Doudou Profile Banner
Doudou Profile
Doudou

@HilaireU

Followers
4,483
Following
434
Media
1,265
Statuses
11,246

Journalist @KabazaWebTV , Jurist & Criminal Justice Specialist ■ If u step on my foot I let u know about it. I`m a human ■ Nobody thinks 4 me.

Seattle, WA
Joined March 2012
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@HilaireU
Doudou
4 years
Je déteste la solidarité négative des bdais qui se résume en ceci: - Il/elle a fait du mal & nous sommes de la mm ethnie donc, je dois le/la défendre bec & ongles; - Il/elle a fait du mal et nous sommes membres du mm parti pô, mm famille, donc je dois le/la défendre bec & ongles.
7
18
91
@HilaireU
Doudou
2 years
Umunezero we! Mpejeje kumenya ubunyene ko @boris_evrard257 ari we yakiriye abavyeyi banje igihe bashika muri 🇨🇦 haciye + de 10 ans. Voyez-vous combien hari abantu tuganira, tutarabona, twumva, ariko baba bafise ivyo bamaze mu buzima bwacu n’ubwabiwacu ntitubimenye? ❤️🙏🏾
1
1
85
@HilaireU
Doudou
5 years
@AFnewsroom @MigunaMiguna Shame on you @airfrance and @AFnewsroom . I hope French citizens who have been following @MigunaMiguna case should start a campaign to #BoycottAirFrance
9
7
68
@HilaireU
Doudou
3 years
Nta gihugu kizotera imbere urwego rw'ubutungane rugikora uko rukora. Ukudahana, ugukingira ikibaba, akarenganyo, ruswa, n'ibindi 5/
8
21
63
@HilaireU
Doudou
3 years
Ama lift mu gisagara ni meza ariko mwibuke ko abayabaha benshi ntabo muba muzi kandi ntimuzi ivyo bashoboye kubakorera mumaze kwinjira mu modoka zabo. Ibihe vyarahindutse! 🚶🏾‍♂️🚶🏾‍♂️
11
6
63
@HilaireU
Doudou
2 years
Nahora numva ngo abarundi bararima muri Evergreen State (Washington) ejo ni ho nishikira mu mirima yabo. Naciye nibuka ruguru ku gasozi. Ahubwo nasanze abanyafrika benshi barimira aho hantu: aba 🇺🇬, 🇰🇪, 🇹🇿, 🇨🇩,🇨🇲. Hari hateye igimwe pe!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
8
59
@HilaireU
Doudou
2 months
#Uguhemuka “Umugenzi” 1 w’umu avocat i Bdi yarampemukiye. Naramuhaye 1 client aba hano muri USA ariko amafaranga yiwe arayarya nta kintu na 1 yamukoreye! Nanje ubwanje ntakinyandikira. Ubu, hari 1 société 🇺🇸aine yansavye kuyironderera 3 avocats mu Bdi pour 1 contrat. Ibaze!🚶🏾‍♂️
24
5
57
@HilaireU
Doudou
9 months
Nzobandanya ndabasengera mwese kandi nsengera n’Uburundi.  Imana Ibagirire neza mwese. - Mpera!
0
1
57
@HilaireU
Doudou
2 years
This week I was in #DC , i bukuru 😁Naragize amahirwe 😇 yo kubonana n‘ #Umutwip @Manirakiza a.k.a Direguteri w’imbogaboga. Naragize amahirwe kk agenda yiwe ni hatari, mbe nka wa wundi “nanje naciye nja mu bakomeye”😇😂 kubona yaranyakiriye 1/
Tweet media one
6
9
50
@HilaireU
Doudou
4 years
Abarundi, n’aho benshi batavyerekana, barashishwe n’imyaka 15 igiye kurangira basi! N’aho ivyo berekanye mu matora vyohindurwa ndabemera pe, baraciye ubwenge! 👌🏽
15
5
37
@HilaireU
Doudou
4 years
Glory (Let There Be Peace), by Matt Maher - Merry Christmas and Happy New Year for All - Noeli Nziza n’umwaka mushasha muhire kuri mwese
6
4
46
@HilaireU
Doudou
2 years
Nyenicubahiro @GeneralNeva , ku bw’urukundo rw’Imana ndabingize mugarukire abarundi n’Uburundi ku karenganyo n’imikorere mibi bikorwa n’abo musangiye amabanga yo kurongora igihugu n’abajejwe ubutungane. Ibibagoye mubishikirize Imana. Amahoro y’Imana abane namwe. - H.U.
1
4
45
@HilaireU
Doudou
4 years
Première fois depuis déjà plusieurs années les burundais de toutes les tendances s’accordent sur un autre burundais vertueux. Mon souhait est qu’il ne chancelle point!
@concorde_radio
Radio Internationale Concorde
4 years
#Burundi Après la nomination du CP Jimmy HATUNGIMANA à la tête de la @MairieBujumbura par le Président @GeneralNeva , une opinion affirme une nomination d'une personne intègre,humble,serviable, simple, accueillante et correcte. @BurundiSecurity , @CnddFdd , @pnininahazwe , @Yactivista
Tweet media one
3
4
12
2
6
43
@HilaireU
Doudou
9 months
NI AGASAGA #ABATWIP Imyaka hafi 12 iraheze mvuga/nandika kuri Twitter. Naravuze/Naranditse vyinshi pe! Hari abo vyanezereye n’abo vyababaje. Bimwe vyatumye ndonka abagenzi n’abansi barimwo abo nahora nita abagenzi. Ni ko bimeze!
1
3
43
@HilaireU
Doudou
3 years
#NY : @GeneralNeva "...Uwukunda kwibera umututsi niyibere umututsi ntangorane, n'uwugomba kwibera umuhutu je nta kibazo. Nanje nko nserukira abarundi bose nca mba iki?" 👌💪
8
6
42
@HilaireU
Doudou
1 year
Umuhungu navuye mu Burundi 🇧🇮 afise imyaka 2 n’amezi none ndasubiye kumubona agiye mu mwaka wa 4 wa médecine muri Cuba 🇨🇺. Ndamutera inkuru z’ivyo yakora agifise iyo myaka 2 akitwengera. 😇
Tweet media one
7
0
39
@HilaireU
Doudou
3 years
#BurundiBuzz #Ndarirakub êrantatūngânirizwa Kurenganya abarundi gushika aho umuntu agera kuri uru rwego twoba twibaza ko bihimbara Imana? Mbega nimba twebwe abana b’abantu bitatunezerera, bikatubabaza Imana Yo bite? 1/
15
17
40
@HilaireU
Doudou
3 years
#Ubutungane #Ubutungane #Ubutungane S'ubwambere nshize iyi video kuri twitter. Uwakurikiranye iki kiganiro muri 2018 akumva neza ivyavuzwe n'uyo mupfasoni akiri mushikiranganji ico gihe yaratahuye neza ikibazo c'ubutungane mu Burundi uko kimeze. 1/
@RadioInzamba
Radio Inzamba
3 years
#Burundi #Bujumbura : Des personnes s’arrogent le droit de construire impunément dans les propriétés des autres
0
3
6
5
17
39
@HilaireU
Doudou
4 years
Ce que le parti ⁦ @CnddFdd ⁩ ne vous montrera jamais!
21
19
39
@HilaireU
Doudou
2 years
My niece taking good care of my parents, somewhere in the Scandinavia 😇😇
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
1
36
@HilaireU
Doudou
5 years
Ncuti zanje, jewe ibintu mbona abategetsi bamwe bamwe b’Uburundi bariko barigira kuri iyi pandémie ya #COVID19 bituma nibaza vy’ukuri nimba ari abantu(vrai sens du mot) koko? Baribaza ko ari umukino canke? Mbe ubuzima bw’abantu hari ico bubabwiye? Tuzobana vyinshi kuri iyi si!
23
12
35
@HilaireU
Doudou
1 year
#UbutunganeMuBurundi Ko abarundi dukunda kwiyibagiza ivyo tuzi ni kubera iki? Hari uwutibuka aya majambo? Mbega nimba uyo yayavuze ari umwe mu bategetsi barangoye igihugu uyu musi, ni nde wundi atari umutegetsi kumusumvya yomuvuguruza? 1/
3
14
34
@HilaireU
Doudou
3 years
Ni gute woja muri Sentare gusaba inyishu y'ikete wandikiye Umukuru wa Sentare canke umukuru wa service public kanaka, ukabwirwa ko iryo kete ataryo babona muri sekretaria kandi ufise accusé de reception? Service public yacu ikwiriye kuba digitalisé na yo ahandi ni ibara!
5
3
34
@HilaireU
Doudou
1 year
🛑 Ikintu cose kigira umwanya waco. Umwanya wa ya nkuru nabemerera mu MWAKA USHIZE wageze👇🏾 Ni inkuru ya Général Alain-Guillaume #Bunyoni . 1/…
@HilaireU
Doudou
2 years
Amakuru nguma nsoma azotuma ndabatera inkuru za le 29 mai na 21 août 2022 😅 😇
0
0
3
11
5
32
@HilaireU
Doudou
2 years
I officially have a TEEN in the house !
Tweet media one
4
0
33
@HilaireU
Doudou
7 years
@MagufuliJP Next time you will be sending such a message to #TunduLissu or his colleagues of opposition in Tanzania 🇹🇿 😢! Politics is good indeed, but always remember this : « Where do we go when we die? Why do we go with nothing when we die? »
0
5
31
@HilaireU
Doudou
1 year
Mbega abategetsi b’abarundi barafise agenda bakorerako? Ni gute umutegetsi yoguha rendez-vous hama uyitavye ukumva ngo siho ari yaduze ruguru? Canke uwo muvuganye akakubwira ico azokora hama akakubwira ngo uzompamagare umusi X unyibutsa? Ibi s’ubwambere ndabibajije hano.🤷🏾
8
4
31
@HilaireU
Doudou
5 years
Ndasaba Imana izonyereke impera ya #BurundiCrisis - Kubona hariho abarundi baciye mw’ishure, bafise n’abana ariko bagata ubwenge kubera ivyo batamikwa! Bakiyumvira uko bategetswe kwiyumvira (lavage du cerveau). Ubwo hari urupfu rusumba urwo? Ubwo bariyumvira akazoza k’abana babo?
7
6
29
@HilaireU
Doudou
3 years
"Abarundi turi allergic to feedback, even a constructive one."🤔
5
5
30
@HilaireU
Doudou
5 years
Si je vivais au Burundi et que je décidais de voter pour 1 candidat pour les #Elections2020 je fermerais 1 œil en votant pour 1 candidat qui me promettrait de faire la réinitialisation de l’appareil judiciaire burundais coe on réinitialise un téléphone portable. #FactoryReset
1
9
28
@HilaireU
Doudou
4 years
U tell ur kid “simba unzanire telefone mu cumba” (bring me the phone in the room). She stands up from the sofa & start jumping up and down toward the room & bring u the phone 🤣 When u ask why she went jumping she says “you said simba” Simba (Kirundi) means literally Jump.🤣🤣
9
0
29
@HilaireU
Doudou
3 years
#BurundiBuzz #Ndarirakub êrantatūngânirizwa
5
7
28
@HilaireU
Doudou
3 years
Merry Christmas to you all Noeli Nziza kuri mwese - CHRISTMAS MORNING -
5
0
29
@HilaireU
Doudou
2 years
Iki ni co conyene kizokiza Uburundi n’abarundi congere kibashikane kw’iterambere rirama: #Uguhana 🚶🏾‍♂️
Tweet media one
5
3
28
@HilaireU
Doudou
2 years
The Imikembe are almost ready. At the end of this week I’ll make the Irobe/uburobe.🤣 Si je nohahera, hohera aba #diaspora batoye uko babukora bakoresheje imashini icumba umutsima batekamwo imigati. 😂😂😂
Tweet media one
Tweet media two
1
3
28
@HilaireU
Doudou
3 years
Muribuka igihe nabaza umuryango wa mbere ugana #VisitBurundi ?👇 Hari vidéo (sinza kuyashira ahabona) umuzungu aheruka kugendera Uburundi ariko abwira abantu ivyamushikiye ku kibuga c'indege. A). Ashitse ku kibuga c'indege, bamusavye kuriha Visa 90$ kandi yari yarayitishe. 1/
Tweet media one
8
8
27
@HilaireU
Doudou
1 year
Muri #Regideso ngo basigaye batoza amafaranga ya “Mutama?” Donc ngo usanga facture ireza consommation wagize, ibajije bakubwira ko ayo yo hejuru ko ari ya “Mutama.” Mbega yarapfunguwe burya 🤣🤣🚶🏾‍♂️ (Inkuru iriko iragendagenda kuri WhatsApp)
Tweet media one
6
5
24
@HilaireU
Doudou
1 year
Hari igihe nama nkunda gusubira kwumviriza ivyo nari maze kwumva 🤔 Igice ca mbere 👇🏾
5
5
23
@HilaireU
Doudou
3 years
#Batwip mwese, mbaye ndabipfuriza umwaka mushasha muhire wa 2022. Imana Izobagirire neza kandi Izobarabe neza! N’aho muri 2022 rero Imana Ibishatse! 😇
2
0
25
@HilaireU
Doudou
3 years
We had some fun at an archery range yesterday. 😊😅
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
1
24
@HilaireU
Doudou
4 years
@ngendapatrick - Ari mu ba bandi biyita "abatutsi" batemera ko uwundi mututsi yishe abahutu canke abatutsi benewabo - Ari ba bandi biyita "abahutu" batemera ko uwundi muhutu yishe abatutsi canke abahutu benewabo. - Ari muri ba "barundi" bita icaha iyo cakozwe n'uwo badasangiye iki canke kiriya.
3
2
24
@HilaireU
Doudou
3 years
I challenged my 14yo niece to draw ✍️ my picture. I guess she decided I should look much younger and handsome in her drawing 🤣🤣🤣 She’s good though! She tried her best.
Tweet media one
Tweet media two
1
0
24
@HilaireU
Doudou
3 years
Happy birthday to me 😇😇
Tweet media one
6
0
23
@HilaireU
Doudou
4 years
@willynyamitwe Une question pour vous. Qui filmait la torture de #Kadege ? C'était sous quel empire?
4
8
23
@HilaireU
Doudou
2 years
@allycyriack @yigenga Nimwakenera agacupa muriko murafungura uyo muceri murandya akara 🤣 Umunyu nimba ari mwisnhi na ho mpore! Muranya amazi! Ni karibu ku meza! 1/
7
7
22
@HilaireU
Doudou
3 years
#KennyClaude , gabanya ububeshi! Hari “abahutu” benshi bize, bari batunze, batahunze muri 1972 kandi ntibishwe. Za ugira amatohoza yawe neza, ureke ku gira des généralisations utanga inyigisho mbi mu barundi harimwo n’abana bawe. Iyumvire akazoza kabo. Iyo n’impanuro y’uwugukunda.
14
4
22
@HilaireU
Doudou
4 years
Just sharing! 🚶🚶🚶🚶
8
11
23
@HilaireU
Doudou
1 year
Thread 2 - Cuba 🇨🇺 - Ubuzima n’uko abanyeshure b’abarundi biga ivy’ubuganga muri Cuba bimeze -
Tweet media one
2
4
23
@HilaireU
Doudou
5 years
#JeSuisIwacu - Aux magistrats de la cour d’appel de Ntahangwa/ Chambre de conseil dans l’affaire de nos confrères journalistes de @iwacuinfo - Lévitique 19:15 “ Ne soyez pas injustes quand vous jugez au tribunal... juge votre prochain avec justice.”
0
8
23
@HilaireU
Doudou
7 years
#Sindumuja vs #Ndumuja Why #Sindumuja is/are the only one tweeting about #ZimbabweCoup ? Are/is #Ndumuja allergic to coup d’état or just waiting for it to fail and start tweeting and comparing with #May13 ?Just asking.
6
7
22
@HilaireU
Doudou
4 years
La force des #socialmedia qui ne fonctionne que lorsque le suspect est un simple citoyen, mais lorsqu'il s'agit d'un agent de l'administration suspect, la police ne bouge pas du tout. #On_a_tout_compris
Tweet media one
@MagazineJimbere
Jimbere
4 years
🔴👏🏾 La force des #socialmedia : une mobilisation nationale au #Burundi vient de permettre à la police d’arrêter à Gatara en @KayanzaProvince , une nounou qui avait enlevé il y a quatre heures un bébé à #Ngagara ( @MairieBuja ). Le nourrisson sain et sauf, la demoiselle aux arrêts
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
12
78
2
6
22
@HilaireU
Doudou
3 years
2
4
22
@HilaireU
Doudou
1 year
- Nimba hari ukuri nzi (affirmatif) ntazigera mpakana kuko ndakuzi (affirmatif) n'uko Imana Iriho -
1
4
21
@HilaireU
Doudou
2 years
- Muntu utaraba victime w'akarenganyo mu Burundi, ndagusabira Imana Ikakurinde -
2
1
22
@HilaireU
Doudou
6 years
Je vois seulement les photos des anciens “assaillants” comme s’ils étaient les seuls “anciens combattants” #Intwari2018 . Moi et tous mes collègues de l’armée régulière de l’époque sommes aussi des #Intwari2018 . Félicitations à nous tous ⁦ @ngendapatrick ⁩ et Cie.
Tweet media one
9
5
22
@HilaireU
Doudou
3 years
Voici 1 avocat à qui vs devez confier vos dossiers: @MeDarnaud . Je profite de cette occasion pour le remercier publiquement. Il s'était disposé à aider 1 ami à #Buja y a pas longtemps. L'affaire a pris 1 bon chemin juste la veille de son intervention. Merci @MeDarnaud
@MeDarnaud
Me DarnaudⓂ️⚖️
3 years
La plupart des Avocats savent quand vous avez un dossier purement mauvais. Accordez beaucoup de respect à ceux qui vous conseillent en conséquence. Si non la plupart d'entre eux préfèrent bouffer votre argent et vous laisser très endetté. #advocate #honesty #professionalism
2
1
36
4
3
21
@HilaireU
Doudou
3 years
Ngo "Imana yabwiye umugabo umwe iti: 'Urabona rirya buye rinini cane rire mu rugo iwawe? Uzohore urisunika iminsi yose mugitondo.' Wa mugabo atangura kuza ararisunika iminsi yose mu gitondo nk'uko Imana yabimubwiye. Ababanyi baramubaza igituma yama asunika iryo buye 1/
3
3
22
@HilaireU
Doudou
1 year
Mw’ijoro buca ari ku wa 29 Rusama 2022 narose mbona #Bunyoni yahagaritswe (Ico ni co conyene mwotahura canke mwoha agaciro muri iyo ndoto [Ibindi bisigaye ntimubimbaze, eka hamwe n’amakosa y’icongereza kk hari impamvu]). 2/
3
3
22
@HilaireU
Doudou
4 years
Amina kandi amina! Na Yohana Umubatizi abantu ntibamutahuye, mbere yaraciwe umutwe. Uyo mwene Data yashikanye ubutumwa, abumvise bumvise! Imana Imuhezagire kandi Imurinde!
5
3
22
@HilaireU
Doudou
9 months
Mbona benshi twararize, n’ubu turacarira tukanakoma induro ariko nta gihinduka mu gihugu. Kuri jewe ubwanje, ubu umwanya wageze wo “gushira ukuboko ku munwa” (kumwe Yobu yabivuga), kugira ngo ndeke Imana na Yo Ivuge. Nasanze nari naraYatse ijambo! 😭
1
3
22
@HilaireU
Doudou
9 months
N’uko rero, abahisemwo gukora ikibi mu 🇧🇮 ni babandanye bagikora, bongere bagikore na cane! Abahisemwo gukora iciza mu 🇧🇮 na mwe ni mubandanye mugikore n’aho mwohura n’ingaruka zitari nziza, ariko twese tumenye ko ivyo twakoze cnk dukora vyose tuzobibazwa. Ni ko Umusiguzi yavuze.
1
2
21
@HilaireU
Doudou
4 years
3
1
20
@HilaireU
Doudou
3 years
7
1
21
@HilaireU
Doudou
4 years
#𝓗𝓪𝓹𝓹𝔂𝓡𝓮𝓯𝓾𝓰𝓮𝓮𝓓𝓪𝔂 I was a refugee for 29 years.
4
2
20
@HilaireU
Doudou
2 years
@yigenga Uranyibukije ibibazo nari maze imisi n'ibaza aho mboneye bamwe n'abandi baguma bandika ibintu kuri aya mayira. "... - Indongozi zibikwiye kandi z'imvugakuri - Abagabo b'intwari, bubaha Imana, bagabo bakunda ukuri banka inyungu zitandukanye..." 1/
1
1
18
@HilaireU
Doudou
4 years
Entendu quelque part: "...uri impunzi je nkaba ndi mu gihugu, ...uza nk'umushitsi, nta rugo ufitiye i Burundi, nta nzu uhafitiye, nta mushinga n'umwe uhakorera, N'AHO IVYO VYOSE WOBA UBIHAKORERA, ARIKO UTAHATAHA, UTAHATAHA, ATARIHO UBA, ntabwo ushobora kwitwa umurundi wewe..." 1/
11
3
20
@HilaireU
Doudou
2 years
Rimwe na rimwe mpora nsanga ntwenze mbonye ivyo bamwe bamwe twatanguye kuza turavuga mu myaka kera bitagenda neza mu gihugu, tugatukwa, abandi bakamererwa nabi ubu bisigaye bivugwa n’abihorera ico gihe canke abadutuka. - Ikibi cama ari ikibi bitaravye uwagikoze canke yagikorewe.
2
3
19
@HilaireU
Doudou
2 years
Abakora ivyo barazi ic’arico Reta?Barazi ico ari co ubwigenge bw’umuntu? None, abarundi basubiye mu bucakara? Ko “badafise ico bakora”, ariko Reta ikaba ifise akazi ibaha ni kuki bakora ako kazi ka Reta hama ntibahembe? 1/
Tweet media one
5
3
20
@HilaireU
Doudou
3 years
Did I hear right? " [Magufuli] Ni Mungu Kweli."
@OleMtetezi
Mchokozi !!
3 years
Yaani Raia Anampiga Mkuu Wa Wilaya Biti Hivi Na DC Ananywea! Kweli Zama Zimebadilika 😂😂😂
229
250
2K
1
2
20
@HilaireU
Doudou
1 year
Mbega burya, abategetsi b’Uburundi ibi turiko turasoma canke twumva bivugwa kuri bamwe muri bo hari igihe bahora bafata umwanya ngo bicare hasi biyumvire kandi bamenye ko Imana Iriho?
@yigenga
Umuhinga yigenga
1 year
1/2 Ndagize Bwakeye S.E @GeneralNeva ,hari umurundi yitwa Ndayishimiye Olivier,yazanye abarwizatunga ngaha iwacu,bogura #ikawa ,haba uwundi murundi yitwa Niyonzima Jean Marie Vianney ati jewe nimumpe amafaranga iyo kawa ndayirondere! baciye bamuha imillaridi 4(nkuko biri
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
64
46
209
3
1
20
@HilaireU
Doudou
4 years
Special first omelet prepared by my daughter. 😋😋😋😋😋
Tweet media one
2
0
20
@HilaireU
Doudou
5 years
Y a qlqs mois une femme "tutsi" aurait été arrêtée pour "propos haineux." Depuis, j'ai déjà entendu plusieurs audios avec des propos haineux proférés par des hommes "hutu". Pire, l'un d'eux, "Eric" serait membre d'un gpe Whatsapp des militaires "hutu." Il y aura-t-il arrestation?
4
9
19
@HilaireU
Doudou
3 years
"Mbega abarundi tuzomenya ryari ko isura nziza y'Uburundi ibanza kubonekera indani mu gihugu? Ni kuki womenga 'twa'-ramaze gushinga ko abarundi bari mu mahanga ari bo gusa bakwiriye kwerekana isura nziza y'Igihugu kandi ko ari bo bama berekana isura mbi yaco?" 🚶(Nariko ndengana)
0
1
19
@HilaireU
Doudou
4 years
@VitusNkuna @MariaSTsehai @ChademaTz @HecheJohn @HildaNewton21 @fredrickjustne @franklin_tissa @fatma_karume @JPambalu @MhubiriWaTaifa @lifeofmshaba @MhangaTalanta This reminds me about Burundi. Youth members of the ruling party CNDD-FDD were also accused of this same crime against the leading opposition party CNL. Did CCM copy this from CNDD-FDD or CNDD-FDD was taught by CCM? Just wondering.
2
2
18
@HilaireU
Doudou
3 years
1
2
19
@HilaireU
Doudou
4 years
Reka ndyame nizere ko ntazovyuka ejo mugitondo numva ngo dossier ya Rwasa @BurundiCnl yazimiriye muri Cour Constitutionnelle. Abamaze kuvyutse mugire umunsi mwiza! Abagiye kuryama nkanje murote Imana.
2
1
18
@HilaireU
Doudou
3 years
« Nihagera ko urwana, uzorwane upfukamye kandi udugije amaboko kuko urugamba n’urw’Imana » P.W. #UmunsiW_ImanaMuhireKuriMwese & #Muhezagirwe
0
2
18
@HilaireU
Doudou
2 years
I hope you guys are having a #HappySunday . I am as well even though COVID-19 knocked on my door this weekend. #BeBlessed
15
0
17
@HilaireU
Doudou
3 years
@dr_remezo #1972 Oui, "Ce qui fait + mal... " parce que ns gérons nos crises avec sentimentalisme, avec subjectivité. Ns oublions que 1972 n'a pas existé avant 1965 comme 1965 n'a pas existé avant 1825. Ns oublions que le calendrier des malheurs bdais ne commence ou s'arrête avec 1972. /1
3
3
18
@HilaireU
Doudou
4 years
Avez-vous bien compris qui sont les “causeurs des problèmes” au Burundi selon le ministre de l’intérieur, de la sécurité et du développement...! Il semble avoir su exactement le problème. 1/2
3
5
18
@HilaireU
Doudou
3 years
@DanNGA45 Je crois que son message aurait été mal compris. L'ex. qu'il a donné nous fait l'idée d'un chauffeur (payé pour son propre travail) qui a aussi, à côté, sa propre entreprise (vente des avocats). Donc, les ingénieurs etc. ne devraient pas se contenter seulement de leur fx pub. 1/
4
3
18
@HilaireU
Doudou
2 years
Audio na yo iriko iracanacanako kuri WhatsApp y’umukuru w’umutumba ariko asemerera ku manyanga yakozwe /akorwa mu gutanga imisegetera ku bo arongoye! 🤔 Murundi birumvikana ko ari umushingantahe/umugabo, yitayeho abo atwara! #Birababaje
0
1
18
@HilaireU
Doudou
3 years
0
1
18
@HilaireU
Doudou
4 years
@willynyamitwe @France24_fr Vous pouvez chanter toute la journée la journée ou même pendant tous les 7ans qui suivent, les faits resterons toujours les faits, la vérité restera toujours la vérité. Souvenez-vous aussi qu’elle prend toujours les escaliers n’est-ce pas?
1
2
18
@HilaireU
Doudou
3 years
#UmusiW_ImanaMuhireMwese Nshimye bivuye ku mutima @Imiravyo ku nsiguro y'ijambo "Ibikari." 1/2
2
1
18
@HilaireU
Doudou
2 years
@ApolloSmile @yigenga @ngendapatrick @MininterInfosBi S’ubukene, n’ukubura ubwenge 👇🏽 ico bibiliya yita #Ukutamenya kk hariho abakene benshi badashobora guhendwa n’abo ba “prophètes” kk bazi nk’uko hariho n’abafise « ubumenyi », baminuje, ariko bagahendwa kk batazi. Icombwira les #Chr étiensMillionaires iyo bageze!
2
5
18
@HilaireU
Doudou
1 year
Murakoze cane Nyenicubahiro!
0
4
18
@HilaireU
Doudou
4 years
Qui est voleur entre les deux? Même photo publiée sur le Twitter du parti @BurundiCnl et celui du parti @CnddFdd Qui est le véritable auteur de l’image? Quel exemple donne ce parti (voleur) à la population? Comment sera-t-il un parti qui respecte la loi?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
2
18
@HilaireU
Doudou
3 years
Imana ni Nziza 😇
4
0
17
@HilaireU
Doudou
3 years
@DanNGA45 Ils devraient aussi entreprendre, sauf lorsque la loi l'interdit (incompatibilité). En plus, ils peuvent tjrs faire des recherches dans leurs domaines & les résultats de leurs recherches peuvent leur apporter plus surtout lorsque'il s'agit des inventions par exemple. FIN-
4
3
17
@HilaireU
Doudou
2 years
@yigenga @Capt_Dukundane @MiniJustice_BDI Ico kibazo ubajije ni co cerekana igituma ingorane ziri mu gihugu zitazorangira vuba. Abakora amakosa ntibahanwa nkuko amategeko abitegekanya. Nk’abakoze ivyo, bararonse inyungu hama Reta ni yo ihahombeye. Kandi ugiye kubiraba uzosanga n’anatabahana nabo baba babifisemwo inyungu
3
4
17
@HilaireU
Doudou
4 years
😂 😂 Pour le citoyen de Ngagara “l’action pénale pourra se poursuivre.” Mais pour #Lumitel cette même action, pour le même crime, ne pourra pas se poursuivre! Ainsi va le Burundi. La loi pénale est-elle spécifique pour certaines personnes au Bdi? #Jemedemande
@UmunyakaramaM
Effet y'Ingwano
4 years
#VARTeam des Tweets effacés, deux fraudeurs, deux textes qui decrivent diffemment les deux situations! @ngendapatrick @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
3
10
1
3
17
@HilaireU
Doudou
3 years
raba, amaboko yawe uko asigaye akomeye, raba igituza cawe uko gisigaye gikomeye, raba amaguru yawe inkomezi afise. Ivyo ni vyo nashaka ko ugira: inkomezi mu mubiri wawe. Umusi nzokenera gukura rirya buye harya ndaryimure nzovyikorera jewe Mana yawe.'" MPERA - 😇
0
0
16