umuhanuziwacu Profile Banner
Umuhanuzi Profile
Umuhanuzi

@umuhanuziwacu

Followers
8K
Following
748
Statuses
3K

Umuhanuzi ni ijwi risemerera ku misozi yose y'Uburundi rihamagarira abasinziriye kuvyuka tukubaka UBURUNDI.

Bujumbura
Joined September 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
15 hours
Kagame, anafahamu! Umviriza ico umwe Neva yita ngo “Baba yangu” yasize avuze. Ingorane n’uko umwana yibaza ngo asumvya ubwenge se.
20
112
434
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
18 hours
Voici une question que Jeune Afrique vient de poser au président @PaulKagame -Y a-t-il un risque de régionalisation du conflit, ainsi que le redoute le président burundais Évariste Ndayishimiye, qui s’est exprimé à ce sujet ? -PK : On ne peut pas craindre le feu tout en l’alimentant avec du combustible. Ce que nous avons entendu de la part des présidents du Burundi et de la RDC, ce ne sont que des menaces constantes à l’égard du Rwanda. Ce sont eux qui ont créé cette situation en cherchant la confrontation, en incitant à l’action et en évoquant le renversement du gouvernement rwandais. Ce sont eux, les dirigeants burundais et congolais, qui cherchent à fomenter un conflit régional élargi basé sur les tribus, les groupes ethniques et toutes sortes d’autres facteurs qui relèvent d’une conception primitive de la politique. Et bien sûr, ils ne comprennent pas que si vous opprimez un peuple, il cherchera toujours à se défendre. Je ne sais pas ce que ces deux pays cherchent réellement à accomplir, mais j’espère que, d’une manière ou d’une autre, la logique finira par prévaloir. Ils doivent se réveiller et s’attaquer aux véritables enjeux.
Tweet media one
10
33
98
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
22 hours
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Dachronica
Les Misérables
23 hours
What happened to Burundian battalions that were guarding Kalehe ?
Tweet media one
0
1
6
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
1 day
@Nd45418Innocent Mwebwe mwigira abishikira nimwe mubayeho nabi nuko navyo atavyo womenya kuko bisaba ubwenge!
0
0
6
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 days
You are daydreaming …. Meanwhile Ramaphosa managed to lie to all of you under the umbrella of SADC which is composed of 16 countries but he only managed to lie to Malawi fully and Tanzania (partially) he took your boys who are not even defending DRC cause M23 can’t be stopped by those guys… they are protecting some Ramaphosa personal mines in Walikale your country won’t benefit your army will not benefit it will remain underfunded and abandonned. Stop fighting people who are exposing your leaders. We have nothing against the people of South Africa. If Democracy and corruption can cohabit and ruin a country as they are ruining SA then keep your democracy!
0
0
0
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 days
Muze hano Mwumve ivyo Neva ariko arabesha. Nk’uko nsanzwe ndabigira ndabereka Ubwo bubeshi aho buhagaze: 1) Ariko aratwenga mugenziwe Tshisekedi ngo abarundi ntibazokwemera kwicwa nk’impene nk’aba congomani. Mbega ko Neva ubu afise abasoda barenga kure ibihumbi 15,000 muri Congo ko yirirwa ariruka imisozi ya Congo yayimaze yumva abasumbije ubuhe butwari? Kugira mwumve neza igitigiri 15,000 ico kivuze igisoda c’Uburundi cose kuri Ndadaye-Ntaryamira-Ntiba-bari 15,000 2) Azanye ivyo ku Bami… Erega ico gihe ntihatwara CNDD FDD !abami b’Uburundi ba Ntare ba Mwezi zari intwari zitirirwa zivuga indya, zari intore zitakangwa n’urukamvye mu gihe CNDD FDD ari igisoda kitigeze gitsinda Intambara n’imwe uretse izo guturira ama bus y’abanyagihugu, kwiba ibene etc. 3) Ibi vyose amaze imisi azana ngo Umubanyi mubi.. Mbega hari umunyarwanda murumva yarashe mu Kirundo canke ku Kanyaru ? Oya Neva atinya ko M23 yagiye kurwanya muri Nord kivu ihava ifata na Sud Kivu hanyuma ikamwihora mu buryo bumwe canke ubundi. Aha umuntu yoca amwibutsa inkuru Yezu yigeze kuvuga ati mbega hari umwami yotera uwundi atabanje guharura ingabo ziwe neza akaraba ko afise ivyo gutsinda urugamba? Erega Neva yarazi ko azotsinda akica abanyamulenge muri Sud akica abatutsi bose bo muri Nord Kivu. Ni navyo yemeje Tshilombo none ubu abasoda b’abarundi bapfa nk’isazi abandi bakirirwa bariruka bahunga. 🚨Abegereye Neva mumwegere ntahave afatwa n’indwara zitaramenyekana kubera gutinya M23 kuko abo ntamugambi wo gutera Uburundi bafise nibaza ko bakeneye kwitahira iwabo bakabaho mu mahoro atawubakomanga.
38
20
108
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 days
@Ruzobavak Humura!
1
0
2
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 days
Kuri iyi foto hari ibimenyetso vyose vy’Ugutsindwa kw’intwaro ya CNDD FDD 1. Aba basirikare baserukiye gutsindwa mu ntambara zose CNDD imaze gukora 2. Iyo ndege ya Ethiopian ni ikimenyetso c’Ubusuma bwa CNDD FDD ayo yivye ikiba n’indege yari kubatwara aho bagiye 3. Iyo Tapis yaserutse bimwe mwita gucuya bagaterekako n’utubuye yerekana Ubwenge buke, kunanirwa gutegura no gutunganya ivy’igihugu atari kubera kutabishaka Ariko kubera ariho ubwenge bugera 4. Impuzu z’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu zerekana “Arrivisme” yagize Imana ntiyaza kundamutsa kuko zisa n’intebe zanje zo muhira.
Tweet media one
Tweet media two
41
13
96
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 days
Ngira muravyumva namwe 🫣🫣🫣🫣 Gusa azoze aratubabarira areke gufata micro avuye kunywa iyo nzoga ⚠️
10
7
56
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 days
None muvyukuri ndababaze! Uyu mugabo Tshisekedi iyo yicaye mu cumba n’umugore wiwe, baba bumva ko bazobandanya babesha isi gushika ryari ??
@poliscoopmedia
POLISCOOP
5 days
When Tshisekedi expelled the @eacrf_DRC from the DRC and began to manipulate the @SADC_News, POLISCOOP attempted to alert the organization. We emphasized that Tshisekedi should be encouraged to take responsibility rather than babysitting him, employing methods that have already proven ineffective. Unfortunately, SADC did not heed our warnings. They deployed an offensive force against M23, despite the East African Community's significant efforts and achievements. .
0
2
12
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 days
😎Iyo bavuze ngo ntuzomenya icagukubise….!
29
47
454
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 days
@IUmunyamugisha @ngendapatrick Ah bon wabonye nde duhe amakuru ? 😅😅
1
0
0
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 days
Barundi barundikazi! Natwe vyotubera kugira umukuru w’Igihugu mwiza, w’ubwenge, akunda igihugu, agikorera, abona kure, atavangura abarundi! FIN
1
6
45
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
8 days
Umugambi wa Tshisekedi-Neva-Ramaphosa urasiguwe neza muri iyi video. Ibindi baba bashaka kudusamaza ngo tutamenya ivyo bashaka. Heureusement que nos amis Rwandais ne sont pas naïfs!!!
@poliscoopmedia
POLISCOOP
8 days
Dans cette vidéo, nous explorons les tensions croissantes dans la région des grands lacs, les actions du trio Félix-Evariste Ndayishimiye et Ramaphosa, Découvrez le plan qu'ils partagent et pourquoi ils collaborent avec les FDLR. Qu'ont-ils contre le Président @PaulKagame Quelles sont les implications quant à la stabilité de la région? Quelles sont les véritables motivations derrière ces manœuvres militaires à la frontière du #Rwanda ? Enfin, Qu'est-ce que les Médias vous cachent.
3
6
19
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
9 days
@JeanBosco50554 Kwiba ihene
0
0
18
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
12 days
RT @poliscoopmedia: "Non, Monsieur le Président, ce n'est pas le Rwanda qui menace la sous-région. La véritable menace pour la paix et la p…
0
24
0