NSENGIYUMVA Eddyssa Profile
NSENGIYUMVA Eddyssa

@NEddyssa32359

Followers
1,405
Following
745
Media
528
Statuses
6,039
Explore trending content on Musk Viewer
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Umukenyererarugamba day2024 ______________ Umwe ni #Maman #Mugiraneza @Burundi1stLady ,Uwundi ni #Maman #Buntu @DeniseBucumi Inama n'ingingo muri vyose TURI KUMWE TWESE BIRASHOBOKA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Vision 2040_2060🇧🇮🇧🇮🇧🇮 _______________
Tweet media one
27
65
136
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Reka nibarize ba bagabo @KingBurundian @yigenga @pnininahazwe @rugbob78 @Baconib @rutwesdras ko mwama mwasemereyo ngo #Uburundi buri ku #murongo , none uyu #MURONGO mwawubonye??? Hemwe mwa bigabo gito ndabacire umugani : UWUZA GUKIRA INZARA ARAYIRIMIRA. #Niharambe @GeneralNeva
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
32
56
129
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Aha kabisa nta deni ririmwo kandi n'inguvu z'ingabo z'Uburundi 🇧🇮 @fdnbbi ✓ Kurugamba rwo kurwanya umwansi atoba amahoro ni #Babitumwako ✓ Kurugamba rwo ku rwanya Ubukene ni #Babitumwako Ninde afise nk'aba tugahaya? #Rwanda turabe ibanki ya gisirikare none ko mwirata???
Tweet media one
46
31
127
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Mbega ga @KingBurundian na bagenzi we @radio_rpa , @rugbob78 , @pnininahazwe , @Baconib ko mwari mugize iminsi mugumura abantu ngo Uburundi 🇧🇮 buri kumurongo, mbega uyu #murongo w'ama bus ari kuri #parking zabuz abo zipakira, mwawubonye? Twarabahinyuye mwariko mutegura kwica #abana
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
52
14
112
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Ubu rero bihagarare, bamwe bama batuka indongozi zacu, nibatwereke isanamu nk'iyi igaragaza indongozi yabo (PK) yambaye nk'uku , igiye gukoranya abajejwe imitima y'abandi. Notre @GeneralNeva champion des jeunes en #Afrique est déterminé pour la vision du Burundi 🇧🇮 2040_2060🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
72
46
112
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Photos qui concrétisent le bon voisinage entre 2 pays frontaliers le Burundi 🇧🇮 et la Tanzanie 🇹🇿 grâce au leadership de nos chers Présidents SE @SuluhuSamia 🇹🇿 et SE @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
7
53
108
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Couple présidentiel 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
22
17
109
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Iyi foto ntahandi uzoyibona atari 🇧🇮 kwa @GeneralNeva . Ewe #Kizito sha wagiye kare utabonye intwari nk'iyi @GeneralNeva ngo uyiririmbire. Abakwishe nabo nta myaka 100 bazomara.
Tweet media one
51
17
106
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
We @SugiraMireille @albcontact Uzabaze ,Uzaperereze Ico arico Système Ya @CnddFdd Chama nguvu, Chama Safi Tunajenga inchni Tunasonga mbele tu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
39
58
98
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Inyuma y'umugabo akomeye hama hari Umugore akomeye. Biratangaje cane kubona @PaulKagame yibagira ko afise umugore akomeye yahawe indero n'Uburundi 🇧🇮, yize mu #Ngagara . Kuturungikira aba #terroristes ba @Red_Tabara n'ama #grenades batera mu bantu🇧🇮, hamwe tubifata nk'ubuhemu.
Tweet media one
140
12
96
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Our @Burundi1stLady 🇧🇮 Nyenicubahiro Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 Angeline Ndayishimiye, mwirambire cane, uwutabazi azoperereze, azonsange inbox mubwire. Jewe ndazi ico mumaze. #MABOKOGIHUMBI #MAMAMUGIRANEZA . Imana Ikutuzigamire.
Tweet media one
20
37
98
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Hari #Inyambo , #Inyaruguru ... 🇧🇮 Mbega bimwe baturatira hakurya ya Kanyari bimeze gute? No mu #Burundi 🇧🇮 ziriho kandi bimeze neza. #VisitBurundi 🇧🇮 . Aha ni kwa @GeneralNeva i Burundi 🇧🇮 si iwabo wa @albcontact kwa #PK
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
88
30
95
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Yooooooooooo, Il est là ce méchant tueur ? Attention aux sénégalais , votre nouveau leader @PR_Diomaye est en danger imminent. Fais attention à #PK le virus est entré sur votre territoire
Tweet media one
73
20
89
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Safari njema #Baba wa #Ta ïfa🇧🇮 ME @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Sisi warundi wote tuko pamoja, tunakuombea #Papa , tunaenda sote na Vision 2040_2060🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
20
32
87
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Babandi bahahandi , hariya hakurya iyo babonye ibintu nk'ibi #barajingitwa . Twese tugende tugana Uburundi 🇧🇮 bwifashe 2040, Uburundi 🇧🇮 buteye imbere 2060 tugiwe imbere na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
75
27
86
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Il est beau mon pays 🇧🇮🇧🇮. Akagori kararyoha, akananasi kararyoha. Abari murubura ( @pnininahazwe ) mwihangane. Abana b'abangazi #nungwa ndazi murya #Dried ,poleni sana. Le Burundi 🇧🇮 avance. Remercions le Seigneur qui nous a donné des Leaders éclairés coe @GeneralNeva #SAMURAGWA
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
24
21
84
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Uburundi 🇧🇮 ku #MURONGO @GeneralNeva Imbere kw'i #Tirayeri
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
6
35
81
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Shinga icumu mu mashinga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
20
24
74
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Nk'aha usanga ba chef b'imirongo @ParfaitHar39536 na @KingBurundian iyi mirongo y'ejo batigeze bayibona. Raba neza amaguru yose ubu ni #Kumurongo , ntavyo gukwega ibirenge ngaho , #Gusega twarabisezereye murugamba rwo kurwanya #Ubukene . Imbere ni heza cane #Discipline #Iterambere
Tweet media one
Tweet media two
25
35
70
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
L'énergie est source du développement. Sur un grand chantier de bâtir le pays 🇧🇮. On avance, tous ensemble, sûrement, vers la Vision du pays 🇧🇮 émergent 2040 et développé en 2060 sous le leadership éclairé de son excellence Monsieur le Président de la République @GeneralNeva
Tweet media one
9
41
69
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
La réponse d'un sage, courte mais pesant. Bravo @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
10
36
69
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
14 days
𝗜𝘀𝗮𝘀𝗲 𝗿𝗶𝘃𝗮 𝗸𝘂 𝗰𝘂𝗺𝗮, 𝗜𝗻𝗴𝗮𝗯𝗼, 𝗨𝗺𝘂𝗵𝘂𝗻𝗴𝘂 𝘄𝗮 𝗦𝗼𝗴𝗼𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘄𝗮𝗰𝘂 𝗡𝘆𝗲𝗻𝗶𝗰𝘂𝗯𝗮𝗵𝗶𝗿𝗼 𝗣𝗲𝘁𝗲𝗿𝗼 𝗡𝗸𝘂𝗿𝘂𝗻𝘇𝗶𝘇𝗮, 𝗜𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗬𝗮𝗺𝗮𝗵𝗼 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
13
9
69
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Le leadership éclairé de notre cher Président pousse les patrons du mouvement terroriste @Red_Tabara ,qui masacre les #enfants et #femmes enceintes, à vomir du venin sur les réseaux sociaux.Malgré tout l'étoile burundais @GeneralNeva continue à briller. @Baconib , @pnininahazwe
Tweet media one
8
39
67
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Abarundi 🇧🇮 turya dukaravye Abarundi 🇧🇮 turya ikiremve tucirasheko. Uburundi 🇧🇮 hejuru. #VisitBurundi
Tweet media one
47
10
66
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Allez les gars, Allez @DynamoBbc . Merci de ne pas tomber dans cette piège du #Rwanda pays qui a formé et qui donne des commandements au mvt terroriste @Red_Tabara qui ne cesse à endeuiller la population paisible. Merci @FEBABU
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
30
19
64
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Si tu veux mourir rapidement #VisitRwanda Prison à ciel ouvert Chez #PK
Tweet media one
39
15
65
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Iya masura ni amwe mubaronderwa n'ubutungane bw'Uburundi 🇧🇮, ariko biyise #Abami b'imbuga ngurukanabumenyi mugucafuza no gutyoza #Indongozi z'igihugu🇧🇮. Ubu biyita #Abahanuzi baciye kuri izo mbuga. Ishano mwaduhaye 2015 ntiryadufashe. Ntawabaye nyambwa aba nya nka. Sans Effet
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
21
63
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
#VisitRwanda : Uriko uraraba ibica ku mbuga biratangaje cane ukuntu abanyarwanda bihaye uburenganzira bwo #Gutuka no #Gucafuza Indongozi z'ibihugu bibanyi 🇧🇮🇹🇿. @UrugwiroVillage rurakwiye kwihaniza no guhana #abatukana , none nta #Muco ukiranga abanyarwandakazi? @albcontact bite?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
59
15
62
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
21 days
Mwite 𝗣𝗮𝗽𝗮 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶🇧🇮 ,🇧🇮𝗦𝗲𝗯𝗮𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶🇧🇮 ni 𝗞𝗮𝗻𝘆𝗮𝗺𝘂𝗻𝗲𝘇𝗮 , 𝗨𝗺𝘂𝗷𝗮𝗺𝗮 𝘄' 𝗨𝗿𝘄𝗮𝗿𝘂𝗸𝗮 Uwubanka aragakizwa, ni Nyenicubahiro @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
35
22
63
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
We @ParfaitHar39536 na @KingBurundian aba chefs b'imirongo y'ama Bus. Mbega uyu #Murongo ntawo murabona? Banyina usanga muriko muriyumvira uko muhinyanyura uno murongo muwuvyaze #IBITUTSI . Mwihangane twe @GeneralNeva turamuyoboka kuko adupanga neza #kumurongo , buca mwiha inkweso.
Tweet media one
19
28
61
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
𝗜𝗡𝗧𝗔𝗥𝗘 𝗬𝗢 𝗞𝗪𝗔 𝗡𝗧𝗔𝗥𝗘 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
29
12
56
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Bienvenue #Ntwarante (Mars) ukwezi ko Kwimbura ( Le mois de récoltes). Ntwarante veut dire comment transporter l'abondance des récoltes?? Au Burundi 🇧🇮 , cette saison culturale A a été bonne et nous en sommes fiers. Tout ceci grâce au leadership éclairé de @GeneralNeva
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
41
57
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Iyi #ndege irerura PK yiriwe iravugisha abanyarwanda ku mbuga. Usomye neza commentaires zabo urabona neza ko #Igihugu c' #Urwanda ko ata ndege gifise, KIRAKOTA. Cfr ikinyamakuru @IGIHE Nk'aha usanga @Baconib @albcontact @pnininahazwe @KingBurundian iyo post batayibonye.
Tweet media one
60
10
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Ya #Mihimbiri Umuganwa atari umugani #RwagasoreL , incungu y'ukwikukira yasiga atubwiye mwayibonye? None ga @rugbob78 na #Pasifuku na @Red_Tabara gutera #Grenade mu benegihugu batekanye niyo nyishu y'ibibazo mufise?Naho mwoteka ibuye rigasha: Iterabwo ntirizigera ritsinda mu 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
32
21
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 days
𝗥𝗲𝗯𝗮 𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗺𝘂𝗵𝗲𝘇𝗲 𝗺𝘂𝗺𝗯𝘄𝗶𝗿𝗲 𝗶𝗰𝗼 𝗜𝗡𝗞𝗢𝗧𝗔𝗡𝗬𝗜 𝘇𝗶𝗸𝘂𝗻𝗱𝗮: 𝗭𝗶𝗸𝘂𝗻𝗱𝗮 𝗦𝗜𝗗𝗔 #Oroha
Tweet media one
85
1
54
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
MURAGABE BENEGIHUGU BARASUBIRIYE, Muribuka vya bihe vyaba #RUKOTI , GUHONGORA #AMENYO , #UDUSHINGE , vyatanguwe n'aba bagabo @rugbob78 na @Pnininahazwe , barabivuze biraba.Ubu ngo #Imipanga CUNGERA umutekano yemwe , aha ntibabuze ico bagamije. Aha @Red_Tabara igomba isese #amaraso
Tweet media one
Tweet media two
25
30
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
@IGIHE Mbega n'ikinyamakuru @IGIHE musigaye mwabuze ivyo mwandika??? Basi tuma muduha amashusho nk'aya ya @GeneralNeva UMUPEREZIDA akunzwe cane n'abenegihugu 🇧🇮. Nukuri atabajugumiza.
Tweet media one
20
16
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Mbega ya congrès iraba canke yasivye? Muraraba mutubwire icavuyemwo canke mwariko murarazirana?? Ubuho uwabahaye inkuru mwakubise swata. Sivyo ka @yigenga @pnininahazwe @rugbob78 @Baconib KIRAPANZE
Tweet media one
@LeMandat2
Le Mandat
6 months
Le CNDD-FDD va organiser un congrès ordinaire ce dimanche à Gitega (centre du #Burundi ). Parmi les points à analyser, figurerait le remplacement de l'actuel secrétaire général du parti présidentiel Révérien Ndikuriyo.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
1
3
19
27
50
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Uyu mugabo se k'umengo yarumye imisaya, ubwo ararya koko? @albcontact Ubibona gute? Iyi si #Inzigo koko? Amaraso arahuma, ejo aho bukera bamupasura mujisho. Erega yashaj , n'uk nyene ariko ategura umuhungu wiwe, basi iyo amutwara muri #M23 akamotera umuriro. UMWANYA TU UMUCAMANZA
Tweet media one
Tweet media two
45
12
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
12
11
51
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Mbonye kano kaganuke gashimishije, kanabereye ijisho twahawe n'igihugu kibanyi ca #Tanzanie , nagumye nibaza nti mbe ni kubera iki igihugu kibanyi c' #Urwanda kitohinduka kikareka kutuzimana aba #Terroristes @Red_Tabara n'ama #Grenades ? @PaulKagame atubaniye nabi nukuri.
Tweet media one
57
17
51
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Nous sommes des frères. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Tweet media one
11
7
48
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Mbega ga @pnininahazwe iyo foto uzoyihindura ryari ko ushaka kuguma werekana ko ukimeze neza kandi amakuru dufise twumva ko umugera wa #SIDA ukurembeje. Duhe agafoto ka 2024 kuko aka n'aka 2015, turabe ,tube turategura umusada uzopfe wawuriyeko avance. @KingBurundian @rugbob78
Tweet media one
41
11
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Hano turi ni hehe? Ni i #Burundi 🇧🇮Kwa @GeneralNeva This is Burundi 🇧🇮 #VisitBurundi 🇧🇮
Tweet media one
2
22
49
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Mugihe #Sebarundi yaragiye gutanguza #Isekeza ryo gusukura igisagara kw'isoko rya #Ruvumera , mu majwi yumvikanye mu benegihugu isinzi yerekanye ko akunzwe cane. Bamwe bati : Ng'uyu Umuperezida akunda abenegihugu nk'uwambere. Abandi : Tubise twikirire amaso , umuti turawuronse.
10
25
49
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Mu #Rwanda kwa @PaulKagame uri #Umuhutu ntaburenganzira ufise nk' #Umututsi , naho yogucira mukanwa , urasama ukamira kuko uvyanse ugacira hasi uca witwa umu #G énocidaire kandi uba upfuye
Tweet media one
Tweet media two
100
10
48
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Nti bikiri ibanga, #Eden 🇧🇮 yabaye #Eden 🇧🇮 , uwarimye muri iki gice cirima ca B ntazotaha zirayoye! Raba sha ingene #Ibiharage biyagayaga, #Umuceri uhungabana. Muze mwese duhingure ubutunzi kama Imana yaduhaye ; #Isi turwize umwimbu turonke ivyo dufungura, umusesekara dushore🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
22
13
48
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
15 days
My President @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 𝗠𝘂𝗸𝗼𝗿𝘂𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲, 𝗨𝗺𝘂𝗵𝗶𝘇𝗶 𝗺𝘄'𝗶𝘁𝗲𝗿𝗮𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲, 𝗜𝗻𝘁𝗮𝗿𝗲 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 >>> 𝗨𝘄𝗶𝗿𝗶𝗻𝗱𝗮 𝗶𝗻𝘁𝗮𝗺𝗯𝗮𝗿𝗮 𝗮𝘀𝗮𝗯𝗮 𝗮𝗺𝗮𝗵𝗼𝗿𝗼 <<<
Tweet media one
27
10
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Ko bamwe batavyerekwa abandi bakabibona bicuritse , ngo emama kuva 2005 ntakirakorwa. Reka basi ndabahe ivyo bashobora kwibonera ubu nyene nimba batarwaye amaso y'i.... None ibi vyubatswe ryari?Tuvyanka tuvyemera 2040_2060🇧🇮 turahabona . None sivyo ga @KingBurundian ?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
26
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Vu comment le mouvement terroriste @Red_Tabara lance requêtes sur des populations civiles en paix, tuant des femmes et enfants, le peuple burundais demande à @ONU_fr @UEauBurundi @_AfricanUnion que son chef @SinduhijeA soit arrêté et extradé au #Burundi et traduit en justice
Tweet media one
16
14
44
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
22 days
Musaza #PK , gushira imbere intambara zo gutera abababanyi, wibuka ko abo murongoye bakeneye #Amazi meza. Nta n'akabiri bagitora kubera inzoka zo munda. Tuza rero wiyumvirire inyugu z' #Abaturagi bose ureke kwiyumvirira abawe gusa n'ab' i #Kigali @FelixMugenzi #Oroha
Tweet media one
Tweet media two
84
7
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗧𝗵𝗶𝘀 𝗶𝘀 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮 𝗮𝘁 𝗥𝘂𝗺𝗼𝗻𝗴𝗲 𝗖𝗶𝘁𝘆 𝗻𝗲𝗮𝗿 𝘁𝗵𝗲 𝗹𝗮𝗸𝗲 𝗧𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝘆𝗶𝗸𝗮 𝗖𝗼𝗺𝗲 𝗮𝗻𝗱 𝘀𝗲𝗲 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
14
16
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Nk'ibi babandi bo hakurya ya Kanyaru kwa #PK bibaza ngo n'ubucafu! Iyi ni ingaruka nziza ya wa #Murongo @GeneralNeva yadushirako. Umurundi🇧🇮 wese ubu arazi akamaro ko guhingura isi.
Tweet media one
46
11
45
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
16 days
None nk'aka gahimakazi gafyura ubutunu nk'akanywarumogi aha kararonka n'uwugaturukira? Abagabo muribwa pe. #Oroha
Tweet media one
39
2
45
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
11 days
Attention !!!!! C'est le moment de se rajeunir. Voici Mr @rutwesdras journaliste de la @RFI opposant radical du gouvernement en place au Burundi qui ose courtiser des jeunes filles de même âge des siennes ! #Oroha
Tweet media one
28
4
44
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Les buveurs de sang , les terroristes du @Red_Tabara et vos patrons @SinduhijeA @pnininahazwe @Baconib @rugbob78 @albcontact à votre soif. Le terrorisme n'aura pas le dernier mot. Massacrer des vieilles dames en deuil c'est une malédiction. @ONU_fr @_AfricanUnion
Tweet media one
16
14
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Abamushikira Président wanyu @PaulKagame muramubaza muti, igihe bakubaza ko ariwe waforomye umugwi w'iterabwoba @Red_Tabara ko n'ingabo zawe arizo zigize umugwi #M23 wishuye gute? Abarundi 🇧🇮 turya dukaravye nta ciza twizeye kuri #PK kuva 2015 twarabonye uko akora. @albcontact
Tweet media one
45
16
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Mbega ndababaze , buriya hari igihugu kidafise #Imbonerakure (Urwaruka rw'umugambwe uri kubutegetsi). Mbege IMBONERAKURE zo mu #Rwanda zitwa gute? Ubwo hoho zirabaho? Burya Umugambw nka #FPR #Inkotanyi ata mu jeune wayo uzigera wumva avuzwe no kw'iradiyo uba #WASHAJE @albcontact
Tweet media one
39
10
43
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Naho dushaka kwizingirira kubutegetsi, tutanateguye umusubirizi, amagara yo ntaguteguza. Ibintu tubiha umwanya. Burya kirya gisate co mu mutwe kiratubangamiye cane aha hakurya ya Kanyaru. None sivyo ka @albcontact
Tweet media one
62
4
42
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Nk'iyi foto babandi , aba contre succès , bayibonye baca batangura gutukana. Rindira gato murabe ama commentaires yabo. Twese twigire twiruka tugana #Imbonakazoza y' #Uburundi 🇧🇮 2040_2060 🇧🇮
Tweet media one
36
6
42
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
25 days
#Sebarundi ati : >> Umwenegihugu wese yoroherwe mukwivuza, arongera ati : Ikomine yose ironke #Ibitaro . Ng'iyi imyaka 4 irarumanye Komine nyinshi zaronkejwe #Ibitaro n' abaganga mbere naza #Rusehabaniha umutonore zorohereza abarwayi ziherutse kuronswa ivyo bitaro. @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
18
21
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
#Samuragwa @GeneralNeva na Maman #Buntu Umutambukanyi wa #Sokuru w'Uburundi bupanze neza #Petero #NKURUNZIZA . Nciye nibuka ya ndirimbo yavuga iti: ..... Karabarya kakabanyuka..... None sivyo ga @pnininahazwe , ga @rugbob78 , ga @Baconib , ga @rutwesdras , ga @KingBurundian
Tweet media one
8
2
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Mbega ko bamwe batunzwe no kugumura no gutukana bavuga ngo #Ibitoro ntavyo, izi bus mubona ziri ku #Murongo zanyoye iki?Bamenye ko #Umurundi w'iki gihe atagihendwa n'ibihuha, kuko iyo ata #rusoro ruriko ruravuga aba azi ko ibibazo bihari bimara umwanya urume rumara.
Tweet media one
Tweet media two
48
4
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Et qd on vs dise k @FelixMugenzi , @rugbob78 , @Pnininahazwe sont des portes parole du diable Rwandais vs le nier! Analysez bien leur derniers posts après avoir su comment SE @GeneralNeva démasque les pilleurs de notre café 🇧🇮 en pleine réunion et tout le circuit dévoilé.INTARE
20
21
39
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
1 month
Maman Burundi 🇧🇮 Shimirwa 𝗠𝘂𝗴𝗶𝗿𝗮𝗻𝗲𝘇𝗮, @Burundi1stLady
10
31
39
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
1 month
Uku niko vyari vyifashe mu gisagara ca Bujumbura muri Boulevard Mwezi Gisabo igihe c'isha 6h30' z'agatondo kuri uyu w1 mbere mu gihe @yigenga na bagenzi we bavuze ngo amabarabara yo mugisagara ca BUJUMBURA arera kubera ata bitoro. Reka ndamwibazize , none izo zanyoye iki?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
51
10
37
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗡𝗶 𝘄𝗲𝘄𝗲 𝗯𝗶𝗴𝗮𝗻𝘇𝗮 𝗯𝗶𝘁𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗯𝗶𝘁𝗶𝘁𝗮𝗻𝗴𝗶𝗿𝗶𝘆𝗲 𝗶𝘁𝗮𝗺𝗮 𝘀𝗼𝗸𝗼 𝗿𝘆'𝗶𝘃𝘆𝗶𝘇𝗮 𝘃𝘆𝗼𝘀𝗲. Mbega turi murukundo rw'Imana ni nde yoturwanya? Ninde azodukura ku rukundo rw'Imana? Ivyo ukora Mana birahambaye kandi ubicisha mu bantu. @Burundi1stLady 🇧🇮
Tweet media one
9
15
38
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Shigikira imigambi ya Nyenicubahiro @GeneralNeva
14
17
37
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Je vous demande une question : Est-ce que @PaulKagame a un coeur ? Satan l'attend. N'est -ce pas vrai @albcontact ? Quand il a osé prononcé de sa propre gueule qu'il n'y avait rien dans l'avion!! C'est frustrant. Le problème du #Rwanda c'est #KAGAME
29
25
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
19 days
𝗡𝗲𝘄 𝗹𝗼𝗼𝗸 𝗼𝗳 @PaulKagame 𝗬𝗶𝘆𝘂𝗯𝘂𝘆𝗲. None sivyo ga @FelixMugenzi ??? Utwo tuntu tw'utuburungu mu maso bimeze gute? 🤣🤣🤣🤣🤣
Tweet media one
52
3
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Je suis sûr et certain que @Baconib , @pnininahazwe , @KingBurundian , @rugbob78 , @albcontact sont jaloux de ce rapport de ces experts sur l'économie burundaise. Tout ça c'est grâce au leadership éclairé de @GeneralNeva
26
12
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Ndaryaaaaaaaa @MutimaComedien avec @GeneralNeva . None uwutokunda Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 ku kuntu yicisha bugufi hari aho yoba atandukaniye n'umurwi w'iterabwo ???
Tweet media one
5
11
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Aba #Poils nta #Nzara , Sumurenga. Uwo yanditse ivyo yifitiye iyindi ntumbero. Aba poils turya dukaravye. Nimba mwemeza ko ari umu poil, tanga umwidondoro wiwe twumve @RGEUB2324
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
@RGEUB2324
Représentation Générale des Étudiants/UB:023-024
5 months
UBUSERUKIZI BUKURU BW'ABANYESHURE MURI @UB_Rumuri BURABESHUJE INKURU IRIKO IRACA KU MBUGA NYAGIRO ZITANDUKANYE KO UMUNTU YAGIZE IKIBAZO C' INZARA ARI UMUNYESHURE WIYO KAMINUZA. TURABESHUJE IYO NKURU NTA MUNYESHURE WO MURI @UB_Rumuri YAGIZE IYO NGORANE . Murakoze!
Tweet media one
25
34
81
8
12
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Ifoto zivuga cane @CnddFdd , abandi nabo nibabandanye babwejera ku mbuga natwe twigumire ku #Kivi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
22
8
33
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
I foto nziza dukesha #TV1 yerekana iterambere ku ntambwe idasanzwe VisitRwanda , igihugu giteye Imbere mu karere k'ibiyaga bigari
Tweet media one
29
11
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
🇧🇮🇨🇩🇧🇮🇨🇩🇧🇮🇨🇩🇧🇮🇨🇩🇧🇮🇨🇩🇧🇮🇨🇩 Burundi & RDC Oyeeee
Tweet media one
Tweet media two
2
12
34
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
20 days
#M23 karabaye, nabado @FelixMugenzi
Tweet media one
39
3
33
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Ndipfuza ko @radio_rpa na boss wayo @rugbob78 boshirirako j'aime na retweets ku photo y'uyu muvyeyi hama bahejeje bace bacomeka.
Tweet media one
4
12
34
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Tuvugane ukuri , none nk'aka kazehe k'ivegeme ngo ni @albcontact gasigaje imyaka ingahe yo kudutuka ku mbuga ngurukana bumenyi nka #X ?? Kari mukwipfira ntihagire n'uwuzosubira kugashavurira.🤣🤣🤣🤣🤣
Tweet media one
37
11
34
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
12 days
☆☆☆𝗨𝗺𝘄𝗶𝗱𝗲𝗴𝗲𝗺𝘃𝘆𝗼 𝗺𝘂𝘃𝘆𝗼 𝘂𝗯𝘂𝘁𝘂𝗻𝘇𝗶 𝗻𝗶𝗸𝗼 𝗸𝘄𝗶𝗸𝘂𝗸𝗶𝗿𝗮 𝗻𝘆𝗮𝗸𝘂𝗿𝗶 ☆☆☆ : 01.07.2024 @GeneralNeva
Tweet media one
10
13
33
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
24 days
4 yaraye irumanye. Ico ngendera mu mpanuro Nyenicubahiro @GeneralNeva ahanura #Urwaruka , abarundi 🇧🇮 muri rusangi n'ibi : 1. Dukore Turwize umwimbu Umwumwe wese ico ashoboye dukore twese umusesekara dushorere hanze 2. Turondere umwidegemvyo muvyo Ubutunzi. 3. NTAWUTUNGA ASEGA
Tweet media one
Tweet media two
8
18
33
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Yemwe ndabaramukije! Jewe naraye ndarota nabi, kandi ndose kenshi bitabaye haba ico bisa. Naraye ndarota #Mujeri nkuru #Munoho @pnininahazwe YAPFUYE. Ubwo ntiyoba arwaye ga @Baconib , @rugbob78 , @SinduhijeA , @KingBurundian
Tweet media one
44
3
31
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 days
Inyuma y'inkuru y'incamugongo yo mu #Bwongereza #Angleterre , 𝗕𝗨𝗦𝗔𝗬𝗔 yabaye 𝗕𝗨𝗦𝗔𝗬𝗔 #Oroha
Tweet media one
58
7
33
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
28 days
𝗠𝘄𝗲𝘀𝗲 𝗮𝗯𝗮𝘁𝘂𝗿𝗮𝗴𝗶 𝗻𝗱𝗮𝗯𝗮𝘁𝘂𝘆𝗲 𝘆𝗮 𝗥𝗲𝗺𝗶𝘅 𝘆'𝗨𝗺𝘂𝗵𝗮𝗻𝘇𝗶 𝘄'𝗨𝗺𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗗𝗿 𝗖𝗹𝗮𝘂𝗱𝗲: Aba Contre Succès. @FelixMugenzi @albcontact N.B : Ntimuntuke ariko ndazi ko mubizi, ejo ni dimanche
Tweet media one
Tweet media two
14
4
30
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Ubu ndatahura impamvu batukana, bavuga utujambo tudatonze, #bica ngo bashaka ibiganiro. Hemwe ni kubera babona Uburundi 🇧🇮 buriko bugana ya Mbonakazoza 2040_2060, ata n'igikoni bubatse. None @pnininahazwe cnk @rutwesdras mwagomba bandike gute? Nk'aha ntahobazi ba gahini @Baconib
Tweet media one
9
15
29
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
10
28
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Muri uku kwezi kwa 3 kwahariwe #Umukenyezi kw'isi, Nyenicubahiro Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 Angeline Ndayishimiye @Burundi1StLady yatanguje umugambi #Z éroDéchet mu gisagara ciza ca @MairieBuja 1/2
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
15
29
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Je ne sais pas si c'est magique ou réel, moi je vois un balai dans plusieurs pays de l'Afrique et je me rappelle le terme là #KUHIKUBURIRA . Naho hari abadutuka, mu #Burundi turafise indongozi zifise #Vision na #Power
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
12
29
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Ijambo ry'Imana riduhamagarira kwubaha #Abaganza kuko aribo Imana ihishurira ibanga ry'uburongozi n'iyo batwara ihanga. Usomye neza Guharura 21 : 18-25, usangamwo i Matana hafi yo mu Rutovu ahari isoko rya Nil itunze igihugu ca Egiputa. #Uburundi bufise itunga kama
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
10
16
27
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Iri s'ibara kumutemere kuri Ekleziya Katolika? Niyo mpamvu jewe nkunda gusiba mu misa. None ivyo #biganiro hari intambara iri mu #Burundi ? Canke bari munzira yo kuyitegura? Ubwo sibo bafasha @Red_Tabara ? Ibibazo twokwibaza ni vyinshi turavye amatangazo yabo ya 2014 ba #SINDUMUJA
Tweet media one
31
10
29
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Aka gafoto kanteye kwiyumvira cane. Ibaze muri 2060 abuzukuru bacu ingene bazokwandika bakekeza ba #Pacifique #Nininahazwe : Bazogira bati : << Ehe ba So ingene biyirirwira kuri #Facebook na #Tweeter X abandi bagumye mu gihugu bariko baracubaka namwe musambura>> @KingBurundian
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
21
13
28
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗚𝗼𝗼𝗱𝗺𝗼𝗿𝗻𝗶𝗻𝗴 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
3
6
28
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Aho tutaryoha Aho tudatagata Aho tutavyibuha. Tuvyibushwa n'inzigo zanyu. Twasobanuwe n'ibihe Ndagatuye bamwe banka #Ibitumbaraye ndabahamagarira kugananya #Inzigo . None sivyo ga @SugiraMireille @albcontact @UrugwiroVillage @rugbob78 @KingBurundian @pnininahazwe @baconib
9
14
28
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗚𝗼𝗼𝗱 𝗺𝗼𝗿𝗻𝗶𝗻𝗴 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 𝗚𝗼𝗼𝗱 𝗺𝗼𝗿𝗻𝗶𝗻𝗴 𝗢𝗿𝗻𝗲𝗹𝗹𝗮. Go Ornella,progress to the end of the competition. 𝗠𝗮𝘆 𝗚𝗼𝗱 𝗕𝗹𝗲𝘀𝘀 𝗔𝗳𝗿𝗶𝗰𝗮, 𝗠𝗮𝘆 𝗚𝗼𝗱 𝗕𝗹𝗲𝗲𝘀𝘀 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮, 𝗠𝗮𝘆 𝗚𝗼𝗱 𝗯𝗹𝗲𝘀𝘀 𝗔𝘁𝗵𝗹𝗲𝘁𝗲𝘀 𝗼𝗳 🇧🇮
Tweet media one
3
16
27
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
1 month
𝗧𝘂𝗿𝗶 𝗜𝗻𝗴𝗮𝗯𝗼 𝘇'𝗨𝗯𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮 𝘁𝘄𝗮𝗿𝗶𝘆𝗲𝗺𝗲𝗷𝗲 , 𝘁𝘄𝗮𝗿𝗮𝗿𝗮𝗵𝗶𝘆𝗲 𝗸𝗼 𝘁𝘂𝘇𝗼𝗿𝘄𝗮𝗻𝗶𝗿𝗮 𝗶𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗰𝗮𝗰𝘂 𝗸𝘂𝗴𝗲𝘇𝗮 𝗸𝘂 𝗺𝘄𝘂𝗸𝗮 𝘄𝗮𝗻𝘆𝘂𝗺𝗮 𝘁𝘂𝘇𝗼𝗵𝗲𝗺𝗮 𝘁𝘂𝘃𝗮 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗶𝗻𝗼 𝘀𝗶. Respect @fdnbbi 🇧🇮
23
9
26