Ndayishimiye Allwin Jodel Profile Banner
Ndayishimiye Allwin Jodel Profile
Ndayishimiye Allwin Jodel

@Allwin_Jodel

Followers
2,245
Following
95
Media
19
Statuses
101

I am blessed to be Burundian🇧🇮

Burundi
Joined August 2016
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
3 years
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 #KazeiBurundi
104
458
2K
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
3 years
President of the Republic of Burundi🇧🇮 HE @GeneralNeva . . . . . 📸: Me
Tweet media one
21
70
547
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Turakeje umwubahwa cane @GeneralNeva no kubamutoye bose nabatamutoye kuko turose umwubahwa akunda ibikorwa nitsinzi kuri twese abarundi abamutoye na batamutoye kuko ntawuzosigara mw’iterambere riva kumwenegihugu rikamugarukako
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
58
182
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
J'ai voté Tu as voté Il/Elle a voté Nous avons voté Vous avez voté Ils ont voté pour le candidat du CNDD-FDD le Général Major Evariste Ndayishimiye. Félicitations à vous tous, vous avez fait le bon choix.🇧🇮
18
48
169
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Ndakeje cane umukuru w’igihugu cu burundi Nyenicubahiro umwubahwa @GeneralNeva kw’iteka Imana yaraye imuteye ikaritera nabarundi bose kuko n’itsinzi yabarundi bose atawuvuyemwo #Tuyagadukoradukoratuyaga . #Turikumwetwesebirashoboka
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
47
158
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Mwadukoreye vyinshi tutazokwibagira impanuro nziza mwaduhaye muratwigisha kwubaha Imana Muratwigisha kugira vision muratwigisha gusenga dukora Muratwigisha kumenya ibihe no kubigendereza. #ThankYouNkurunziza
Tweet media one
5
51
141
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Nyakubahwa nyenicubahiro umukuru wigihugu @pnkurunziza Ntituzokwibagira nkatwe ugwaruka kunyigisho wama uduha zijanye niyerekwa utwigisha no kwubaha abavyeyi kugira dushike kwiyerekwa ntituzovyibagira tuzama tubigendera tubasabiye uburuhukiro bwiza ku Mana kuko mwakoze ivyabahizi
Tweet media one
5
39
124
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Tweet media one
3
34
90
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
Harumugani uvuga kumwera uva ibukuru ugakwira igihugu cose none adatanze akarorero keza ko guhimiriza abarundi kurima vyogenda gute no mw' ijambo ry Imana mw' Itanguriro 2:15 havugati "Uhoraho Imana ajana wa muntu, amushira mur'iryo tongo ryo muri Edeni, ngw aririme, arizigame"
@IrMpundu
MPUNDU
10 months
Mu majambo make jewe ndafise ivyo kurya mbitse ama tonnes muhira iwanje, Abasigaye mwimenye igikuru nuko jewe mfise ivyo kurya. Hama ngo turacafise icizere. ⚠️Icaha cose twoba twarakoze Imana itubabarire. Ituzurire igihugu. 🙏🙏
163
59
313
38
10
74
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Tweet media one
1
22
65
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
4
21
64
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Joyeux Noël et Bonne année 2021 - Luc 3:11 Que celui qui a deux chemises partage avec celui qui n’en a pas, et que celui qui a de quoi manger fasse de même.
Tweet media one
2
12
63
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
2 years
@yigenga Reka nguhe MAP ya Bujumbura niyo mbonye hafi 😂😂😂
Tweet media one
@yigenga
Umuhinga yigenga
2 years
@Allwin_Jodel duhe MAP uko biteguye today !🚶‍♂️🚶‍♂️
3
0
12
15
3
39
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
Tora numero 1 @GeneralNeva
Tweet media one
1
7
36
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
Tora numéro yambere samuragwa @GeneralNeva umuhizi witerambere
Tweet media one
0
9
30
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
2 years
@yigenga @yigenga 😂😂ufise gute
1
1
28
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@LorraineSahing1 @LorraineSahing1 ko mudukurira mumpanuye ko kuyaga nabandi ari bibi erega umwewese gutanga iciyumviro ciwe ntakibi kirimwo
5
0
12
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
4 years
Tweet media one
0
1
11
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
@GeneralNeva Un bon Leader qui s ' assure de mettre en pratique ce qu ' il prêche .
0
1
9
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
🦅🦅🦅🦅
Tweet media one
0
3
9
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
5 years
Tweet media one
2
0
6
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@Baconib @GeneralNeva Si éternelle kuko na constitution y' Uburundi ntaho handitsemwo kwari éternel gusa gutanga iciyumviro canje navyone si bibi kandi gukora nka président ntibisigura kwari kureka guha akarorero keza aburongoye. Hama meilleur vœux.
2
0
5
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@LorraineSahing1 Murakoze. Imana ibahezagire.
1
0
2
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@IrMpundu Erega iyo réalité uvuga ntishobora guhezwa numuntu umwe nitwahaguruka twese tukijukira ibikorwa tugakura amaboko mumpuzu tugakora ibiduteza imbere tuzoyihindura turikumwe twese birashoboka iterambere ryigihugu riraba twese atawuvuyemwo.
2
0
2
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@LorraineSahing1 Merci pareillement 🙏🏽
0
0
1
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@Braceletsssddd None haruwavuze kwarabanebwe ninkuko hariho abarima urubura rukavyonona ahubwo nkabarundi twari dukwiye kuraba ukuntu tuja hamwe hama tukiga ico twokora kugira nuwo bizogenda nabi atabura ikindi comufasha.
1
0
1
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@Baconib @GeneralNeva Merci beaucoup. Imana niyonkuru🙏🏽
0
0
1
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@IrMpundu si double travail gusa turakwiye gutegera ko iterambere rituraba twese kandi kugira turishikeko umurundi wese abifisemwo uruhara. Namwe mwakoze, Kandi mugire umwaka mwiza muze muwuteremwo imbere, muwuronkemwo namagara meza.
1
0
1
@Allwin_Jodel
Ndayishimiye Allwin Jodel
10 months
@Braceletsssddd None ubu uwanditse wese aba afise abo ahanganye nabo😂
1
0
1