ntibahengeshanya gutera intege bene Burundi. Uburimyi n’ubworozi vyoshobora gushikana igihugu kuri ya vision 2040-2060 mu mwanya muto. #UBI ibandanye igira uburonzi twigumire mw’iterambere rirama. Tugire ishaka cane kuko turashigikiwe. Turime tworere
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
8
17
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
6 months
Mu #Burundi hari utugenegene twinshi cane, iki ni icerekana ko bafise ubuhinga bukomeye. Utu dutungishije benshi kandi turakwega n’ingenzi aho banadusamarira barab ubuhinga dukozwemwo. Kaze wirabire ibi vyiza. @Visit__Burundi
Tweet media one
5
10
16
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
5 months
Ô mon pays #Burundi , pays de lait et du miel comme terre promise pour les Hébreux. Terre d’élevage et d’apiculture. Le cœur de l’Afrique symbolisant le cœur de l’Homme Comme tu es le cœur de l’ #Afrique , soit aussi le cœur du #monde . #VisitBurundi
Tweet media one
2
11
17
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
5 months
As #Mexico is the most avocado-producing country, soon it will be our good country #Burundi Twijukire igiterwa c'ivoka @BMineagrie ' @EmbaMexFra @MexiquenseR1080 @VeilleMexique @MexiQueso @AmbCanMexique @mexiqueen20 @MexiquenseR
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
9
18
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
Turi abanyamahanga ariko imico n'imigenzo #Burundi bifise biradukuramwo umutima. Aho tuba turi hose turota ico gihugu c'amata n'ubuki. Abatarakijamwo bibaza ngo ni ububeshi ariko ushitseyo hasumvya I #Bulaya #Asiya #Amerika . Kaze mwamure ivyiza vy'igihucu cImana #EDEN
Tweet media one
Tweet media two
4
11
17
@NKUNZIMANA98301
NKUNZIMANA Joseph
2 months
“This is a place of correction” and the correction is made to the wrongdoer. But instead of thanking the @UEauBurundi , @UNHumanRights , @RadioIgicaniro , @Amnesty , @pnininahazwe , @rug Thank the father of the nation who knows all the weaknesses of his children #Burundi #NevaWacu
7
5
18