MPUNDU Profile Banner
MPUNDU Profile
MPUNDU

@IrMpundu

Followers
693
Following
151
Media
351
Statuses
2,767

Wisdom is from The Lord, Jesus Christ is the only solution I love Justice and Righteousness 🇧🇮🇷🇼 not by choice ⚽Officially #Madridista ⚪⚽

Earth and Heaven
Joined February 2018
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
Imana iguha Ubuntu, Ubuntu bukaguha abantu, Abantu bakaguha ibintu.
0
1
5
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
Mu majambo make jewe ndafise ivyo kurya mbitse ama tonnes muhira iwanje, Abasigaye mwimenye igikuru nuko jewe mfise ivyo kurya. Hama ngo turacafise icizere. ⚠️Icaha cose twoba twarakoze Imana itubabarire. Ituzurire igihugu. 🙏🙏
163
60
315
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Team MK 💪
@mkainerugaba
Muhoozi Kainerugaba
2 years
As for M23, I think it is very, very dangerous for anybody to fight those brothers of ours. They are NOT terrorists! They are fighting for the rights of Tutsi in DRC.
3K
2K
10K
2
33
208
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Nukuri muri Intamba mu Rugamba kabisa, 🇧🇮❤️🇧🇮❤️ Thank you for making us proud🇧🇮🇧🇮 Rwanda 🇷🇼 52-53 🇧🇮Burundi Match yari 🔥🔥🔥🔥
Tweet media one
Tweet media two
1
8
64
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
#Abatwip Aga short story Nari natembereye mu gihugu kibamwo abirabure bake. Mpura nuwo dusa Nanje nti : Muraho, muva he? Nawe: Muri Cameroon, wew Nanje: Mu Burundi Nawe ati : Aaaah ok kwa Chris Ndikumana ati nizere ko umukurikira kuko irya ni cadeau du ciel
Tweet media one
2
4
44
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Merci SE, President Twashaka gusabira @intambazacu , muzozakire ku kirimba musangire imbere yo gukina match na Cameroon muri septembre. Hama habonetse naga prime (aka enveloppe gakwiye) vyoba vyiza gusumba. Murakoze
Tweet media one
@GeneralNeva
SE Evariste Ndayishimiye
1 year
Urwaruka rw'Intamba mu rugamba rwaserukiye Uburundi mu nkino zo gukuranamwo ku mugabane wa Afrika, mu mupira w'amaguru n'uw'amaboko basketball, ruraduhimbaye cane ku ntsinzi bariko bararonka. Imana ibandanye ibaja imbere,mukomeze gutera iteka igihugu cacu no mu nkino zikurikira.
89
279
1K
1
0
38
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Uko nirabira #RwandaVsBurundi But #Rwot before starting your battle make sure @KGDarrr is offline Ahandi ho baramara. Gusa uwuvyegereza umutima kazi yake.
Tweet media one
0
1
29
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@Citoyenpermana Au fait twe twaranse kugira stock 😢😢
1
0
25
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Ntuzongere n'undi munsi, Twe ntidutsindwa forfait kubera carton jaune itanditse, Twe ntidukina na - 18 ans, Imyaka 20 iraheze mu kinye CAN, Abakinyi bacu ntibimwesha iyo bagiye kubonana na President. Merci.
@RGisanintwari
Rameck Gisanintwari
1 year
Yewe u BURUNDI mu RWANDA ni kimwe 🤌😂 byombi ni nka LUKA na MATAYO ⚽⚽⚽ #CamBur
Tweet media one
10
8
61
9
3
27
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
Some of the reasons every Christian should stand with Israël 1. Israel is recovering it's territories in full which is profitable by All Christians 2. Hamas is an islamic terrorist group do you think if hamas control Jerusalem, Christian will be safe?
Tweet media one
Tweet media two
36
2
18
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
All credits goes to this guy 🙌 @yigenga wakoze akazi gakomeye cane, your patriotism and courage is not in vain #Respect #Abatwip
@yigenga
Umuhinga yigenga
2 years
Mwaramutse #Abatwip ndi ninkuru mbi kumusi wa 18 kuva ejo , nuko baraye bansezereye mumabanga yokurongora Commune Kiremba . Ngira ngaruke kukazina kanje kakera.
Tweet media one
36
5
103
2
4
19
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
Concert yagenze neza, ni vyiza, Ntibitwibagize ko ▶️AGB bamuciriye perpétuité na gapapu ya 153 maisons et 55 voitures. ▶️Abasirikare b'igihugu bahereye muri RDC ▶️ Ikibazo co ku buterere nubu kitaratorerwa inyishu, abana bari en danger. ▶️Igitoro casubiriye kubura. Murakoze.
Tweet media one
3
3
17
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@yigenga vs @mukayigenga 😂😂😂😂😂The couple of the year
0
1
17
@IrMpundu
MPUNDU
4 years
Hello Such 🌞need such 🕶 Already in Kigali U need one or more Just a DM 😁 📌Home Delivery Thank you ✌
Tweet media one
Tweet media two
3
7
14
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Bonne journée de l'Unité nationale à tous nos compatriotes🇧🇮❤️🇧🇮 Happy National Unity Day to all our compatriots 🇧🇮❤️🇧🇮 @burundionthemap
0
3
16
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@SimuhugaA @kemnique Abo uzi babayeho neza n'abahe??
1
0
15
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Eweee Charles, ingo z'abandi, urazimaze 😂😂😂😂😂😂
0
1
13
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@vinzradio Pourquoi le Congo ne s'enrichit pas de sa propre minerais 😂😂😂 arrêté de jouer les victimes 😅😅
17
1
11
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
#BOTM aha ntituhahuriza vraiment, Ica mbere, it's not Church's responsibility to build Schools and hospitals, All Burundians pay taxes for that ahubwo kubera iki? Tax z'abarundi zitubaka Public infrastructures. Hama kubaka Church nziza nivyo gushima cane kubera apart kuba abaseng
@burundionthemap
Burundi On The Map
2 years
Igihe twabona iyi post twagira n’ibitaro bishasha kumbe n’isengero…! Harya dufise amasengero angahe mu gisagara? Aya mahera iyo bayakoranya and renovate & develop ibitaro canke amashure vyari kuba biryoshe! #abatwip uku niko Twebwe tubibona
54
9
87
2
1
12
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@Danimoliere @ngendapatrick @yigenga @UmunyakaramaM Kubera abakinyi bose iyo bavuye mu kibuga, équipe adversaire ifise droit yo gukina ikagutsinda, hagomba gusigara at least umwe mu kibuga.
2
0
13
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
Ivyo urabivuga kubera uri fils du président, I acknowledge the efforts of your father ariko nimushika ku meza umubwire ko afise ikibazo gikomeye muri communication. Hari réalité utazi kandi sindakwifurije kuyimenya. You and your family try to be realistic. Urakoze.
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
9 months
Harumugani uvuga kumwera uva ibukuru ugakwira igihugu cose none adatanze akarorero keza ko guhimiriza abarundi kurima vyogenda gute no mw' ijambo ry Imana mw' Itanguriro 2:15 havugati "Uhoraho Imana ajana wa muntu, amushira mur'iryo tongo ryo muri Edeni, ngw aririme, arizigame"
38
10
75
1
1
13
@IrMpundu
MPUNDU
10 months
#Abatwip There is life outside #Twitter ( #X ) Ivyo mwandika,nizere ko you will be able to repeat it even outside SM, Muvyemanga, You may loose at lot of opportunities just bcse 1 tweet, wibaza ko you hve deleted it. kubera ushaka amafranga cnke engagement. Be careful End.
0
2
12
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
When @ngendapatrick is the main sponsor 😂😂😂
6
3
12
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
4
12
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@DorianeMunezero 54 milliards zanyitse zo ntizari mu ma taxe ? Hama izo ndongozi anegura kubera iki atazikura? Kwama tunegura gusa ntaho bizodushitsa
2
0
12
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@Ndiho_kubwayo @burundionthemap Monsieur La République Française🇫🇷, kuva ryari umu influencer bamurabira ku kirato yambaye? Ngo kidahanaguye 😂😂 Nimba mufise agashavu, Mwubike inda hasi kw'isima, munywe n'amazi birahera
1
0
11
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@ApolloSmile @Innkwizera umwanya wo kwandika Tweet ivuga ko yanse kukuramutsa urawufise muga uwo kwiyumvira impamvu yanse kukuramutsa ntawo ufise.
1
0
11
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
Mwakoze cane, abo twasangiye ikiyago 🙏 Abatashoboye kugikurikira muragisanga kuriyo link. Murakoze.
@yigenga
Umuhinga yigenga
11 months
🚨Abatakwirikiranye ikiganiro mugisanga ngaha! Hama tubemereye kubarondera nabandi batumire ! Mboneyeho nogusaba imbabazi kuko Umukuru wa Frodebu ⁦ @SahwanyaFRODEBU ⁩ yafatiriwe! shimire ⁦ @Aniyonizigiye ⁩ na ⁦ @alphonseru93590 ⁩ !
3
9
43
1
3
11
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Irya B isigura Bruce melody 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@burundionthemap
Burundi On The Map
2 years
Ati banza usharapinge kwanza😭😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 #abatwip have a nice weekend! 📹 @yagoforreal
8
10
95
4
1
10
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Ayo bazokorera bazorungika iwabo, Bafashe imiryango yabo, Bige, baracari bato bagaruke bateze imbere igihugu cabo. Ahubwo iyo tuza kubona benshi bagenda muri izo zaburaya. Twogize investments zaba diaspora nyinshi, ama devises akaza. Tureke kwikunda, Turabe kure Murakoze. 🇧🇮❤️🇧🇮
Tweet media one
1
3
11
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
I’m going to @ngendapatrick ’s upcoming Space. Will you join too?
0
0
10
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Abagiye i buraya ntibagiye mu nzu zaba Se ngo barugara imiryango, Namwe muzobasangeyo Statement ya @NdihoFabrice Muri @ngendapatrick 's Space 😂😂😂😂😂😂
0
1
9
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Merci beaucoup abahungu b'igihugu 🇧🇮❤️🇧🇮, Ariko Coach next time, azorabe neza kuri remplacement kuko turahatswe @intambazacu @yigenga
0
1
8
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
So former First Lady Si umukenyerarugamba!?! Ndatangaye 🙄
2
1
9
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
My Favorite presidents 🇰🇪🇧🇮🇷🇼 💪❤️
Tweet media one
0
0
8
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@CelestinWAKA Afise i tongo ringana gute? Uce ugwiza na 11 millions d'habitant hama urabe superficie dukeneye ? Mbe twese twaremewe kurima.
2
0
8
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@chrisfa158 He is not.
2
0
8
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
48
2
8
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@KGDarrr Kuguruza boîte postale.
0
1
8
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
I’m going to @ngendapatrick ’s upcoming Space. Will you join too?
0
2
7
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Yoya never disappoint kbsa, impatience yagira yice umuntu 🇧🇮❤️
@burundionthemap
Burundi On The Map
2 years
Nimba ukumbuye I Burundi nturabe video nshasha ya @yoyajamal yitwa Nyakabiga😭😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️ #abatwip
5
6
65
0
1
8
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Urumva iyo racisme, kuzana ibintu bidafise fact, Kuri marriage zabaye yaharuye zingahe? Hanze avuga ni hehe kuri nombre ingana gute ? Ubwoko bumwe nibwo buri hanze gusumba même si c'est vrai kubera iki abo yavuze aribo bari hanze nk'abatagira iwabo Médiocrité niyo atanga akazi.
@yigenga
Umuhinga yigenga
1 year
L'ethnisme est un conditionnement izohava ninyigisho nshasha yico turi vyukuri(umurundi). Les quotas c'est pour la cohabitation pacifique afin de permettre cette nouvelle éducation ! Les complexes d'infériorité et de supériorité ntizikira kubera les quotas. Zizokira grâce à ceux
27
15
68
1
1
7
@IrMpundu
MPUNDU
3 years
@TEDDYMAZINA @NarnaudP Iyo modernisation nta kuntu yo guma hiyo 😬
1
0
7
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@ngendapatrick @LorraineSahing1 Reka nigire 😂😂😂😂 Week end nziza
1
1
7
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
#Abatwip We used to be smart in our TLs, Tuganira ibintu vyubaka our country canke general knowledge, And then boom, sinzi ingene twisanze mu matiku 😏😏 Spending days gossiping. On a tombé trop bas.
2
3
7
@IrMpundu
MPUNDU
3 years
@esndenga @akil_liz 1 Corinthiens, 4:15 - Car, quand vous auriez dix mille maîtres en Christ, vous n`avez cependant pas plusieurs pères, puisque c`est moi qui vous ai engendrés en Jésus Christ par l`Évangile.
1
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@bestof257 Another person for doing what? 😂😂😂
0
0
7
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@Consultantxxl @umuhirwaa @KGDarrr They have limited contents and they want to be paid by twitter.
0
0
7
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Mwakoze cane kuri mwebwe mwese twasangiye ikiyago, Abo tutashoboye kubana murashobora kugusubira kuyumviriza 👇
@yigenga
Umuhinga yigenga
1 year
Abatakurikiranye space ngiyi ngaha! Mwakoze kubana natwe! @StyvesDerrick @IrMpundu ❤️
2
4
24
0
1
7
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@ngendapatrick @yigenga We just want to know if He is safe? 😊
0
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@yigenga Ikibazo ni barinda bava i Bujumbura, ibibanza vyabo bitarategurwa? Kubera?
1
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@AkezaSports
AKEZA SPORTS
1 year
Nubwo ata baruwa ryo gusezera barandika , @valery_nahayo na #Sangwa barasezeye mu Ntamba kubera ukutumvikana n'umumenyereza Etienne ku vyemezo afata nko gutumako abakinyi, urutonde rw'abakinyi batangura mu kibuga n'ibindi. Ibintu ntivyifashe neza mu @intambazacu !!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
3
7
1
2
6
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@mugisha91084267 @isatitou Umusore atagenze agira ngo ni Nyina azi guteka gusa.
1
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@ngendapatrick @yigenga ntaga space umuntu yokora ku muceri w'uyu munsi?? Any way welcome back
1
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
All the territories will be back where they belong. It's a matter of time #IsraelUnderAttack #Istandwithisreal #Israel
Tweet media one
0
1
6
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Amazing ❤️❤️ Golden Heart
@yigenga
Umuhinga yigenga
1 year
President Domitien Ndayizeye yaragiye kunamira President Pierre Buyoya
Tweet media one
35
51
508
0
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Tweet media one
0
1
6
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
#Abatwip après match ya Basket yu Burundi vs Rwanda
Tweet media one
0
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
3 years
Je voulais vivement remercier @FlyRwandAir pour un incroyable service que votre équipe nous a réservé et c'etait pas la 1ère fois avec l'équipe de bord dirigée par Capt Isaac spécialement l'hôtesse (la fille j'insiste sur elle;) sur le vol Kgl-Entebbe de 9h40 5 🌟 à elle
1
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@sinrenovat @RosetteIrambona @MininterInfosBi @mincotim @MinEACJSCBdi @MAEBurundi Maravye ingorane zose mufise musanga n'izuwo mwigeme 🤭 Pole saana.
0
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
4 years
@WenceslasMoses @ClaudeKarangwa Bashiraho numéro y'irangamuntu😂😂😂😂
2
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@ngendapatrick Thank you @LucieKwizera for your intervention 👏
1
1
6
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
From now to the day which idk Mbonyi is number 1 in 🇧🇮 and 🇷🇼 Kuzuza BK Arena kabiri kikurikiranya si benshi bonabigerageza. Note: Muri Gospel na Secular music. 👏👏🙌🙌
4
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
3 years
@yigenga @yigenga nta kuntu woza uraduha incamake every evening kubera vraiment urazi kuyitanga Merci
1
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@JamyMichel1 Ikibazo mfise naho aziyitwarira peut être kuri Airport gusa
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@Ndabazi_Patrick La raison est simple, ntushikuze nuko beaucoup de pays sub saharien, zitagira biometric enrollment, bica bigorana muri identification z'abantu. Na leta babamwo ntizifise donnée z'abanyagihugu babo.
2
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@ghystman @yigenga Kitagira Isukari
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@JamyMichel1 I want a carburant 😂😂😂😂😂😂ndasavye parti yigi Swahili 😂😂🤣
0
1
5
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
How about this 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Rwandans in foreigner languages 😂😂 #RwandaVsBurundi
@Akasamutwe250_
GODFATHER
1 year
Here we go 🤣🤣 🇷🇼 VS 🇧🇮
10
3
38
3
1
5
@IrMpundu
MPUNDU
11 months
She don't have a plan to be humble. Hari ikintu nama mbwira ababanyi, Ntidukora nkuko mukora, turatandukanye, Kwibaza yuko spokesperson wa gouvernement umu calling as your colleague nagasuzuguro, Mbe Makolo cnke Alain yomubariza kuri phone? N
@KGDarrr
KK. Dar🇧🇮
11 months
That "📞 ...Mbega ko wewe wihuta namaki... " really humbled her 😂😂😂 😂🙌🏽🙌🏽👌🏼👌🏼👌🏼👌🏼👌🏼🍻😃
Tweet media one
2
0
21
1
1
4
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@2122fredric Nibaza ko mvyumvikana.
1
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Some people on Monday 😂😂😂😂 @ngendapatrick murabuze umunywanyi muri beer o'clock
@IGIHE
IGIHE
2 years
𝐍𝐲𝐮𝐦𝐚 𝐲𝐨 𝐤𝐰𝐞𝐠𝐮𝐫𝐚 𝐤𝐮 𝐤𝐮𝐛𝐚 𝐔𝐦𝐮𝐝𝐞𝐩𝐢𝐭𝐞, 𝐃𝐫. 𝐌𝐛𝐨𝐧𝐢𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐆𝐚𝐦𝐚𝐫𝐢𝐞𝐥 𝐲𝐚𝐯𝐮𝐳𝐞
Tweet media one
189
103
882
3
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@JamyMichel1 @burundionthemap Habuze inyana y'indogobe yaca aba Yesu i Bujumbura?, 😂😂
2
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Mugihe tukirindiriye ikengeri ya @ngendapatrick , enjoy one of the good intro 😅 The guy did well, abamwegereye mumuhe tanu. Weekend nziza kuri the coolest president.
1
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@yigenga Please make noise 😂😂😂
1
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@KGDarrr Papier collant 😂😂😂😂
Tweet media one
0
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@AMadjid78 Murabanza mwihaze.
2
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Ama motos na Tuk Tuk vyarabujijwe, majority of them zari izo kwa #Ladak , haca haza izindi zitazwiko vyinshi!!! Et maintenant dépôt yiwe irahiye 🙄🙄 Ibibazo vyinshi biciye mu mutwe! 🤔🤔 @intytk_ @yigenga @ngendapatrick @DanNGA45
0
0
5
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
@UBellarmee Wosanga nabo bameze uko.
0
0
6
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Harya ngo abaciye Serbie bataye amahera yabo, Ngo bari kuguma mu gihugu bakora imigambi y'iterambere. Naho botere imbere? Ahubwo abazi inzira barangire abandi. #Ntimurambirwe
Tweet media one
1
1
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
@yigenga @Capt_Dukundane @Regideso_bdi Nibaza ko boza barashirako ayo ma protection canke caméra de surveillance, Uwuzogonga ico cuma ca protection niwe azohomba. Ntazosubira.
Tweet media one
1
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@KGDarrr Did it once be in the chat?
1
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Ba ndeko 😂😂😂😂😂😂 Ati j'annule mon vol 😂😂
@albcontact
Albert Rudatsimburwa 🇷🇼
1 year
Batata bamama bandeko Bwahahahhaahahahahaaa 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂@ 😂
22
11
33
0
4
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@JamyMichel1
Jen Michel Jmy
2 years
📟Ababipima ni babandi nyene tuzoza turayaga kwakundi nyene😁 Ndiko mvuga ibicafu mugisagara 🗑🚮😁
4
0
10
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@BazaContact le 14 Février😂😂😂 Abandi bana.
Tweet media one
1
2
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@KGDarrr We want to know
Tweet media one
1
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Happy Independence day Countrymen🇧🇮❤️🇧🇮❤️🇧🇮 Imana yakiduhaye Ikidutungire.
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
1 year
Thank you Chris for putting 🇧🇮 on the map, Abamushikira mu mubwirire. Imana ibandanya imwagura.
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
None bigenda gute, kugira ngo umwubahwa abura ubwenge gushika naho avuga ibintu nka birya 🤔🤔🤔🤔 Hama, Urya mu type nawe wo mu babanyi, nta kuntu bo mutubikira kwi jabe akabanza akamenya ko kizira gucafuza igihugu surtout ibendera 😎😎
Tweet media one
0
1
4
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
0
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@burundionthemap On this, I will need to speak kbsa. Nzoba mpari uku. 😅😅As Church's advocate.
1
1
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@buzoca @JamyMichel1 @jonjonsme Ku mishatsi naturel, ikanzu za noir, chemise ya white 😂😂😂😂 hafi yo ku ntahangwa
0
0
3
@IrMpundu
MPUNDU
4 years
@TityThiery_Velo na @rigogaruth eeh bana nabaho mudukoreye umuti muri #RTVKickOff no muri saison 2 turikumwe💯 asante sana kbsa 👏👏👏👏
0
1
3
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@yigenga @ngendapatrick votre point de vue ?
@RTNBurundi
RTNB
2 years
#Burundi 35 Magistrats seront révoqués du corps de la magistrature. Une décision prise au cours d'une réunion du Conseil Supérieur de la Magistrature qui s'est tenue à #Burasira le 29 juillet 2022 présidée par le Chef de l'Etat et Magistrat Suprême @GeneralNeva . @MiniJustice_BDI
Tweet media one
3
17
37
2
0
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
@yigenga Mfasha gutahura Diaspora Ndundi ni co kimwe na DICOBU canke ziratandukanye? Hari Diaspora zingahe?
0
1
3
@IrMpundu
MPUNDU
9 months
Mana abantu barya igihugu cacu nukuri kizobahumire nuruvyaro rwabo. Nukuri turarushe, Mana dutabare 2024 ntize idusige uku nukuri.
Tweet media one
@MagazineJimbere
Jimbere
9 months
🛬🇧🇮 "Il y a toujours un budget alloué à la réparation de l'avion du #Burundi , quand sera-t-il prêt ?", demandait ce 27/12/2023 un sénateur, lors de l'analyse au @burundi_senat du Projet de loi portant révision du Budget général de l'Etat pour l'exercice 2023-2024 🛠️ Le Ministre
Tweet media one
Tweet media two
18
14
67
1
2
4
@IrMpundu
MPUNDU
2 years
Muzehe
@kamukamafredie
Kamukama Fredie #FutureSecured #PLU
2 years
📸📸📸📸 Commander in Chief , President Museveni showing skills , may God bless Uganda 🇺🇬 and East Africa
45
90
351
0
1
3