Ga 🇧🇮 Profile Banner
Ga 🇧🇮 Profile
Ga 🇧🇮

@rodriga25

Followers
4,106
Following
126
Media
511
Statuses
18,009

Doctor by profession; Endocrinology resident ; Arsenal ⚽️. Proverbs 16:3 ig: @Rodriga25

Grand Casablanca, Morocco
Joined May 2011
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
Pinned Tweet
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
Tweet media one
28
4
123
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
@Oloni Him >>>>
Tweet media one
6
14
374
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Another turn around the sun !!! The birthday girl 💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Tweet media one
114
14
341
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
A Burundian girl will never break your heart !
49
27
184
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Ninde yondonsa @ yuyu mutwip ? @KekerDarly aho ntiwomfasha #abatwipIsango2
33
14
177
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Abantu bakunda kuvuga kw’abantu b’igitsina gore bamwe bamwe bakoresha ibitsina vyabo kugira biteze imbere, ababa bariko barabivuga ninde yababujije gukoresha ivyanyu ngo namwe mugere aho mwigejeje hasumba aho muri ubu???
32
15
167
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
1
0
142
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Block and Bless 🤗
Tweet media one
10
4
143
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip abantu baguma ba complaininga ko #Farawacu aronka coup de pouce ya génétique, kuberiki bashaka ku minimisa effort na détermination vyiwe. Si arivyo vyonyene, kuberiki Semenya nawe kwiruka harehare bitamworoheye? Fara arakwiye amashurwe yiwe
12
19
146
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip nkabafata tweet cank’ifoto zanj mukazijana muma gpe murimwo,ngo barabe aba Dr bubu uko bamez,nimba mudafise ubundi buzima,en dehors yubuzi mukora ntimuce mushaka ko nabandi bamera nkamw!Iyaba mwari munzi mwomenyako I don’t joke nakazi,amasaha yakazi ahez mbwirizwa kubaho
32
4
141
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Better an oops than a what if 😌
Tweet media one
15
5
130
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Tweet media one
18
3
128
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Life is for the living 😌
Tweet media one
8
3
125
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip nihagira uwuba afise ibihumbi bitatu abona yokwirengagiza, kugatumba aho wamuka,canke abavyeyi bawe aho bakomoka hariho uwo uzosanga yarayabuze kugira agure mutuel. Umuterereye akayigura uzoba umukoreye ikintu kinini cane kuko ubukene buri aha hanze buratema bugatongora
6
19
129
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
34
2
121
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Another turn around the sun !!! The birthday girl 💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Tweet media one
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Another turn around the sun !!! The birthday girl 💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Tweet media one
114
14
341
42
4
122
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Isombe
@Naija_PR
Naija
2 years
Which food?
Tweet media one
3K
301
6K
14
9
116
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Iyo imyaka itanu iheze urahiye!!! Hama iyo wasomye igitabo kw’itariki wavukiyeko 🤗!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
2
108
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Them 💜
Tweet media one
11
6
105
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Kukuntu hari abantu bariko bavuga ko @kelly_ngaruko yatowe kubera umuryango, ese yoca akora birushirije kugira nabatemera ibikorwa bize bibemeze hama nabagushigikiye nabo bashobore kwereka abandi ico bakubonyenwo ! Amahirwe masa #MissBurundi2022
14
9
104
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Iyo urushe ugaca wibukako amahera yogukoresha muri december atazokoroka avuye mw’ijuru 🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾 #Abatwip
Tweet media one
6
0
103
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Barya bapfasoni batembereza ibintu ego turaziko bibujijwe ko badandariza mubibanza bimwe bimwe, ariko umupolisi mukumubuza guca yaduka akamuha amakofe numwana ari mumugongo agashikirwa, agahakwa nokurwa boraba ababijejwe bakabigisha uko bigenza mu kubabuza kuko birateye intuntu
8
22
100
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Ibahari Indiana #TekanaNimpuzuYoKwogana ! Mwigeme @MissEarthBurundi2022 humura,ubandanye uharanira gushika kundoto zawe ntucik’ivutu.Iminsi yose impinduka yam’igorana ariko nturi wenyene! Umwambaro uwambariye aho wagenewe ntagitey’isoni kirimwo #UmubiriWanjeNtuteyIsoni #NdekaMbeho
Tweet media one
Tweet media two
@DalillaNimpaga1
Dalilla Nimpagaritse 🇧🇮🇿🇦♀️💪🕊🌺
2 years
@InesKid1 #TekanaNimpuzuYokwogana What's the beauty of our lake Tanganyika,our many swimming pools if we can't enjoy a swim in them as well as not being afraid to post our photos coz of wat ppl would say 💁‍♀️.I was born once,will die someday& in between I enjoy each day I'm alive!
Tweet media one
22
9
134
13
13
98
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Iyo wikumbuye 😌
Tweet media one
Tweet media two
12
2
97
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Parc National de La Rusizi #KazeiBurundi #VisitBurundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
15
97
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
+1 today😌😌😌😌
Tweet media one
19
4
91
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Tweet media one
1
11
85
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip Merry Christmas and happy New Year
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
17
3
89
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Dutsinda canke dutsindwa kimwe nuko tuzoba twatumye kirya gihugu kizwi nkigihangange mugukina umupira wamaguru muri afrika kigira ubwoba
8
6
80
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
I act like I’m ok but deep down nshaka kugira space kuri cancer du col de l’utérus ariko connection ya lumitel 🚮!Anyway this is a reminder ku #Abatwip bigitsina gore ko mwoja kwipimisha si mufise 25 kuduga !! Kuma Abubef hose barayipima . Twese hamwe twoshobora kuyirwanya
1
14
81
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Nije jenyene ntari kuri côté soit ya Palestine canke ya Israel ??? Nibamongorane uko bashaka, kuko iyo mubihugu vyacu iyo inganda ziriko ziratikira ntanarimwe ndabona ama # yabaho bavuga ngo pray for aba canke bariya
27
4
80
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
Tweet media one
Tweet media two
8
1
79
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip healthcare workers are tired ! While thinking about your Xmas and New year plans, our work is only starting with COVID-19 cases rising again ! I’m not going to ask you to do anything as we know what we were signing up for, but please acknowledge how small actions
2
16
69
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip birababaje nkumu CEO wa @MissBurundi_Org plateform ya women empowerment @sultanate311 avuga amajambo nkaya. Urashobora gukeza umwe udashize hasi uwundi.canke gushaka bose kubashira muri box imwe. Burundian women are out there kicking as*** while wearing makeup or not
Tweet media one
18
10
70
@rodriga25
Ga 🇧🇮
8 months
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
10
2
65
@rodriga25
Ga 🇧🇮
5 months
Ikintu kibabaje nuko muri bamwe kuraya mayira bariko bavuga ngo il faut kubutungane bukora naho bwoba bugitevye ikibabaje nuko nejo bateguye ama event usanga mwabitavye. Muriko mushigikira abantu bibipfamutima bazi kwica ubuzima bwabandi gusa
9
11
67
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Ukuntu rero nguma nunguka ibiro 🤦🏾 nihagere nsubire kukazi
Tweet media one
21
4
67
@rodriga25
Ga 🇧🇮
13 days
Ama tweets ndiko ndabona aratwengeje, kuba élite hutu barishwe72, nibo basomborokeje gouvernement donc namakosha yabo. nyene muricara ahantu mukumva kwivyo muriko muravuga bifise ishingiro? Fata aho Hari abahutu uhashire ubwoko bwawe, wumveko bigumana imforo uriko urabiha 🚮
20
4
65
@rodriga25
Ga 🇧🇮
5 months
Tweet media one
@_favorite_ada
favorite_babyy
5 months
Let’s see that one picture of yourself you love so much 😁
45
46
122
15
1
66
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip muri cagikorwa cukugura ama CAM nkaba nagiye Muri district y’a vumbi kugira ijana bambere bavemwo, muyandi ma district naho ni vuba cane . 🤗🤗🤗🤗
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
9
64
@rodriga25
Ga 🇧🇮
4 months
🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾💔💔💔💔💔 umunyagihugu muto iminsi yose niwe ahatakariza ubuzima 🤦🏾 iyo mihimbiri, abo bamenja
3
7
62
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Feeling myself 😌
Tweet media one
Tweet media two
6
1
62
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾self love
Tweet media one
5
1
61
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#AbatwipIsango2 🤗🤗🤗🤗
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
4
58
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip It’s about kucinja kuku, if you know you know 🤗
Tweet media one
13
1
59
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Waiting for this thread like...
Tweet media one
@Oloni
OLONI BABY 🍒
3 years
Ladies, shall we have some fun? 🤪
51
180
897
0
6
52
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip Do we have Burundian ladies who have successfully shoot their shots? If yes we want tips! Mwabigenjeje gute ? En personne canke DMs? Mwavuze iki?canke umuntu yovuga iki ? Nimutwigishe ndasavye ! Banse kudutumbera twebwe tuzobatumbere 🏃🏾‍♀️🏃🏾‍♀️🏃🏾‍♀️🏃🏾‍♀️
23
2
53
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Équipe dukorana turakaze 🤗🤗🤗🤗
@GeneralNeva
SE Evariste Ndayishimiye
3 years
Je félicite la population de la Province #Kirundo , l’administration et le personnel de la santé publique pour l’exemple montré dans la lutte contre la propagation du COVID-19. Les cas positifs sont passés d’un millier à une dizaine en quelques semaines. #Burundi
Tweet media one
35
181
507
11
2
55
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Ng’Imana ibahezagire cane, ngo yame yujuje ibigega vyanyu !! Ngo muguma mutera imbere !! Hama mwarakoze kunyizera mutanzi, mukanyemerera nkakorera kumwanya unyorohereza! Ninasubira kubatera akamo, muzonyizere nkuko mwabikoze ubwambere ! Murakoze
Tweet media one
5
4
54
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Please, prioritize your mental health !!!!!
1
4
53
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Iyo weretse umuntu restaurant atarazi, akakubwira umurindire muzojaneyo , ukabona akurungikiye amafoto koyajanyeyo abandi bagenzi biwe wewe wagumye urindiriye akubwire ko yaronse umwanya 🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾 nze nsubire kumubwira ahantu ho kuja 💔💔💔💔💔
21
1
51
@rodriga25
Ga 🇧🇮
7 months
Harabantu batwengeje, uri uwigitsina gore utwenze uwundi ngo ménopause iramwegereye ngira nuko baba bavuze ibindi bintu bomucokora, soit, ugira weho ukura usubira inyuma??? ugira weho siyo uja?? Baseka batikwije yavyaye ndabakwaje
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Abapinga U Burundi kwari eden 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 tuzoza tubavumbura gutya dans 3ans monopoze🥰 urakaramba mugabo ntihagire uwuza ngo blablabla n’ukwiruka nabantu baducaguriza igihugu cacu ciza c’amata n’ubuki isoko ya nil eden yacu 🙌🏻🙌🏻
Tweet media one
27
4
35
12
3
52
@rodriga25
Ga 🇧🇮
9 months
Abantu bamwe bamwe bakorera muma pharmacie mu Burundi ntibari bakwiye kuba ariyo bakorera. Gute uja kurondera Smecta bakakubwira ngo bafise Bisacodyl hamwe na Duphalac ngo zikora cokimwe na Smecta ? Baba bashaka kwica umuntu canke 🤦🏾 #Abatwip #Burundi
21
9
50
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
@Naija_PR 🍰😋🤗
1
0
45
@rodriga25
Ga 🇧🇮
4 months
Another turn around the sun !!! The birthday girl 💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Another turn around the sun !!! The birthday girl 💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Tweet media one
42
4
122
28
2
49
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Ikintu kimwe kizima akoze kuri mandat yiwe conyene nukuberwa uyu munsi 😌
@burundionthemap
Burundi On The Map
2 years
Big big question.. @LiviaIteka_Miss WHO ARE YOU WEARING😍😍😍 📸 @YBurundi #MissBurundi2022 #abatwip
Tweet media one
Tweet media two
4
8
143
12
1
47
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Ijoro ryiza 🤣
Tweet media one
@LucieKwizera
Cleopatra
1 year
Ijoro ryiza kuri twe twambara ama déchirés 💀😂
0
0
5
11
1
48
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Diplomatie y’uburundi muri iyi minsi, hejuru cane >>>>>>>
4
5
46
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Mwomenyera @LiviaIteka_Miss ata assurance boba baramurihiye ? Kwiyi ngendeshwa iteye amakenga Miss agenderamwo @MissBurundi_Org @MDacia @sultanate311
15
6
45
@rodriga25
Ga 🇧🇮
11 months
Fundraiser by Cyriaque Havugiyaremye : Help me raise money for my wife who has cancer.
4
36
35
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
As if les burundaises bagushaka !! Abantu baritera agateka 😌
@AudryCarmel257
audry carmel
3 years
Mes sœurs Burundaises vont me tuer, mes yeux sont rivés sur une Rwandaise.
Tweet media one
4
1
25
9
2
42
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Hari #Abatwip bamwe bamwe banyandikiye bambaza si ndi mu Burundi, bibaza ngo ndi umu diaspora 🤦🏾🤦🏾 iyaba bari bazi ko nibereye ku gatumba mu ruyenzi muri commune bwambarangwe 😅
10
1
45
@rodriga25
Ga 🇧🇮
10 months
💔💔💔💔 we failed you little angel ! Twovuga uruhuke mumahoro igihe wagiye mumubabaro n’ububisha bungana uko kwose? Umushaha wawe ubuze amahoro ababikoze bose baze bapfe urupfu rubi. Horreur à Nyarubanda : Kelsey, 5 ans, violée et tuée
2
15
43
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip abavugishwa bavuga ko Buja igiye kuba nka Dubai, twibaza ko hari mw’iterambere kumbe bariko bavuga ubushuhe 😭😭😭😭
8
1
42
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Dose yambere ✅ #Abatwip
Tweet media one
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip ejo nzoja kwiteza dose yambere y’urucanco rwa Covid-19. Nizereko nzosanga hariho abandi kugira sinzohave ngirayo ubusa 🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
16
4
29
10
3
43
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Est-ce que tu peux être sérieux pour l’amour de Dieu?? Genre tu connais le salaire des médecins Burundais plus que twebwe les médecins ???? Iyo chercheurs washizeko ntaco ikumariye alors que ico ari ikintu coroshe cane kurondera
@rufagari
Sharangabo
1 year
@DrMtoni C’est FAUX . Le salaire d’un Médecin au Burundi est 2 millions 730 milles Francs Burundais. Au taux d’aujourd’hui 3 septembre 2023 100 Dollars US=284 milles 832 Francs Burundais . En faisant le calcul un médecin au Burundi gagnerait presque 1000 dollars par mois et NON 110
Tweet media one
Tweet media two
20
0
4
17
6
42
@rodriga25
Ga 🇧🇮
4 months
#Abatwip juste kubibutsa, diabete de type 1 ntibikunda kumuntu ayirinda ariko de type 2 birashoboka!
6
8
43
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
@KazenezaH @Ikiriho Even nabariko biga kuri pret bourse ntibaraheza médecine kuko yatanguye 2018. Hama nabo bose ntibize Kuri UB gusa hari nabize no muyandi ma université bariha amahera atari make . Bagabanye kwandika inkuru zo mu bubare
3
6
40
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Lived in 🇧🇮 Born in 🇧🇮 Parents 🇧🇮 🇧🇮 Grandparents 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 Been to: 🇧🇮 Next destination : 🇧🇮
@DrRema24
@_R -æm_z_eau@MD
1 year
Lived in 🇧🇮 🇷🇺 🇫🇷 Born in 🇧🇮 Parents 🇧🇮 🇧🇮 Grandparents 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 Been to: 🇧🇮 🇬🇧 🇪🇹 🇫🇷 🇧🇪 🇳🇱 🇵🇹 🇪🇸 🇷🇺 🇮🇹 🇩🇪 🇦🇹 🇨🇭 🇰🇪 Next destination : 🇬🇷
5
0
9
10
3
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Mugize compte zibiri za twitter iy’abahungu ukwabo niy’abakobwa ukwabo vyoba vyiza gusumba 🤗
11
3
41
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Nayo majambo meza canke verset naho boyishirako, telefone yabo, umwanya wabo nama mega yabo. Singombwa ngushireko kowayikunze canke ugire ico uyanditseko munsi ciza
@MshindiPrince
Prince Mshindi
2 years
Nimba ushaka guposta ifoto uberewe canke usa neza just post it, utarinze guforca Verset Biblique canke amajambo meza. Erega urafise uburenganzira bwo kutwereka ingene uberewe, ingene usa canke unezerewe utarinze kuduha igiturire c'amajambo. #Freedom
17
9
118
7
4
40
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
@yigenga @lindakab It’s lonely and cold at the top 😌😌😌😌
Tweet media one
7
1
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 months
It’s my girl’s birthday 💃🏾💃🏾💃🏾 @LucieKwizera happy birthday babes ! I love you
Tweet media one
13
2
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
@yigenga even tho twatsinzwe at least you will see us dukina mardi na mercredi but I can’t say the same kuri @UmunyakaramaM ! #COYG
10
4
40
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Abandi bana
@Henrix_Lfc
Kosiso LFC
3 years
@ramb0__ Keke was introduced in the UK in 2020 to help solve transportation problem
Tweet media one
32
165
1K
5
6
40
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾
7
1
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Is Burundi a joke to you guys?
@east_facts
Facts East Africa
2 years
FACT: The source of River Nile remains unknown.
71
41
224
6
5
38
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Life is for the living naho umunsi uba wabaye muremure kukazi #Abatwip #Kirundo
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
0
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Abantu turi muri diaspora local tumenyane 😅😅😅😅
14
1
37
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
@KGDarrr Franchement c’est révoltant! I beg hamwe yoza yabaye Miss Earth woraba hypocrisie yabo aho ihagaze bamu felicita 🤦🏾 ikindi kandi ndi sur ko hari vyinshi bikenewe gukorwa muri iyo ministère mais bate umwany kumuntu atakibi nakimwe yakoze!
6
3
36
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
@manzifleur
manzi fleur
3 years
2021 summer photo dump?
5
3
103
9
6
39
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Nari nagiye njanye n’umugenzi kugira vyorohe
Tweet media one
Tweet media two
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Dose yambere ✅ #Abatwip
Tweet media one
10
3
43
6
1
38
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Niyandikishije muri gym iraho mfyinata none barandembeje bampamagara ngo nzogenda ryari 🤦🏾 aho sindanariha. Séance yambere niyo kuku motiva ngukunde gym niyo kubuntu
17
1
37
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Quote this with your recent picture 🙌
Tweet media one
@kanisekere
NO_BRAINER🇷🇼
3 years
Quote this with your recent picture 🙌
Tweet media one
5
3
54
2
0
37
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Girl ntawugukunda ngaha, we don’t even care about you! Gusa ico tutari bukore nukunuma umuntu ashatse kwifatira mugahanga umuntu a body shaminga uwundi on our watch! Be humble, what you did was wrong and never try that shit again ! Btw enjoy this attention while it last
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
@MpunduGraciella @rodriga25 Ibaze 😫😫😫😫😫sinarinzi yuko kuri tweeter nshushe kumbe barankunda uko 😭😭😭😭😭ewe batwip ba buja shaaa komeza agasobanuye shame on u
2
0
1
9
2
37
@rodriga25
Ga 🇧🇮
6 months
1. Twarwanyije ingwara zituruka kugufungura nabi kubice bingana uku 2. Twatoreye umuti ikibazo cabana baba mwibarabara kubice bingana uku 3. Hari ibindi vyinshi vyankenerwa bokwitaho, mais…. 🤦🏾
@yigenga
Umuhinga yigenga
6 months
Abahabara barenga 230 nibo basohowe mu mazu mu ntara ya Ngozi, mu ntumbero yo kugarukira ingo. 📹: @betvburundi1
6
3
26
6
6
37
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
😅😅😅😅 narinkiri umukirisu wukuri
Tweet media one
@johnny9170
𝕭𝖎𝖌 𝕵𝖔𝖍𝖓
1 year
What did you look like in 2014?
619
137
2K
21
0
36
@rodriga25
Ga 🇧🇮
11 months
Tweet media one
@luvinthot
𖤐
1 year
i dare you to post a random mirror selfie 😍
1K
347
2K
6
1
36
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
#Abatwip abaguma bambaza inbox ngo mu kirundo turafise connection burya, none atayo dufise baba bambona ku murongo gute , baba biteze inyishu gute canke bibaza ko ngomba nje online nca mbanza gusimbira ingozi?
5
0
36
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Nimunyakire ngomba ntangure kuza ndafata ka biyeri kuko aga citron tukagwanirako turi benshi nanje akaba atanguvu mfise
3
2
36
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Proud of you handsome
@odedanilo
Danilo
2 years
Bagged my first ever campaign 😊 Competition Time ! Win a Free meal and drinks for 4 at The Wing Republic on Florida Rd in Durban. ⁃Simply follow me and @thewingrepublic on IG and Twitter. ⁃then Tag 4 people under here with hashtags #TWR & #fromdanilowithlove
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
96
407
3K
2
3
31
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
Hama abakirisu bato bari divorcé ugasanga nibo amasengero ariko arashirako amananiza yukutagira mariage kǎndi
@mbotecd
MBOTE
2 years
Par la grâce de Dieu, l'archibishop Duncan Williams bénit le mariage du couple Simiane et Joël Francis Tatu, ce samedi 09 avril 2021
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
34
39
409
11
2
34
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
None nk’umuntu akora muvy’imiti ahanura umwana w’imyaka miringo ibiri n’ibiri ngwatangure gufata sidenafil kugira ngo aze arateba kuza uwo s’umwansi w’amahoro kweri 🤦🏾🤦🏾🤦🏾
21
3
35
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
#Abatwip ninde yibuka ama cas yambere ya covid batoye Buja ukuntu amafoto yabo yakwiye igihugu cose n’inkuru z’abahabara zikazamwo ? 🤣🤣🤣🤣🤣
14
0
34
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
Ifiriti z’uburobe >>>>>
23
2
34
@rodriga25
Ga 🇧🇮
3 years
Ahantu dutonze umuntu ari inyuma yanje yagerageje gusoma ivyo ndiko ndaraba muri telefone biranka. Kangungura numva ambwiye ngo mbe nongereza luminosité ya telefone! Ama screen protector yi fime niyubahwe 😅😅😅😅
6
1
32
@rodriga25
Ga 🇧🇮
2 years
#Abatwip umuntu ashaka kuza ubwambere i Burundi, akunda ikirori cane, adrenalin, ari adventurous,akunda kuba hafi ya nature. Nibihe womuproposa yokora, aho yoja, ...
19
4
34
@rodriga25
Ga 🇧🇮
1 year
#Abatwip umuntu ashaka gutangura kworora inkwavu nihehe mwomurangira yokura info zikwiye kugira ntahave aja muvyo atazi ngwakorere guhomba ? #Burundi
15
4
34