![NSHIMIRIMANA Jean. Profile](https://pbs.twimg.com/profile_images/1218458167820144640/CNt5UByg_x96.jpg)
NSHIMIRIMANA Jean.
@nshimirimanaje6
Followers
27
Following
6K
Statuses
61
Joined December 2015
@bashabe0 Bonne nuit nawe mugenzi... Ariko rero imyaka ntinyegezwa yakujanye..... Raba udutemwo utazanire umukwe...hhhh
1
0
1
@SadateMunyakazi @realDonaldTrump @elonmusk C'est tellement triste. Etre tué sans raison, tu es né? Comment Dieu t'a créé?
0
0
0
@SadateMunyakazi Kabisa ntubeshe. Kumyaka 35ans mfise nubumenyi nubwenge imana yampezagije hamwe nibitabo maze gusoma namashure mfise atari make kabisa kw'isi nzima ndakuriya inkofero Paul Kagame (1st), Putin (2nd), et Président du Bourkina Faso(3rd) ngaba aba Président nemera pee
0
0
0
@SadateMunyakazi @France24_fr Merci beaucoup pour votre nouvelle et de nous avoir donné l'opportunité de partager ce jour spécial dans l'histoire de la ville de GOMA. Que Dieu bénisse le Rwanda et les Rwandais. Nous les aimons. Mais vous priez pour nous les Burundais et Dieu nous sauve nous aussi. Merci.
1
0
3
@SadateMunyakazi Urare neza kabisa. Wakoze kuduha amakuru. Ngira ndarane akanyamuneza kabisa. Ifatwa rya GOMA yabaye inkuru maranye 5ans nsab'imana bize bishike. Ubuhunzi burababaza. Encore 3ans...
0
0
0
@SadateMunyakazi Imana izohe kuramba Sultan Makenga n'imana mushobora vyose imwongereze ubwenge nubumenyi abashe kurwanira ubwoko bw'imana yiwe bumaze 30ans mubuhungiro. Imana ibafashe izobashoboze bongere kubonanu urwabavyaye. Amen.
0
0
2
@SadateMunyakazi @oswaki Ivya VAR mwuyu mwanya sivyo biduhanze maze. Ariko bareke bazamare. Bashaka bazikangure VAR yongeye kumurika kakabi kabishe nabonye muri kahise kanyu mumyaka ya 1994. Ahubwo mbona nama Match yabanza agasubukurwa...hhh
0
0
0
@SadateMunyakazi Ndashobora kuba ndagukunda ga mana. Imana iguhe kuramba mugenzi. Ukomeze uduha amakuru. Tuguma tubakurikirana 5/5. Murakoze.
0
0
1
@SadateMunyakazi Wa mugani. Ivyo mwaciyemwo vyari bikomeye kabisa. Nicogituma kazoza kanyu kugahungabanya bizabata kuwamazi.
0
0
0
@niyogilbert1 @PaulKagame Nyakwubahwa Président Paul Kagame ndamwemera kabisa. Afise inyishu nkiza Yesu Christu... Iyi nyifato yabakobwa b'iRwanda iva kukuntuu igihugu cateye imbere ariko vyongeye.
0
0
0
@CAGUWA_2 hhhh? Maman yarambwiye ngo urukundo rwubu ruragoye. Numubona umukobwa wubu uzamenye yuko yaremewe amaronkoo. Umukene rero ninyagupfaaa. Urihangana musore. Ahubwo inama nakugirira nuko wohiga amahera. Abakobwa bubu ninde yakubwiye yuko bafise urukundo....
0
0
0
@KatoN11102 @oswaki Inzira yanyuzemwo kugira ahagere mwiki gihugu c'uRwanda niyo démocratie ahubwo nyayo.. Apana za Démocratie zo muri USA entre Aba démocrate ou républicain agatsiko karaho uwo kadashaka ataba président.. hhhh.
0
0
0
@SadateMunyakazi Nababwire nababwire. Uwo mutama kabisa turamwemera. Urimwiza kw'ijambo. Ntuza uripfana. Ntituri mumyaka yaza 1990 et 1993 Hatwara Président bita Mitterrand ngo nuwo muri France. Oya ntanagato.
0
0
0