1.Mwaramutse neza RwoT! Ndabize mumaze imisi uyu mugabo bita
@SamuelBaker_B
mumwumvaho ku nanirana! Uyu mugabo yashatse kugura account(catfish )Indi yakumufasha kunanirana (kuba ikigarasha) kuko ntawe wari bumenyeko ariwe! ubwo yegera umwe muba tweep ba hano umubwira ko..Thread