CnddFdd Profile Banner
CNDD-FDD Profile
CNDD-FDD

@CnddFdd

Followers
103K
Following
85
Statuses
3K

Conseil National de Défense de la Démocratie - Forces pour la Défense de la Démocratie. Parti vainqueur aux élections de 2005, 2010, 2015 et 2020 au Burundi.

Burundi
Joined February 2012
Don't wanna be here? Send us removal request.
@CnddFdd
CNDD-FDD
12 days
Aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe, Nyenicubahiro @GeneralNeva yifatanije n’Abagumyabanga mu gisabisho gitunganywa n’Umugambwe @CnddFdd buri wa kane wa nyuma w’ukwezi. Mu nyigisho, yasavye indongozi kwitanga no kutadohoka ku karangamutima gushika Umurundi wese atunze agatunganirwa.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
31
163
229
@CnddFdd
CNDD-FDD
13 days
Tweet media one
17
96
135
@CnddFdd
CNDD-FDD
17 days
Isengesho rya Nyenicubahiro @GeneralNeva asabira indongozi kurongorwa na Mutima mweranda, yongera akengurukira Imana ubutabazi bwayo. Yasabiye Abarundi gukomeza ubumwe kugira ngo bose ata wuvuyemwo bashishikare urugendo rwo kwubaka Uburundi butemba amata n’ubuki. #WarakozeMana
26
155
196
@CnddFdd
CNDD-FDD
17 days
Les Bagumyabanga ont clôturé dans la joie la prière d’action de grâce: “Ceux-ci s'appuient sur leurs chars, ceux-là sur leurs chevaux; Nous, nous invoquons le nom de l'Éternel, notre Dieu. Eux, ils plient, et ils tombent; Nous, nous tenons ferme et restons debout.” Psaumes 20:7-9
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
139
178
@CnddFdd
CNDD-FDD
17 days
Le troisième et dernier jour de la prière d’action de grâce organisée par le Parti @CnddFdd à Ngozi est marqué par une union de prière dirigée par le Président du Conseil des Sages, après une séance d’enseignements bibliques, d’introspection et d’orientations. #WarakozeMana
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
19
173
239
@CnddFdd
CNDD-FDD
17 days
Bihagarikiwe na Nyenicubahiro @GeneralNeva, umusi wa kabiri w’Amasengesho mpuzamadini waranzwe n’inyigisho n’intahe zidasanzwe mu ntumbero yo kwibuka, kwirimbura no gukengurukira Imana ibihambaye yashikanyeko Umugambwe @CnddFdd n’Igihugu c’Uburundi mu bisata vyose vy’ubuzima.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
19
156
224
@CnddFdd
CNDD-FDD
18 days
7
120
151
@CnddFdd
CNDD-FDD
19 days
Ku musi wa mbere w’Igikorane mpuzamadini co gukengurukira Imana catunganijwe n’Umugambwe @CnddFdd, Nyenicubahiro @GeneralNeva yasavye Abagumyabanga kwibuka no kuzirikana ingene Imana yarokoye Uburundi, ngo bibabere ikimenyetso c’intahava ko “hamwe n’Imana, vyose birashoboka”.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
34
217
316
@CnddFdd
CNDD-FDD
19 days
La croisade de prière d’action de grâce organisée par le Parti @CnddFdd a débuté, à Ngozi, par une messe célébrée à la Cathédrale Coeur Immaculé de Marie en présence de S.E @GeneralNeva, Chef de l’État et Président du Conseil des Sages; entouré des hautes autorités du pays.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
48
211
300
@CnddFdd
CNDD-FDD
23 days
Le Parti @CnddFdd a pris part au Congrès extraordinaire du @ccm_tanzania qui a désigné SE @SuluhuSamia, candidate du #CCM à la prochaine élection présidentielle. Très Hon @R_Ndikuriyo lui a transmis les salutations fraternelles du Président du Conseil des sages, S.E @GeneralNeva.
44
249
387
@CnddFdd
CNDD-FDD
23 days
RT @CNDD_FDDGitega: Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ari kumwe n'umutambukanyi wiwe @Burundi1stLady ahejeje gushika ku kibuga c'umupira w'ama…
0
137
0
@CnddFdd
CNDD-FDD
25 days
Tweet media one
24
146
193
@CnddFdd
CNDD-FDD
26 days
#Burundi Nk’uko vyama uko umwaka utanguye, Umugambwe @CnddFdd watunganije igisabisho mpuzamadini co gukengurukira Imana ku magenekerezo ya 23, 24 na 25 nzero 2025, ku kibuga c’umupira w’amaguru co ku Gasaka kiri mu gisagara ca Ngozi, intara ya Butanyerera. #WarakozeMana
43
170
226
@CnddFdd
CNDD-FDD
27 days
Très Hon. @R_Ndikuriyo a rehaussé les cérémonies de clôture d’une formation de 5 jours destinée aux jeunes Imbonerakure de la Province Butanyerera, axée sur l’idéologie, la consolidation de la paix et de la sécurité, le leadership et l’élaboration des projets de développement.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
84
225
299
@CnddFdd
CNDD-FDD
1 month
Le dialogue, socle de la paix et de la démocratie au #Burundi: Le Secrétaire général du Parti @CnddFdd, Très Hon. @R_Ndikuriyo anime une Conférence de presse en direct du Nkurunziza Peace Park Stadium à Gisenyi, en présence de milliers de Bagumyabanga.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
68
220
280
@CnddFdd
CNDD-FDD
1 month
Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe @CnddFdd Nyeniteka @R_Ndikuriyo, aripfurije Abagumyabanga bose «umwaka mushasha mwiza, umwaka w’intsinzi itagabanije» :
105
273
379
@CnddFdd
CNDD-FDD
2 months
Tweet media one
18
164
239
@CnddFdd
CNDD-FDD
2 months
À Bukinanyana:
2
54
68
@CnddFdd
CNDD-FDD
2 months
Ce samedi 21 décembre 2024 à Gitega, le Secrétaire général du Parti @CnddFdd, Très Hon. @R_Ndikuriyo s’est joint aux musulmans du #Burundi dans les cérémonies d’investiture de Sheikh Salum Nayabagabo, nouveau Représentant légal de la Communauté Islamique du Burundi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
25
166
234